IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Dj Pro yamirira kure ico yise urunwarunwa

Dj Pro yamirira kure ico yise urunwarunwa

vendredi 24 Ndamukiza 2015

Umuririmvyi DJ Pro yiyamirira kure kuboba bibazako adahuza n”umugore wiwe kumvo y’uko aheruka gusohora indirimbo yise Nivumiriye.

DJ Pro avugako yayisohoreye abantu benshi muri iyi minsi hibonekeza ukudahuza mu miryango, arico gituma asaba ko bokwihanganirana abicishije muri urwo ruririmbo “ NIVUMILIE ”.

Ikinyamakuru IGIHE. bi kimubajije namba hari ic’ ateguriye aba nywanyi biwe muri iyi minsi bamwiyumvamwo cane yishuye ati:”Cane gose, amasanamu abiri y’indirimbo MAISHA aisha na MUZIKI na NIVUMILIE hamwe n’iyindi ndirimbo ndiko ndabategurira.

Tubamenyeshe ko Dj pro yamenyekanye cane ku ndirimbo KALEKATOTO yakoranye na Mkombozi na frank G80, Iyo ndirimbo nyene ayisubiramwo hamwe na Sat-b aho naho yayise KATOTO RMX.

Kurikira indirimbo Katoto Rmx by Dj Pro ft Sat B & Mkombozi


Bill Nkurunziza

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.