Ibiganiro vya CNDI bizosanga Abarundi mu buhungiro

Yanditswe na IGIHE
Kuya 30 mars 2016 saa 11:23
Yasomwe : 28044
0 0

Umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro bihuza Abarundi (CNDI : Commission Nationale du Dialogue Interburundais) uvuga ko ugiye gushikira Abarundi bari mu buhungiro, kugira ubumvirize, nk’uko uheruka kubigira mu gihugu cose c’Uburundi.
Musenyeri Justin NZOYISABA umukuru w’uwo murwi yabimenyesheje kuri uwu wa kabiri, akavuga ko n’Abarundi bahunze igihugu bagiye kwumvirizwa.
Umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro umaze iminsi utunganya amahuriro abera mu Burundi, mu gihugu cose, akaba yitabwa n’abajejwe (...)

Umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro bihuza Abarundi (CNDI : Commission Nationale du Dialogue Interburundais) uvuga ko ugiye gushikira Abarundi bari mu buhungiro, kugira ubumvirize, nk’uko uheruka kubigira mu gihugu cose c’Uburundi.

Musenyeri Justin NZOYISABA umukuru w’uwo murwi yabimenyesheje kuri uwu wa kabiri, akavuga ko n’Abarundi bahunze igihugu bagiye kwumvirizwa.

JPEG - 47.4 ko
Musenyeri Justin NZOYISABA, umukuru w’umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro bihuza abarundi

Umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro umaze iminsi utunganya amahuriro abera mu Burundi, mu gihugu cose, akaba yitabwa n’abajejwe intwaro, abanywanyi b’umugambwe CNDD FDD hamwe n’iyindi migambwe icuditse n’ubutegetsi.
Abatavuga rumwe n’ubutegetsi ku ruhande rwabo babandanya gusaba ko ibiganiro vyotunganirizwa hanze y’igihugu, bigahagarikirwa n’umuhuza yashizweho n’inama y’abakuru b’ibihugu vy’umuryango wa Afrika y’Ubuseruko, asanzwe ariwe ashigikiwe n’ubumwe bwa Afrika, ishirahamwe mpuzamakungu ONU hamwe n’ubumwe bwa Buraya.

Mu biganiro bimaze gutunganirizwa mu Burundi birongowe n’murwi w’igihugu ujejwe ibiganiro bihuza Abarundi (CNDI : Commission Nationale du Dialogue Interburundais), abavyitavye ntibahengeshanije gusaba ko amasezerano y’i Arusha yokurwaho, n’ibiringo vy’umukuru w’igihugu vy’ugutwara Uburundi bigakurwaho.
Mu kiganiro c’abavugizi cabereye mu ntara ya Muramvya kuri uwu wa gatanu, Gervais ABAYEHO, umuvugizi w’umukuru w’igihugu yamenyesheje ko Reta y’Uburundi yiteguriye gushira mu ngiro ivyasabwe n’abanyagihugu bitavye ivyo biganiro.

Abatavuga rumwe bakaba bakirindiriye ibiganiro bazokwitaba, bitunganirijwe hanze y’igihugu c’Uburundi, kandi birongowe na Yoweri KAGUTA MUSEVENI umukuru w’igihugu wa Uganda, hamwe na Benjamin Mkapa yahoze aramutswa igihugu ca Tanzaniya.


Kumenyekanisha

1
Ferdinand 2-04-2016 à 02:16

Uwo Musenyakwi Ngo Nimusenyeri Nasabe Imana Ikigorwa Ave Muvya Politique Kandi Asabe Ikigorwe Ishengero Yagiriye Nabi Mukuryiba No Mugufungisha Abanyeshenger Bafatanije Nakarwi Ka Peter.Kari Umusenyeri Naje Hanze Y’igihugu Mumana Ya Abasenyeri.Wugaranywe Nka Piter Nico Gituma Mwacudits Hamwe Mukwica Uwo Musenyakwi Ngo Nimusenyeri Nasabe Imana Ikigorwa Ave Muvya Politique Kandi Asabe Ikigorwe Ishengero Yagiriye Nabi Mukuryiba No Mugufungisha Abanyeshenger Bafatanije Nakarwi Ka Peter.Kari Umusenyeri Naje Hanze Y’igihugu Mumana Ya Abasenyeri.Wugaranywe Nka Piter Nico Gituma Mwacudits Hamwe Mukwica Abenegihugu.

2
Nd. Ferdinand 1er-04-2016 à 03:42

Mbega Uwo Musenyanki Justin Ngo Ni Musenyeri Yotunga Ivyabandi Ivyiwe Atarabitungany ?Nabanze Atungany Ikibaz C’ishenger Rya Methodiste Unie Mu Buqundi Kimaz Imyaka Irenga 8.Justin Umwicanyi Niwe Yorongora Ibiganir ?Amaroso Yabanyeshengero Wavishije Nabo Wicishije Azoguhumisa.

3
0745704229 1er-04-2016 à 03:39

Mbega Uwo Musenyanki Justin Ngo Ni Musenyeri Yotunga Ivyabandi Ivyiwe Atarabitungany ?Nabanze Atungany Ikibaz C’ishenger Rya Methodiste Unie Mu Buqundi Kimaz Imyaka Irenga 8.Justin Umwicanyi Niwe Yorongora Ibiganir ?Amaroso Yabanyeshengero Wavishije Nabo Wicishije Azoguhumisa.

4
ndizerabruce 31-03-2016 à 15:22

Birababaje kubona ko gushika Ubu abatrware batarabona KO amafundo badendekanya asa nayaheze.igihugu ntigihera kandi uko bigenda kose abantu bakunda igihugu bazokibogora ico giswahiri naco kizobasesa

5
Maria 31-03-2016 à 10:42

Uwo muntu agereranya amasezerano ya Arusha n’ugutegura urubanza rw’ubugeni arakomeye !
Ngirango ntimukimenya n’ico muvuga mupfa guharuka no gutyozanya gusa .

6
morodikayi. 31-03-2016 à 08:15

Ngutanguze ibiganiro vyabari hanze ! wewe ? icuzi urazi,nimba ikizoba kigutwaye azoba arugusumurusaki gusa, canke gutesha umwanya abantu. nuzuratesha umutwe ivyo bigugu vyankurunziza bigenda birarekereza inkonda birondera uwo bicikana. ntabiganiro vyawe biragaragara, ngo mukeneye amasezerano ya arusha afutwe ! none muracahemuka kabiri nti mwamaze guhemuka.

7
Gezaho Gezaho 30-03-2016 à 19:36

Twra hiyo iyo micafu ngo n’ibiganiro ! Canke mushaka muzogende guperereza i gene abahunze babayeho canke aho baba kugira mutume abicanyi babasangeyo kubica ? Kumbura mwihane ivyaha vyanyu ngo muhenda mahanga n’abarundi ngo muriko muragira ibiganiro. Nimwihane mureke ubwicanyi nogupfukapfuka ibibi. Uko nuguhendana, ariko ntamvura idahita !

8
tari 30-03-2016 à 18:46

Nagira mbwire uwo muntu numva Ngo nimusenyeri ko atawumugize umuhuza umuhuza twese tuzi Ni mkapa na museveni nimba abona nakarwi ka nkurunziza bafatanine gutoba igihugu akokajagari bakagumize ngaha mugihugu kuko hanze ntakajagari kabayo

9
Anna Munezero 30-03-2016 à 17:27

Mbe Ntahonkuriye nyene mwebwe ko vyabereye hanze igihe mwari mw,ishamba !Wavyibagiye ?Mwibagira vuba basi !Ego da.... nta mwana nikinono !

10
Ntahonkuriye 30-03-2016 à 15:53

Ivyonivyo Vyose Nibikurweho Abobatutsi Baribabigize Ngo Bazotware Ibihe Vyose Rekanabandi Batware Imyaka 43 Izombwa Zatwaye Zigatako Zikica Abahutu Umuyoro Ariyo Mpamvu Amaraso Ya Ndadaye Na Rwagasore Nabandi Akibahumira Kuberiki Twebwe Mwadutwaye Imyaka Umuyoro Tutagiz Nkibimuriko Mukora Sihamwe Twabamyira Ibiseru Mukadushingako Ibimito Mugahuruka Ubu Twarakanuy Natwe Murihenda Basha !

11
Ntahonkuriye 30-03-2016 à 15:51

Ivyonivyo Vyose Nibikurweho Abobatutsi Baribabigize Ngo Bazotware Ibihe Vyose Rekanabandi Batware Imyaka 43 Izombwa Zatwaye Zigatako Zikica Abahutu Umuyoro Ariyo Mpamvu Amaraso Ya Ndadaye Na Rwagasore Nabandi Akibahumira Kuberiki Twebwe Mwadutwaye Imyaka Umuyoro Tutagiz Nkibimuriko Mukora Sihamwe Twabamyira Ibiseru Mukadushingako Ibimito Mugahuruka Ubu Twarakanuy Natwe Murihenda Basha !

12
None ? 30-03-2016 à 14:55

Tahuraneza, amasezerano y’Arusha yarimezacane ninkakurya abantu bategura amategeko yukuntu urubanza rwumu sore yiteguye kwubaka urwiye ayomategeko abarimwurworubanza barayagenderako mpaka urworubanza ruhenze, ariko wamure nuwobubakanye ayomategeko siyobazoca bakoneza bagebderako ariko ntibibabisigura kobayagaye oya nuko bibabidahuye nigihe binjiyemwo. Amasezerano rero y’Arusha yaratugiriye akamaro ariko siyotwocatugumako hariho ivyotuzogumana nivyotutazokenera.

13
kunduburund 30-03-2016 à 14:34

ntibikundakobohinduribwirizwasingiro,bagumekubutegets,nooo

14
ICUTARABONA 30-03-2016 à 13:14

Intimenya, niyo ntinegura !?! Ngo amasezerano ya Arusha nibiringo vy’umukuru w’igihugu bikurweho !! Ntibishoboka, jewe ntabwo mvugira Umurundi kumuvumba.

15
Ntahonkuriye 30-03-2016 à 12:13

Twebwe Dushaka Ibiganiro Bibera Muguhugu Abo Nabo Bagomba Kovyobera Hanze Nibabandi Bacuditse Nababirigi Twebwe Dufise Igihugu Nitwe Tuvuga Iryanyuma Letat Ndabinginze Ivyo Twasavye Mubishire Mungiro Ivyo Vyi Arusha Nivyabo bagumutsi Babatutsi Batumva Mugomba Mwice Presidenrt Nkuko Mwariye Ndadaye Niyompamvu Muguye Mubuhungiro Amaraso Yiwe Aracabagira Nguwo Nimwice Murabe Ukuntu Tubomora Mwa Miguta Mwe Sivyabindi Twabamyira Ibiseru Muguhaguruka Mukadushingako Ibimito Ubu Twarakanuye Muzotubona

16
Ntahonkuriye 30-03-2016 à 11:54

Twebwe Dushak Ibiganiro Bibera Ngaha Iwacu Mugihugu Abagomba Ibiganiro Vyiwabo Nibategure Nabo Babirigi Babo Bishimiye Tuzohuriuza Hamwe Twebwe Dufise Igihugu Nitwe Tuvuga Iryanyuma Abonabo Nibamaremarire Mubuhungiro

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha