Accueil > Amakuru > Poritike > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
mardi 9 Myandagaro 2016, par

Museveni yagize umubonano hamwe nabahoze ari abakuru b'igihugu c'Uburundi. (Pierre Buyoya, Domitien Ndayizeye hamwe na Silvestre Ntibatunganya)


IGIHE
Messages
9 Myandagaro 2016, 23:24, par Bt
Bavugane Ibikizuburundi Bavuganye Ibisambura Ntantambwe Bizotera Turimaso ,
9 Myandagaro 2016, 23:26, par Bt
Bavugane Ibikizuburundi Bavuganye Ibisambura Ntantambwe Bizotera Turimaso ,
10 Myandagaro 2016, 08:30, par Jules
Voila les representant du Burundi. Nkurunziza ari mu ndaki, no gutera amavoka i Ngozi
10 Myandagaro 2016, 13:33, par Jean Claude Mib
Voila les bons Leaders du Burundi .Est-ce que où Nkurunziza? La Politique de Pierre Nkur,c’est Pour Planter des avocatiers à Ngozi tout simplement.
10 Myandagaro 2016, 13:34, par Jean Claude Mib
Voila les bons Leaders du Burundi .Est-ce que où Nkurunziza? La Politique de Pierre Nkur,c’est Pour Planter des avocatiers à Ngozi tout simplement.
11 Myandagaro 2016, 12:34, par mbazumutima jerome
Nagira nkebure jean craud mib kukongira sumurundi!! Wewe wobuzi ivyanze ubutegetsi bwa Ntibantunganya!!?uzobaze.Buyoya arafisivyo yakoze yoshimigwa mugihe ciwe nyene-na Domisiano nawe nuko mugiheciwe nukocarikiri yoshimigwivyo-na Micombero yarakoze ibihuye nigihe ukocarikimeze-na Bagaza mugiheciwe yakoze ivyoyagomba gukora . Arikibibihe vyose vyababantu kimwecose gifise abakiririramwo!!! Ntawukwiye kujimbere yabandi ngonimwiza,murivyobihenyene harababinezererewemwo nabababaye.ntagishasharero twiteze kiruta kuko ndibazako nka Buyoya uwomuha gutegeka uburundi murikigihe yocagwara umutwe uretseko atonavyemera.ibiheturimwo sivyaturaturye niterambere turimwo siryakera habobagabo,niwaba urumuhinga urabaza kahise kumwumwewese uzotangara.ubutegetsiburiho uzocusanga ivyobwoshimigwa arivyishi kuruta !! Umwewese arafisagashimwe kajanye nibihe yakozemwo.arikwica Barundi bakeneye yaramahoro gusa kuko mumahoro umuhoro uramwa inzembe bakaziheba-ikibazo nitwe twibuzamahoro mukubingayi nivyotwari dufise tukavyonona tukirigwa turarira aritwe tuvyitera .ariko bacumuganingo ugaya murugogwawe ngonihabi ukahavyukira ukanahirirwa kandukaharara,ntamutegetsi umwe azoza kurara araririye amazu yabatwara ngobikunde azabemwiza imbere yabo-bose bagiruko bamera kukonabantu nkawe!!tudafatanije nabo mugushitsa imigambi badufitiye tuzama dutanakumwikomo gusa.duhaguruke dufashe abatuganza tuzoba twifashije natwe mukubaho kwacu.murakoze Imana nyenamahoro ihindure abarunditwese twiyumvanemwo dukundane.
23 Myandagaro 2016, 13:40, par NATHALIE KANYANGE
Birababaje kubona nta mu Leader yogaruka gutabara I Burundi. Iyo tutabura Bagaza Vyari kudufasha abarundi. Twinginge basi Buyoya agaruke gutabara igihugu agifashe bumvikane nabo yagihaye abigishe gutwara neza. Erega ibibera i Burundi n,ibiterasoni ku Burundi mu gihugu n,amahanga. Cangwa mugihe ndayizeye nawe nta kabi kiwe.