Accueil > Amakuru > Poritike > Amatora y’abahanuzi b’imitumba yabaye ata ngorane zibonekeje
Amatora y’abahanuzi b’imitumba yabaye ata ngorane zibonekeje
lundi 24 Myandagaro 2015
Amatora y’abakuru b’imitumba yabaye kuri uno wa mbere igenekerezo rya 24 Myandagaro 2015.Icibonekeje nuko abitaba ayo matora batari benshi mu gisagara ca Bujumbura.
Mu bibanza bitandukanye ahabereye amatora y’abajenama b’imitumba n’ama quartier ari nabo batorwamwo abakuru b’imitumba n’ama quartier,yatanguye nk’igihe c’isaha icumi na zibiri n’igice mu gatondo.
Abapolisi hamwe n’abasirikare bibonekeza cane muri ivyo bibanza bacunze umutekano.Mu bice bitandukanye gushika igihe c’isaha zitandatu nta kintu cagenze nabi cari bwibonekeze.
Mwomenya ayo ariyo matora ya nyuma abaye inyuma y’amatora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka,abakenguzamateka,n’umukuru w’igihugu.
Van Naris Mugisha
Messages
24 Myandagaro 2015, 13:30, par None?
Nezacane turishimiye kwanatora yose arangiye yindongozi zigiye kuturongora muriyimwaka itanu irimbere, ubworero tuzobatwongera muyandibatora yomuri 2020 murakoze.
24 Myandagaro 2015, 15:19, par romeo
ikibabaje nuko abantu bo mu kanyosha bitoza mu kinanira3
24 Myandagaro 2015, 15:21, par romeo museruko
ikibabaje nuko abantu bo mu kanyosha bitoza mu kinanira3
24 Myandagaro 2015, 15:58, par emma
ndashimiye abitavye amatora bose kuva atangura kugeza ahere, nibo barundi bihaye ubwenegihugu kandi bakunda igihugu cabo. Ndasavye nababujijwe gutora bivanye nabo bayoboka ntibikumire nibakundane nababanyi babo na bagenzi babo eka twese dukundane trbrnd