IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Colonel Richard Hagabimana yahagaritswe n’igipolisi

Colonel Richard Hagabimana yahagaritswe n’igipolisi

lundi 29 Ruheshi 2015

Richard Hagabimana w’ipete rya Colonel mu gipolisi c’igihugu yarahagaraitswe n’abajejwe umutekano.

Amakuru ava mu nzego z’umutekano,amenyesha ko Colonel Richard Hagabimana yahagaritswe inyuma y’isakwa ryakozwe ku rugo iwe.
Ayo makuru nyene amenyesha ko Colonel Richard Hagabimana, yagirizwa kuba ari mu murwi w’abasirikare bagomvye gutembagaza ubutegetsi,kandi ko abifisemwo uruhara.

Mwomenya ko hari abandi bategetsi mu gipolisi n’igiisirikare bamaze gushika mu mabohero atandukanye bagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.