Frederic BAMVUGINYUMVIRA yatanze imihoho mu mabanga yahora ajejwe muri CNARED

Yanditswe na IGIHE
Kuya 2 juillet 2016 saa 10:06
Yasomwe : 71334
0 0

Frederic BAMVUGINYUMVIRA, icegera c’umukuru w’umugambwe SAHWANYA FRODEBU, akaba yigeze kuba icegera c’umukuru w’igihugu, yatanze imihoho mu mabanga yari ashinzwe muri CNARED.
Mu runani CNARED ruhurikiyemwo abatavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA, Frederic BAMVUGINYUMVIRA yahora ajejwe amabanga akomeye y’ibibazo vya poritike muri urwo runani, akaba amenyesha ko yatanze imihoho muri ayo mabanga.
BAMVUGINYUMVIRA ashikiriza ko yamenyesheje umugambwe wiwe SAHWANYA FRODEBU kugira ugene (...)

Frederic BAMVUGINYUMVIRA, icegera c’umukuru w’umugambwe SAHWANYA FRODEBU, akaba yigeze kuba icegera c’umukuru w’igihugu, yatanze imihoho mu mabanga yari ashinzwe muri CNARED.

Mu runani CNARED ruhurikiyemwo abatavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA, Frederic BAMVUGINYUMVIRA yahora ajejwe amabanga akomeye y’ibibazo vya poritike muri urwo runani, akaba amenyesha ko yatanze imihoho muri ayo mabanga.

JPEG - 77.5 ko
Frederic BAMVUGINYUMVIRA

BAMVUGINYUMVIRA ashikiriza ko yamenyesheje umugambwe wiwe SAHWANYA FRODEBU kugira ugene uwundi azomusubirira muri ayo mabanga yahora afise muri CNARED.

N’aho biri uko, Frederic BAMVUGINYUMVIRA amenyesha ko akiri muri urwo runani CNARED naho yatanze imihoho mu mabanga yahora ajejwe.


Kumenyekanisha

1
jackson 16-07-2016 à 19:55

yabonye vyabashuhanye

2
Edmon 16-07-2016 à 09:42

Ntakundi

3
gilbert mwanza 12-07-2016 à 17:43

Twarabahinyuye basha.

4
gilbert mwanza 12-07-2016 à 17:43

Twarabahinyuye basha.

5
Tarès 12-07-2016 à 12:25

Non Kombona Baza Baridohora Muri Uwomugwi Utavuga Rumwe Na Reta Bipfuzi Iki ? Baca Baja He ?

6
Micombero 6-07-2016 à 11:52

Uwishikanye Ntiyerewe.Urabaza Bwa Buhungu Mu Cibitoke

7
Micombero 6-07-2016 à 11:50

Na Rwasa Uragaba Kazima Twumvise Kw Inama Yo Kukwca Yabereye Mur Presidence.Va Inyuma Y,izontumva

8
bakame 5-07-2016 à 06:39

mwantumva za cnared nimwishikane canke tubasangiyo.

9
Mwari 4-07-2016 à 21:47

Inkono Mukwanka Irava Cnard Yaramaz Yo No Gusaba Nimagaga Yatandukany

10
mbazumutima jerome 4-07-2016 à 19:18

Yewe ugizeneza kuko ubugabo tutisubirako buvyara ububwa !! Terintambwe isigaye utahe.ereganabandi turazi kwaricociyumvirobafise nukobagifisubwoba bwibibagira !! Twarasenz Imana ngontimuzogwe mwishamba iwanyuhakiriho none igenditwereka kugiraneza kwayo.turabakunda numwansi gusa yaduciyemwo,ntimwihakagozi kubwivyomwakoze kuko ibi bizotuma hahinduka vyishi muvyari vyihishije mumitima yabamwebamwe.nyakubahwa umukuru wigihugu naherahonyene nabamufasha babicukumbure ntihagirico bibagira kugirivyabaye tubivyazinyungu zakazoza kigihugu .IMANA nihubahwe uburundi nabarundi numukuruwigihugu yatowe nabenegihugu arinabo bamurinyuma..

