IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > volley-ball > Bujumbura : Urutonde rw’uko imigwi igiye guhura mu mahiganwa ya Volley (...)

Bujumbura : Urutonde rw’uko imigwi igiye guhura mu mahiganwa ya Volley ball

jeudi 15 Rusama 2014

Amahiganwa y’umupira w’amaboko mu gisagara ca Bujumbura (Championnat de Volley ball de Bujumbura) agiye gutangura mu mpera z’iyi ndwi.

Amahiganwa azotangura kuri uwo wa gatandatu igenekerezo rya 17 Rusama. Imirwi ihura uku gukwirikira:

Ku wa gatandatu hazohura imirwi ikwirikira:

12h : Rukinzo vs Rumuri

13h30 : Les As vs GLC

15h : Muzinga vs Amical

Ku w’Imana hazokina:

9h : Muzinga vs Spirou

10h30 : GLC vs New Colombe

12h : BUN vs Rukinzo

13h30 : Amical vs Rumuri

Tubibutse ko umurwi w’Intamba mu Rugamba z’abakuze uriko witegurira bikomeye urukino ruzowuhuza n’umurwi wa Botswana. Urwo rukino rukaba ruzoba ku munsi w’Imana.


Chérif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.