Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Icegeranyo ca HRW cerekana ko ubugizi bwa nabi busigaye bukorwa mw’ibanga
Yanditswe taliki ya 26-02-2016 - isaha 15:22' na IGIHE

Ishirahamwe mpuzamakungu Human Right Watch ryagiriza amabi abera mu Burundi inzego z’umutekano, urwaruka rw’imbonerakure hamwe n’imirwi irwana. Iryo shirahamwe rigasaba ko horungikwa igiporisi mvamakungu gukingira abanyagihugu baba mu makaritiye yiyamirije ugusubira kwitoza kwa Petero NKURUNZIZA.

Mu cegeranyo ishirahamwe Human Right Watch ryashize ahabona kuri uwu wa kane, iryo shirahamwe ryamenyesheje ko inyuma y’amatohoza yakozwe mu Burundi mu kwezi kwa 11 gushika mukwa kabiri, ico babonye ari uko hari uguhonyanga bikomeye agateka ka zina muntu, inzego z’umutekano zigahohotera abatavuga rumwe n’ubutegetsi.

Iryo shirahamwe rikagiriza igiporisi ko cakoze ubwicanyi bukomeye mu kwezi kwa 12, muri Human Right Watch bakavuga abantu benshi bishwe ku magenekerezo ya 11 na 12 Kigarama, inyuma y’ibitero vyabaye ku makambi ya gisirikare.
Abaporisi n’abasirikare bagirijwe ko binjiye mu makaritiye atandukanye bica abantu benshi, harimwo n’abatari bafise uruhara mu bitero vyari vyabaye mu makambi.

Ubugizi bwa nabi mw’ibanga

Ishirahamwe Human Right Watch rimenyesha ko ubwa mbere hatorwa ibiziga mu mabarabara, ariko ubu ubugizi bwa nabi bukorwa mw’ibanga ntangere, abantu bagafatwa mu nyuma bakaburirwa irengero.

Muri Human Right Watch bagasaba ko mu makaritiye yagize imyiyerekano y’ukwiyamiriza ugusubira kwitoza kwa Petero NKURUNZIZA, horungikwa abaporisi mvamakungu gukingira abanyagihugu baba muri ayo makaritiye, mu kurindira ko ibibazo vya poritike biri mu Burundi bitorerwa inyishu.

Ivyiyumviro vyanyu

Imana Nibafashe !

1er.03.2016 à 22:16
Pierrd

Imana Nibafashe !

1er.03.2016 à 22:11
Pierrd

@ None, ikyo nvuga nuko ibigo mpuzampakungu babagiriza ko mwica abantu kubera itohoza biba byakoze ahokwisobanura ugatakana urwanda, urwanda nuburundi nibihugu bitandukanye kandi nahano ibyo bigo birahari bikora itohoza buri gihe.

1er.03.2016 à 15:02
Kabango

uburundi imana niyikwiye kwikore nayo abantu turagoye god bless you burundi ?

28.02.2016 à 16:22
emanuel rwasa

uburundi imana niyikwiye kwikore nayo abantu turagoye god bless you burundi ?

28.02.2016 à 16:21
emanuel rwasa

AHUBWO BARATEVYE.NIABAGIRE BAZE !

28.02.2016 à 15:35
TWAGIRUMUKIZA LAMBERT

Ahaaa uburundi nugutabaza imana

28.02.2016 à 15:19
Narcissi

IYI NTWARO ITAHAVUYE TUZOYIRWANYA GUSHIKA IHAVE KUK YADUSESEMYE

28.02.2016 à 10:09
Nizigama Merasi

@ Kabango, uwokubaza muvyonanditse ahantu havugango’ turica abantu ngikuko nurwanda rurabica woherekana ? Nasoni yokundemeka inkono ishushe ? Jewe navuzeko urwanda rurembeje abantu rubica ko HRW itarasabango harungikweyo aba polisi bogutabara abanyarwanda, ariko HRW yabona mu Burundi abajejwe umutekano bariko babafata umuntu yanyoye ibiyayuramutwe ashaka kurwanga aba polisi bigihugu ikacivugango nihafutwe igipolisi canke abajejwe umutekano vyu Burundi ngobisubirizwe nigioolisi mvamakungu. Nimugabanye ivyobintu vyokuremeka ikono ishushe abandibantu kugira muzorarwe ivyiza vyomugihugu muzibamukoze.

28.02.2016 à 08:33
None ?

Ivyo Muvuga Murabifitiye Icemezo Ntimwoba Muriko Muracafuza Abarundi Murabe Neza Muvyo Muvuga.

27.02.2016 à 22:24
Venant Kwizera

Igihe kizogera !

27.02.2016 à 20:40
Peter

IMANA NIFASHE UBURUNDI UBWO BUGIZI BWANABI BUHERE MUBURUNDI

27.02.2016 à 12:26
HASSAN

za vuvuzela zabarundi muratsetsa rwose
nibyo mujye muvugira aho muri ntacyo bitwaye kurwanda nabanyarwanda Bose kuko muzavuga muruhe ntawuzabumva nabo mutakira babateye umugongo kuko mwaravumwe hamwe nuwo mwicanyi wanyu Peter yirirwa aturira amasoko
gusa muzibeshye gato musakurize kukanyaru , twebwe ntituzi kuvuga amagambo ahubwo dushira mubikorwa murabaza abafaransa naba congomani.

27.02.2016 à 10:20
turaje

@ None wagiye usubiza ibyabarundi urwanda ukarwivanaho, ntasoni kubona bavuga ko mwica abantu warangiza ati nomurwanda barabica urunva iyo arimpanvu, uratwenza kabisa

27.02.2016 à 08:29
Kabango

Kagame niwe mwicanyi wa
mbere muri kano karere yica abanyarwanda akica abarundi akica na baturage ba congo....kagame abantu amaze kwica bararuta kure abo Hitler yishe kagame niwe wateguye jenoside mu Rwanda niwe wayitangije igihe ahanura indege yaritwaye perezida habyalimana maze jenoside igahita itangira chef wu nterahamwe yari umututsi witwa Kajuga Robert wakoreraga kagame ubu leta ya Kagame nijya ivuga uwo mututsi wayoboye interahamwe ni navuga aho bamuhishe kugeza ubu kagame niwe uzi aho ya muhishe mu nterahamwe harimo inkotanyi zari zarinjijwemo nueo Kajuga ngo zutangize ubwicanyi mu gihugu cyose maze ingabo zu Rwanda nazo aho kurwana na FPR zijye nazo kwiroha mu Bwicanyi maze Kagame yifatire ubutegetsi bitamugoye narangiza ahagarike iyo jenoside yatangije kagame na muntu nu mwe yigeze apfusha muri jenoside ndetse na basirikare bakuru bo muri FPR inkotanyi na miryango yabo yigeze ipfa muri jenoside bari bara bahungishije cyera mbere yuko barasa iyi ndege.....iyo jenoside Kagame niyo yubakiyeho niyo akangisha abahutu .....ibyo yakoze mu Rwanda ategura jenoside nibyo ashaka gukora mu Burundi ngo aryanishe amoko asubiranemk ariko byaramunaniye.....

27.02.2016 à 08:27
stop kagame

Kagame niwe mwicanyi wa mbere muru kano karere yica abanyarwanda akica abarundi akica na batirage ba congo....kagame abantu amaze kwica bararuta kure abo Hitler yishe kagame niwe wateguye jenoside mu Rwanda niwe wayitangije igihe ahanura indege yaritwaye perezida habyalimana maze jenoside igahita itangira chef wu nterahamwe yari umututsi witwa Kajuga Robert mu nterahamwe harimo inkotanyi zari zarinjijwemo nueo Kajuga ngo zutangize ubwicanyi mu gihugu cyose maze ingabo zu Rwanda nazo aho kurwana na FPR zijye nazo kwiroha mu Bwicanyi maze Kagame yifatire ubutegetsi bitamugoye narangiza ahagarike iyo jenoside yatangije kagame na muntu nu mwe yigeze apfusha muri jenoside ndetse na basirikare bakuru bo muri FPR inkotanyi na miryango yabo yigeze ipfa muri jenoside bari bara bahungishije cyera mbere yuko barasa iyi ndege.....iyo jenoside Kagame niyo yubakiyeho niyo akangisha abahutu .....ibyo yakoze mu Rwanda ategura jenoside nibyo ashaka gukora mu Burundi ngo aryanishe amoko asubiranemk ariko byaramunaniye.....

27.02.2016 à 08:25
stop kagame

Bibagiwe kuvuga amarozi batera abantu Kwa muganga abo ba DD.HRW disait la realite qui se passe au burundi

27.02.2016 à 08:15
jean

iyo HRW isoye Rapporo ku Rwanda zivuga uburyk leta yu Rwanda yica abavuha rumwe nayo abandi ikabashimuta ndetse ifite na magereza ikoreramo iyica rubozo abakene batuye mu mujyi wa kigali bafatirwa mu muhanda bacuruza udutaro ni ndimirimo iciruritse ..
leta yu Rwanda irabihakana cyane...mushikiwabo we avuga ko abo bazungu bo muri HRW ari za mayibobo zabuze akazi zikaza muri Africa kwirirwa zizerera.......Twibuke ko muriyo Rapporo bavugamo ko u Rwanda rutoza impunzi za Barundi igisirikare ndetse babugamo ko abarwanya leta yu Burundi nabo banyuruza abantu ndetse bagatera ama grenade mu baturage bakica inzurakarengane

27.02.2016 à 08:11
peter

NAGOMBA NIBARIZE URURUBUGA NURW’UWITWA NTAGOHEKA ,ARURWIWE MUTUBWIRE TURUMUHEBANE KUBONA YANDIKA IVYO YISHAKIYE VYO GUTYOZA UWU NURIYA ,MUGABO ABO YATUTSE TWANDITSE KUGIRANGO TWISIGURE MUGACA MUZIBIRA IVYIYUMVIRO VYACU ,ARIKO WEWE KUNKURU IMWE UGASANGA HARIKO IVYIYUMVIRO VYIWE VYO GUTUKANA 3 CANKE 4 FATA COKIMWE ABASOMYI NIVYO VYOBA VYIZA

27.02.2016 à 06:55
MAHOROMEZA

Jewe nagomba guhanura abobantu baza gufasha kwumvisha nkurunziza nakarwi kiwe kobohagarika ubwicanyi Hama bakaja mubiganiro nabovyegabose kobokwirinda kuza baramurwa munda canke kumukora muntoke kuko uwo muntu agombe kuba akoresha amajini yakuye muri Iran nkuko mwavyumvise namwe nimurabe uhereye kuri ki moon ukaja nokuri ba presidents baje kugira icobamuhanuye ivyobateguye gushikiriza vyose bakiri iwabo bashitse ibujumbura sivyo bavuga vyumvikanako mwakurya kubaramutsa niho abatereramwo Ayo majini bagacabibagirwa Icabazanye nimurabe nintumwa yareta ya us Tom isigaye aza ahogukora icamuzanye agaca ajakwifatikanya nankurunziza mumyiyerekano yo gutuka igihugu kibanyi curwanda na president kagame kandi ivyosivyo baba bamurungitse gukora ikindi nosabako batoza bararya ivyokudya canke ibinyobwa babafunguriye kuko naho nyene bashobora kubashiriramwo imiti ibibagiza gukora icabazanye kuko biragaragara ko intumbero nkurumbi yihaye ariyo kwigumiza kubutegetsi gushika yesu agarutse sukuvagako ivyo abwirwa canke ivyariko arakora atabibona vyose arabibona ariko avyigiza nkana kuko umugambi wiwe nuwo kwiyimika nkumwami kandi abanje guhonya uwowese atamwemera

27.02.2016 à 04:27
ernest
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.