Accueil > Amakuru > u Burundi > General Godefroid Niyombare yasohoye itangazo
General Godefroid Niyombare yasohoye itangazo
jeudi 16 Mukakaro 2015
Inyuma yaho ashakiye gufatab ubutegetsi ku nguvu bwa Petero Nkurunziza ari kumwe n’umurwi w’abasirikare n’abaporisi bikanka, General Godefroid Niyombare avuga ko nubundi batareze amaboko.
Mu rwanndiko yateyeko umukono, abasirikare n’abaporisi bashatse gukura ku nguvu Petero Nkurunziza, ubu bagiye hamwe n’imirwi y’abanyaporitike n’abari mu mashirahamwe ataho yegamiye mu vyaporitike, mu guhagararira amasezerano y’i Arusha, ibwirizwa nshingiro n’igihugu kigendera ku mategeko mu Burundi.
Mukamenya ko ibiganiro mu Burundi bibandanya ariko abarwanya ikiringo ca gatatu bakavuga ko batazokwemera ko Nkurunziza abandanya atwara ikiringo ca gatatu ku nguvu.

IGIHE
Messages
16 Mukakaro 2015, 09:21, par mutima
Aho bagabo. Kora kora tuve mubuja bwa Nkurunda. 👠👠👠👠👌👌👌👌🎆🎆🎆🎆🎇🎇🎇🎇🎺🎺🎺🎶🎼
16 Mukakaro 2015, 09:29, par jewe
icikura muvyuya ni umusurwa
16 Mukakaro 2015, 09:33, par Karikurubu
Usanga wavutse neza arik ugiye gupfa nabi Gode niwakoza akatsi muntoz zizorya wewe nyene nakazi kawe
16 Mukakaro 2015, 09:36, par jonathanmakamba.@yahoo.com
Uyu yarahemukiye abanyagihugu ntavyiwe hambabaza aba FNL baguma bicwa ataco bazira
16 Mukakaro 2015, 10:01, par haringanji kabura
Akataretse kabagasema niwaba ushagutwara jamugihugu urindimuri 2020myandagaro.
16 Mukakaro 2015, 10:03, par DEM
NIMWITONEATWAREIKIRICAGATATÙMUREKEGUGWANA
16 Mukakaro 2015, 10:05, par UMURUNDI
KOMERA MUTAMA
16 Mukakaro 2015, 10:07, par haringanji kabura
Intwaromfatakibanza twarayisezerey Urasokorora agatwe Bagashiremwo agasasu.
16 Mukakaro 2015, 10:09, par dizaz
komera mutama abarundi isinzi turinyuma yawe uwo mwicanyi atuvir mugihugu aje irahe abanzwe bababikira yicicha na gagwi kiwd
16 Mukakaro 2015, 10:10, par io
Turakwitez ubuntuzoducik wantozowe urazawiteguy turimaso
16 Mukakaro 2015, 10:14, par rutumo jean
waratose tu! mutera tubafata abandi bishikana. hama ngo nta nyungu za politique baharanira. zurabasesera agatabi n’ibindi uzobivuga
16 Mukakaro 2015, 10:20, par GISIRIMU
Nyamba ari umuzimu uriko uravuga canne n’abakoresha izina ryiwe kumvo za politike. Uwapfuye mwarabonye à subira kwandika. Muranguha.
16 Mukakaro 2015, 10:23, par B
Komera Mutama Turinyuma Yawe.
16 Mukakaro 2015, 10:26, par JUSTICE KURIBOSE
Mutama komera tur inyuma yaw kand sikera,faraon agiye kugwa mur tanganyika.
16 Mukakaro 2015, 10:33, par kagamez
Tuzorugwana,tuzobagwanya,kandi twongere tubarondere iyobinyegeje hose kuko tuzokora ibishoboka tuhamenye!!
16 Mukakaro 2015, 10:37, par butoyi
Uyo mbona ni niyombare koko ? Ko umenga ntiyahora usa uko nubuhungiro bwamugize uko ? Narek kugumura abarundi kuk twarabahinyuy. Mbeg ko bagomb gushing igisirikar bazotsit gt ?
16 Mukakaro 2015, 10:45, par Ndifureri Murugombo
narekeabandibatware
16 Mukakaro 2015, 10:53, par tuveko
None ko mwatebeje nabo baguma batunyuruza canke muduhuma amaso
16 Mukakaro 2015, 11:00, par Nimbona Daniel Alias RUGWE
Abamenyesha makuru bo ku gihe muranigira mu menshi iciyumviro c,umuntu nama nandika arko sinziko haribisabwa kugira ivyo umunyagihugu ashikiriza bigaragare kurubuga,murakwiye kwikebuka.murakoze
16 Mukakaro 2015, 11:02, par Par Examples
Hewe Birababaje Kubona Warumugab Wijunja Nijambo Ugapfa Womoka Mbe Ninde Yakubwiye Ko Nkurunziza Bakorako Abo Mwarikumwe Baromotse Abatomotse Barishikana Weho Wagiyurwamaguru Uzogarukurwinzara Kandi Uwuzorukarisha Ruzomumwa!Urikuraraba Abafatanywibirwanish Uko Bangana We Wambwawe Niwunaniranye Hewe Baraguhenze Ngwinconciravoma Ahubwo Garuka Usabikigongwe Urabe Ko Wopfumubumurikiri!Muga Nuko Bibabaje Kwitwumurikir Wahora Witwa General!Ntakundi Ngwiyinizwe Namata Ntawundi Mwerera!Muga Ntuhirahire Ngutegurintambara Izoguherako Ikurangirireko!Nkurunziza Ntibakorako Kuko Nawe Wabigerageje Wagiyurwamaguru!!Urya Bamwita Ntibakorako!!
16 Mukakaro 2015, 11:25
Uyu Ntakibaho Arimuritanganyika
16 Mukakaro 2015, 11:43, par CNDD FDD
SIHOMBANDI NDAGUFISE WEWE UMWANYANUMWANYA WITEGUREKO ARIRUMWE SINZOSUBIZAMWO TUGENDANA NDAKUZI NDINDIRIYE KOMANDEMA YANYUMA NCENDAGUHITANA
16 Mukakaro 2015, 11:44, par CNDD FDD
SIHOMBANDI NDAGUFISE WEWE UMWANYANUMWANYA WITEGUREKO ARIRUMWE SINZOSUBIZAMWO TUGENDANA NDAKUZI NDINDIRIYE KOMANDEMA YANYUMA NCENDAGUHITANA
16 Mukakaro 2015, 11:51, par par examples
uwakwiswe mutima wayaze ntiyabeshe!!
