IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > CNARED yatumiye abarundi baba mu mahanga mu birori vy’ukwibuka NDADAYE (...)

CNARED yatumiye abarundi baba mu mahanga mu birori vy’ukwibuka NDADAYE Melchior

jeudi 15 Gitugutu 2015, par egide

Urwego CNARED rutumira abarundi baba mu mahanga mu birori vy’ukwibuka imyaka 22 iheze umukuru w’igihugu NDADAYE Melchior agandaguwe.

Mu butumire bwasohowe n’urwego CNARED, bamenyesha abarundi n’abakunzi b’Uburundi ko ivyo birori vy’ukwibuka incungu ya demokarasi bizobera mu gihugu c’Ububirigi, kw’igenekerezo rya 21 Gitugutu 2015, igihe c’isaha cumi n’imwe n’iminota mirongo itatu (17h30).

Ivyo birori bizotanguzwa n’inkuka y’imisa y’ugusabira NDADAYE Melchior izobera kw’isengero ryitwa Eglise Saint Roch, riri kuri Chaussée d’Anvers no.60 - 1000 mu gisagara ca Bruxelles.

Inyuma y’iyo misa, ibirori n’agatutu bizobandaniriza kw’ibarabara ryitiriwe Marcq no.25-1000 mu gisagara ca Bruxelles.

Muri CNARED bamenyesha abafise ico babaza ko bohamagara :

Bakunda Athanase ( 0485633857)
Cimpaye Pancrace ( 0492512361)
Ndahabonima Jean Berchmans (0485177485)
Ndagijimana Philippe ( 0487104696)


IGIHE

Messages

  • Komera batama bacu,ariko Nyakubahwa President wigihugu c’uburundi Nyenicubahiro Leonard Nyangoma mumumenyeshe ko twebwe ataburyo bwo gushika Bruxelle dufise mugabo italiki 21 isaha 17h:30 tuzoba twifadikanije namwe bategetsi bacu,Imana ibazigame.

  • Nivyiza kuba mwiyumviriye gutegura umunsi wukwibuka umukuru wigihugu twabuze tutanka nyakubahwa Ndadaye Melchior.

  • Mbe mudutumira ngotuze gukoriki,je préfère kuja gufatanya nabo muri ambassade,abo basazi naaabo ,mbega hazoba harimwo abatutsi bangahe?

  • Nagira ngomuzobikorera ahantuhari mugihugu cuburundi!?. None ivyo ntivyamabiba nicogisinaredi cikusanyirijemwe abagenzwa nubwicanyi nubugambanyi kitarabaho?

  • Nivyiza Cane Kuko Natwe Duca Tumenya Ko Mubaho.Mugabo None Ibikorwa Vyose Muzokwama Mubikorera Hanze Yigihugu?Murakwiye Kuza Mugihugu Kuko Turi Benshi Tubashigikiye.Turemeye Kuzokwifatanya Namwe Naho Ataburyo Dufise Bwo Gushika Hiyo.Imana Izigame Uburundi Nababurimwo

  • CNARED izaba iri mubiriri byo gushibyagura kuko ibyo birori bizaba byuzuyemo ba Sindumuja benshi kandi tuzi twese ko intego yabo ari ukurimbura umuhugu muri wa mugambi wabi Hima-Tutsi

  • muzogume iyo twe ngaha muduhe amahoro. bazobahe quartie aho belgique muyitware uburundi mubuhe amahoro.

  • rekakuba mwitwenga mwaramwishe mwongere mumwibuke?erega icokintu bita cnared kigizwe na batutsi bishe ndadaye.ahubwo kuzobarukumukina kumuvyimba.

  • rekakuba mwitwenga.mwebwe mwokwibuka uwomwishe gute?twarabahinyuye icokintu bita cnered kigizwe na batutsi arinabo bamwishe bafashanije nababirigi ivyanyu twarabimenye arikubu ntimuzosubira ukundi.

  • rekakuba mwitwenga nimwe mwamwishe mwongere mumwibuke?muzobamuriko muramukina kumuvyimba,turazi icokintu bita cnared kigizwe na ba hutu bivyitso nintagondwa za batutsi arinazo zishe nyakwigendera

  • komera ntaco bitway nuburenganzira bwanyu,mais muzosanga bamw bamw twaraheze.ewe mana fasha uburundi,mbe twagukorey iki cotuma twirirwa turicwa ubona!ndacur intimba...

  • Mwakwibuka Bikomagu ra ko aribyo byabaryohera!!??

  • vyabananiy kurondera amahoro kwibukako murabishoboye begako mutibutse gwagasore ntimubonako mushaka kugarukana amacakubiri nimugezaho

  • Ko mutadutumiriye kwibuka nyakwigendera incungu yo kwikukira kwacu Prince Louis RWAGASORE?Ubwo ntimurimwo amahinyu?

  • Mw Muragr Ivyo Mugmb Tw Ntavy Tuzitab Mw Muragnda Mupampuk Muzz Mudusang.

  • iyo nintimba y uko mwatay igihugu

  • Murakmoze Cane Kumwibukira Hiyo Kuko Muburundi Utari Umwicanyi Nomumisa Yokwibuka Incungu Z’ Uburundi Ntibakwemerera Kuyijamwo. Twarabibonye Igihe Twibuka Rwagasore. Nimwibuke Incungu Ya Demokarasi Muserukire Abarundi Bose Kuko Abapfungiwe Muburundi Nkurunziza Atabibemerera.

  • CNAREC izaba iri mubirori byo gushinyagurira umuryango w’ umuhisi Ndadaye. Kuko abazaba buzuye muri ibyo birori ni babandi bitwa SINDUMUJA bafite intego yo kurimbura abahutu kwisi..Nibagende abo baginga turabazi.

  • ivyo vyari vyiza nuko mu burundi bisigayebigoye atawuzi kwazonahashika muga ntawuzi ikiramutsinyongori

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.