IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abacitse kw’icumu mu 1972 barerekana icoba cinyegeje inyuma y’imyiyerekano

Abacitse kw’icumu mu 1972 barerekana icoba cinyegeje inyuma y’imyiyerekano

samedi 9 Rusama 2015

Ishirahamwe ry’abarundi bacitse kw’icumu mu bwicanyi bwabaye mu mwaka w’1972 ,bavuga ko hari ibindi vyihishije inyuma y’imyiyerekano iriko iraba, yiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.

Mw’itangazo bashize ahabona , abahurikiye mw’ishirahamwe ry’abakozweko hamwe n’abacitse kw’icumu mu mwaka w’1972, bavuga ko harimwo ibintu vy’inyegeje inyuma y’imyiyerekano yiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, bakabona ko hashobora kugaruka intwaro za cami mu Burundi, canke iz’igikenye zaranze igihugu mu myaka y’intwaro za Repuburika.

Muri iryo tangazo, bavuga ko muri aka karere k’ibiyaga binini, abantu bamye bagandagurwa, bunyamaswa n’intwaro mbi zagiye zibonekeza. Mu kurangiza iryo tangazo, abarongoye iryo shirahamwe, basaba gushigikira ivyiyumviro vy’ibihugu vy’Uburusiya, Ubushinwa, Taniye na Kenya, basaba ko amakungu atovyivangamwo mu ntumbwero yo gutuma amatora yitabwe na bose ataba.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Barashaka kurangiza ihonyabwoko batarangije 1972 kandi murabona ko batangiye no gutwika abahutu bakaresheje imipine. Abandi babicisha amabuye n’udufuni.

  • Mutama uravuze ukuri kandi wamye urimvunga kuri kuva kera narindi, abarundi benshi bakurikira inyuma batazi icinyegeje inyuma yavyo nimba koko amakungu akunda uburundi nafashe kugira abarundi baje mumatora ahurikiwemwo nabose maze abanyagihugu ubwabo baheze bace urubanza.

  • Ntamuntu atubabaza nka Rwasa na NDAYIZEYE Domition CIMPAYE Pacrance NTIBANTUNGANYA, NYANGOMA Nabandi batarabona yuk ikikibazo ataricikiring cagatatu ahubwo nyinabayazane arugushaka gushinga yatwaro yabatusti icobita Ampille HIMA Izobogozwe nu RWANDA CONGO UGANDA Nicogituma mwumva KAGAME Ahagarara kwisunzu ryinzu ngo Umutekano urikuraba MUBURUNDI kushobora gutosekaza urwanda namayeri yukuntu aza gutera muburundi nicogituma nkanguriye Abahutu mwese murengere ivyitwaro ya NKURUNZIZA Mubone kure abatutsi murazi kwarinzoka muzoza kwibuka kwigarura bitakikunda ok nakagohe nibiye abahutu batarabona intumbero abatutsi bafise.kanure mubone apana kuraba ukamengo urabona ariko ubona kukirenge gusa terintabwe mwibuke akahise katewe nabo batutsi bamana inzigo yakazikira.

  • Ivyo uvuz nivyo hagomba kuza ahubwo hari intwaro y,igikenye isumba izahabaye mu myaka uburundi bumaz. Hanyuma viendra la dynastie Nkurunziza avec son fils qui sera ministre de la defense ou chef d’Etat major et Nkurunziza comme Roi du Burundi. Iyo buba ubw,umw buba ari ikindi.
    Vous etes corrompus et vous essayez d’attiser la haine ethnique coûte que coûte.
    Quel le rôle des Imbonerakure??? De cette police partisane???
    Soyons quand même serieux. Ariko ico mwomenya time will tell.

  • Jewe ibintu bisigaye bintangaza. Abantu bagandaguwe muri iyi myaka cumi vyerekana bangana gute? Ego abapfiriye muri iyi myiyerekano tubihoze. Ababikira b’abataliano bazize iki? Mwe mubona abarungitswe n’ubutegetsi bose ngo bari nivyo batohoje. Iryo shirahamwe ry’abacitse kw’icumu 1972, uworirondera muri ministere de l’interieur yorisangayo? Mwibuke ko mbere hiyadukije akarwi k’abitwaza ngo ni ishirahamwe ryabahoze ku rugamba ariko mu nyuma dusanga harimwo n’abashingamateka nka ba Gihahe. Abaturiye umuntu barakoze ububisha bukomeye. Ariko, none abajejwe umutekano bamaze iminsi bagandagura abantu, bakoze ibikora inka? Mumenye neza ko imyiyerekano yemewe n’amategeko, kanatsinda niyo gushigikira Reta ihora iba.

  • aho rr gamuta ugwo nurukundo ukunda abarundi cank nugucungura inyungu zawe?

  • Aba cndd fdd ntimwitwaze ikibazo camoko kuko uno musi hatwara umuhutu hakicwa umuhutu urazi aba fnl bishwe na cndd fdd.nimba mutinya abatutsi ko bafata igihugu ntabandi bahutu botwara atari mwebwe munyonyora itunga ryigihugu,mwica nabi,mucinyiza umunyagihugu mutomuto.

  • rwasa,minani abo ntibazi ivyo ba pacifique na ba thacien bakeney mukwinyegez inyuma yiyo migumuko dusaba rwasa na minani bayivemw barekere pacifique nabo bafashanya nukuzana ivyo badukorey 1972 .

  • mbega abantu muzovavanura namacakubiri ryari?mbabajw nuwo n’avons umengo yarateyimbere ariko akaba arikijuju.ubona harikibazo cubwoko twari tugifise!!icokirofa nkurumbi gihitiy kubutegetsi kocamaze abahutu barwasa.jew ndumuhu ariko maze guhushwa keshi’ayo namayeri cndd fdd iriko ikoresha vyitwe kabatutsi aribo bariko bayirwanya.ubahirize amategeko murabeko haringorane ziba.none mwasanze mugihugu umuhutu ari Peter gusa tange uwundi murabko haringorane!!!!canne nikubera atawundi mwicanyi mufise nka Peter.oya nukuri ndasemerey reka gufatanya ibintu::::.genda mumpunzi murwanda cank TANZANIE canke Congo urabeko hatahunze ubwoko bwose ndimuraho mbona tugorew hamwe.

  • Mwebwe mukivuga uvy’abahutu n’abatutsi muri inkehabwenge. Habaye ingorane mugihugu ntihapfa twese? Nayo uwo mushingantahe Kagame "Rwanda president " mumwirekere avuze nkumugabo, narindi nico umubanyi amara, kandi abavuze ukuri nkumugabo ni benki Sinzi ko nabo bashaka intwaro y’igitutsi nkuko nabisomye!!! Nayo abavuga ngo bazova America baje gufasha Peter Nkurunziza kuki batoza nubu? Uzogenda uvuye America haze uwuvuye Mw’ijuru!! kandi uyo ntiyihangana, abantu bivyiyunviro nkabo ntibaramba kuko ntabihanganir. So hindura invugo si non ntaho bizodushikana.

  • Yemwe yemwe uwo avuga ivyo ntaho ubweng bwiwe burutiye ubw’umwana,yibaza k umwotsi uhishwa inzu ihiye?reka cndd-fdd watwihishijemwo nk’inda!!ariko ugomvy wohindur umugambi ugayitse@

  • Yemwe yemwe uwo avuga ivyo ntaho ubweng bwiwe burutiye ubw’umwana,yibaza k umwotsi uhishwa inzu ihiye?reka cndd-fdd watwihishijemwo nk’inda!!ariko ugomvy wohindur umugambi ugayitse@

  • rwasa domicien nabandi udondaguye ntibakubabaze nuko nazi ubwenge babona igihugu ahokigeze.kandi bahekuwe nankurunziza.mbega domiciano igihe yatwara warigeze wumva umuhutu canke tutsi yidoga?rero ntitwidogera ubwoko butwara twidogera indongozi zibi.kuko ndumuhutu ariko Peter numva nomudahwa.nukuri ivyamoko vyihoze mubuhungiro ahotugorew turavanze même nabatwa turikumw.kagame nawe muhe amahoro siwe atuma abarundi turyana ninda ndende zabadutwara.kumwe mwirirwa muramubeshera ngo aravangura abahutu nana tutsi nimureke guhendwa niyontwarombi turavanze tugow amwe.mbega ndababaze iyo obr yaje gutoteza abadandaza atawukidandaza ngoyunguke yaziye umututsi gusa barya bamama badandaza utuntu muriville bahitiy bakubitwa nabatutsi babakubita???!!!uguca ubwenge kwanyu kuracarikure nkukwezi.ntidukeney ubwoko kanaka dushaka uwudukura mubukene turimwo apana intwaro zabakaboko.

