Fariouz aremeza ko imifuko yiwe yifashe neza mu ruririmbo "Niko Sawa Sawa"

Yanditswe na Cherif Nkeshimana
Kuya 20 Munyonyo 2014 saa 10:07
19200
0 0

Fizzo yasohoye ururirimbo aho yivugira ati : "Ndeka nirire ivyanje kuko biva mu cuya canje." Fariouz ati : " Ndeka nibereho ubuzima bwanje, imifuko yanje iruzuye, umugore wanje ameze neza...."
Ururirimbo rushasha rwa Fariouz "Niko Sawa Sawa" abwira abaja ku nsamirizi bavuga ivyo bashaka ko wewe ameze neza ata ngorane afise n’abakunzi biwe.
Ururirimbo rushasha rwa Fariouz rushusha na "What’s my name", aho yavuga izina ryiwe. Izo ndirimbo ico zihuriye, n’uko Fariouz asa n’uwushaka gusigurira (...)

Fizzo yasohoye ururirimbo aho yivugira ati : "Ndeka nirire ivyanje kuko biva mu cuya canje." Fariouz ati : " Ndeka nibereho ubuzima bwanje, imifuko yanje iruzuye, umugore wanje ameze neza...."

Ururirimbo rushasha rwa Fariouz "Niko Sawa Sawa" abwira abaja ku nsamirizi bavuga ivyo bashaka ko wewe ameze neza ata ngorane afise n’abakunzi biwe.

Ururirimbo rushasha rwa Fariouz rushusha na "What’s my name", aho yavuga izina ryiwe. Izo ndirimbo ico zihuriye, n’uko Fariouz asa n’uwushaka gusigurira abantu y’uko ata ngorane wewe afise aho hari ababona ko yoba ariko asubira inyuma.

Umviriza ururirimbo "Niko Sawa Sawa"


Kumenyekanisha

1
eric 30-03-2015 à 17:02

ndayishaka yanditse ndab’amajambo yanditsemwo

2
nzambina nobat 14-01-2015 à 09:25

niko saw

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha