IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > CNARED yashize ahabona inzego zayo

CNARED yashize ahabona inzego zayo

vendredi 21 Myandagaro 2015

Inama y’igihugu ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro ry’igihugu,amasezerano ya Arusha n’intwaro ishingiye ku mategeko CNARED yasohoye inzego zayo,ibicishije mw’itangazo no2/2015 ryo kuwa 20 Myandagaro ryateweko umukono n’umukuru w’inama Leonard Nyangoma .

Nkuko vyashikirijwe na Jeremie Minani asanzwe arongoye umurwi wo kumenyesha amakuru mu runani CNARED,umukuru w’iyo nama ni Leonard Nyangoma,icegera ciwe ca mbere ni umushingwamanza Francois Nyamoya,icegera ciwe ca kabiri ni Onesime Nduwimana yahoze avugira umugambwe CNDD FDD.

Umunyamabanga nshingwabikorwa ni Pacifique Nininahazwe,icegera ciwe ni Frederic Bamvuginyumvira icegera c’umugambwe Frodebu.

Izindi nzego zihuriye mu mirwi iyo nayo ikaba igizwe n’imirwi ijejwe ibice bitandukanye :
Umurwi uraba ibijanye na politike n’umugambi w’amahoro no kumenyekanisha urwo runani hagati mu gihugu urongowe na Bernard Busokoza,umurwi ujejwe imigenderanire urongowe na Gervais Rufyikiri.

Iyindi mirwi ni umurwi ujejwe umutekano urongowe na Alexis Sinduhije,umurwi ujejwe ubutunzi urongowe na Eupfrasie Bigirimana,umurwi ujejwe kumenyesha amakuu urongowe na Jeremie Minani,umurwi ujejwe agateka ka zinamuntu,ubutungane no gufatana mu nda urongowe na Vital nshimirimana.

Abahanuzi ni abahoze barongoye igihugu,abahoze barongoye inama nshingamateka,umukuru w’inama nshingamateka Piyo Ntavyohanyuma .

Umuvugizi w’urwo runani ni Chovineau Murwengezo,icegera ciwe akaba Pancras Cimpaye.


Van Naris Mugisha

Messages

  • aba bose bararondera kuba president dela republique du burundi ,ibindi ni ukutubesha, none Pacifique ko atarondera ivyicaro vya politic none bakaba bamushizemo azovyemera canke yaraduhendaga atwohereza muri manifestation.
    bazorahira ryari imbere y’ababijejwe?

  • IBI NIVYIZA UBWO BATANGUYE KWITEGURIRA AMATORA YA 2020 NAKARE AMATORA TANGIRA GUTEGURWA ANDI AHEZE,NAHO UBU MURI 2015 NDABONA BIRIKO BIRABASIGA CANE.

  • jewe ico nsavye umukuru wigihugu nyakwubahwa se wabarundi petero nkurunziza koyaraye yitorewe nabanyagihugu aba bagabo bose bashizwe kurutonde na [cnared] bose abahakazi kuko inzara irabamara bace bacumura kumana biyumvire ico badashoboye gukora barundi barundi kazi muntara 17 zigize igihugu cacu tubandanye dufatana munda in peace. thanks.

  • Ronkibintu muzopfamwangara mwankezimwe moize komwamwibagiye muzokorerahehe? Ibiromwavyubatsehehe mumwnye ko inkubansa zidasangira igicu

  • Komera Kumuheto Batama Tubarinyuma None Iyo Leta Irihh?Ubwo Ntimushaka Kuduta Murudubi?Non Inyuma Ya Le26hazokurikirik?mweho muzorahira ryari?turabanyotew kandi turabakej

  • Twobasaba ikiringo bazorahirirako imbere y’abarundi n’amakungu turabe uko bizogenda mugabasha jew sindavyizey yuko bizohava bikunda kuko abarundi barahejeje gutora ikiri kumutima ndumva bitazobornhera kurahira imber y’abantu batatow!baragez turabe nabo sabana barahabona!!!

  • Basha havuyemwo Rwasa gusa baramutaye canke baramwinuba kubera iri muri leta?

  • Ntaco banz, nibakumd bemer inzgo zihari.

  • ewe nijimbere iyonzaruvuga rindira uzoyibona kwarinzara uzoyikugura uyumuns uraryohew ejo uzorira ubure ikiguhoza

  • Uko ni ukugumuka nyangoma yipfuje gutegeka yishe abatavuka
    Bururi bose biranka yantumwe kwica
    Ntibantunganya na
    Minani mu 1997 ngo kuko bapfuye abantya
    Bururi boca babasubirira
    Bampa mission ndagenda mfise lance loquete
    Ama
    R4 10 naciye mu kamenge mpanuza umuhisi adolphe ambwira ati ntukore ibara
    Bosco na mbawa baca bancira ugo gupfa imana irakinga ndabimenya nca mva muri fdd ikiyobowe na ndabarushimana antoine aliace mbawa na ndayikengurukiye jean bosco ni vyishi sinorônka aho ndavyandika amabi ya nyangoma

  • ivyo mugira vyose intumbero y’Imana niyo yo.pourvu k ineza y’igihugu nabakibamwo ishirwimbere.

  • Nintara 18 ncutiyanje, ariko nkuko wabivuze twariyemeje gufatanamunda ntituzosubirinyuma inyuma nihabi, ngirango warabibonye Cibitoke, na Kayanza, kandi abaribibajije ko rwitaha barabonye kobidashoboka ububakora nkivyihebe ivyokuza ngoduhangane vyarabataye kuwamazi, arikonyene amaro yokuguma twiteze kobagaruka araturembeje kukotwaritwarapaze akantuntashoboye kuvugirangaya tuzokorerera abazosubiragutera katazigera kibagirana kw’Isi yose.

  • Dans votre combat du CNARED, vous gagneriez a integrer la dimension juridique; Pacifique et F. Nyamoya savent de quoi je parle et je ne vois pas ce qu,ils attendent. Arusha mis a part, le 3eme mandat de Nkuruziza est une violation de la Constitution burundaise. Ceci a lui seul suffit pour intenter un proces en inconstitutionalitE aupres de la Cour EAC. La saisine est recevable et l,execution du jugement obligatoire. Cette victoire juridique forcera Nkurunziza a quitter le pouvoir malgrE lui. Ouvrez un canal de communication si vous voulez des complements juridiques la-dessus. Cette demarche est plus rassurante dans ses resultats, que le fameux dialogue que vous quemandez depuis. Nkurunziza continuera a se moquer de vous et de la CI.

  • Je nkumurundi kandi maze kubona ibintu nibindi ndakeje u mukuru w,igihugu Petero Nkurunziza I mana yo mushobora vyose imujimbere uburundi bwaho hambere sibwo Burundi bwuno munsi. Abibaza ko bashobora guhindura ibintu munkina mico bamenyeyuko abarundi baciyubwenge kandi bamenyukuri. Aho babiri canke batatu bazoba bakoraniye ngonzoba ndihagati yabo. Imana ibahumugisha.

  • Erega Nyangoma ivyarimwo arakora mumisiheze vyariyumvirwa nabeshi mubarundi, ariko twasanze uyumwanya atarimwiza wokubikora nicogituma uzokwishinga guhondagura ariko ntiwugururirwe kandiwariwibazako harihabantu barikwukugururira, ivyurimwo ubuntibikunda ariko gukomeza kwica abantu nubwo atacobizokumarira ukoresheje buryaburyo bwagikotanyi uzobica abataribake raba Adolphe, Bikomagu nabandi murarabije!!!.

  • nyongoma nukuri siwewe urarushe mumutwe kuko nagukurikiranye kugitutsi kibishe kinuka bw,amaziranto yazananye mukanwa kawe ahokuyacisha ahoyagenewe ukaba wayacishije mukanwa kawe!! urubahuka uradedemba ngo abarundi isinzi dushigikiye NYENICUBA PIERRE NKURUNZIZA NGO TWESE TURI IBIPURIZO!! INZEGO Z,UMUTEKANO PNB FDN ZOSE NGO NIBIPURIZO!! IMIRWI YOSE IGIZE IGIHUGU NGO NIBIPURIZO !!NDASAVYE UMURUNDI WESE W,UMUTIMA WO MURIYO MIRWI WAKUYEKO AGAHUZU UWUZOKUBONA WESE wewe nyongoma leonard aguce umutwe atawe arinze kubaza kuko TWEBWE ABARUNDI DUSANZE ATAMUTIMA UFISE.nyokongoma uzohera nkifu yimijira urakavumwa n,IMANA. NDASAVYE NTIMUREKO KURUBUGA IKI CIYUMVIRO NSHIKIJE nyangoma,ndaziko muknda guhengama abomuriki kinyamakuru,murakoze.

