IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Gospel > Emmy Smith arabandanya kwamamaza inkuru ya Yesu kristo kuri (...)

Emmy Smith arabandanya kwamamaza inkuru ya Yesu kristo kuri bose

mercredi 21 Myandagaro 2013

Mu ntumbero yo kubandanya yamamaza ubutumwabwiza bwa Yesu Kristo, umuririmvyi Emmy Smith yaritavye ubutumire mu rubanza rw’ubugeni aho yari yajanywe ahanini n’ugushikiriza ubutumwa bw’ijambo ry’Imana biciye mu ndirimbo.

Mu kiganiro n’ikinyamakuru IGIHE, Emmy Smith avuga ko iyo abonye ahantu hakoraniye abantu benshi, aca yumva yohatanga ubutumwa bw’ijambo ry’Imana abicishije mu ndirimbo. Muri urwo rubanza rw’ubugeni, Emmy Smith avuga ko yari yabwiteguriye neza, na cane cane ko yari yiteze ko azohatangira ubutumwa bushimishije na rirya rwari urubanza rukoraniyemwo abantu benshi.

Emmy Smith yaboneyeho akaryo ko guhamagarira urwaruka kwitwara neza kugira ruze rugire iherezo ryiza, mu gutera iteka abavyeyi babo babavyaye, ndetse bagahuza imiryango ku murango izuba riva, ivyo navyo bikaba bihimbara rwose Imana.


Joel Sengurebe

Messages

  • nabandany yigisha turab ko abantu kwisi bokwibuka ivyo yezukrist yakora nivyoyavuga hamw twovyibuka isi yoronka amahoro abenshi twiyita ngo twa.amumeny tukirigwa mwisengero kumutima hariyo ibitany naw duhendabant ariko we aratubonatu murakoz nimukovy mwigisha ameen

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.