Accueil > Imibano > Urukundo > Ibintu 3 bikomeye abakobwa bakunda guhisha abakunzi babo
Ibintu 3 bikomeye abakobwa bakunda guhisha abakunzi babo
vendredi 16 Nzero 2015
Amwe mu mabanga 3 akomeye abakobwa bakunda kunyegeza abakunzi babo, rimwe rimwe bikavamwo no guhebana
Abantu benshi barakunda kuvuga ko abagabo ari bo bakunda kunyegeza amabanga yabo kurusha abagore mugabo na bakobwa bafise amabanga akomeye bakunda kunyegeza abakunzi babo.Iyo umugabo aguma amubaza umukobwa bakundana ayo mabanga, kenshi abakobwa baremera bakabesha.
Ivyo bintu n’ibi:
1.Imyaka yabo
Abakobwa benshi ntibakunda kuvuga imyaka yabo kubera bayivuze rimwe na rimwe batakaza abakunzi babo canke mbere ntibaronke abagabo nk’uko vyavuzwe n’abanyamahanga.Bongera bavuga ko mu bisanzwe imyaka y’abakobwa yiruka cane kurusha iy’abagabo kandi ko abakobwa bakunda kunyegeza imyaka yabo, ari abafise imyaka 30.
2.Abasore bamaze gukundana
Iri banga abakobwa bararisangiye n’abahungu kubera abahungu ntibakunda kuvuga abakobwa bamaze kugendana na cane cane mu gihe ari benshi.Igituma rero abakobwa bibagora kuvuga igitigiri c’abahungu bagendanye, kenshi biterwa n’ukuntu aba akunda umukunzi wiwe adashaka ko yohava amuheba.
3.Ukuntu yiyumvamwo mu rukundo
Mu gihe umukobwa ari mu rukundo, kenshi biramugora guserura ukuntu yiyumvamwo mu rukundo, ugasanga ahisemwo kubigira ibanga.Ubushakashatsi bwakozwe bwerekanye ko abagore nka bose bakunda kwihagararako mu bijanye no guserura ivyiyumviro vyabo ku buryo umusore bakundana bitamworohera kumenya ivyiyumviro uwo mugore amufiseko mu gihe baba bari kumwe.Bongera bavuga ko nkiyo umusore asavye umukobwa gukora amabanga mpuzabitsina atavyemera ku munwa ahubwo abihakana mugabo ku mutima atariko bimeze.
Lorene Nubwabo
Messages
17 Nzero 2015, 09:31, par gacuti
moi je suis pas d’accord!si uri umukobwa wiyemera kandi uri fiere Nico uri pourquoi wonyegeza ikintu fin de fin kimenyekana nkimyaka?MBE ko hari abagabo bakeneye abakobwa bisumbuye?kuba warakundanye naho ni experience, hama gukunda nibironderwa ntibironkwe na Bose;ahubwo CE sont des qualites;avoir bcp d’ages c’est etre mure,avoir des relations amoureuses c’est avoir de l’experience,exprimer les sentiments que tu as envers ton prefere c’est la fierte
18 Nzero 2015, 11:04, par mayukarenova
ivy’abakobwa biragoy gutahura rero tube tubarekurira kenshi murakoze
19 Nzero 2015, 01:38, par nGARUKO
None ga bantu b,IMANA WEWE WOBWIRA UMUKUNZI WAWE UTI NARYAMANYE NABA ..NABA ..EREGA BIRAGOYE NTIMUBESHERE ABIGEME ...NATWE ABAHUNGU NTAVYO TWOKUBAHUKA KUVUGA ,,,KUKO ICO NZI CO NIYO HAGEZE IGIHE UKAMENYA UMUNTU YOBA YARASAMBANYE NUWO MURIKUMWE URAFUHA BIRENZE IGIPIMO ..IGIKURU NUKO ATOKUVANGA BUGINGO MURIKUMWE ....
31 Ntwarante 2015, 17:11, par audace
Akenshi Babona ko bokundwa mugihe bafis imyaka mik bagatinya nukubaza umuhungu imyaka yiw bakibaza hamw bovugishukuri bohava basanga basumba abobakundany bikabatera kudakundwa ,kumenya abobakundany nukumenya niki catumy bahebana vyarivyiza kuko bituma umenya ivyamubabaj ukirinda kubikora vyari vyiza kubwizanya ukuri
21 Ndamukiza 2015, 00:24, par Celestin
Biratangaje! Ark Nukubimenyera Uko Nyene Kuko Abigeme B’abarundi Bakunda Abagabo Benshi.
29 Ndamukiza 2015, 02:18, par Boaz
Rek kuvug ivy guhish jw har nuw twakundany 3ans nzakumeny ko yavyay turik dutegur mariage.
2 Rusama 2015, 13:38, par ERNEST
IVYO NI UKURI
3 Rusama 2015, 20:44, par bède havyarimana
UBESHE BUHORO JEWE UWO NATERESE YAMBWIYE NGO NTARAGERA AFISE 24ams.
6 Rusama 2015, 16:05, par nshimirimana ezechiell
vyoba vyiza kuvuga ukuri niho urukundo rurama kandi nohanura abakobwa kuvuga imyaka yabo kubera iyobabeshe umuhungu akabimenya bicabimushavuza cank akamuheba rero nivyiza kuvuga ukuri kandi nibaza ko numukobwa ataba ashaka gukunda kuko murukundo ntakubesha impera nimperuka biragaragara by by
8 Rusama 2015, 09:33, par VIAN BIGIRIMANA
MBE NIKUBERIKI UMUKOBWA ASHETSE UMUHUNGU ATABIMUBWIRA?KANDI BABA BANKUNDANA CANE!
16 Rusama 2015, 21:39, par Bikorimana Richard
ivyo ni ukuri ntabubeshi burimwo
28 Rusama 2015, 01:29, par NININAHAZWE BIENVENU
Ego cane iyo nkuru niyo iyo umukobwa umusavye imibonano mpuza bicina kumunwa arabihakana ariko kumutima abishaka.
31 Rusama 2015, 21:32, par Victor
None Wamenya Gute Ko Yakwemerey Ko Nudyamana?
2 Ruheshi 2015, 12:19, par DIOMEDI
NAMANDABISABA ABANTUBESHI BAMWE BAKABINTUMIRA NAGE NKAMUKARESA AKABISHAKA NKABIBONA ARIKOAKANKA KUVYEMERAKUMUNWA NAHAVA AGASIGARA ARAVUGAKONTAKOMEYE NONEMURAKOZE KURIZO MPANURO IYOUBAHAFI NOKUGURIY FANTA ZITARINKE
2 Ruheshi 2015, 12:20, par DIOMEDI
NAMANDABISABA ABANTUBESHI BAMWE BAKABINTUMIRA NAGE NKAMUKARESA AKABISHAKA NKABIBONA ARIKOAKANKA KUVYEMERAKUMUNWA NAHAVA AGASIGARA ARAVUGAKONTAKOMEYE NONEMURAKOZE KURIZO MPANURO IYOUBAHAFI NOKUGURIY FANTA ZITARINKE
9 Ruheshi 2015, 10:14, par Jonas
Abakobwa baragoye nigake bavugukuri ariko sivyiza nareheje umukobwa ariko ntiyigezambwira koyavyaye urunva kwiryo arikosa yabimbwira nkamukunda ndamuzi vyari sawa ariko ntasimbwe numutima naramuhebeye ivyanje nzoronka ibindi hamwe yobona ububutumwa yonsaka kur 25769054093
10 Ruheshi 2015, 13:33, par Nduwimana blaise
Umukobw ubwir k uknda akagum akbwir ko umuhend wokor ik kugira abibone k umuknda?
17 Ruheshi 2015, 06:46, par NITWAMANARABARUTA
ABACOBWABAGIRAAMASONIMESHI BOGIYEBAREKAKUGIRIISONIZUWO BAKUNDAHARIHOUMUKOBWADUKUNDANAYA ATINYAKUBIMBWIRAKUMUNWA JEWENKABIBONAKOANKUNDA NOBIGENZAGUTEKUGIRA ABIMBWIRE MURACOZE
20 Ruheshi 2015, 18:42, par nduwimana jeanmarie
nakunze ukobwa arikondabimubwiyengo akunze uwundi nonenobigenzagute
28 Ruheshi 2015, 11:24, par NSENGIMANA BONDO
Ayomabanga yabakobwa nimenshi kandi ningombwa yuko umuntu wumukobwa nikwameza ntiyokubwiza ukuri imyaka afise kuko bigira bato kandibakuze
29 Ruheshi 2015, 14:33, par Jean Nemerimana.Bujumbura-Burundi
abakobwa nukubareka bimerere uko kuko de nature,elles sont creees ainsi,donc il faut les comprendre
29 Ruheshi 2015, 19:53, par Moses Tuyisenge
Nagombandababaze None Iyomukundanye N’umukobwa Abandibahungu Bakazakumusaba Urukundo Agaca Abikubwira Ukobaje Akakubwira None Abakunda Canke Ntaba Agukunda? Mbehoho Mukubikubwira Aba Agomba Iki? Rimwe Narimwe Uba Ubimubajije
5 Mukakaro 2015, 21:26, par Jean-marie
Nashaka kubaza mugihe umukobwa agumye akwemeza ko atamuhungu bigeze bahuza ibitsina ariiko ugasanga atakiri isugi vyoba vyagenze gute?none woca umuheba?
5 Mukakaro 2015, 21:29, par Nsengimana Bondo
Ntakuntu nakunweyayiguhishurira kukonkubuasanzeagusumbanaweurumuhungu utangurakunwikekakovyishi nfiseumukobwadukundanye imyaka ibirinigice ntarigeraabwiraimyakayiwe arikojewenarasekumuhisha ndamubwizaukuriyuko nfise imyaka cumi n’itanu arikowendamubajijentanbwiranaki none nwebwe ubona mwompanura iki? ndamukunda kandi ubwanbereyaraza akararana nabashikante ninbayabonyeyukoatarivyiza arikoubuyaje turaryamana nkunva kumutima nryohehe ariko nkibuka yuko yasekunbwira imyaka yiwe nimunbwire iconokorakugira ayinbwire murako
7 Mukakaro 2015, 05:30, par MAHORO REVERIEN
JEWE SINARINZI YUKO UMUKOMBWA ATOVYEMERA KUMUNWA
9 Mukakaro 2015, 13:24, par venant ndihokubwayo
non nkiyo umuhungu asavye umukobwa guhuza ibitsina ku munwa umukobw akabihakana arik abishaka ntabwo ari umuhung utabona kure yohava ashavura ngo yamwimy akahava anamuheba vyiza abakobwa bubu bokwitandukanya nakera ego ikaba ego,oya ikaba oya
9 Mukakaro 2015, 22:32, par ndabarushimana oscar
nukurinimpamo.ahubwobiratangajekubonumuntatinyakwishurikibazinankubone agashima gukoresha ibimenyetso
11 Mukakaro 2015, 12:07, par NSHIMIRIMANA Leonard
None mwoduha uburyo bwiza umuhungu yokoresha kugira umkobwa atebe abiserure?murakoze!
