IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Cibitoke: Abantu bane bakubiswe n’inkuba biturutse ku mvura y’igihuhusi

Cibitoke: Abantu bane bakubiswe n’inkuba biturutse ku mvura y’igihuhusi

mardi 29 Nzero 2013

Abantu bane baritavye Imana,batanu nabo barakomereka biturutse ku mvura y’igihuhusi yaguye mw’ijoro ryo ku munsi w’Imana.

Ico gihuhusi caguye hagati y’isaha cumu na zibiri n’isaha zibiri z’ijoro.Imitumba yasinzikajwe n’ico gihuhusi ikaba ari imitumba ya Mabayi,Bukinanyana na Mugina iri mu ntara ya Cibitoke.

Iyo mvura kandi yarononye ibintu bitari bike,harimwo amazu 17,amasengero yasambuwe n’iyo mvura,hakaba hari n’imirima itari mike yononekaye.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.