Gen Adolphe Nshimirimana yitavye Imana

Yanditswe na IGIHE
Kuya 2 Myandagaro 2015 saa 11:37
1397295
0 0

General Adolphe Nshimirimana yahoze arongoye ibiro bikuru vy’igendereza mu Burundi yitavye Imana kuri uyu w’Imana mu gatondo mu Kamenge kw’ibarabara route nationale no1. mu gitero c’abantu bataramenyekana.

General Adolphe Nshimirimana yahoze arongoye ibiro bikuru vy’igendereza mu Burundi yitavye Imana kuri uyu w’Imana mu gatondo mu Kamenge kw’ibarabara route nationale no1. mu gitero c’abantu bataramenyekana.

Willy Nyamitwe

Kumenyekanisha

1
NZOHABONIMANA FREDERIC 6-02-2018 à 20:54

JENIBAZA UWOMUGORE YATAYE UWOMWANA KOYOBA ATAZI SE WUMWANA NICOCIYUMVIRO CAJE

2
Nkwirikiye Nzojibwami Ezechiel Nyabiraba Murehe 30-12-2017 à 19:06

bishe Adorphe Wi Gishubi Ntibishe Badorufu Bigishubi Abigishubi Twese Turi Intwari Ntituzomwibagira

3
emanuel 14-04-2017 à 16:20

none shimirimana niwe yariko aritwara mumuduga ko bavuga koyipfanye .nukuri birababaje kunva nokubona urworupfu rwiwe hakwiye gukorwa amatohoza abakoze ubwo bubisha bakamenyekana

4
nzobandora 18-03-2017 à 20:07

narababayekumva bamwishe nsaba ko amatohoza bandanya abakoze ubwo bubisha bomenyekana imana ize imwurize mwi juru

5
###### 18-11-2016 à 21:10

Yapfuye Gute ?

6
iradukunda cheni 10-11-2016 à 13:49

none kobavuze adurufo gusa kariwe yitavye imana yarimumuduga wenyene mbega ntabovyahitanye mbona ariwe ajimbere none ntiyafpuye nkabandi

7
Erifaze 9-11-2016 à 12:14

Ndababaye Kubona Adorofe Yarapfuye

8
martin 31-10-2016 à 05:36

ubuntunubutwari vyawetuzobigendera

9
Deus 13-10-2016 à 16:26

ahubwobarazacramwibuka,nkukobibuka,rwagasore,ndadaye,nabandi,nawenyene,yararongoye,igihugu,neza

10
Ean 1er-10-2016 à 11:48

Urakabonapfuye ahandiho Yaratumariye Iki? Ntitwariduphuye tuyerera Nkuruzi Aboyishe Banganiki

11
Ean 1er-10-2016 à 11:47

Urakabonapfuye ahandiho Yaratumariye Iki? Ntitwariduphuye tuyerera Nkuruzi

12
Ean 1er-10-2016 à 11:40

Ivyosivyo Ahubwo Nimigambi Yakokagabo P Nkurumbi

13
Bienvenue Ntihinduka 7-07-2016 à 14:25

Ntac Nobivugako

14
vianoe manirakiza 24-06-2016 à 18:22

Banyakubahwa ntankuru yogufata abamenj badhekuy

15
Ntanamafelex 15-06-2016 à 10:20

avugabandanyaamatohozamumenyeabamwishebafatwebahanwevyisuzwenamategeko

16
Nestor Irangabiye 14-04-2016 à 10:09

Kuva Aho Apfiriye Mutama Wacu ibintu vyaciye bihinduka jewe kweri namukunda

17
asmacenthe masoyinyana 8-04-2016 à 22:38

abamwishe barahemukiye abarundi yari intwari twosaba ko urupfu rwiwe rwogirirwamatohoza ukuri kukamenyekana

18
Wilison 10-03-2016 à 19:13

Naho Yapfuye Mbona Abantu Bagumye Bapfa.Baragabanije

19
Niyigaba Elie 18-12-2015 à 19:47

Ivyo Bakora Vyose Imana Irabibona

20
[email protected] 18-12-2015 à 16:45

Nagende,abarund,turuhuk,yahekuye,abavyeyi,beshi,nabana,basigay,aripfuvyi,nibeshi!!Iman,irumva,amarira,yabrundi,iryanzu,yayubats,mumaraso,yabantu,yishe,yarakwiy,guturigwa,bona,naho,abagesera,badaheze,uyo,natembe,NABANDI.BARABE.NEZa,bandahbvy,tuzobereka,

1 | 2 | 3

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha