Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Poritike
Willy Nyamitwe yahatswe kugandagurwa
Yanditswe taliki ya 29-11-2016 - isaha 06:26' na IGIHE

Willy NYAMITWE, umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA yahatswe kugandagurwa n’abantu bamurashe ageze hafi yo ku rugo iwe i Bujumbura, mu Kajaga.

Nk’uko vyemezwa n’abajejwe umutekano bakorera hafi y’aho ico gitero cabereye, Willy NYAMITWE yatewe avuye ku mirimo mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere, nk’ inyuma y’isaha imwe y’ijoro. Abatanze ayo makuru bakavuga ko umwe mu bamucungerera umutekano wa Willy NYAMITWE yaciye acikana, uwundi arakomereka cane. Willy Nyamitwe bivugwa ko yoba yakomerekejwe ku kuboko n’urusasu, akaba yaciye ajanwa kwa muganga, ku bitaro KIRA HOSPITAL biri mu gisagara ca Bujumbura.

Abicishije ku muhora Twitter wiwe, Alain Aime NYAMITWE, umushikiranganji w’Uburundi ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu, akaba n’umuvukanyi wa Willy NYAMITWE, yemeje ayo makuru y’igitero cakozwe kuri uwo muhanuzi w’umukuru w’igihugu, ashimira Imana ko acitse kw’icumu.

Ivyiyumviro vyanyu

Pole Sana.

4.12.2016 à 14:17
Therérence

Birababaje ariko akagohe twovunira ababikora nuko ataco bazoshikako kuko abarundi bati NTAWUMARIRA IMANA naho hazosigara umurundi umwe ntazemerako igihugu kirwa mumimwe yizo nyankaburundi, mbaye Nyakwigendera NDADAYE umurundi wese arashobora kuba NDADAYE, ADOLPHE, NYAMITWE,... iyo bibaye ngombwa.

3.12.2016 à 08:00
folmand

komera kwibanga nyakugir,imana bazopfa bamaramara ibidutera ubwoba.sivyo turinyuma yawe abakeba ntamutima bagira

1er.12.2016 à 19:53
Ningejeje

iyobakumenamavyawamugesarawe

1er.12.2016 à 18:28
mag

Komera Willy Nyamitwe, Jehovah Rohi arikumwe nawe kanatsinda, He is the final say !!!nta Sindumuja azofata igihugu abicishije m’ ubwicanyi. Ariko twebwe Abarundi twashegeshezwe na Sindumuja et en particulier Buyoya na mwene wabo Busokoza ko mwokora ukomushoboye mwebwe na Gouvernement mukarengukisha imbere y’ Ubutungane abo bagabo babiri bitabe Urukiko imbere yuko babatwara ubuzima kuko bari decider yo gukora criminalité kugira bagaruke k’ Ubutegetsi.
Programme yabo iracari yayindi ntaho iraja donc il faut absolument kubitanga imbere yuko babitanga canke hari iyindi alternative muyikoreshe ariko bishure ku vyaha bakoreye Abanyagihugu, ntibabandanye bidegevya

1er.12.2016 à 14:16
SHARIF

Imana Irakubona Abo Sibo Bakuremye . Kumara Abarundi Ngo Niho Bofata Ubutegetsi Tuzoraba .

30.11.2016 à 20:46
Nema

mbe bakurondera kwiki mitwe.iyaba bakurondra barigushika kumodoka bakarabako wapfuye.ivyo ivyo nimcezo wandani muta bariko baragukina ahubwo uragabe.urashimirimana

30.11.2016 à 19:41
ngaho muta

@Tari. Uvuze ibintu bizima. Je pense ko ayo matohozakuri Maggy na Pacifique azakorwa vuba.

30.11.2016 à 15:32
Muyinga

HAHAHA UKWONYENE WILI NYA

MITWE NTAGAPFE ABAKEW GUPFANTIBAPFA HAPFA INTUNGANE NIMURIRINDE MUHER MWAFASHIGIHUGUCUBURUNDI MURAGIHINDURIRA MUKIGIRA MUKIRANKIMPUZU IRIMWIBIHER MWEBWEBAZOBAMAR KUKO NIMWEMWABIZANY NGOCARABAVUNY NUMUKENYER KIBAVUNENYE

30.11.2016 à 10:51
BUHORANA

Barundi na Leta yanyu nimwe mworora imisega. Reba nka Pacifique Nininahazwe yajyaga afata abana b’abakobwa batarengeje imyaka 15 kungufu aka ba viola. Nimubashake mukusanye ibimenyetso maze ubutabera bukore. Maze murebe ko hazagira igihugu yongera gukandagiramo. Uwitwa Maggy we yafataga abana b’abahungu kungufu. Nsabye leta y’uburundi gukora amatohoza. Hanyuma hagatangwa imitahe yo kubacakira

30.11.2016 à 08:04
Tari

Haaaa birababaje kubona mushiki kwica Nyamitwe kubera akora neza ivyo yantumwe ariko ikibabaje caaane nuko bamuhushije ukoze wokora ugahura.

30.11.2016 à 00:16
Ikiriho

Agakino kaba DD katahuwe,hari umututsi bagira bice, murindire gato,nah u Rwanda murureke rwirambire

29.11.2016 à 21:40
Ndadaye

IMANISHINWE.KOYAKÛZIGAMYE.NIDUKUNDANE.NKUKOYESU.YADUKUNZ

29.11.2016 à 21:38
DIYOMED

Reka ya corruption mwagira principe de gouvernement ibagaruke. Avec la corruption personne n’est àl’abri. Na Nkurunziza yigira surivu abo bagendana nibo bazomuyoza iminwe. Murabaza nta ntwaro nimwe igize corruption mode de gouverment iragama. Mwebwe nyene muzimaranira hagati yanyu.Inda y’"ibihumbi" umugani wanyu izobahumira.

29.11.2016 à 19:59
Ngoya

Inkinamico.com, les DD murahenda abandi

29.11.2016 à 19:54
Musaga

@jamvier. Ubuhutu ntawe ubukubajije wa gihunyira we. Ibyo byerekana ko uri umututsi wumwicanyi. None kubera nostaligie ya 72 mwashakaga kumwica nkuko mwishe ababyeyi biwe.

29.11.2016 à 18:30
Nzapfakumunsi

None Ababikoze Nibande ?Sabonyene Bamucungera Mwirigwamubaronderakure Rekareka Turabimenyeye.

29.11.2016 à 17:43
ad

imana irakoze kuba warusimvye uburero jakuri radio utubwire umutekano uri kubice bingahe kwija ?

29.11.2016 à 17:00
alia

Asha uyo uwamuhushije yagerageza murundi...ingene atambira kumivyimba sinarinzi ko hogera igihe akabona umuriro mumaso yiwe ndumuhutu mugenzi we muga amajambo amuvamwo ntahesha icubahiro zina Murundi wese ...Komere

29.11.2016 à 16:56
Jamvier

nawe uva amaraso mutama. wabibonye ?

29.11.2016 à 16:12
jean
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.