12 Mukakaro 2015, 22:11, par Cleophas Nzitunga
Nukuri Ivyo Mutubwiy Vyoba Arivyo Arko Kandi Nukumenyako Atamuntu Atagira Ibanga Kuko Naho Woba Ufse Umukunzi Hariho Utwo Utamubwira Ok
15 Mukakaro 2015, 12:00, par Emile ndayiragije
iyonkuru niykuri benshi ntibvuga ukuri
20 Mukakaro 2015, 20:04, par jeunesse
nne ko umukobwa umubwiye ikintu akiguhisia kandi muri couple nka jewe nfita umumanzi ariko ndamusavye caresse acanyankira ngo ntibibaho nne nkuwo wumva twoshika kuki twe nawe?
21 Mukakaro 2015, 20:52, par BIGMES
YEMW KUBURYARYA BUTANGUY IMBEREYO KUBANA UKURI KUZOVAH? UWUKUNDA NTUMUHORICO UJA GUKUNDA AGIRAMASO NTAGIRAMATWI
21 Mukakaro 2015, 20:54, par BIGMES
YEMW KUBURYARYA BUTANGUY IMBEREYO KUBANA UKURI KUZOVAH? UWUKUNDA NTUMUHORICO UJA GUKUNDA AGIRAMASO NTAGIRAMATWI
29 Mukakaro 2015, 06:51, par MANIRAMBONA FREDERIC
guhuza ibitsinakumunwanicahaabobabikoramwobahanura
30 Mukakaro 2015, 07:50, par Guy Dylan
None barya nabo bemereraho bisigura iki?canke ko twumva ko hoba hariho abakobwa mukwemera ikintu bahakana nivyo?mbega urya nawe usaba urukundo agaca agenda akwemereye aho nyene bisigura iki?mwoshobora kudufasha murivyo?
5 Myandagaro 2015, 07:13, par Innocent
Uwo Abihakana Kumunwa None Wobimenya Gt Ko avyemera Ku Mutima?
5 Myandagaro 2015, 07:14, par Innocent
Uwo Abihakana Kumunwa None Wobimenya Gute Ko avyemera Ku Mutima?
9 Myandagaro 2015, 22:35, par bosco
nokoraikingompitemwouwonkunda
17 Myandagaro 2015, 19:58, par Dieud Nge Mkmb Jazz
Kubwanje Hamaze Kuba Urukundo Hamwe Y,umuhungu N,umukobwa Ivyoguhishanya Bikavaho,ego
30 Myandagaro 2015, 20:28, par Evariste
Mugihe uwo mukundana adakunda caresse muba mukundana vy’ukuri?
2 Nyakanga 2015, 14:59, par BAHATI Oscar
Je numva bitari ngombwako abakobwa bigira nyoni nyinshi kuko baratuvunisha urukundo
3 Nyakanga 2015, 22:37, par Nimubona Darius
Eka sivyo gusa banyegeza.hari ibind mwibagiy kand bintuma nibaza k’abakobwa batagra ubwenge.1.umukobwa araz ko muzorya...hama akaguhenda ngo n’isugi kand atanivyo umubajij,2.aranyegeza aband bikundany,3.en general n’ababeshi
3 Nyakanga 2015, 22:38, par Nimubona Darius
Eka sivyo gusa banyegeza.hari ibind mwibagiy kand bintuma nibaza k’abakobwa batagra ubwenge.1.umukobwa araz ko muzorya...hama akaguhenda ngo n’isugi kand atanivyo umubajij,2.aranyegeza aband bikundany,3.en general n’ababeshi
12 Nyakanga 2015, 22:21, par BIG LOVE EMMANUEL
Murakoz kwizo nkuru none ko ndi umusore nkaba nfis umbi wo gukundana nzokwemezw niki ko umukobw ankund?
26 Nyakanga 2015, 09:16, par Nsabiyumva.Jeremie
nashakakumenya,umutiuzana,amazikubagore,nabakobga
12 Gitugutu 2015, 06:48, par Manirakiza Barthelemy
None Wemenya Gute Kumukobwa Ashaka Kumurangura Amabanga Yabubatse?
12 Gitugutu 2015, 06:49, par Manirakiza Barthelemy
None Wemenya Gute Kumukobwa Ashaka Kumurangura Amabanga Yabubatse?
28 Gitugutu 2015, 17:47, par Haruna Amillymessi
Nigiki Gituma Atavyemera Kumumwa?Nikihe Kimenyetso Cokwemeza Neza Ko Yobikoramugihe Wabimusavye?Wokoriki,kugira Mubikore Atevyemeye Kumunwa?
3 Munyonyo 2015, 21:27, par nstr
uwo ntarukundo aba agufitiye
12 Munyonyo 2015, 15:54, par Augstin
Jew mf7 umukobwa dukundana arko ndamubwiy amp bz ntayampa mumfashjki?
13 Munyonyo 2015, 06:37, par J.CLAUDE IRUTABANTU
BIRATANGAJ KUKUNTU UMUKOBWA ASHOBORA KUKUBARIRA AGUKUNDA KANDI ABANGIKANIJ.NOM ABAHUNGU,NIKOBIMEZE?
15 Munyonyo 2015, 18:03, par J.Pierre from Mahaga
emwe!ivyo bintu nivyo kk abkobwa bafise isoni k’umunwa.merci.
15 Munyonyo 2015, 22:56, par HAGABIMANA THARCISSE
ikibazo mfise niki kugirango unyurwishe urukundo umukobwa ataribwakundwe narimwe wobigenza gute?
30 Munyonyo 2015, 22:51, par NIYONKURU.Aloys
Murakoze,cane,kurayomajambo.Nn,nkumukobwa.Ushk,kumuknd,wobigenza,gut,mugihe,adashaka,nokuguha.Umwanya,ngomuganire?...7..
9 Kigarama 2015, 17:18, par Euraste Rukundo
Ego Ivyo Bibaho Ariko Sivyiza.
3 Nzero 2016, 03:51, par Jose
Mbega Ko Ahisha Ico Ar Kand Tuz Ko Urukundo Uhorah Ariwe Atum Ukundana N’uwisezerano!!!%
3 Nzero 2016, 03:59, par Jose
Mbega Ko Ahisha Ico Ar Kand Tuz Ko Urukundo Uhorah Ariwe Atum Ukundana N’uwisezerano!!!%j Umukobw Dukundany Sindamukare Ng Ntavy Akund.Bisou Wapi.Non wumva Azomara Iki.
3 Nzero 2016, 23:30, par Gilbert à Cibitoke
sovyizako umukunzi wogiraivyo umunyegza mubwire harivyo yogufashamwo ok
8 Nzero 2016, 18:16, par MEDISONI
Kugira umenye ko umukobwa kwa agukunda.yovyerekana gute
14 Nzero 2016, 19:30, par L’amour
Je Nkundanyen’kodutembereumukobwa Arikontiyemera!Muga Mutegrukubana Aramfasha(kuguribntu)kuberikiyankakodtemberana?Nukutankunda?
14 Nzero 2016, 22:23, par barutwanayo
none ume nya gute koyemeye
21 Nzero 2016, 21:18, par niyomungere fiston
novugako abakobwa bikigihe ntiwomubaza imyakayiwe ngo akubwire jewesinzi impamvu nashaka kumenya
28 Nzero 2016, 21:23, par Pascal nahimana
%-)Nibaza ko na wewe uri umuhungu utokwirirwa urayimubaza.B-) umukunda wamubonyeB-)
29 Nzero 2016, 21:53, par bruce
birabaho
30 Nzero 2016, 11:00, par Museveni
Nukuberiki Abobwa Bitabashobokerakuza Kukuramutsa? Komurugo Iwanyu
2 Ruhuhuma 2016, 21:58, par ELVIS NSENGUMUREMYI MU VYUYA
NKUMUKOBWA ABAKWIY GUHISHUKA UMUHUNGU KUVYIPFUZO ABA AFISE MUGIHE ABA BAKUNDANY BITUMA UMUHUNGU AMWZERA CANE
7 Ruhuhuma 2016, 00:58, par Isaïe NDACAYISABA
Abashakashatsi barabandanya barondera nibindi, kumbure vyodufasha.
11 Ruhuhuma 2016, 11:22, par Etienne
Womenya.Gete.Kumukobwa Yakwemereye Kugira Murangure,ayomabanga ?
11 Ruhuhuma 2016, 19:47, par HAREZIMANA JONATHAN
Jewentibinshikira Ntamukobwa ndabaza Imyakangoyankekuyimbarira Mberekenshi Nasekuyemera,arumunyeshure acampa Carte d.E Tudien Ar’uwutari,umunyeshure,acampa Karangamuntu.Cankebakampa Amakete Yabo Yubukristu.
20 Ruhuhuma 2016, 12:41, par MPAWENIMANA David
Jemengirensabeurukundoumukobwacangiraubwobambwishinonenobamfiseingoranemubuzima?
21 Ruhuhuma 2016, 22:13, par NIyonkuru aloys
ndabonako iyinkuru yitumatwobaza abakunzibacu .1.twokora iki kugirango batubwize ukuri? cank mwebwe mudufashijiki kugiratubimenye?
1er Ntwarante 2016, 23:25, par Evariste
Biravana nukuntu umukobwa canke umusore ahebanye na benshi ntaba acizewe nkisugi
1er Ntwarante 2016, 23:26, par Evariste
Biravana nukuntu umukobwa canke umusore ahebanye na benshi ntaba acizewe nkisugi
29 Ntwarante 2016, 20:48, par LEVIS
Nikuki Atabiserura Kumunwa ?
31 Ntwarante 2016, 14:19, par Ezéchiel
Ico Niwumvira Sivyiza Ko Abakobwa Bohisha Abakunzi Babo Kuko Aba Ari Aba Cherie Babo Biyumvamwo
6 Ndamukiza 2016, 21:35, par Laurent
Ivyo Nivyo Kweri Abakobwa Ntibemera Ahubwo Baremezwa.
19 Ndamukiza 2016, 12:12, par DUKUNDANE
Ivyo nukuri.ariko abakobwa bubu ntasoni bagifise kandi ntanibanga bagira
21 Ndamukiza 2016, 18:42, par BATOVE obed
Nimba bishits umukobw agakundana numuhungu vyobavyiza ko atomuhisha kuko umusherie wiw nihacamenya ukunt anukunda.
5 Rusama 2016, 07:46, par EMILE NDI
NIMBA UMUKOBWA YAKUNZE UMUHUNGU YO MWISHURA UKURI KUKO AMUKUNDA NIBAZA KO BITOTUMA AMUHEBA KU BERA IMYAKA .KUKO UMUHUNGU ABA YAKUNZE UMUKOBWA.
12 Rusama 2016, 09:34, par Vava(vanessa)
Igitum babihakan kensh usang abahung iy bamaz kurangur amabang yabubats n,abakobw bac babaheb mbehoh bivakuk??
