IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Urukundo > Ivyo abagore benshi batazi ku bagabo mu mabanga mpuzabitsina

Ivyo abagore benshi batazi ku bagabo mu mabanga mpuzabitsina

lundi 1er Ndamukiza 2013

Aha batubwira ibintu indwi abantu bipfuza kumenya kuvyerekeye amabanga mpuzabitsina ku bagabo.

1.Abagabo nabo nyene barakunda irya myiteguro iba imbere yuko haba amabanga mpuzabitsina
Ivyo bakabikunda nabo kumvo zibiri :
- imwe kuko umugabo nawe arafise ibihimba biryoherwa kandi imyiteguro y’imbere yo guhuza ibitsina ituma n’ibindi bihimba biryoherwa.
- ica kabiri,iyo myiteguro iraryohera n’abagore kandi umugabo ararondera guha uburyohe uwo bariko barayarangurana,,,

2.Abagabo babona ko igitsina c’umugore ari ciza
Abo bagabo ngo iyo babonye igitsina c’umugore barahimbarwa,ngo basanga ari ciza cane ngo ntabindi nivyo.

3.umusi wa 1 baranguye amabanga mpuzabitsina ngo barafashwe n’ibigumbagumba.
Nk’uko bitandukanye nivyo twokwiyumvira ngo si ubumenyi muvyo guhuza ibitsina bibuka ahubwo bibuka cane cane ikigumbagumba c’uwo musi.

4.Abagabo nabo bashobora kwigirisha?
Ego nivyo sivyimbeshere n’abagabo barashobora kwigirisha ko bashikiriye wa munezero urengeje.Na cane cane ko haba hariko n’agakingirizo ,uwo bariko barahuza ibitsina arashobora kutamenya ko habaye canke hatabaye gusesa imbuto.

5.Uburyo bahitamwo mu guhuza ibitsina
Atagitangaje kirimwo uburyo bwoguhuza ibitsina abagabo bakunda ni bumwe umugabo aja inyuma y’umugore ,bikaba ari ibintu bitazwi cane ,nico gituma batora ubwo buryo,kure yo kwibaza ko umugore aba ari musi y’ubushobozi bw’umugabo,kure yokwibaza kandi ko umugabo ashaka kwirabira ibibuno vy’uwo bariko barahuza ibitsina kurusha mu maso hiwe,ukuri ni ukundi:ni kubera ko ari uburyo bworoshe kuri rwa ruja n’uruza,,,,

6.Abagabo barashobora kwiga kubandanya banezerwa.
Hamwe n’ubumenyi buke ,abagabo barashobora kudashika kuri wa munezero udasanzwe ,kubwo ivyo birasabwa ko biyumvira cane ku bindi bintu kurusha kwiyumvira cane kuri uwo mwanya barimwo.

7.Umugabo ntashobora gushika kuri wa munezero incuro nyinshi.
Biragoye ko umugabo asubira gushika kuri wa munezero udasanzwe imbere y’iminota 10 gushika kuri 30 ku bagabo ariko barashobora kuba barakoranako.


Mugisha Nadege

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.