  • mbega nyangoma yaritoje?ivyobintu bizoherera he?

  • ndasavye Nkurinziza mbere yo guha imyanya aba batavugarumwe na leta azabanze arabe neza ko buzuye mumitwe yabo canke batarota kumurango.

  • Turaba Shimiye Batama Kumigambiyanyu Ira Mushishikare Mukore Tuzobarwa Inyuma Twebwe Abarundi Yaba Imetero Tuzoy ibaterera Kuko Nivyo Bitoreranda Twarazibaha Mbere Bagatako Bakatunyaga Ndetsemwebwe Imana Ibazigamei

  • icokintu bakoze ntikigaragara neza kuko bahereye kuco boherejeko bisa nuguhahamira ubutegetsi ne jamais chanter la victoire avant le match

  • Nyangoma na biwe bararushe,natware ivyo bihwiji nyene.

  • ntagaciro ndabihaye mwese muronderera inda zanyu gusa pacifique yagiye muvya politique gute kandi ari muri societe civil murahaye muramenyekana mukitubesha

  • Kazemutama Udukreko Akagwi Kankurunziza Umurundi Atarushe Nigipfamutima Kimwe Bita Ipurizo

  • NATWE TURI KUMAVI.NYANGOMA NABAWE MWIJORO MURONGORWE NINKINGI Y’UMURIRO.KUMURANGO NAHO MURONGORWE N’IGICU.IMANA IRIKUMWE NAMWE.

  • Nobashigikiy Nosubiy Busokoza Arimubish Ndaday Non Ubu Aharanir Iki? Iyo Mutor Abantu Batagirizwa Akabi Nkako.

  • EGO KWELI IYO BUREAU NIYO IRUBATSE NEZA CANE ,,,KANDI AMABANGA MWESE MWAROSE MBONA MUYAKWIYE KOKO ,,,NIRYAMBERE KUVA UBURUNDI BWIKUKIRA TURONKA UNE STRUCTURE YUBATSE NEZA NKIYI ABANTU BOSE BIBIHANGANGE BARIMWO,,,,,,mais sachez que vous n’avez pas Droit àl ‘echec

  • emwe kokayine nimbi nibayirwanye nivyo irasaza garanti yayo mumubiri imyaka 5o ans

  • rek turab iyo bizohere kweli.mb none bazoza muburundi ahoho bazohava baca bicwa nya mwarirya umenga kashushe

  • ah mwaburiw ko mur hanz ivy’igihugu murabizi.

  • ah mwaburiw ko mur hanz ivy’igihugu murabizi?muregera mwes mutama nkurunziza.

  • kweri nyangoma uzopha wabira nkinyanana,kuva kuri mbirigi ntanigihe nakimwe wigeze ubona kwamatora yabaye mumuco nikindi naho uri ntanumwe agushigikiye mbabazwa n,uwugutunga micro.

  • Muribipfamutima vyabarundi mbese mwahahamuste? CE mwurira indege rero muze muyishingire ngaha ibujumbura numunsi nyene murabe ko gwitaha ndababwire muzosazira mubuhungiro basha.

  • Kumbe bwabundi nawe Nyangoma MWe na Pangrasi muri mubishe Ndadaye? Ubwo Busokoza musangiye iyo reta ntimumwibuka re azomanze abasokoze basha Niko rafikiyake yarayeke Bikomagu yaraye ashitse yo bo bo bobikuriye muburiri ngira ivy a Ndadaye mwaravyibaye se we nihobavute anti uwurushe natura kumavyi ( ahobaneye) namwe mwarushe naho mutuye ngo muruhuke

  • Mumajambo make vuge uti umugwi wi kiroberi ugizwe Nabamureke kwiyitirira ivya Arusha bamwe murimwebwe mutanayemera. mbere mweho mukugena iyo reta mwari mwashigikiwe na makungu nka za amerika , ububirigi, ubufansa nahandi ko nzi murabaja bivyo bihugu?