11
TARI 4-07-2016 à 14:21

CNAREC ibaye imodoka itagira imipine na volant,,

12
NDAYIZEYE 3-07-2016 à 10:49

URAKABON’UBIHEVYE AHUTARIBURARE UHAVAKARE

13
MISAGO MISHERI 3-07-2016 à 09:53

JEWENDIBAZANTI ABANTUBIZE BAMWEBAMWE BARINUBWENGE WAMUGANI UTI INTANBARA URAYITANGURA NTUZI UKWIHERA BARIBAZIKO BAGIYE KURYA INKOKO NONE MWANYAWINKOKO NINYONI BAZOYIBURA ABARUNDI GUHEDWA TWARABISEZEYE HARIHO UMGANI WITWA BAZIVAMWO

14
Burundi 3-07-2016 à 02:32

Nkurunziza yavuze ijambo ryiza ryanezeye ati Abarundi nibatahe bubake igihugu cabo bareke kugicafuza.Ati nibagaruke muruhongore.Umuvyeyi mwiza.

15
Kagabo 2-07-2016 à 17:33

Mutama Ishikane Nyene Hakiri Kare Wew Ndabonye Akenge Kagarutse Mbere Cawitahira.

16
nkdn 2-07-2016 à 17:16

mwagiye gukurikira ubwije garuka tubbakire mwere twubbabake igihugu mureke guhendwa na sinduhije avuga ko azohemuka asenyuye sdd fdd bashaka mubafashe gusenyerako nkimpene kandi ngomwicane mwebwe nyene garura umutima tufatane munda twubake igihugu cacu mureke gusabira ibihano abarundi ntagateka bizobaha mukuniga abene gihugu ndabacire agace ntakuntu mwari kumvikana na sinduhije atigera yemera demokrasi yashaka abagire ibikoresho ico yari kubahemba nagafuni nkuko nubu murabibona ko batazoryama ngo baribone ngo batirengeje mutama Pita ngo nabo barikumwe bose mwishamba ndabacire umugani iyikuburiye ntiba ikikuriye mutama nagume kwivora tuzorurwana gushika kuwanyuma nibaje nabo mukibira kurya mofe bumve uko ameze ngi rahe ngo niyo basha ngo muzohereyo buyoya ngo yari yaramaze kubiheza guma kwivora twabahinyuye iyo niyo mpanuro bahabwa na kagome wirwand ubona ko nawe ariko akamisha ibiziga kandi bimwe ariwe yavyishe aho yicabantu agashika no muri kongo yibaza ko tutabizi nuko impnz zirwand zabuz kivugir bizohinduk

17
Peace 2-07-2016 à 16:13

Navuge icatumye atanga iyomihoho ntakigire ibanga kuko natwe dusanzwe twabonako atakigenda mururwo runani.Ahubwo nibaruhebe

18
K 2-07-2016 à 15:37

Jewe haraho nibaza atigayemwe ababantu barimurikikintu sinared ativyobarivyo aticanke nobandiko ndarota !?
Umva iki sinared nezaneza ninkawamugambwe womugihe ca Rwagasore DPU wakorana naba coroni kugira ubangangamire Rwagasore nabarundi murirusangi.
Ikinacongo ni sinared nikintu cababiligi bishiriyeho kugira kibangamire inyungu zuburundi nabarundi nicogituma mubona ababaligi nabobakorana bemera bakafasha sinared bivuye inyuma inyungu nizababiligi ntanyungu abarundi bazoronka muri sinared. Ndatangararero mbonye abarundi amakoti yirirwa yasanzare iminwa urufuzi rugatemba ngobarimuvya sinared nkumirwa !!!

19
willynshimirimana 2-07-2016 à 15:34

bazokwikurayo bose kuko nakare ntirwemeye muburundi bose abariyo ntaco bari bamariye abarundi

20
PASIKARI 2-07-2016 à 15:05

ABAHUTU NIKO TWAMYE NIKUKI ?TUGUMA DUKORA IBITAMEZENEZA AHO USANGA YARIYE IBITURIRE UKO N’IKO ABAHUTUBAMYE CANKE USANGE NI UMUGAMBI WARETA NIBADUHE AMAHORO GUSA,RABA IZARA IRIMUKUTUMARA

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha