Accueil > Poritike > Domitien NDAYIZEYE :Leta ntishaka ko amakungu abona ibibi bikorerwa mu (...)
Domitien NDAYIZEYE :Leta ntishaka ko amakungu abona ibibi bikorerwa mu gihugu (Video)
mardi 26 Mukakaro 2016, par
Source: Tele renaissance
IGIHE
Messages
26 Mukakaro 2016, 12:58, par Kanyosha
Uramaramaje nukuri ngirango uyumugabo ntasoma ngoyongere yumvirize amabi arikwarabera mubihugu vyomy’Isi!!!
Uyokubwira ngukwiragize abasirikare mpuzamakungu muriburigihugu cumvikanyemwo abagizibanabi wobaronka?
Ubunturamenyako abajejwe umutekano buburundi bashoboye muvyukuri!?
Yomba arabakotesha yanzuyawe bobabagabanutse ukabushaka abaza kubwishi kugirayuzuremwo abayikoreramwo!!!
26 Mukakaro 2016, 16:53, par tari
Jewe abantu bo mukarwi ka nkurunziza mwaranyobeye niba muziko inteko mvamakingu ataco zimaze mweho muzirungikiriki hanze niba muvugako inteko zohanze kuba ari ugusuzugura ubwigenge bwigihugu mwebwe zirya murungika birya bihugu muzirungikamwo nta bwigenge bifise
27 Mukakaro 2016, 01:05, par tari
Ariko ndobutse inteko zigiyemugihugu runaka reta yicogihugu yavyemeye vyitwa kugiyekugarukana amahoro, ariko ugiye reta yicogihugu itavyemeye vyitwako wayiteye.
Nciyenibukarero kwaho abasirikare buburundi bagiyegutabarahose amareta yivyibihugu niyoyabayabasavye tuvugishijukuri biratandukanye nibi vyogusaba kuana intekongaha Burundi, mbere abashaka kudukurako Nkurumbi borondera izindinzira bakoresha kuko ikixinteko ntafatiro gifise mberecatumye abasirikare ba Nkurumbi bipanga gusumvya nukwobahoze.
27 Mukakaro 2016, 01:23, par Morodikayi Jon
Nubwo abo basonda boza Nkurunziza atarafatwa rwashirwe mu mpimba ntabantu bazoreka gupfa kuko umukuru wabicanyi nuwubatwara.
7 Myandagaro 2016, 10:44, par arexisi rwasa
no ne wwe akuba ngamiye gute abantu nka mwentimukwiyekuba mubu rundi ndakeka mu tari abarundi mushira imbe indazanyu mukibagigwa abanyagi hugu kobasho nje kubarusha aba nyagihuguba rarambiwenivyomwikoza imana ibahe ubwenge
30 Gitugutu 2016, 19:59, par JOSEPH JULIUS
AHUBWO NYAMBA YARANANIRANYE!MBEGA ASUMBA OSAMA ,CANKE KADAFI ?NONEHO BURAKEYE BABIBONE.KUKO NAWE NYA KIVYAGWA CA BIRORI ARIWE NKURUMBI NTACO AMAZE.
30 Gitugutu 2016, 20:16, par JOSEPH JULIUS
EREGA NGIRA YARANANIRANYE.HO MWAVUGIYE!!AKOMORA ABANTU IBIHUMBI AHUBWO NANYONGWE .UBU NAHO AMAHERA AYARONDERA MU BANYAGIHUGU.MBE HOHO ASUMBA OSAMA N’ABANDI?