14 Rusama 2016, 09:58, par Nimbeshaho Emery
Mbega None Iyo Umukobwa Aguhisha Aba Agukunda?100%
15 Rusama 2016, 20:33, par Ndagijimana Isaac
Ivyo Birakunda Gushika Naje Vyarashikiye Ndakundana Numukobwa Ampishako Agendana Nabakobwa Benshi Mugabo Ivyo Ntaco Vyangize
20 Rusama 2016, 23:21, par Bayubahe Abdoul Kalim
Nanj Nakundany N’umukobwa Atambona Ndamuterefony Nkamubwira Ngo Ngend Turyamane Ambwira Ngo Karibu,ariko Turikumwe Nkabimubwira Ambwira Ngo Wap Tugashaka Nukubipfa,non Yoba Ankunda Vyukuri?Canke Azoteba Yemera Ko Tubikora?Ngume Ndamukunze?Canke Ndabihebe?Ngirinama
20 Rusama 2016, 23:23, par Bayubahe Abdoul Kalim
Nanj Nakundany N’umukobwa Atambona Ndamuterefony Nkamubwira Ngo Ngend Turyamane Ambwira Ngo Karibu,ariko Turikumwe Nkabimubwira Ambwira Ngo Wap Tugashaka Nukubipfa,non Yoba Ankunda Vyukuri?Canke Azoteba Yemera Ko Tubikora?Ngume Ndamukunze?Canke Ndabihebe?Ngirinama
15 Ruheshi 2016, 20:39, par NDAYIZEYE ERIC
NAJE UMUKUNZI WANJE YARANSE KUMBARIRA IMYAKA YIWE.NONE NOKORA IKI KUGIRA NDAYIMENYE?
19 Ruheshi 2016, 22:16, par Sibomana Adrien
Nanje umukunz wanj yaranse kumbarira imyaka afise, ark ndamushwaniye yambariye ng yavutse kurupfu rwa Ndadaye. mwumva yobagez mumyak ingah?
20 Ruheshi 2016, 16:00, par Cyriac
Nonekugiraabiserurehasabwaiki?
22 Ruheshi 2016, 22:57, par EMANUER
iyinkuru nuk’umukobwa yase kukubwira imyaka suko woca umwanka harimpamvu aba yabïhishije nawewe wisubiyeko ntiwamukvndiy’imyaka nyambutamugira?nivyo mbon
24 Ruheshi 2016, 12:56, par Namahera
Ndakeneye umukobwa
Twobana 243817051208
24 Ruheshi 2016, 12:58, par Namahera
Ndakeneye umukobwa
Twobana 243817051208
24 Ruheshi 2016, 23:50, par Elvis
Non Jewe ko Ndamufis Dukundana Ariko Ntampa Akanya Ng Tuganire
25 Ruheshi 2016, 07:19, par Anaclet
Jewe Ndakundana Ariko Sindamwiyumwo Kandi Nsindamwiyunvire BivaGuki?
1er Mukakaro 2016, 20:29, par Egide
Umukobwa Yakuze Niki Kimwerekana Ko Yakuze.
4 Mukakaro 2016, 16:16, par Augustin Oka Nizigiyimana
Mubisanzwe Ibi Uvuga Nivyo.Ariko Nagira Ndakubaze.Mbegako Umukobwa Ushoboragusanga Ahebanye Numuhungu Akamuhisha Icoboba Bapfuye. Uwomukobwa Abagize Ubugabo Canke?
6 Mukakaro 2016, 23:50, par key alajiba
None womenya gute ko ashaka kurangura amabanga yabubatse?
13 Mukakaro 2016, 23:04, par Tiyeri Yud
Kuberiki Ubwambere Yemerakagukunda Mugaboagaca Tinyakukubwiravyos?Haaaaaaakumbebarafiseisoni.
27 Mukakaro 2016, 22:06, par Eric
None Nikubera Iki Umukobwa Ashobora Kuguhend
3 Myandagaro 2016, 19:12, par Blaise
Muvuz ukuri. Nn nigut womenya uk yiyumva murukundo?
24 Myandagaro 2016, 13:47, par Sinzoyiheba epimac
ntimubeshe kweri.
27 Myandagaro 2016, 17:46, par Nijimbere
ukwo nukuri
28 Myandagaro 2016, 19:14, par Pacifique
Harya Umubariye Yuko Umukunda Nawenyene Akavuga Kwagukunda Ukamubaza At Unkunda Gute Atakubwire Harya Ntaba Aguhenze?
2 Nyakanga 2016, 20:48, par Remy
Naje ndakunze ariko uwodukundanye aratinya kumbwira ivyiwe akabibwira abandi none ndamugirente?muhebe?
27 Nyakanga 2016, 06:06, par john ndayi
MURAKOZE CYANE.JEW MFIS INCUT IYO TURIKUMW BIRAMUGORA CANE GUSERURA IJAMBO KANDI IVYO MWAVUZ VYOSE BIRAMURIMWO .ES NOKORA IKI NGO BIMUVEMWO?
17 Gitugutu 2016, 21:35, par Fleris
haaaa!!bwabund abakobwa baragoye.
20 Gitugutu 2016, 04:00, par John Claudi Bekery
Ivyo Binti Ndabihamya Kubera Naje Umukobwa Nkunze Ndamubajije Ko Atarabigira Ambwira Kwakiri Isugi Kanda Amaze Kubigira
22 Gitugutu 2016, 00:05, par nakumuremyi fleury
jew ndamufise kand naramusavy aranka ambwr k yabirengey atavy yokor bisigr k yashats gusobnur ik? nimunterer iciyumv
28 Gitugutu 2016, 16:02, par Jclaude mpawenimana
Nagiz mwiriw cank bwakey jye nagomba mungir inama ubu ngubu ntamukunzi mfit ariko harumukobwa duturany muri cartier naramushimy iyo duhuy arandaba nanjye nkamuraba nkiyumviringen ndi bumuvugish non nzamuvugish gt? mwangirinama yingen namutangura mwaba mukoz mbanjye mbanshimiy kugisubizo cyiza munsubiza
2 Munyonyo 2016, 17:33, par Ndayisaba
mubisanzwe izonkuru nizo.umukobwa kuvuga imyaka yiw bimutera isoni yibaza ko wumvise ko afis mynshi uca umuheba,ko uba ushaka ukiri muto,nuwo uzobona aykubwy kenshi agabanya iyri hagati ya2-5.nikobamez,twovuga ko imyaka yabakobwa itamenyekana.kensh no kuri karangamuntu usanga bayigabanije.arko rer ntiworeka kumukunda ngo ntuzimyaka ye,kuko siyo ukunda ukunda umuntu,wamaz kumwiyumvamwo mukund atazind facteurs wisunze novuga nti mukunde a sa valeur absolue niho cumvikana neza.kuco kuryamana naho ntanumwe akwemerera kumunwa ubwonyn,arko aba abishaka,yibaza ko uca wiymvira ngo yahra abikora nabandi,arko ugmy ubmusaba knshi aratba akazvymera,kandi nta mukobwa numwe atazokubwra ko ari isugi,kuk azi ko utoba ukimukunda.arko iyo naw utabkoz uzoronka isugi,ark nahubawarabkz ushbra kuyrnka arko uba urnganij abatasambany narimwe.abigm rro kumenya ikiri kumutima wabo ntivyorosh kuko nabantu bamber babesha.arakubwira ko agukunda kumbur yifitiy uwundi,rro abakobwa sabokwizera bameze nka conditions atmospheriques.mwitonde
20 Munyonyo 2016, 22:13, par Misigaro
Jewefise Umugoremugabotwamadushanahagekonter,akabarirongokorekabiri Mufashije Iki?
23 Munyonyo 2016, 07:26, par ndinzemenshi claver
ndabahaye mwaramuts,jew fise umukunzi asaba amahera ya minerval ngo nyina wiw yayakenye nanj nkamubwira nti nkujane murugo kuko gufasha umukobwa ntaragushira munzi birimwo risque nyishi ariko naramurihiye igice kimwe yamara nafashe umwanzuro ko ntazasubira,kandi ndamubwiye turyamane ambwira ngo ntiharagera none ko wew asaba amahera kandi hataragera ko tubana mwompanura iki jew mbona umengo nuruhendo ampenda.mbey ndashima kunyishu muzompa
2 Kigarama 2016, 20:50, par RUKUndo Ely$é
Jewe Nipfuza Kobojahamwe Bakaganira
4 Kigarama 2016, 08:34, par Niyonkuru Richard
Je Ndamusavy Ko Turyamana Akanka Nahoranibazako Ataba Nawe Abishaka!!!
4 Kigarama 2016, 08:35, par Niyonkuru Richard
Je Ndamusavy Ko Turyamana Akanka Nahoranibazako Ataba Nawe Abishaka!!!
16 Kigarama 2016, 15:32, par Havyarimana Gerard
Njembomye Yase Nibaza Kwa Tavyashaka
17 Kigarama 2016, 03:34, par IGIRIMBABAZI WICLIFE
IVYO NIVYO CANE
19 Kigarama 2016, 23:27, par Yamuremye De’o
Egome Ivyo Muvuze Aha Birakunda Gushika Nacanecane Kubakobwa Baranyegeza Imyaka Yabo Afise30Avugako afise 15cank 20 ikindi turashimwe runo rubuga koko ruradufasha keshi mubuzima bwamisiyose kubarusoma Muze Mubandanye Kurudushikiriza Tuze Turarusoma Kuko Ruradufasha
26 Kigarama 2016, 15:40, par Nduwayo Sylvestre
Vrma Abakobwa Niko Bamez.Ahubwo Bokwigengesera Bakagerageza Kuvuga Ikintu Uko Kiri.
11 Nzero 2017, 14:14, par Julien
Kabisa Ivyo Naje Vyarambayeko Chérie Wanje Ndamusavye Kotworyamana Ntanyemerera Ariko Kandi Akambwira Katakibazo Kidakorwa Kuba Kundanye None Ngirente?
11 Nzero 2017, 14:15, par Julien
Kabisa Ivyo Naje Vyarambayeko Chérie Wanje Ndamusavye Kotworyamana Ntanyemerera Ariko Kandi Akambwira Katakibazo Kidakorwa Kuba Kundanye None Ngirente?
24 Nzero 2017, 23:06, par Kwizera Jean Luc
Haha! Abakobwa Nabo Kwitondera Umusavye Ntaguha Kandi Nawe Aba Abishaka, None Tubigenze Gute???? P6
25 Nzero 2017, 12:45, par Bosico
UKOBWAYANYASENGONDAKENYEMBIGIREGUTEKOMUKUNDACANE?
27 Nzero 2017, 22:17, par jean
mfit umukunz kandi arsnkynda can.ariko yambariye ngo sinzigere ngenda ahantu mareyo amezi abiri.nne aho muvyukuri srankunda?
2 Ruhuhuma 2017, 16:18, par Baptisinzi
nkundanye numukobwa ntashak ko hohera imisi 3 atambona kand avuga ko azoza kuri diplome yanje manje kuja kwimenyekanisha.Mwimva gut?
12 Ruhuhuma 2017, 21:50, par Prosper Niyogushima
Mfite Umukunzi Ariko Mfise Amakenga Kampenda Ndamusavye Kama Akabizu Aranka Ninacogituma Nfite Amakenga. Mwomfasha Iki?
14 Ruhuhuma 2017, 08:25, par Nimubona Claver
Abkobw Nikobari Bose Harinuwubz Akagumahoz
27 Ruhuhuma 2017, 03:20, par Mugisha Jossy Clovis
Ubu Ntamukobwa Ubwira Ngo Mukundane Ngo Yanke Ese Ngumubwiy Ngo Muryamane Acaryoherwa Ndi Burund
9 Ntwarante 2017, 23:10, par Percas
Jew Nkunz Ummukobw Arik Aranvang.Kuk Yarabimbwiy Ndamubajij Abwir Ngo Kazim Vyos Ambwir Arik Afis Na Phon.Non Mwunv Gt?
10 Ntwarante 2017, 19:45, par NIyonkuru heremes
beshi baratinya kunvo zuko uwobakundanye acamuheba bungingo yamanze kumubwira inyaka yasanze amurusha
20 Ntwarante 2017, 21:30, par Ncutiyukuri gaspard
Ego abakobwa baranyegeza imyaka non uwutayikunyegeza arik umukobwa ukunda? akaguhisha bomumiryango yiw? abagenzi biw? ingwara ziw? arik ibindi bitangukany akanyereka ko amfitiy urukundo non uwo harurukundo amfitiy?
25 Ntwarante 2017, 20:23, par d s r
ego ntamukobw yemera kumunwa ngo muryan ariko ukabon kumutima kwabirhak niyo migenzo yab
1er Ndamukiza 2017, 13:25, par Emile Nihoza King Nyamitw
Ivyo Nivyo Abakobwa Barahisha Imyaka Yabo Kandi Hariho Nabamwe Bamwe Ubabajije Baguma Bihoreye None Abo Umuntu Yobafata Gute?
9 Ndamukiza 2017, 20:14, par ndayiragije enock
hariho umukobwa nkunze ukwamez nukuvug arankunda mugabo ukwamez kuratangaje! harigihe umenga ntashaka kotuyaga mugabo ikindigih nkabonona ko ankunda non nubwob cank nukuntinya
14 Ndamukiza 2017, 22:37, par Ntirampebajackson
Kubwanje Numvantacotumabakobwa Banyegezimyaka Icononokunganira Nukubwizukwizukuri Abobobakundany Jewumukobwanakunze Yarambwiyimyakayiwe Yobayarihenz?
25 Ndamukiza 2017, 11:49, par Niyonkuru Ernest
jew kesh naje ndabibona nkiyo bwiye umukunzi wanje ngo turangure amabanga mpuza bitsina ntavyemera ahubwo avuga ati biragusha niwe wihaye sinaguhaye mpejeje nkaza numva ngo vyari biryoshe?
25 Ndamukiza 2017, 12:21, par Ernest Niyonkuru Batazira Madega
wew ncut umeze nkanje jew ndakunda umukunz wanje mugabo ndamusavye karese akanka akambwira ko vyomwononera ubuzima ngo aca ashukwa nkamubwira basi duhuze ibitsina ngo yotwara inda mugb ndamubajije ko ankunda akavuga ngo arankunda vyahakwer jew ndabasavye mumpe impanuro nogirako kugirango anyereke urukundo nyakuri?poa.
3 Rusama 2017, 07:53, par YVONN
umviriza ndabahumurize ndababwir igituma umukobwa naho yob abishak udashobora kuusaba ngo yemere nukubera abakobwa twehio tuba tuzi ingarukambi iza inyuma yugukor ivyogutyo ukaguman amadoute yukwemera kubikaora mweh igituma rer umukobw agum ahakana nah ababishaka nukwo babikor ari babiri umuhungu numukobwa ariko ingarukambi nyishi ziza kumukobwa ngiy inyish itomoye kubabajij ico kibazo mwese
11 Ruheshi 2017, 20:51, par nsanzugwimo leonard
non ntiyoshobora kukwankr kand nokumutiim arko bir?
12 Ruheshi 2017, 13:31, par emmanuel ntirampeba
kurivyo vyokunyegeza ibanga nukoumusavye komurangura amabanga yibazakoyemeye wocaumenya koarimaraya nicogituma yihagararako
17 Ruheshi 2017, 15:54, par NKESHIMANA Protais
Nne,womenye Koyavyemeye Ikimenyetso Nyamukuru Cerekana Ko Yabikunze?
19 Ruheshi 2017, 06:38, par TOKEO
Abahishaabakunzibabokobarimukwezibivakuki?
1er Mukakaro 2017, 22:38, par Rubomboza Chiesa
ivyo Bint Nivyo Kandi Ntubesha
11 Mukakaro 2017, 16:15
none Burya Umudemu Umusavye Imibonano Mpuza Bitsina Nikuki Atavydemera Kumunwa
5 Myandagaro 2017, 18:45, par NIYONSENGAFABRICE@G-MAIL
mug kensh baradukorera amakosha. kuk batwigirako abamalayika?
6 Myandagaro 2017, 22:27, par ERIYAS
NTANGORANE BINA
7 Myandagaro 2017, 19:57, par Bienvenue
22 Myandagaro 2017, 12:07, par Paccy Ahishyakiye
yego Nibyo Cyane Nanj Byambayeho Aho Umukobwa Yampishij Uko Yiyumvamwo Urukundo Nyuma Biza Gukurura Gutandukan Ariko Nyuma Yaho Nibwo Numva Uko Yagenda Abivuga Hanzeko Yankunda Bikabij Ndetse Ansab Ko Twakwongera Gukundana
2 Nyakanga 2017, 17:19, par Mutaganda Théobard
nivyo.Naje G.F Yarampenze Imyaka.
6 Nzero 2018, 22:53, par Irankunda Phanuel
Mdasga Mtbwird Amajambo Mdogaruza Umukobwa Yaguhevye
6 Nzero 2018, 22:59, par Irankunda Phanuel
Umukobwa Aguheba Bigenze Gute?
14 Nzero 2018, 21:08, par Album
Bibaho Kabxa !
15 Nzero 2018, 19:34, par Isaac Nkurikiye
None Jewe Konakunze Umukobwa Nkashaka Kumuha Uruvugano Akanka None Mwumva Ankunda?
11 Ruhuhuma 2018, 22:30, par Bosco
Abakobwa Kenshi Nakenshi Ntibakunze Kwemera Baca Bibazagay Uko Yoc Amuheba
18 Ruhuhuma 2018, 20:22, par Jamarie
Kuki Bafashe Ingingo Yo Gutwara Umugore Umwe Gusa Kandi Bakaba Bazi Yuko Amenywa Na Mwenewe.Ko Mugihugu Kibanyi.Tanzania Barongora Abo Bipfuza ?.
20 Ruhuhuma 2018, 23:17, par Bosco Irankunda
Ego Cane Ntabwo Abakobwa Bemera Kobakunze Naje Vyarambayeho Aho Umukobwa Yambaza Uwodukundanye Ndamuhakanira Kwatawe Kand Narinsanzwe Mufite.
9 Ntwarante 2018, 22:27, par Niyongendako
Andika hano
15 Ntwarante 2018, 23:56, par Niyimpaye evariste
Jewe nacabaza none bayinyegeza bashaka gushika kuki ?
4 Ndamukiza 2018, 11:31, par niyonkuru jeremi
Ayo mabanga amezegute?
4 Ndamukiza 2018, 21:29, par audace
non nkumukobwa adashakaku mwenda mukundanye abashaka iki
3 Rusama 2018, 00:00, par MPAWENIMANA CLAUDE
ARIKO NUKUBERIKI ABAKOBWA BENSHI BANKA KUVUGIMYAKA BAFISE?
4 Rusama 2018, 22:25, par niyongabo zabulon
murakomeye
14 Ruheshi 2018, 09:15, par alphachu
nibihebimenyets uvyumukobwa atagukunda
19 Ruheshi 2018, 22:45, par Maniragaba Prosper
Jenfise Umukobwa Dukundany Nammwifatiy Arikanvanga Ndamubaza Igituma Anvanz Acambwira:Ntamuhungu Akunda Umukobw 1 Ngo Mgb Ntampevy Wunva Nokorik?Kuvicogih Ndabona Icahinduts Nimunfansh Ok Mugiribih Vyiza
20 Ruheshi 2018, 21:32, par Seleman
N’ubuh Buryo Wokoresha Mugukund Umukobwa Wipfuz,Wew Nyen Ushak Ukamukunda Nez! Inyishu.
20 Ruheshi 2018, 21:39, par Bikorimana
Nigute Wokund Umukobwa Umubonye Nkahantu Ukumva Wewe Uramushimye Ukavugati Jewe Nzoze Kumukunda Kand Ntiyanke Kurubwo Buhinga Ukoresheje?Mwotwishur Kuko Turashaka Kubikoresha
20 Ruheshi 2018, 21:52, par Seleman
None Ko Jew Nakunzumukobwa Hager Kumugorob Nka Samoya Yijoro Nkumva Aranterefony Ngo Nz Ambwir Tubonany Agac Ambwir Ng6 Yarankumbuy Kumbon Ham Agatah Mugabo haragezah Ndamusabati Anyereke Kwankunz Akambwira Ngo Nabamber Bakundany Nivyo Bapfuy Ngo Nanj Kwaruk Ngo Nindondere Ngwabazobinkorera! Non Uwo Mukobwa Mwumva Namw Yashak Kumbwirik Muriryojoro Cank Yashak Kondamukoreriki?
1er Mukakaro 2018, 00:55, par Nizigiyimana Berchmans
Ndabakuna Rénine Nukuri Ibyomuvuze Nibyokwer Bibaho Keshinakesh Bivamwo Intandar Yuguhebana.
6 Myandagaro 2018, 06:32, par ndayikeje prosper
hahaha nivyz cane kwibera murukundo muhuje vyose
14 Myandagaro 2018, 21:36, par Ndikumana Pierre
Jew Nakunztmukobwa Ariko Ngize Mgo Ndabimubwir Nza Mumva Umutim UsimvY NKACA NUMVA UBWOBA MUFASHIJ IKI?
20 Myandagaro 2018, 03:16, par Lewis
Ikibazo Mfise Nikuki Umukomba Adakunda Umuhungu Umwe
20 Nyakanga 2018, 22:20, par Nkengurutse méthode
Ni kuki umukobwa iyo yakunze umuhungu aguma ashaka ko baba hamwe umwanya wose?
29 Nyakanga 2018, 20:58, par Ntakarutimana Arcade
Jew Nakunz Umukobwa Ndamusaba Ko Twokundana Imbere Yuko Yemera Ambwira Ko Har Uwamber Ukunda Mugabo Ambwira Ko Ankunda Kand Ambwira Ko Nduwakabri Nanj Nca Ndamubwira Nti Ndahevy Nzorondera Ahand Akanka Akaguma Anyandkira Uwo Arankunda Cank Arampenda Akunda Uwamber?