Abakenyezi bakoze urugendo rw’ukwiyamiriza abaporisi ba ONU

Yanditswe na IGIHE
Kuya 3 Nyakanga 2016 saa 11:21
Yasomwe : 70398
0 0

Abakenyezi bavuye mu mihingo itandukanye y’igihugu c’Uburundi batunganije kuri uwu wa gatandatu urugendo rw’amahoro rw’ukwiyamiriza irungikwa ry’abaporisi mpuzamakungu mu Burundi.
Urwo rugendo rwatanguye mu gatondo ko kuri uwu wa gatandatu, rukaba rwari rwateguwe na "Femmes en Action pour le Développement", urunani rwegereye ubutegetsi, ruhuza amwe mu mashirahamwe aharanira adaharanira ivyicaro vya poritike, amadini hamwe n’imigambwe.
Abo bakenyezi bari bitwaje inyandiko ziriko amajambo (...)

Abakenyezi bavuye mu mihingo itandukanye y’igihugu c’Uburundi batunganije kuri uwu wa gatandatu urugendo rw’amahoro rw’ukwiyamiriza irungikwa ry’abaporisi mpuzamakungu mu Burundi.

Urwo rugendo rwatanguye mu gatondo ko kuri uwu wa gatandatu, rukaba rwari rwateguwe na "Femmes en Action pour le Développement", urunani rwegereye ubutegetsi, ruhuza amwe mu mashirahamwe aharanira adaharanira ivyicaro vya poritike, amadini hamwe n’imigambwe.

Abo bakenyezi bari bitwaje inyandiko ziriko amajambo yiyamiriza irungikwa mu Burundi ry’abaporisi mpuzamkungu, hamwe n’ugusaba ko ibindi bihugu vyokwubahiriza ubwigenge bw’Uburundi.

"Abaporisi ba ONU ntibakenewe. Amahoro arahari"
"Abakenyezi b’abarundikazi barahakanye ihonyabwobo rivugwa ku Burundi."
"Hagarika guha ibirwanisho impunzi z’abarundi ziri mw’ikambi y’i Mahama."
"Abarundikazi turanse akagaye n’agasuzuguro bigirirwa igihugu cacu c’Uburundi"


Kumenyekanisha

1
Hakizimana 5-09-2016 à 20:37

None Ko Ugworugendo . Gwagize Abagoregusa Nibovyababaje Bonyene . None Nkububoza Abagabo tukinumira Bobasubizinyuma . Akarorero Kumuhana Wumuntu Bamuteguje Ngo Nzoza Tugwane Abana Bomariki ? Nibarekere Nyakwubahwa Pita Nabobikorana .

2
Karimu 5-09-2016 à 09:03

Ibi ni byo bita guta igihe mu gihe bakagombye kuba bari gutabaea abicwa mu gihugu, abicwa na malariya, macinya,.... nimibereho mibi muri rusange abenegihugu bafite...

3
Mob 5-09-2016 à 08:57

Wowe wiyise kelain banza ujye mwishuri umenye kwandika

4
Mob 5-09-2016 à 08:52

Nzoyihere uramabyi gusa you mumenja

5
Musaga 4-09-2016 à 18:46

Izi n’Imbonerakure z’abagore,ibi ni ukwikirigita ugaseka

6
Nzoyihera B.. 4-09-2016 à 15:30

TURABAKEJE CANE UBU MURAVYARA MUGAHRKA NTIMWEMRE BAMWE BABAHEKUZA NIZIKIRIMUNDA HARAGEZE KUBIYAMIRIZA BAMENYE KO IVYO BAKOZE MUZA MILONGWIRONGWI 72 NAHO BAVYIYIBAGIZA SUKO BERA DE HABANA MBA NTIBAZOKWIGERA BEZWA AHUBWO NIBAVE IBUZIMU BAJE IBUNTU.

7
Eric Bizimana 4-09-2016 à 12:41

abo bakenyezi na bakenyerarugamba ba nkurunziza, nibareke kutubeshya

8
Mob 4-09-2016 à 09:50

Wewe wiyise vugukuri ahubwo uri vugamafuti alias ikimwenyi igihugu mwagihinduye igihugu c imbwa....el fasher

9
Mob 4-09-2016 à 09:44

None niba ingabo zabanyamahanga ntaco zimaze muri gukora iki Somalis?

10
KELAIN 4-09-2016 à 09:44

turiyamirije aba porticie babi mugihugu cacu umugambi wabo bakenyezi naje nda wushigikiye ahubwo iyo bakomerezaho

11
Mob 4-09-2016 à 08:22

Ibikoresho bya let’s.com niyo mwagira urugendo ruzengurutse isi yarurema abo bapolisi bazoza.nyabuneka mwitabire umurimo muriko murata ibitabapfu

12
Nkundurwanda 4-09-2016 à 07:32

Abamenyeshamakuru bo ku igihe.bi mwikebuke! mwamenye gute ko rirya shirahamwe ryegereye ubutegetsi ko ku vyapa vyabo ataho bigaragara?

13
gilbert 4-09-2016 à 05:45

Ndabashigikiye cane bapfasoni mukwiyamiriza abo bazungu babakoroni ngoningabo za onu, muntu wipfuriza igihugu cawe abobasoda ntamutima nubwenge ufita, kuko ahantuhose bashitse ntamutekano uharangwa, akarorero kahafi raba libya, syria, somalia et....., mwanka iyintwaro yamahoro yamutama peter, harigihe muzayipfuza mudya umusenyi nivyatsi,rero nkabarundi bakunda igihugu cacu tugwanye ivyovyihevyi vyamenyeye gutwara binwa amaraso ijoro numutaga.

14
VUGUKURI 4-09-2016 à 03:29

Abobavyeyi ntamurundi wumutima atobashigikira kuko baratandukanye caane goose nababandi muri cagihe cimigumuko biyita ngo nabapfasoni bashigikira bamujeri baturira ibintu nabantu. bavyiyi bacu, bashiki bacu komera turabashigikiye.

15
Bigirimana Audace 4-09-2016 à 02:40

Imana Niyo Yogutabara Uburundi

16
Bigirimana Audace 4-09-2016 à 02:38

Imana Niyo Yogutabara Uburundi

17
CAKIRA 3-09-2016 à 22:26

ahaaaaaaa!je niho narindi kweli nuko vyagenze kandi abakenyezi bi burundi ntibarira busema,turanse gasuzuguro

18
Sabushimike Anicet 3-09-2016 à 22:08

Imana Ibahezagire Mugire Amahoro Mwubahwe-mwubahirizwe Na Bose

19
Sabushimike Anicet 3-09-2016 à 21:49

Imana Ibahezagire Mugire Amahoro Mwucahwe.

20
Nikki 3-09-2016 à 21:33

Ubu abo baturage bazi igifaransa! Yewe u Burundi buradukinira inkinamico kabisa

1 | 2

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha