Accueil > Amakuru > umutekano > Bujumbura : Hamwe muhumvikaniye amasasu hazindutse harasakwa
Bujumbura : Hamwe muhumvikaniye amasasu hazindutse harasakwa
lundi 29 Ruhuhuma 2016, par
Amasasu hamwe n’ibisasu biturika vyarumvikanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa w’Imana ushira uwa mbere muri zone za Jabe, Nyakabiga, Bwiza, Mutanga, Rohero.
Mu zone ya Nyakabiga, hamwe muhumvikaniye ayo masasu hazindutse habera igikorwa c’ugusaka ibirwanisho.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, OP1 Pierre NKURIKIYE yamenyesheje ko ari abaporisi bari bikanze baca bararasa, ariko ko ayo masasu atamaze umwanya munini.
IGIHE
Messages
29 Ruhuhuma 2016, 11:46, par ernest
Twarabahinyuye abobasaka nibonyene baba baraye bararasa kuko iyoyaba bari abarwanya ubutegetsi barasa bogiye kuza bararasira ahonkurunziza aba Gaston reverien Bunyoni kuko abo nibo bakokeza urwanko nintambara muburundi kuko ningora turimwo nibo bazidukwegeyemwo igihe abarwanya ubutegetsi boba bahari koko jewe mbona vyoba arivyiza baraye baratera amabombe aho abobagabo nadondaguye baba kumbure bocabikebuka kuko boca babona kwivyo bagira abandi nabo vyobagerako bagaca baja mubiganiro
29 Ruhuhuma 2016, 12:54, par Kazadi
Igihugu kiradukeneye twese nubwo hakiri intumva
29 Ruhuhuma 2016, 14:24, par Jms Batwenga
Kwikanga Nivyo Birumvikana,yew Abaraye Itiro Bihangane ariko Nuburuhe Bwishi Nivyobabonye; Amezi Cenda Kwizamu Utaruhuka Nihatari!
29 Ruhuhuma 2016, 19:54, par EZIDE
BARABESA
29 Ruhuhuma 2016, 20:03, par mvumbuzi
nimwihanganemukomezegusaka.abandibakomez’amasengesho.
1er Ntwarante 2016, 13:58, par Juvénal
Nukuri Imana Ishimwe Kubona Atavyononekaye.Nimukomere Kumuheto.
5 Ntwarante 2016, 09:43, par Leo
NUKURI MURI INTAGOHEKA.
8 Ntwarante 2016, 14:11, par Gonzague
Mwenewacu Nkurikiye Buvugisha Ukuri Nkumugabo