  • jewe ico nomenyesha abarundi namakungu hamwe mwosigikira iyo kudeta iriko ikorerwa hanze twoba tugiye gushira nkabana bimbebba uyo nyangoma muramuzi ntakindi ashaka atari ubukuru bwigihugu muribuka 2O1O abonye adatowe yaciye yirukira mumahanga kubabesha ngaratotejwe atawe amuhize kuko ntakunda barundi akunda inda yiwe ati gute? barundi mubigenzure simbabesha abobagabo nabo birikumwe nibo basubije igihugu inyuma mukwiruka isi yose basabira abarundi ibihano aho bobasabiye infashanyo ngo barabakunda namba twarabahinyuye gusa barundi kanura simanda si arusha ninda zabo bagumutsi ariko bamye basubiza igihugu mwihumbi ico nobwira abo bagumutsi ntibihende ngo binjire muburundi kungufu kuko boba biyahuye kuko abarundi twaciye ubwenge ja mubiganiro kandi mwemere gutwarwa ikibnza kimwe nticobakwira demokrasi nugukorera hamwe sugusambura mugakoresha ingufu naho abarundi turabona mushaka abo mutwara kungufu bariho aho murwanda bamwe babakurikira atawe abirutseko kagame abakebere agapande mushiremwo iyo reta muburundi noo

  • Aba Dd Muraryohera Pee!Nkuru Arabaca Kw’imigani Imyinyo Mukanikira Ntimutahur Na kimwe,ugira Ngw’arabesha!Eka Muzohera Nk’ifu Y’imijira.

  • Aba Dd Muraryohera Pee!Nkuru Arabaca Kw’imigani Imyinyo Mukanikira Ntimutahur Na kimwe,ugira Ngw’arabesha!Eka Muzohera Nk’ifu Y’imijira.

  • mbe basha bafise inguvu izihe?Nibareke kwizeza abarundi ko bizoshoboka bidaku bararushe nibareke gubyina cnk iyo changement nibayinyarutse hma turuhuke.

  • Suma urenga Nyangoma Suma renga nka Rusama

  • ABOBANTUBOSE BAGIZE UWOMURWI SINOVUGAKO ATABWENGE BAFISE AHUBWO BAZOJE KAMUGANGA KUKO BARARWAYE

  • Nyangoma nabo muri kumwe muhirwe niyo reta yanyu.ariko ntaco imaze ahubwo aho mwayishingiye namba mushaka kubirukana barabareba neza

  • ewenyangoma uribesha turakuzi mwege murahunga hanyuma ngo mwarahiye ngomutwarigihugu wewe nabo murikumwe muzohera nkifu yimijira,bamwe bapasifike ngo ntibaharanira inyungu zaporitike iyoreta yanyu bayigiyemwo kuber iki imigumuko yabananiye none ngo mwashinze reta twarabahinyuye

  • Mwari Mwaratevye Tubereke Aba DD Ko Turiho Werindira!

  • Ibikotomugupfa.Bimeramababa.Nyango.Wananiwe Nintambarayariyoroshe.Ahokuyigwana Ushimamahera Ugurishabasoda!Bahatorwana,nya Pita Icona Uzogwinyumayigihugu

  • Ewe Nyangoma urarushe!politik yawe irashaje kabisa!!

  • NTAMUSHOFERI ANYONGERA UMUDUGA HANZE ATAWURIMWO. ARINJIRAMWO AGAFATA VOLANT ARI INDANI. MUGABO MBONA IVYUBU VYARATEYE IMBERE AHO BASIGAYE BATRANSFERA UMURIRO MU MABATERIE YA FONE (CHARGE TRANSFERT), NGIRA NUKUNYONGA IMODOKA UTAYIRIMWO,NTANKEKA KO BIZA VYARADEKUVUWE. NYANGOMA, NAGITWARIRE HANZE MURI ETHIOPIE, MAZE NANJE NDI MURI ZAMBIA AZONGIRE UMUKURU W’UMUTUMBA WA RUZIBA. KANDI NZOWUTWARA ATACAMIRA NIBEREYE MURI ZAMBIA.

  • Nimuze mwubake igihugumu mureke kujujuta murabarunda? ntanzuyubakwamuyindi umwana atorana ahaba

  • emma
    murahinyutse basha, twari tubizi ko atakindi murondera atarugutwara uburundi, hahahahahaha ndabatwenze kandi ndabavumye ntaneza mushakira uburundi na barundi,kandi murabe neza muriko murondera urupfu kandi nago muzorubona. iyo migwi jana mungo iwanyu

  • Mbega ayo mazina mwandice nivyo koko? bari murugwo runani? Murugwo runani abajejwe umutekano ntibarimwo? abaserukira ugwaruka bo? tutibagiwe na bakenyenzi ba ntanga_majwi. turabakeje. Imana ibaj’imbere uko mwatanguranye abe ariko muzosozera.

  • Ahubwo numva inzego zotwar igihugu zikwiye.nibaze bakure iki gihugu mu kaga

  • ARAHIMBA AHISE UMUTAMA MUGUPFA ARAVYIBUHA EWE NYANGOMA UGUTWARA KUVA KUMANA NCUTIYANZE BIMENYE

  • ewe Nyangoma uriyahura, ubu murizey ko muzohonyora kugataka kuburundi?

    Ha nawewe vuba tukwubakira Monument

  • Abo bose bari inyuma ya nyangoma nibasabe ikigongwe aba dd baheze batahuke baze gufasha abandi barundi( bari kuri terrain)

  • Ewenyangoma ntiwibazeko uburundi kwari zayire yakera gumamurico gihugu cabatutsi babuze kugutahurakera ubuho baragutahura mugabomumenye korutitaha karibu

  • Ivyo bontu biratangaje kuko abo bantu biragaragara ko atakintu nakimwe biteze kumarora abarundi. Turavye uko tubazi ni abagomba ivyicaro n’amaronko gusa. Biratangaje kondi kubona abahoze biyita amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike bafata iyambere muri mwene ivyo bikorwarwa bigaragara ko ari ivya politike. Imana ifashe abarundi n’igihugu kuko abogikijije canke bagahanura aribo babaye abambere gufata inziro yo kuconona. Hari abo bitahuritse kandi bidatangaje n’abandi bigoye kwemera no gutahura. Ni bahindukire igihugu n’abarundi ntibikwiye kwama mu ruhagarara.

  • Irihnyabwako rigombakugirirwa Abahutu ,ririko Ritegurirwa Muri Ethiopie Naryo Murivuga Kwiki?

  • Burya Nasanze Nihenze Ntabwo Ari Ethiopie,sinibuka Igihugu ,ariko Na Kagame Arimuri Iryotegugwa, mbegahoho,kw’amakuru Yanyu Atumvikana Kumaradio Ka BBC Canke Voix D,AMERIQUE.?

  • Mbegahoho Muzokoresha Inguvunya,niba Ari Inkoho Muzozikurahe Ko muburundi ata Nkoho Bakora.?

  • CNARED,nimunyarutse twarambiwe,sitwe tuzobona harageze ! Turindiriye ifirimbi.

  • komera mutama mwese murabene gihugu gusa

  • ahubwo je ngaho natahuye kimwe. bashaka kubandanya akajagari gusa nayo ivyo gutwara vyovyo ntavyo bashoboye. nkako gatama koko ngo ni nyangoma karinze kananirwa kakibasha ubu niho kazobishobora? ikawa yacu kagiye gatembagaranye kakaganza kudutuka gusa ngo turi ibipulizo; turamurindiriye kandi bamenye ko tutakiri muri ya myaka baze bamuturekere twebwe abanyagihugu twenyene tuzomwereka ko turya dukaravye.

  • Nyangoma.1993 warugifis ubweng,ariko ububwakujanye.ahontiwozugafata nabandi kwubak igihugu?abobagabo,harimwo ba Pie naba Rufyikiri baraguhenda.babony batiyongej bacabatangura kwonon isahani baririyemwo,kand bobobari bigeranij.raba rwasa.abahtu mwapfuyuko,

  • Ewe nyangomawamenjeroreraumunsibaguhindukiriyentitwamenyakoufisebeneivyovyiyumvirororeraumunsibaguhindukiriyeurakinwkurwandawibazakobagukundanumurundiyahorakwiyumvamwotukuvuyekowaramenjeutigaruye.

  • Hahahaha!biratwengeje kweri.ivyari vyovyose harimwo abakurikiye ubwije bazicuza icatumye baja muri CENERED!reka tubirindire muzombwira.

  • None Bizogendagute Ko Numvishe Arinkuba2 Zigiye Guhurira Mugicu? Emwe Reka Basenga Dukomeze Ndabonisi Muyimaze Kare Muteye Yesu Kuza Hataribwagere,

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.