16 Mukakaro 2015, 12:01, par Waldens
ew sha niyombare wahenze aband!nne ubw ww ntbna ko ur ikimenabanga,nne abo mur société civile bagerageza gute gutembagaza ubutegetsi canke ugomba kubambika iceyi?
16 Mukakaro 2015, 12:11, par gaciye ubwenge
mbega uyumbona namaso yanje ni niyombare koko? murahumba basha muzohinyuko sha!! ni mutekereze mwarananiwe
16 Mukakaro 2015, 12:28, par metrê kica
komera mutama urukiza turuteze iwawe twizeyeko uzodukura mubuja bwaba dd
16 Mukakaro 2015, 13:04, par Rwana
Ahubwo Ntavyo Muz Kuko Kuva Aho Mwabivugiye Biba Vyarashitse Rwana Turinyuma Yanyu
16 Mukakaro 2015, 13:19, par TADOE
NIYOMBARE KOMERA. AHUMBO UGUME UBIKURIKIRANIRA.HAFI
16 Mukakaro 2015, 13:22, par James jovin from Tz
Any person who will try to attack in Burundi he wili has burn’t the fire to the great lakes region and i’m sure three countries will just suffer,and those countries will Rwanda,Uganda and Burundi let mr. Godifroid begins he will centure why did he bear!
16 Mukakaro 2015, 13:27, par Epid,or
Murarab Nez Aban Babarund Ntibahon Murk Muronder Inyung Zany Ark Mukoresh Ibiganir ,vyans Nah Mbon Ko Atah Tuzob Niyantambar Yabavukan Turindir
16 Mukakaro 2015, 13:33, par Hanugwa Wumve
Komera Mutama Turagushigikiy!Mpaka Aba Barofa Bavuyeko Kuko Ntamitima Bafise!
16 Mukakaro 2015, 13:42, par Avec
Wewe Niyombare munguvu ntaciza uzopfurose kiretse urupfu niwabushaka kuburibereye hindura imvugo bitangenzuko nivyasebikunze mugihekiza hazotangurakuvugwango uwahozeyitwa Niyombare (umuhisi)
16 Mukakaro 2015, 14:18, par emma
emma
gode warahemutse twari tukwizeye abakoheje baraguhenze! nayo kuba utareze amaboko ntacobitwaye iciza nuko uziko inkona itaruzwa kizira Kandi urazi imikurupuko ya zourou ukuntu imeze,rero uzogorore ayomaboko yawe neza! urabuzi kwishamba utadyinjiye we
16 Mukakaro 2015, 14:35, par criss
Ndabaramukije simba muburundi ariko jewe uyumugabo niyo mbare mufata nkumugesera yamenje ntakindi arota atari intambara niba araba muhenze nacire birarura azopfa yangara kandi yarafise icubahiro yewe abaguhenze uzicuza ipu wavagawe!
16 Mukakaro 2015, 15:03, par levs
Wana niwe nogufata I gihugu urihagufi mu gihugu ubuwizeyeko Hari Co uzokokora Temba usuMA niyombare ivyawe vyawe twarabimenye
16 Mukakaro 2015, 15:21, par vahonkuru!
komera,ariko mwirinde gusamazwa nabo biyita abahuza,ntaco tubizeyeko kugeza ubu.
16 Mukakaro 2015, 15:28, par Mukmbz@
Mutama God Froid Komera Kumugambi Imanizogufasha Nafarao Yarahoneye Mukiyaga Bamuhanura Akanka,nkurunziza Nawe Amenye Ko Ari Musi Yijuru.
16 Mukakaro 2015, 15:29, par Mukmbz@
Mutama God Froid Komera Kumugambi Imanizogufasha Nafarao Yarahoneye Mukiyaga Bamuhanura Akanka,nkurunziza Nawe Amenye Ko Ari Musi Yijuru.
16 Mukakaro 2015, 15:37, par Xxxxxx
Uuuh?warabayikiraro ntiwamonenya ja mumatora Abarundi ntagwano canke Ikiroberi dushaka.Ikibabaje nuko muta Urwaruka murudubi namwe mwibereye kwirira amagi n amata.
16 Mukakaro 2015, 15:48, par Nina
Sha urambabaje Niyombare, noneko wananiwe gufata igihugu uri indani? wibaza yuko bishoboka uri hanze! wait and see!!!!!
16 Mukakaro 2015, 16:10, par Hinduka
Nimureke Gupfa Ubusa Kuko Mushoboravyose Hasigaye Akanya Gato Agacurubanza.Hahiriwe Uwuguma Yirosa Ubumenyi Bw’ijambo Ry’Imana Akabugendera Mat 5:3.
16 Mukakaro 2015, 16:17, par Nsavyimana emmanuel
jewe murantwenza erega amafranga yabazunguaribwa uko,eregabarikobarayaca uyoyibagiranigoga nahende abonye
16 Mukakaro 2015, 16:45, par Burundi
Bishobotse mworaba I radio avugirako tukumvako arise yavyivugiye ubwiwe,gusa azorondere inguvu zisumba iz’abanyagihugu bamushigikiye,gurtyo uwo mugambi uzokunda.
16 Mukakaro 2015, 17:10, par MUSA
NIYOMUMBARI NAREKE UBUSAZI ARE NYAKUBAHWA ATWARE
16 Mukakaro 2015, 17:26, par fidelite
Mbega aracavuga,natangure yitonde na ngendakumana léonard abatutsi baramurembeje,nawe tour yawe iriho bandanya mukorere abo batutsi bazobubakira amazu mudahindukira,rebellion y’abahutu n’abatutsi vous rigolez.Impembo y’umututsi ni urupfu mwa bihutu mwe ntimwijajare,nayo nkurunziza we tumutora ni kare,iyo niyo mukiri?Ahubwo bandanya jewe mureze amaboko vyombabaza kuko hari ibi etages dushaka gusambura,muzogaruka duhera à zero twese.
16 Mukakaro 2015, 17:26, par mutabazi
Iyo umuntu ara gusamba atera imigeri!! Ubu nibyo Niyombare, leonard Ngendakwashatani, Sinduhije,...barimo. Gusa barabeshya kuko Filet yo gufata ayo mafi manini ihari.
16 Mukakaro 2015, 17:26, par intagoheka
komera turagushigikiye turi inyuma yawe
16 Mukakaro 2015, 17:50, par sogo
KOMERA MUTAMA TURINYUMA YAWE.
16 Mukakaro 2015, 18:15, par Sindayitinya bingu
Nanj ndimumahanga ndagushigikiy. Komera kwijambo.
16 Mukakaro 2015, 18:54, par Sindayitinya bingu
Nanj ndimumahanga ndagushigikiy. Komera kwijambo.
16 Mukakaro 2015, 19:19, par mpawenimana didace
iryo niterabwoba, ukwo mutarez’amaboko nabandi ntibayareze reka nyakugiriteka nitekane agume kuri vora kuko caramuvunye.
16 Mukakaro 2015, 19:20, par jacson
kubiganiro nokwemera ko niyombare yotwara uburundi ariko kumbunda ukwo nukurota kumurango ni mwenewacu ariko nca numva anteye agahinda uwariwe wese kuburundi ajalibu tuone maana macho sababu yake ni kutazama kwa kweli nigere ryanyuma.
16 Mukakaro 2015, 19:45, par bikorimana
kubwanj ic novuga nuko nyakubahwa général yokomera kumuheto mukugwanya ikiringo ca gatatu
16 Mukakaro 2015, 19:58, par Nyakabwa
Kome imana ntizotugumiya mubuja bwaba DD
16 Mukakaro 2015, 20:02, par KEZA
Imbwazishahurwa zirira.
16 Mukakaro 2015, 20:23, par mudede
komera mutama natwetwasigaye mu gihugu turiko turakora liste yinterahanwe n inbonerakure yarakovye turindiriye ifirinbi
16 Mukakaro 2015, 20:23, par Niyongabo
Komera mutama turinyuma yawe kand’imana izatujimbere
16 Mukakaro 2015, 20:27, par Fabrice
Turinyuma Yanyu Ahubwo Nimunyarutse Koko Uburundi Burihabi Ikiringo Ca 3 Ntikibaho Rwasa Abanwanyi Bawe Turinyuma Yawe Turakwizigiye
16 Mukakaro 2015, 20:29, par mez
mbe nabapfu basigaye bavuga?
16 Mukakaro 2015, 20:45, par Nicely
Ehee Barund Tuzogumnduhendw Ubwanber Kundeta Yarakunaniy Ubung Ugire Ugwany Reta Iyob Ukund Uburundi Ivyo Wobirek Nahand Barayamaze Bat(uwurukarihije Ruramumw>urahagabir
16 Mukakaro 2015, 20:49, par Jtpj
Tgjmjttkt Tpjt
16 Mukakaro 2015, 20:54, par Prudent
Imana izobikora tuve mubuja
16 Mukakaro 2015, 20:57, par SOSO
KOMERA UTABARE UBURUNDI HAMWE NABARUNDI KUKO TURARUSHE
16 Mukakaro 2015, 21:00, par waso’o
twihwej abarundi bafise ingoran mu mutwe.
16 Mukakaro 2015, 21:01, par waso’o
twihwej abarundi bafise ingoran mu mutwe.
16 Mukakaro 2015, 21:26, par Eliezer
Nanje ndamwifurije gukomera ku ngoma.
16 Mukakaro 2015, 21:30, par Claudi
Komera Mutama Turagushigikiye Nitwemera Gutwarwa Nkintungwa Igiye Kuntambi Gasaga Uwo Nkurunziza Yarakiguz Igihugu Natubarire Tubimenye Nahandi Nawovyemera Ataboswe.
16 Mukakaro 2015, 21:45, par nzitonda
mutam niyombare we ntavyawe ukananirwa nogufata ubutegesti nipete ufise hama uri nivyo uvugira iyo winyegeje wtaraguhinyuye urimbwa pe
16 Mukakaro 2015, 22:00, par Erick
Komera Mutama Natwe Turinyuma Yanyu Mugiringuvu Kandi Mana Ibajimbere Kugeza Murustinze Urugamba Muriko Murarwana
16 Mukakaro 2015, 22:05, par STIVES
ARIHE
16 Mukakaro 2015, 22:29, par Win
Tugatwarwa Nankurunziza ,ntaco Muzobamumaz.Irambr
16 Mukakaro 2015, 22:45, par SEGA
IY’INGOMA IRARURA!
16 Mukakaro 2015, 22:50
NIYOMBAREWE!! ABAVYEURIKOURAHEKURA KUNYUNGUZAWE NABOMUFATANIJE UKWIYEIKI HOBAHARIMWOABANABAWE IBIJUJUNABAKUJINYUMA BISUKA MURUFPU
16 Mukakaro 2015, 23:40, par pippen
Komera abadagushigikiye baraboneka no munyandiko ntibize ntagitangaje kirimwa
17 Mukakaro 2015, 00:04, par bgirimana
komeramutamaturinyumayawenimanayaramukuyeko amabokokuberanabavugabutumwa asigay abafungayaravumwe
17 Mukakaro 2015, 00:22, par MBURUMBI
Itangazo ririhe! shiramwo ubwenge muvyo mwandika nimba atabiyayuramutwe munywa canke muzico mukota mivuerekeye kumenyesha amakuru! mwikuramwo bukebuke mutabizi twebwe abssomyi nitwe tibaha anota kuvyo mukora (mwandika)
17 Mukakaro 2015, 00:27, par maman lova
kuki yenyegeza ngwasohora inzandiko kuki atarugoborora ngwavuge?nasubire atangaze kumaridio .n,akaburi kiwe karazimanganye hama ngw,inzandiko ahabona azosubire avuge!yarisemye.
17 Mukakaro 2015, 00:39, par Sindumuja
wewe wiyita Eric, reka nkukebure ureke kuguma wemera kugirwa umuja wa Nkurunziza ntashoboye gutwara kandi nawenyene arabizi ko bidakunda ubu rirenga yambitse anti barre wewe warabonye kuri television igihe twahimbaza umusi mukuru wukwikukira le 01/07/2015 warabonye ko Nkurunziza yagaragaje wenyene ubwiwe ko atagishoboye gutwara? yicaritswe nkumwana muri trubine aca azitigwa na anti barre none atinyiki? uwo nuwumusi nisaha tukamurira kuri terrain.
17 Mukakaro 2015, 08:36, par RUHWA
MURANTANGAZ.TANGURA.MUZOZA.TWAHEZE.MUZORWANIRA.BANDE
17 Mukakaro 2015, 10:08, par KALISA
ariko abarundi muransetsa!ubu mwicaye muzi ngo NIYOMBARE azabatabara!sha simbaca intege arko mujye mureba kure.H.E NKURUNZIZA azabayobora mwabyanga mwabyemera kuko afite imbaraga.keretse we ubwe avuze ati reka ndekure kandi naho hazajyaho uwa CNDD-FDD.izo ngirwa ba jenerali(generals)ntimukwiye no kuba mubatekereza kuko uwo utanga amatangazo ntakiri umuntu yabaye umuzimu.mureke twubake ibihugu byacu tureke gushwana dupfa ubusa.NKURUNZIZA abatwayiki?ubundi se mwese muzaba ba presidents?
17 Mukakaro 2015, 11:25, par P,T
TUZOMUTORA
17 Mukakaro 2015, 12:03, par www
ww ufit abana bangah wavyay bazokererera mu kibira?ba muhimbira hiyo sha.
17 Mukakaro 2015, 19:49, par Maman Lova
mwabantu reka kumwitanga kumuvyimba niyombare yarafuye arimukaburi jewe ndumugore wiwe yarafuye nibamureke naho narinagerageje kumuhanura abireke aranka,ndasavye imbabazi Leta.
17 Mukakaro 2015, 20:18, par rufyuramasojoseph
mbeharya wewe waragiye kuritele urumve urusasu? icarico uhenda abana babanyeshurengobafate inkoho nkurunziza azo gukura ayomatama ntawuz
17 Mukakaro 2015, 20:47, par Umurundi Akunda Igihugu
Ubu Godefraid Ntarabonako Ubutegetsi Buhari !Bufise Inguvu Ese Boreka Kugumabihambira Non Kobashakugukwegera Abanyagihugu Bato Kandi Artwd Tubarinyuma Nibemere Ahitahe Ishize.
17 Mukakaro 2015, 20:53, par Salvator
kaze mwanyakubahwa mubogore, uburundi. 99% turabashikiye.
17 Mukakaro 2015, 21:05, par Ivyontawovyemera
uwuhivye wese yipfuza utegetsi ayomafaranga musesagura mukwica benewani siyomwokubakisije ihugu himbira hiyo mwe ntawobajinyuma
17 Mukakaro 2015, 21:19, par djsho
jembona mworeka nkurunziza agatwara kuko mbona bigoye kwiyumvirako mwoja kubutegetsi binyuze muntambara ntivyokunda kbs twe twemera awatwara mumahor gusa ikitubabaza namakor aduga umwanyakumwanya nibicir nahubund jembona mwomureka none kombona nawe yanse kurekura kumukuraho kunguvunaho ntibikunda vremant
17 Mukakaro 2015, 21:19, par amon
nimube mureka kuvuga amajambo meshi igihugu nicimana kizorongorwa nimana niyo yakiremye kandi niyo izi nuko izokigenza.
17 Mukakaro 2015, 21:27, par Ngendahayo Diomede
Twipfuza Ko Pierre Nkurunziza Aguma Kwivora
17 Mukakaro 2015, 23:03, par karije
komera mutama wacu niwewe imana igiye. gukoresha ube incungu yabarundi udukure muvyara vyizo mbwembwe za cndd nankurumbi
17 Mukakaro 2015, 23:39, par king
Turi inyuma yawe
18 Mukakaro 2015, 07:45, par anod
ubugodyi nibubipe kagamese ko abarund abashuka ikibazocy’abarund cyakagombye gukemurwa nabo kgm wese tuzabyemera ko aduhindurira ibwiriza nshinga ? kundana barund !
18 Mukakaro 2015, 10:24, par KALISA
NIYOMBARE YARAPFUYE N’AKABURI KIWE KARASHAJE.WARI WUMVA IJWI RYIWE?KUKI ATAVUGIRA KURI RADIO CGA TV. NKA BARYA BANDI BARI KUMWE NAWE?URETSE NO GUPFA KDI URI NTACYO YABAMARIRA(NAHO KAGAME MUMUVEHO KUKO USENYA URWE UMUTIZA UMUHORO!)
18 Mukakaro 2015, 14:35, par UWAMAHORO
TESHWA UTE NIYOMBARE WE A BARUNDI NTANTAMBARA DUSHAKA KANDI NTACO UZOSHIKAKO A BENE GIHUGU TUTAGUSHIGIKIYE
18 Mukakaro 2015, 14:50, par birahinduka
izombwa zimbonera kure ziriko ziradahwa Ibiki?bacugani ngo uwigize agatebo ayorivu peter urupfurwe ruzoba nkurwimbwa zapfiriye kumazi aba Dede urupfurwabo ninkurwi nkoko nzatewe nagahweka bazopfabose ntibibukwe
18 Mukakaro 2015, 14:51, par Richard
Komera mutama tukuri inyuma uzadutumire tuzaze kugufasha dukureho umwanda
18 Mukakaro 2015, 14:52, par Richard
Komera mutama tukuri inyuma uzadutumire tuzaze kugufasha dukureho umwanda
18 Mukakaro 2015, 15:51, par Messenger from England
ikinbabaza nuko hari beshi barwa mu nporero zibyyo batazi imiryrngo yanjye yose yarahunze kubera ubukundi bwinda no gukurura bishyira gusa Imana iobibabaza muri mwese mushaka gutwara uburundi nwese mwishakira inyuungu zanyu bwibe.my Heavenly Lord protect my families everywhre the are
18 Mukakaro 2015, 19:09, par cumugabo
nous sommes contre le troisième mandat et nous soutenons toutes les forces à se coaliser contre le pouvoir de NKURUNZIZA qui tue, vole et viole les lois et les accords qui mené le burundi à la paix.