  • rwasa domicien nabandi udondaguye ntibakubabaze nuko nazi ubwenge babona igihugu ahokigeze.kandi bahekuwe nankurunziza.mbega domiciano igihe yatwara warigeze wumva umuhutu canke tutsi yidoga?rero ntitwidogera ubwoko butwara twidogera indongozi zibi.kuko ndumuhutu ariko Peter numva nomudahwa.nukuri ivyamoko vyihoze mubuhungiro ahotugorew turavanze même nabatwa turikumw.kagame nawe muhe amahoro siwe atuma abarundi turyana ninda ndende zabadutwara.kumwe mwirirwa muramubeshera ngo aravangura abahutu nana tutsi nimureke guhendwa niyontwarombi turavanze tugow amwe.mbega ndababaze iyo obr yaje gutoteza abadandaza atawukidandaza ngoyunguke yaziye umututsi gusa barya bamama badandaza utuntu muriville bahitiy bakubitwa nabatutsi babakubita???!!!uguca ubwenge kwanyu kuracarikure nkukwezi.ntidukeney ubwoko kanaka dushaka uwudukura mubukene turimwo apana intwaro zabakaboko.

  • Iryo Tangazo Niryo,harimwo Abakokeza Imyiyerekano Bafit Indi Ntumbero.Knd Amerika Na Union Europeenne Navyo VYotahura Ko Uburundi Bwaronse Intahe Yo Kwikukira.Sinzi Ko Bashaka Kuzana Iyindi Colonisation?Incompréhensible!

  • Abatuts twarabahinyuy murya abahutu muhuha nkayambeb mushushw ivyobigug vyibihut muvug ngo muri nivyo muzoherak kury muc mubibaza muti mwumva mubabar?ubweng bwanyu twarabumeny,gusa nikibaz cumwany kimw gusa murihend mwe gusa tuzobames,tubakanyur tubanikir!ntimwitwaz kagam na amerika kuk nigih mwabaga ndaday mukamwots insogi mukazikoz ububama ugir ndaday yariyarengej ikiring,amerik ntiyabarungkiy ama drone abahagarikir?ntey akam rwasa,minani ntibashir imidima imber kand rwasa ntasubir guhendw nka 2010,aha ga rwasa,minani uribaz ko naho aba dd bokirekur ngomwokinyarak?abahima ba cobra barabunz nkakumw kwa 1993 babahend ngo muri kumw nimureker ba pacifique bene wabo RWASA MINANI NDABINGINZ NIMWIBUK KWARI ABA DD BAKURUGUTUY NAMABOMB INTUMVA ZABAHIMA ZIGATEB ZIKUMVA KUMUHUT NAW NYEN ASHOBOR KWITW GENERAL NDETSE AKAB NUMUKURU WIGIHUGU,NDABINGINZ REK GUSHIR IMIDIMA IMBER ARUGUTUNG MWARATUNZ RONDER GUS INEZ YABAHUTU

  • @nduwi, mugihe nari ntanguye kugirira ukwizera aka karere kacu ka east Africa na Africa muri rusange ko tuzovayo tugater’imbere nkiyindi migabane y’isi kubera ukuntu abarundi hafi ya bose bahagurukiye guharanira democratie niterambere biyamiriza leta ibacinyiza batitaye ku moko atacamaze ahubwo arayo kubasubiza inyuma no kubabuza iterambere ngo basenyere ku mugozi umwe bubake igihugu cabo mu mahoro na democracie, uciye unyereka mu vyiyumviro vyawe ko nibeshe kandi ko inzira ikiri ndende muri Africa yo guter’imbere,iyo turufu mukinisha y’amoko izobapfubana, niyo kuryanisha abarundi no gukwega inzangano nubwicanyi, nimusigeho mutikwegera umuvumo n’inkoni y’Imana kandi nayo ibababarire kuko ntimuzi ivyo mukora.

  • Urya muntu baturira kumurango,iyo aza kba ava mubundi bwoko,ONU yaca yemeza ko habaye genocide mu Burundi,hanyuma abo ba Minani na ba Rwasa bagaca babona ayo ba Twagiramungu,Pasteur bizimungu......baboneye i RWANDA.
    Kwanza NDAYIZEYE na MINANI bobo u Rwanda ruramaze kubasaba bitabe ubutungane i Kigali.ntimuze mutangare baguye mu kinogo biyimbiye!!!!

  • Ndababajwe n abantu bitwa ko bacitse kw icumu muri 1972 bakaba bariko bavuga uko. None mwanezerewe kuko mwipfuza ko NKURUNZIZA abandanya kuko mwishwe n umuhutu. Iyi ntwaro yishe abantu bangahe? Ndetse y uko ibiringo yabihejeje nagira ntiyarakwiye gusubira guta igihugu mu kaga. ubwo amaraso yasheshwe ntakwiye kugira igihugu cacu kivavanure n ako kabi?

    Beshi twarabibonye, usheshe amaraso uri umuhutu canke umututsi vyose ni kimwe, ahubwo twofatana mu nda tukagwanya akabi iyo gaturuka hose. Umuhutu, umututsi, umuganwa canke umutwa bahiganwe mu vyiza, baracumuye bose bahanwe.
    Utora nabi ugatwagwa nabi, hanyuma biragoye gukura ikiziriko mw izosi uwiyahura. Naheruka mu Burundi twubaha indahiro none vyahindutse.

    Ewe BURUNDI mpore, warapfunywe ntiwapfuye, ukuri n iteka biziganza, ---

  • jw ndumiw nihonkibona abantu baboz mumitw mbega burya umucokoranyi harukur kwiw iconzi nukwaba arintumwa yabadaimon ntamuntu wukuri yigze ahanga umutwar nubwo yobarumugesera ngwamutuke nkuko mbonye, sibibiria nibindi bitabo ntawabigira yabura guhanwa eka peter ntabwo twovuga ngwarera mugabo nubwocoba camamahwa uracubahiro ico jw sinemera uwumbwira naka aciye mubitutsi

  • uracari kure nkukwezi mushingantahe, rya inkoko z’abazungu uheze uhore ureke kuvuga ibitarivyo ko bavuze ko arenze amategeko nico gituma muca mwitaza ivya moko, teshwa ute uko niko mugenda murahenda ibijuju nkamwe ingorane z’iburundi sivya moko ni gushaka gutwara atamategeko akwirikije bien sur la russie nu bushinwa hamwe na kenya boreka gushigikira abadakurikiza amategeko nabo batayakwirikiza none mwenewanyu ashaka kwifata nkuburusiya na chine eka muri ibijuju bitagira umutwe nimvugo yanyu irabaranga hihiiiiiiiii

  • Nibazako uyo mushingantahe atigeze amenya aho igihugu kigeze kuko yibanga kumacakubiri . Mushingantahe ijambo ryawe rizura akaboze kandi arivyo Arusha yari yagerageje gukuraho mugabo Nkurunziza ashaka kwegeza inyuma kunyungu ziwe nabo barikumwe. Ico womenya nuko uvyanka uvyemera amabi ariko akorwa nigipolisi nabagitesha unitingo ategerezwa kuzoja ahabona nawewe munyuma uzoshima kuko arineza ya kazoza kabari mugihugu . Ntizeyeko ivyo bihugu ushirimbere uravye vyose baricishije abo bari bajejwe gukingira genda l Laye ubazi ivyumukuru wigihugu ca Kenya naho ntemeza nezako abishigikiye .

  • Ico kijuju ,twebwe twabuze abavye muri 1972 ntitunumye ! Mbega wibaza ko ubu dufise ikibazo cubwoko mu Burundi? Nkurunziza abo ariko aratikiza si abahutu ? Uribwa nturi Patriot .Dufatire uturorero muba Russia wa kijuju ,uragenda urabe ingene Putin yica aba Russia abicisha Vokta .Mbega karaciye ingari n’abarundi mubicishe kanyanga.Twavuye muntwaro y’abatutsi tugira ngohaje abaje kudukizi.None turiko dusubira inyuma nkibirenge kubera abantu nkamwe.

  • Uwo muyobe ngo ni peter nibutse marhe central du bujumbura mubihugu bibanyi nta bari yubatse nkiyi wacu akayituriza mbega umuvyeyi mukurera abana arabubakira cank abasamburirako naveho ivyo yakoz twa bibony ahandi nabatazi kugwan turovyiga

  • MINANI wewe yaramenyereye,ivyo yavugiye irwanda pacifique wewe yitege kuko niwe mudayimoni mukuru,rwasa nawe amaraso yasheshe ntiyiyorobeke

  • Ndumu Hutu yiyemera. Ariko abo bagabo nashinga ubushirahamwe bwamafuti kugira buze gutora amayezi kwa nkurunziza turabwiyamirije. Nkurunziza yishe ABA Hutu baruta abo 1972. None uyo mukungu ariko adebagura Ngo harivyihishe muri Manifestation. Nasarire kugasozi. Abahutu bincabwenge Bose barashigikiye ko Nkurunziza agenda. None iyo njavyi niyo yabuze canke yacitse kwicumu yonyene? Sega neza.

  • I mana ogukize ibiguma Kandi ikubabarire kulo ninkuko u taxi ago uburundi bigeye: okibazo ca mojo cararangiye I Burundi nikibazo ca politics ago umuntu unwe nakarwi gato cane bibaza ko bashobora gusubira kwitwaza ico kibazo: abarundi I yo barabirenganye bake eye leadership yerekana resultat nico imariye abarundi Bose sans distinction!!!😇

  • Ababantu bavuze ibibintu ndabemeye babonakure, kandintimuhavemwibazango nabanyamacakubiri kandi ntimwibaze ngo bifuriza inabi amoko yabarundi ekasukwo ahubwo bavugishije ukurigusa.Erega kuvugakahise ukakavugankuko kabaye ntibisigurako urumunyamacakubiri, irivyovyovyo twoca turondera uburyo bwokugaza ububiko bubitse ibitabo bidondagura akahise (history)mubihugubitandukanye vyokw’Isi!. Ndababwire nkubuturevye akahise komu Rwanda katarakakure biradufasha cane kuko abashaka gushikira ubutegetsi kunguvu babanje kwiyemeza kutazogira ikinya mukwica abomumiryangoyabo, abomubwokobwabo , abanyarwandabose bashoboyegushikira, ekanumunyamahanga ntibarebera,ivyovyose babicishije mumashine mpuzamakungu babikuramwo genocide yakorewe abatutsi bicabivyara urudandazwa mpuzamakungu. Ivyorero tuvyiyibukije biratuma twibazatuti: Mbega natwe twebere abacubapfe kugira turonke uburyo bwokudandaza abacubapfuye nkuko mu Rwanda vyakozwe? Jewendavuga nti oya ntibikabe.

  • Eva na Eric n’abandi bamwe bamwe,
    Jewe ndabona ko hari abarundi bakiri inyuma, b’ibijuju naho bagerageza bakugurura ikibuga ngurukanabumenyi. Mbega abo batutsi mwagiriza ko babangamiye ubutegetsi bwa Nkurunziza, yoba ariwe wenyene afise ubwoko bw’abahutu mu burundi bwose. reka gutukisha ubwoko bw’abahutu nk’uko umenga tariwe ab userukiye nta wundi yoba abikwiye. ndazi neza ntakekeranya ko hariho abahutu benshi cane baciye ubwenge, bafise umutima, bifuriza ineza igihugu, borondera no kuguteza imbere kuruta nkurunziza nibaza mbere ko ari ba nyuma turavye ingene ataco yamariye igihugu muri iyi myaka icumi iheze. ntimusubire rero gutukisha ubwo bwoko nk’uko umenga umuntu w’akarorero mufise ni rudende petero Nkurunziza. Mbega abo batutsi mwagiriza ko babangamiye abahutu, ni ayahe ma candidature àla présidence de la République yatanzwe canke ashobora gutangwa atuma mugira ubwoba ngo abatutsi barabatwaye ubutegetsi? Muri CENI hatanzwe candidatures 8 harimwo umututsi umwe kandi nawe nyene ari kumwe na CNDD FDD. None umwo bujuju bwo kugomba guhenda abarundi mubukura he? abahutu, abatutsi bashakira ineza igihugu bariko baranka ko amategeko arengwa na cane cane ko nkurunziza yafatiye amaboko imugongo igihugu atagaruka. ntuzane rero ivyo ubwoko kuko abahutu bakenye kubera intwaro mbi ya peter ni benshi cane. ntangajwe n’ingene udashaka icohinduka. va ibuzimu muje i buntu. hanyuma Eva, nta gihugu kigira intahe yo kwikukira kigumiza abanyaguhugu baco mu bukoroni kandi cama kizeye inze. uwabikubwiye yaraguhenze.

  • Uwo mushingaryoyi ngahoyavuziki? ariko azana ivyamoko kugira bibagize abarundi ibiriko biraba? mba ndakubaze kandi unyishure kuva nkurumbi ashikiriye ubutegetsi 2005 ibiziga batora hirya nohino nabatutsi babica ? oya sha reka kutuzanamwo amoko ubu twabonyenye komwaje guhabuza abahutu ariko nubu mutwara baguma bapfa kandi mureke kunyibutsa kuko muzotinda muvaha mwantworombi ubu dukeneye uwutica canke aza atubwira ivyahitiye kuko ntiwoza umbwira cndd-fdd nivyo idukoreye murikigihe jewe mbona bica umuhutu ahubwo barusha muri 72 kwica muvuge mubicishije mumoko canke mukarenganyo ntimusubira kudutwara mandat yaraheze kndi mutugeze mumuhogo twumva twovomisa kuvyo mukorera abanyagihugu.

  • Turacari n’ingorane nyinshi mu Burundi. Dutwarwe n’abaganwa induru zivuge, dutwarwe n’abatutsi induru zivuge, dutwarwe n’abahutu induru zivuge, finalement dushake UMUTWA nawe agerageze turabe ko iyi ntambara y’urudaca y’amazuru yohera!

  • bavuga ngw’imbwa irakira muga ntikira imbaragasa.wamugabo we,mbese kowize ntiwokoresha ubwenge wize namba ndemanwa warikijuju,abo batutsi bakubujije amaho nabahe?Gwasa,Minani,....... nabatutsi’ahubwo nabashaka ineza yabarundi,uzoharure abahutu bishwe kuri we ,ntaho vyakabaye,urasubiza intahe nambuyifise ugumane ubukungu bwawe

  • wewe wiyita Nduwi,nturiwe Ahubwo Uri Ndura,ukanguriye abahutu kugiriki?urikijuju incuro ijana,ntabatutsi bakihari bogutera ubwoba,ahubwo tegwa ubwoba nabahutu banyoye amaraso yabantu bishe inzoya,nibo badashaka gukugwa kubutegetsi ko vyohimba bakabibazwa,ariko babuveko cnk bareke Ugw’Imana Gwo Ruzobarindira Mpaka, Ho, Ntibazokwiyongera Mandat.

  • wewe wiyita eva,ahubwo uri pilato,kumesa ntuvyitwaze ntawuva amazi muzomesana mwanse guca babashireko i pneu ndabe ko mudasha!!ntanyungu iva mukwicana ntuzosubire kubihaya!ahubwo ur’imbwa,subira kwonka nyoko akwonse amaberebere arimwo uruko,nabundi nkeka wonse imbwembwe niyo irya umwana wayo

  • murantwengeje kweri,ninde yababwiyeko NKURUNZIZA PIYERI ari umuHUTU?murabifitiye ivyemezo!ntamuHUTU yigeze atwara ngoyongere yice abaHUTU anabangaze!ahubwo muramukurikiranira hafi kuko ndabona yabandanije wamugambi w’abaTUTSI wokwangaza nokwica abaHUTU

  • NUKURI BAVUGA UKURI BAZI

  • Ntakiyiruta avuze ukuri uyomugabo mumurabe neza kuko nyimba biruko bisigurako abatutsi bakundana gusumba abahutu kandi nincabwenge kubarusha rero barabe neza

  • Iyo nararibonye ivuga ukuri.Abo nabo bagize commentaires aho musi basuzugura aba hutu ntibitangaje nziza voyous d’avant sans échecs zimaze imisi zizungagiza imirizo mw’ibarabara kukubura ico bakora baca isahani y’umuceri.Muri bo nta numwe afise na l’humanité.voyous,convoyeurs,mandiants,alcooliques,brefs les imbéciles de la rue baronse ama jobs.

  • Iyo nararibonye ivuga ukuri.Abo nabo bagize commentaires aho musi basuzugura aba hutu ntibitangaje nziza voyous d’avant sans échecs zimaze imisi zizungagiza imirizo mw’ibarabara kukubura ico bakora baca isahani y’umuceri.Muri bo nta numwe afise na l’humanité.voyous,convoyeurs,mandiants,alcooliques,brefs les imbéciles de la rue baronse ama jobs.

  • nukuri ndavye ukuntu peter yica abahutu yaraduhenze sumuhutu wiwacu we yajasara mukuducisha kubuhombo. tumucunge neza agatsinda iyimandat ntamuhutu numw azosigara ndabarahiye.

  • Basha reka guta mukaga abahutu b’abarundi kugira abatutsi b’abanyarwanda baze gufata igihugu.Mwebwe nta soni mugira ,ntimushobora kuraba ibihe turimwo hama mumenye kugereranya .Abatutsi nibake abahutu nibo turibenshi.Ahotwokubatse igihugu cacu twamaze gushikira turiko turagisambura twicana.Raba ico kijuju ivyo gitanguye kutuyovya.Nta mututsi ariko arizera koyotwara u Burundi ubu.Ariko Nkurumbi atwaye Mandat ya 3 azoc ariko arafasha amakungugu guha ijambo minorité Tutsi.Ico kijuju kivuga ,waruzi abo twabuze muri 1972 amashure baribafise? Ubushingantahe baribafise ? Iyo baguhitana wa kijuju kuko abahuu bubu muri ibijuju gusa.Nkurumbi aguma atumara turi abahutu ,wewe hoho uwoguha womesa ugaheza.

  • nimureke incungu zitange namwe mwicare mudebagura, abahutu nkuko muri benshi nimwe muzobanza kumarerwa nabi niyatwara manda ya 3.bura muhaguruke mufashe abandi, abatutsi bagitanze neza none mweho aho kugihana hana mugire mugitembagaze,nyuma yokugitembagaza muzosigara muyarunya. nti hica ubwoko hica intwaro mbi.

  • nshuti vamubuhutu nubututsi mwubake igihugu cyanyu kd mufatane munda umuhutu nananirwa umututsi amufashe baduge umusozi urangire nahubundi muramaranye muribamwe

  • Ndatangaye kubona abacikacumu 1972 arimwe mufise ivyiyumviro vyubwo kururwo rugero munezerwa nabahunga igihugu nabene wanyu ubuho duhunga twese nibwirizwa nshingiro namasezerano ya arusha ivyo mwiyumvira ko arukwanka pdt kuk arumuhutu sivyo mbega aba fnl imuyinga ntibishw namw ntibarabahutu mureke amagambo yindyane

  • jewe nibaza ko abanditse iri tangazo naho bakuze ivyabashikiye muri kahise ataco vyabigishije kuburyo ari abakurambere batanaronka ico bahanura abatware?biteye isoni nagahinda

  • Reka Gakiza kuvuga ivyo utazi.Uwubizi arabizi.Iyo batica incabwenge muri 1972 ,uburundi buba ari ijuru hano muri africa.Nayo Peter arazi icatsi n’ururo.

  • Reka kuba muha ikibanza abantu nkabo bazana amacakubiri. Aha mucibitoke abacitse kwicumu nibenshi, muba frondeurs nibenshi, president Ndayizeye niwe none?

  • Birababaje kubona abazi ukuntu ubuhungiro,ukurenganywa no gutotezwa bibabaje aribo uyu musi bariko babishiramwo abandi,iyo mitima yabo ni nk’iyibikoko kuko umuntu afise ubuntu muriwe ntiyokwifuriza ivyamubabaje uwundi muntu nkawe!ni mwihanure mwa batama mwe mureke kutwononera kazoza kuko ivyanyu sitwebwe twabiteye,vyarabananiye ni mumaramare mutureke twitegurire kazoza keza!

  • Abantu mwanditse kuriyi nkuru mwese mwabaye ibijuju kuko muriko murabarira nde ko itangazo gyasomwe n’umusazi adafise izina,nihe mwabonye itangazo ridafise uwarisomye ngo yerekane izina ryiwe?Jewe ubwanje ndi impunzi kuva 1972 nabaye muri Zaire,ndaba mu Rwanda narabaye muri Tanzania ninde andusha kumenya ubuzima bw’ubuhunzi.

  • jew nibaza KO ahuburundi bugeze Ubu nahobwavuye dufatiye muri 72 na 93 twese turahazi kandi namwebwe murahazi rero nimureke kwigira bamwe abanyabwenge cane mufata abandi nkibijuju.raba neza mushiremwubwenge nibande bushi ndadaye Melchior muri 93?muri 72naho nibande baturira abantu bakoresheje ama pine na essance?vyabereye hé?Ubu ibiriko biraba biberahe ? mbega kuki mjdasoma ama tegeko ahari mureke kwiyamiriza ibiringo ngwemama ngoyahonyanze amasezerano?ubwo murazi gusoma ivyanditse neza?uwundi mwanya ngo ntamatora ashoboka?Ubu beshi twakozweko nintambara twarabibonye rero mureke guhenda abantu amakungu yonibihugu mufatanije murabandanya ariko imana ntishobora kwemera komwonger kwica abahutu ugwagashinyaguro muritonda tunumye tubizi

  • jew nibaza KO ahuburundi bugeze Ubu nahobwavuye dufatiye muri 72 na 93 twese turahazi kandi namwebwe murahazi rero nimureke kwigira bamwe abanyabwenge cane mufata abandi nkibijuju.raba neza mushiremwubwenge nibande bushi ndadaye Melchior muri 93?muri 72naho nibande baturira abantu bakoresheje ama pine na essance?vyabereye hé?Ubu ibiriko biraba biberahe ? mbega kuki mjdasoma ama tegeko ahari mureke kwiyamiriza ibiringo ngwemama ngoyahonyanze amasezerano?ubwo murazi gusoma ivyanditse neza?uwundi mwanya ngo ntamatora ashoboka?Ubu beshi twakozweko nintambara twarabibonye rero mureke guhenda abantu amakungu yonibihugu mufatanije murabandanya ariko imana ntishobora kwemera komwonger kwica abahutu ugwagashinyaguro muritonda tunumye tubizi

  • Nukuri Uburundi buragow bugifise abantu nkabo raisonement yabo ariyo muri Antiquite!None nimba hari abakoze ivyaha muriyo myaka twebwe tubizire?Nkababandi ngo n-abandi barivye tweho komutuvuga!Ni ihorihori?Kombona hari abigiz abahinga bogusoma kahise boba basoma vyose?canke nivyo bonkejwe?Turakwiye guhinduka tukagira urukundo tugatana n-akanuka Ubututsi n-ubuhutu bwatwiciy imitima kuko twese dukomoka kuri Adam

  • nukuri ndatangajwe numushinga ntahe kumajambo avuze kimwenuko naho avuzuko ndaziko ukurarakuzi abirenzekwabizi kimweyarakwiye kubumugabo ntabumushinga ntahe

  • mbe abahutu bangye nibande ko mbona arabatutsi mwahunze ariko nivyiza mwumve natwe ico twabacuze ahubwo nigitanga nitwari tuzi ko namwe mwohunga mugabo mweho muhunga ubusa m mukagenda mutekeye ntaco ako karamaze twe abahutu twarashitste basha ubu ntituzobasiga tuzogenda twese

  • wa kijujuwe muco ko ataw e wabuze mu myaka yose abahutu twishwe bunyamaswsa ndakwumva ngo ugereranye iyi myaka 10 twari tumaze mumahoro mugabo rwariye abandi rutakwibagiye naw ubu woshikirwa ibintu sha vyarahindutse nayo domitien rwasa ukuri barakuzi wewe barabishe amaso gusa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.