IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ibikorwa vyo kumenyereza abasirikare b’abarundi vyoba vyahagaze

Ibikorwa vyo kumenyereza abasirikare b’abarundi vyoba vyahagaze

lundi 20 Ndamukiza 2015

Umutekano muke wibonekeza mu gihugu kubera ikibazo c’ikiringo ca gatatu c’Umukuru w’igihugu, ushobora gusubiza inyuma iterambere ry’ibisata bitandukanye vy’igihugu.

Abanyamahanga bahora bafasha mw’itegugwa ry’abasirikare ba barundi bitegurira kuja gufasha kugarukana amahoro mu mahanga, bahagaritse imirimo yabo, aho babemenyesha ko bari mu karuhuko ariko bamwe bakabibonamwo ibinyegezwa.

Amakuru adushikira avuga ko abo banyamahanga baturuka mu bihugu vya Amerika n’Ubufaransa bahagaritse ibikogwa vyo gutegura abasirikare b’abarundi, aho bagasigura ko bagiye mu karuhuko ariko batamenyesheje ryari ako karuhuko kazorangira, ivyigwa bibandanye. Ayo makuru amenyesha ko abo banyamahanga boba bahagaritse ivyo vyigwa batanga ku basirikare b’abarundi kubera umutekano muke urangwa mu gihugu, cane cane muri kino gihe haguma hategugwa imyiyerekano y’abashigikiye ikiringo ca gatatu c’Umukuru w’igihugu, ndetse n’abatagishigikiye.

Baranamenyesha kandi ko mw’ishamba rya Rusizi hoba hariyo abagwanyi, bikika mu kiza mu gusahura canke mu kunyuruza abantu, iryo shamba rikaba riri na hafi y’ikambi y’abasirikare ku Mudubugu, aho bari basanzwe bategurira abo basirikare. Mu gisirikare c’Uburundi bamenyesha ko ayo makuru batari bwayaronke, ariko bahava bagira ico bashikiriza hanyuma.

Tukabibutsa ko abo banyamahanga bahora barungikwa mu gihugu c’Uburundi kugira bigishe bongere bamenyereze abasirikare b’ abarundi, baca barungikwa mu bikogwa vyo kugarukana amahoro mu bihugu bitandukanye vyo kw’isi nka Somaliya, n’ahandi. Iryo hagarikwa ry’iminyerezo rigashobora kuzotuma Uburundi budasubira kuronka abasirikare barungika, mu kuja kugombora abasazwe bariyo muri kino gihe.

Alida S.

Messages

  • Nimba abasirikare bigihugu cuburundi bagishaka kuja kugarura amahoro mumahanga,ubona ko bahatubururira umukanda,nibakore bishimwe mukwaka ibigwanisho bifiswe n imbonerakure maze basubire bizerwe n amakungu ataruko naho reta niyo ibakuye amata mukanwa ubona ko n uwo mutekano muke uterwa n abajenerari n abategetsi biyo reta nyene idutwara idicuritse.

  • kweri bigiy kuyangara kuko abasirikar turyadufranga twar tubafitiy akamaro kuk ayobbahembayoyo yarintica ntikize petero nkurunziza nakumbur yumve impanuro nayo ahandiho azokwibuka kuyor yamaz gusesa

  • Abarundi nibabe bareka kwiha inyishu ku bibazo.Nibemere isinguro baba bahawe,none bavuze ko bagiye mu karuhuko tubibahore?Reka turindire akaruhuko kabo gahere.Nibatagaruka tubone kuvuga.Abasirikare nabo ubuhinga bafise si buke ni bakomere kwibanga birindi bansesa nkuyoze.Abasi b’abo ni abo bose bakwiragiza ibihuha ataho bifatiye.

  • Erega harya.nabanyamahanga barunva ibirikobiraba muburund ndetse bamwe bakavyibonera.ko hirya yintara zigihugu zitandukanye ibigwanisho vyuzuye kubikurayo wvyabananiye kandi.ngo ningabozigihugu base uwutanga iryanyuma .koroneri avuga ati mubanyagihugu sisubire kunva yikigwa nisho biravugwa bica amatwi.abanyamahanga bo.usanga bavuga at.ntakuntukwigisha umuntu adashaka amahoro murugo iwe yemwe basod.muraziko muri ingabo zigihugu kora ibishoboka murabe.icatumye bareka kubigisha none bagenzi banyu bazohera somariya ?ekada ahubwo nimuje inama mubicemure murabeho.

  • Bamwe bavugako aho imyimenyerezo ibera ku mudubugu reta yahatwaye abanyagihugu itabahaye n’ikingoro ca 5. Mukamenyako birya bihugu vyanka na cane umukazo.

  • Imvo nyakuri yo guhagarika imyimenyerezo nuko abanyamerika bategetswe ku nguvu kwinziza imbonerakure muri nya myimenyerezo hama UMUZUNGU ASUBIZA ADOLPHE KO ATAZANWE NO KWIGISHA IMIHIMBIRI IGISODA. Baca bafunga imizigo yabo buno nyene, eka amakuru yasakaye ku mudubugu avugako ibimodoka vyari vyazanye imbonerakure vyaciye bisubira inyuma mu bucagucagu bwo kuri uno wa gatanu w’indwi iheze

  • Ntareta n,imwe igira icishitseko idashigikiwe Nkurunziza nakinjure areke abarundi bitorere ababarongora bandi kuberiki abategetsi beshi bomuri afrika bagiye kubutegetsi baca bamera nkinyondwi kurushato gwinka.naruhuke areke abarundi twitorere uyundi azoturongora imyaka itanu.Atitojeje amahanga ariteguye gufasha kuko bazoca babonako igihugu cacu gifise ukwishira n,ukwizana.akitoza naho ibintu vyose vyagomba gufasha uburundi baravyugara.ntubona kwibitoro vyatanguye kubura iyo n,intango mumugambwe CNDD ikebuke mucagure uyundi mw,ipfuza rekura inpfungwa za politique mbe kumuntu wese atanze iciyunviro ciwe cose kidahuye nico mw,ipfuza mumugambwe muca mumupfunga ntimubonako muzohahava mupfunga gereza zikuzura?kandi nibaba beshi kurya Husein yavuyeyo ninako bazovayo oposition muriko muyihinguvu bizobananira kuyigwanya ahubwo muravye nabi abarundi bazobafata babapfunge musubire aho muriko mubashira.hinduringendo

  • ahubwo baribaratevye noneko abobigisha haca hagenda imbonerakure n’abiperereza nka Vicenti yica bababikira reta ibizi ko yakuwe mugisirikare kubera kubura indero, ntibitangaje kandi ikibabaje n’abari mukugenda kwicira udufaranga bazoca bafuta Uburundi mubaja guhagarikira amahoro ir’ivyo bihugu,masikiniiiii

  • abo basirikare batinya umutekano muke ndabona atakigenda cyabo kuko bangomvye gufatikanya n’abandi kuwugarukana. birashoboka ko bagiye mukaruhuko.

  • Ariko jewe bakurukiranye ababantu batanze ivyiyumvirongaha ndaheba ndatwengandeguka! Ivyovyosemufondafonda nurugambaruto cane, mushake mubicishe mubatora nduhaze neza, mubicishe muntambara ntantambwe muzoduterana , nubwotumaze igihejinini tubarindiriye ntimwibaze ngotuzorambirwa kugumatubareba komwohava mukorahasi gutora ibuye ngomitere Kira kiremwamuntu. Mwebwe mwumvanyakwubahwa avugango ntantambara izosubira kubamuburundi agihema canke Cnddfdd bikiruho.

  • Inkuru iyo utayifitiye gihamya urakanyamwo.kuki uvuga ngo hoba ...?kuki utavuga ngo hari..v
    That’s bullshit man.u are so nustyy

  • haa! kumenga igihugu naba sirikare bohahombera vyishi. burya ntangaruka mbi vyotera Mugi sirikare muribinobihe vya politik?

  • Nakamaramaza Kubona Ivyobiba Kuku Nibidusubiza Mwihumbi

  • Non boja kugarukana amahoro mubindi bihugu n’iwabo akajagari karenze?Kandi abo banyamahanga boguma bigisha abagiye kumara abiwabo?Nibabanze bakinjure barabe iyobija!Bazogaruka baza kubanguranya.

  • Donald banza wige nokwandika ubimenye!

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.