18 Mukakaro 2015, 20:34, par Nsabimana Emmanuel
"NaKomere Kumuheto Atugwanire "imana Izomushimira
19 Mukakaro 2015, 05:34, par josue izere mupata
ku umukuru wigihugu sicoroshe none ko nkurunziza twamwitoreye kandi twongeye ku mugomwa tuzo mwongera hama uwo nawe ashaka kuba umukuru wigihugu naje mu matora naw ntu abari mwishamba ntibokanga abipfuza ingendo ya democratie bagira inani bareka mandat yabo ntiragera
19 Mukakaro 2015, 10:09, par NIYONGABIRE ELIAS
NIBATANGE UWUNDI MUKANDIDA CANKE BAVUGEKO BAFISE UMUNTUMWE MUMUGABWE CNDD FDD YIZE KUGIRA TURONKE UMUTEKANO MUGIHUGU
19 Mukakaro 2015, 17:23, par Jumaevariste
Twarahunjenavekonahebe
20 Mukakaro 2015, 00:09, par better guy
Abantu muvugako murinyuma ya niyombare ntabwenge mugira!mbe imbwa yananiwe no gukubita coup d’etat iri mugihugu izofatagute igihugu ikiri inyuma? uyo numuzimu ntamuntu arimwo!sha nyamba yohenda babasazi bo kwa rojanti naho umuntu afise ubwenge ntawomujinyuma.
20 Mukakaro 2015, 17:45, par mworoha
Narekure Kk Sindagwa Yasi Kk Ahaturi haraband,kuk Bibr Ivugak Uwicishije Inkota Azokwicishwa Iyind Kand Ingero Yicah Nurupfu Ariko Ingabir Yiman Nubuging Budashir!Niyompamvu Yoreka Kwizigtira Kugihugu NKikinyondw Kunka.
22 Mukakaro 2015, 14:05, par moire
imana izobaha inkoni zibakwiye kuko igihugu numurima wisangi none mwakigize itongo ryumwe mubi......
22 Mukakaro 2015, 17:08, par JClaude
Yemwe abacibaza ivyibiringo nabariko bata umwanya.arikorero vyiza bokwibaza riho amatora ya2020.
Hama abo nabo bo mumizero y’abazungu, nibatware nutwo ntibabe nko muri 2010.Niyo bayareka,nditije wewe ntavfina azodusimbana, kanatsinda nutwo yironkeye kuruyeri ku gwenge.
Tuze turamenyera amatora,democratieni nziza.
23 Myandagaro 2015, 06:00, par MUSLIM
Ntakidakunda guhunga ni kimwe no kugifata nikindi
29 Myandagaro 2015, 18:11, par Eric
Mbega Urworupfamutima Ruvugangonakomerekumuheto Ngwazobaber’incunguyuburundi Haaa Aragapfatabaye Incunguyuburundi Aragapfa Yikoreye Amarike Ashushekumutwe Uwomwicanyinyaguhambwaboshwe Tuzomutoza Intoke Narindire Gusarabe()
12 Gitugutu 2015, 18:59, par NDAYIZEYE
Emw nagir turabe pe!kwa nkurunziza nyene!wapi!
16 Kigarama 2015, 05:57, par Hinduka
Mbega yemwe Africa tuzojijuka ryari?tuzokwama twubakirwa n’amakungu gushika ryari?Ni muze dufatane munda twubak Afurilka yacu nayo basesa nkuyoze tuyame kuk kand bipfuza atari kutunyanga ubutunzi buri iwacu ari nayo mpamvu ibihugu vyab:UE USA ....Vyatey ku butunzi bagiy batunyaga!
18 Kigarama 2015, 09:29, par james
nukuri jewe jenal godefroid niyombare ndamwemera 100-0
16 Ruhuhuma 2016, 06:43, par Alexis Kwitonda
None Niyombare Ariho?
16 Ruhuhuma 2016, 06:45, par Alexis Kwitonda
None Niyombare Ariho?
8 Ndamukiza 2016, 12:59, par gahungu
yoba agezehe azobandanya?
9 Ndamukiza 2016, 13:02, par SURWAVUBA
Abontu mukurikira NIYOMBERE muta umwanya kuko burya nakarimi gusa nta organisation na ntayi afise. President NKURUNZIZA tuzomushigikira kugeza ahejeje ikiringo ciwe muri 2020. Ndamuhanuye abe arategura uwuzomusubirira. Oposition nitegure amatora ya 2020 kugira bazohiganwe mu bandi hama bazotware igihugu biciye mu matora. Nayo ivyo gutera amagrenade n’ukurasa ntaho bizobashikana atari mu kuzimu.
11 Ndamukiza 2016, 22:18, par bartazard
NTAKWIGIRA IGIHANGANGE KURIYISI NKURUMBI NTASUMBA BA SADAM -HUSSEN ,OSSAMA,GHADAFFI,BAGBO ... TUZOMUTORA NKIJERI NARINDIRE .HARYA NGO IMBWA YIGANYE INKA KUNYA MURUPANGU IRABIZIRA !!!.
11 Ndamukiza 2016, 22:19, par bartazard
NTAKWIGIRA IGIHANGANGE KURIYISI NKURUMBI NTASUMBA BA SADAM -HUSSEN ,OSSAMA,GHADAFFI,BAGBO ... TUZOMUTORA NKIJERI NARINDIRE .HARYA NGO IMBWA YIGANYE INKA KUNYA MURUPANGU IRABIZIRA !!!.
14 Ndamukiza 2016, 11:05, par Uwamahoro
Nibamurondere Ahanwe
14 Ndamukiza 2016, 11:42, par Uwamahoro
Abakunda Uburundi Twobungabunga Ihugu Cacu Tukareka Guhedwa Nabanye Poritike
22 Ndamukiza 2016, 20:13, par NDUWIMANA
Ntamu President Nka NKURUNZIZA Tuzoronka Akunda Abarundi Bose Atibagiye Kubateza Imbere
23 Ndamukiza 2016, 21:21, par Victoire burundi
Iyo ntwari naho yananiw yararus abandi binshi.hubwo ari mubantu bakwiy kwandikwa mumateka yigihugu akashigwa hamw naba rwagasore umuntu yemey ara ceda snr kugira abanyagihugu twibereho nko mwi paradis.vive mon general!
2 Rusama 2016, 16:20, par Odrique Nkunzimana
Icotubasaba Muduhumutekano Gusa Nayahandi Imaniratubona. Uwonawe Ashaka Gutwarakunguvu Ubutware Buvakumana .
3 Rusama 2016, 23:05, par UWIZERIMANA Boniface
Burya Musenge Musaba Iman. NKURUNZIZA Imana Irakwitayeho Isaha Kwisah Umunota Kumunota Rema, Kuva Ukivuk Yarikuz?Uwonawe Niyiyamvye Azorwa Kugiti Nkimarankoni Icob CiZ NUKO Yohindurwa N’Imana Namwe Mwese Muterer Nimuseng Kugira Imana Iduhe Umbweng Nkubwa Salomo Petero NKURUNZIZA Ndagusabiye Imihezagiro Kumana Ishishikar Ikutuzigamira "Mana Hindura Abarundi N’UBURUNDI"
7 Rusama 2016, 09:24, par Oddylon
Turinyuma Mutama Tuzogwana Gushika Kuwanyuma.
10 Rusama 2016, 20:20, par Nyabworo
Shaka Mumbarire Iyo Agereye Munyereke Nigihugu Arimwo Nakazi Akora
18 Rusama 2016, 16:05, par nzobonimpa eric
shakamumbwire iyo niyombari ageze nivyo ariko arakora nigihugu agezemwo
20 Rusama 2016, 12:54, par Chadrak
Shaka Igihugu Arimwo Nakazi Akora None Amaherezo Yiwe Nayahe?
20 Rusama 2016, 15:42, par nzobonimpa eric
Shaka igihugu niyombari arimwo nakazakora nimigambi arimwo
6 Ruheshi 2016, 13:52, par Devalique
Hahaaa,niyombare Yahatsw Ubwamber Ubuho Iyo Isubiy Ku Rwubuko Iba Ipfuy.Ubogora Igihugu Uri Umw Kikakugwako.Nta Mwenegihugu Yamutumy Guhagararira Amasezerano Y’iyarusha.Arabaza Bizimungu Murwanda.Nahumuke Akanure Abone
14 Ruheshi 2016, 17:33, par Asman Ndayikeza
tur-inyuma abarund twes
14 Ruheshi 2016, 18:48, par Ema Fundi.
Harya Ngwingwe Isubiye Kugubuko Ibigombipfe.
14 Ruheshi 2016, 18:49, par Ema Fundi.
Harya Ngwingwe Isubiye Kugubuko Ibigombipfe.
15 Ruheshi 2016, 14:05, par denis
ni mureke amare iyomanda yagatatu ibisigaye tuzobimenya mu munyuma sawa?
15 Ruheshi 2016, 20:00, par emanuel
j mbona ko Godfroid yokwigarukira
17 Ruheshi 2016, 15:20, par Noire
Niyombare Niyishikane Kwa Nkurunziza
6 Mukakaro 2016, 21:59, par ELIE
MWESE NTAVYO MUZI NIMUSENGE KUKO NTIMUZI IVYO IMANA YATEGUYE ICOMBONA MWESE MUPFA UBUSA KUKO UMWE WESE ARAFISE UMUSI NISAHA KUKO IJAMBORYIMANA RIVUGA KO UMUNTU YICISHIJE INKOTA NAWE AZOKWICIHWA IYINDI, KIRETSE YIHANYE. MUBANZE MURABE ADOROPHE UKUNGENE VYAGENZE.
7 Mukakaro 2016, 23:07, par Ndagijimana Salvator
Abavuga Kwatazotwara Mutama Nabasazi. Niyombari Nawe Nabo Birikumwe Bazohera Nkifu Yimijira. Ahubwo Nibaze Badusabe Ikigongwe Hama Twubake Igihugu. Narambe Uwurondera Mahoro. Kandi Imana Uturihafi.
17 Mukakaro 2016, 20:45, par Benjamin
Jewe Numva Yuko Borindira Ikikiringo Kigahera Ntakundi Nabo Bakazokwitoza Mumatora Akurikira.
18 Mukakaro 2016, 10:21, par NZIGAMASABO ELUCK
MUTAMA GODEFROID NIYOMBARE TURINYUMA YIWE NAKOMERE
18 Mukakaro 2016, 10:22, par NZIGAMASABO ELUCK
MUTAMA GODEFROID NIYOMBARE TURINYUMA YIWE NAKOMERE
27 Mukakaro 2016, 18:17, par Jean marie mwandava
Bose nyene nta papa arimwo uwuzotwara wese nkironkerd amahoro ntakindi shaka.
4 Myandagaro 2016, 21:21, par Cimpac
Abarundi turarushe uwomudukurako yoba akoze,twubahirize amasezerano y’i Arusha!
4 Myandagaro 2016, 21:22, par Cimpac
Abarundi turarushe uwomudukurako yoba akoze,twubahirize amasezerano y’i Arusha!
21 Myandagaro 2016, 08:15, par Kamikazi
Ubu Arihe
4 Nyakanga 2016, 04:08, par KABURANTWARO JEAN CLAUDE
KOMEZUMUREGO MWARAHATSWUBWAMBERE UBUHOHO EEH MWANTAHAHAMWE
9 Nyakanga 2016, 21:30, par NSHIMIRIMANA Eric
Nkurunziza Muveko Imana Yaramudabits Uburundi Niyo Izomwaka Abivanga Muvya Nkurunziza N.Imana Nibasubiz Amero Mwisaho Twabatanz Kubwenge Mumugabwe CNDD_FDD Imana Ifata Ikibanza C,ambere Hagakurikira Nkurunziza Niyomba Inyenzi Y,isema Itondera Umurundi w,inkoko Nkurunziza Ntiyurirwako Imana Ikomeze Imuzigame Nayo Ubundi Niyombare Aribesha Agaruke Mukugira Imigumuko Barababeshe Inkondo Iravoma Kandi Amaso Y,igikere Ntabuza Uwuvoma Niyombare Twamucungishij Amazi Tuzoyavoma Akanura Amaso Imana Izigame Uburundi N,abarundi
12 Nyakanga 2016, 17:29, par VIANNEY.SINGIRANKABO
WEWENANKURUNZIZANIMWEMUTUMYEABARUNDI,BICWANINZARAKUKONINTERERANOMWAZUGAYEZAHORAZIFASHAABARUNDI,NAMBAMUKUNDAABARUNDIBABAMUBURUNDIMWOREKUYEIGIHUGUKIKARONGORAABANDIKUKUBERAINCABWENGENISHI,MUMENYEKOATARIMWEMWIZEMWENYENE.
13 Nyakanga 2016, 10:05, par Merin
Twese.Turagushima.Nahovyas.Kokudeta.KWib.Bujumura.Yiva.IkageraTurinyumayaw.Irambir.Hubw.Subira.Upange.Iyind
17 Nyakanga 2016, 12:36, par Feredina
,;,nukuri,naje,nkeneyeigihugu,godefruwa,niyombare,arimwonakazi,akora
17 Nyakanga 2016, 12:37, par Feredina
,;,nukuri,naje,nkeneyeigihugu,godefruwa,niyombare,arimwonakazi,akora
18 Nyakanga 2016, 22:43, par minani jean
bareke guta igihe cabo bareke abayobore kuko arabikwiye .
19 Nyakanga 2016, 11:39, par vianney Nduwimana
Je Ahompagaze Nuwotwara Agatwarirabose Bavugango Mururirimbo Ngo Irondera Izezayabose Muga Umega Haragahaze Niyombara Ntakosayakoze Mugandagarutse Udufarangatwanje Nariye Uryamusi Ngo Twinjiye Muburundibunshasha. Nkurunziza Niyirambire Koctamukuye Yaberetseko Abarusha Inguvu NIYOMBARE URUMUGABO GARUKA UKORENKAMBERE
20 Nyakanga 2016, 19:14, par EMILE
NABANDANYATWARAKOKONUWOBAZOHASHIRA AZOTWARANKUKO ATWARA IMANANIYO,ITORA UWUSHOBORAGUTWARA
22 Nyakanga 2016, 04:11, par EMILE BIGIRINDAVYI
Icotwomenya Abarunditwotahu yuko gusesamaraso atahobizodushika atari munyenga yumuriro twarumvise inge Aberi igeyapfuye yishemwenewabo gahini tworeka kugiranabiabandi ico udashaka kobakugira ntukakigire abandi
22 Gitugutu 2016, 23:24, par alain
je mbona niyombare yotenye tukarindira nkurunziza agaheza ikiringo ciye kuko nubundi uuuhh nkurunziza ntamufyineko ariko mutama niyombare nakubali we uendelee nahuo moyo wakiume.ariko umenye kutari papa kandi nankurunziza si papa twe icodushaka namahoro gusa!ELIE NAW ICOKIROFA KIZA KUVUGA NGO NIYOMBARE YISHIKANE KWANKURUNZIZA ASABE IKIGONGWE!MBE WE WAKIJUJUWE HIVI WE NKURUNZIZA UNAMUTANIA KABISA UNAMUJUA KWANZA?WE BADO HUJAMUJUA SAWASAWA SIKU UTAKAEMUJUA UTAONA HATANII LAKINI SISI WARUNDI TUNAHITAJI AMANI KAMA NIUTAWALA MUPYA KAMA NIUTAWALA HUU WAKISASA LAKINI UTULETEE AMANI NCHINI MWETU MNANIELEA KAMA WEWE ELIE TENA PUMBAFU ZAKO SI TUNAHITAJI AMANI NCHINI MWETU BURUNDI
11 Munyonyo 2016, 21:08, par Lika
Godefroid Yakoz Nez Nah Bamutobey Numugab Kabsa
10 Kigarama 2016, 21:28, par Niyonkuru J Pacifique
Niyumvira Yuko Batokwihagira Ubutegetsi Kunguv Bokoresha Amatora
1er Nzero 2017, 17:22, par Miburo Joseph
Komera Mutama Kurugamba Udukureko Iyintwaro Yagacinyizo Ya nkurumbi
1er Nzero 2017, 17:36, par Miburo Joseph
Atimbe Komuvuga Ngo Nkurunziza Imana Imuzigame Akama Yigira Uwuzi Imana Kandi Ari Umwicanyi Mumigumuko Hishwe Abantu Bangana Gute Kubera we Harageze Yuko Sentare Mpuza Makungu Imwokera
6 Nzero 2017, 20:43, par ELIE MANINPAYE
NBE KONZI NKURUNZIZA YITOREWE NABENEGIHUGU WEWE WIBAZANGO HARUWUGUTORA NTAKU NGUVU BIGIKORA HARYA WARAHATSWE MWANA UZUCUMUGANA
10 Nzero 2017, 03:48, par ALOYS NIYUKURI
Alain Na Joseph Nsanze Muri Ibigugu Pe Musa Nkigikerere Curira Uburiri.Ko Mwahunze Inzara Ngo Muhunz Intambara Harugusara Gusumba Ukwo.Mbe Mumwikundiriz Niyombare Ngo Azobahako Muzopfa Muzerera Nka Gahini.Niyombare Nawe Arazi Ko Nkurunziz Atar Umwan Kuk Nubu Yumvise Iryo Zina Aca Arwar Umutima.Muzotuntur Murwar Nakabonge Kubwa Nkurunziz Imana Yasize Amavuta.
31 Nzero 2017, 19:25, par Ferdina
None Ko Ikiringo Kigira Kibaherane Agitwara Muzomutembagaza Ryari?Mbe Hoho Niyombare Yahungiyeh?
7 Ruhuhuma 2017, 09:26, par SERGES SINZINKAYO
NIYOMBARE NABE ARATA UMWANYA.AHENDA ABANA BUBURUNDI.BICWA BAZIRA UBUSA.NAGENDE KWA KAGAME YAMENYEREYE GUSESA AMARASO
4 Ntwarante 2017, 12:59, par Ndikumana Amos
Ni Yombar.Arinabeyitonda
7 Ntwarante 2017, 22:59, par Kabla
Napfe Ashuts%ivyo Twarabisere Kudeta No Ntayo Tugomba
1er Ndamukiza 2017, 01:30, par Rukundo Aime Claret
umuhutu w’umuhemu
5 Ndamukiza 2017, 16:02, par Ndayishima Samuel
Ahubwo Niyombari Ntakomeye Mumutwe.Amanyama Arasara Ntasaba.Ahubwo Nace Bugufi Aze Amutware.Hama Ase Imana Imuhe Gukwundwa Hama Tumuto.Kuko Ubutegetsi Nubwabanyagihugu.Nimba Ashonje Naze Tumuhe Ivyo Kurya.
10 Ndamukiza 2017, 16:26, par RUKUNDO J’PAUL
NTIMWICARE NATWE ABANYWANYI TUR’INYUMA PETERO NKURUNZIZA YOBA ATUGAYE.
20 Ndamukiza 2017, 08:44, par Lifazi Shukulu
SASAKWANZANATAKANIWAULIZEKITUKIMOJA"SASAIVINIYOMBAREYUKOWAPI?"INAMANA,NENOLAMUNGURINASHASEMA,KIYONGOZIWAINCHIAKIWAMBAYANAWANAINCIWANAKOSAAMANI"SASAWARUNDIWASASAIVIKUNAKITUWASIEJUWA,VITUVYOTENIKUHESHIMIANAPAMOJANAKUSIKITIKANA,SASAKWANINIUKIONAUMEBOSEKAKWENYEKITICAINCHIYABURUNDILAKINI,UKAOGOPAWENGINEWAFANIKIWE,SASAHAWAJUWI,HATALEOYUKOBOSIJANAUTAKUWAMASKINI,WACHEWAFANYEKAMPENIBADOWAKATIWAKUCHAGUWALAISIWAWASASAHUJAFIKAUKIFIKATUTABADIRISHA,MUNGUNDIE,ANAJUWAEVYO,SINDOSAWA EE!"
1er Rusama 2017, 11:11, par TUYISENGE
NON JENNERAL GOD FOUWA NIYOMBARE ARIHO ? HOHO ARIHE? ARI MUBIKI
3 Rusama 2017, 14:52, par Pie
Mbeg niyombar arih?nukur yariyageragj mugbo peter nkurunziz numugab akwij ibsabw arik naherez aband bary ereg siw yize amashure wenyen
6 Rusama 2017, 22:03, par Athanase
Petero Nakomere Kumuheto Kuko Ntakuganzd Kutava Kumana
15 Rusama 2017, 12:53
malheur
17 Rusama 2017, 20:36
Komera Mutama Wanje
17 Rusama 2017, 21:48, par x
uworukarisha rwomumwa,uworukariswa rwomumwa,ugomba kuroha abandi bana?unicef izokujana i rahe.
19 Rusama 2017, 15:04, par Mujago
Komera Mutama
20 Rusama 2017, 09:57
Vyararananiy Ahomwavugy Mwoduh Amahor Mwobamukz
22 Rusama 2017, 17:39, par Mbonimpa Bosco
Ndimbonimpa Bosco Imanayamayaturinze Ntavyo Yokorango Idukureko Ibiganza Iracayohora Ababo Kukotugifise Ubushobozi Nkurunziza Aziyongera
23 Rusama 2017, 19:30, par moise furaha
iyo mbwa gode .uwo musega .naturure naband baraturuye ,peter songa mbere tuko nyuma yako iyo mihimbir ivyure amaso natwe tuyamene
5 Ruheshi 2017, 15:20, par Evariste
Arikogode Aratangaje Ubu Ashakako Abarundi Basubira Muntamba Kura Mutama Nkurunziza Yavuze Ko Uwuzotangura Intambara Izohera Iwe Igarera Iwe Nandanye Avurunge Intozi zizomurya Nakazikiwe Nziyarabayemurireta Igisirikarecuburundi Araziko Kidakina Nabandanye Azobona Ibara
25 Ruheshi 2017, 13:34, par Hermes
petero Nkurunziza Naveko Ikiringo Ciwe Caraheze
25 Mukakaro 2017, 03:47, par ndarus
niyombarre ntabwenge amfise,ivyiyumviro vyiwe ntaho bitaniye nivy’umuntu agwaye mumutwe.
18 Nzero 2018, 19:29, par Ntahimpera jay-mon
Kubwanje mbona baratebye kuko twe batobato tuterekwa ubwo butegetsi tugeramiye nintwaro yagahotoro.Aho nkasaba ko bokwiyunga bose nkuko batabwereka bamugwanirize hamwe arko inyungu nibyibahiro babanje kuvyibagira
20 Ruhuhuma 2018, 07:58, par ntirampeba davidi
abagomba ubutegetsi nibaje mumatora hama batsinde ababise kuberiki batinya amatora?
24 Ruhuhuma 2018, 23:49, par EMMANUEL NGENDAOZI
Andika hano
4 Ntwarante 2018, 21:55, par mutiti
aho mutam caratuvuny ntiturot turekur komer mutam nkurunziz abarund tur inyum yaw
25 Ntwarante 2018, 11:43, par NDAYIKENGURUKIYE
JEWE NUMVAKO UWOMUGABO NIYOMBARIKWARUKWIHENDA,MBE AHOAVUGAKOBATAREZEAMABOKO,NONE PETERO NKURUNZINZAWE AZIKO AYAREZE? ARAZATWEBWE ABARUNDINTABWOBA. UBUNDIHONTIYABIKOZEBIRANKA? IYAKOZEBIRIYANIBINDI IZOBIKORA ABARUNDI TURIKUMWENIMANA.VYARIVYOMURAKOZE.
29 Ntwarante 2018, 13:40, par ALBERT
Andika hano SHAKA KUMENYA AMAKURU YAVUZE UNO MUNSI 12:30
13 Ndamukiza 2018, 22:18, par 69311461
JEWE SINOBESHANGO HARUWUNDI AZODUTWARA MUBKRUNDI OYA
19 Ndamukiza 2018, 17:59, par NIYUNGEKO ALEX
EREGA KUVUGA BIROROHA HAGORA GUSHIRA MUBIKOGWA AHA NIYOMBARE ARABONA KO HAKIRI GUKORESHA INGUVU MUBURUNDI NAZE ASABIKIGONGWE NKAGWASA URAZUBURUNDI KO BURYOSHE!ATARAHO NIBAREKE KWICISHABANA MUKUBAHENDESHA GRENADES UMUHUTU YAGWANYE KANYESHAMBA SUWO KURIRAKO NKUMWANA
5 Myandagaro 2018, 06:47, par niyokindi
ariko nitombare arabonako abarundi turabana?nagabanye akariro gushaka gutwara ntibarwana koresha kwigisha abanyagihugu