Ifoto y’umunsi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 3 Nzero 2017 saa 01:13
63180
0 0

JPEG - 112.9 ko
Muguhimbaza umwaka mushasha, abarwayi bo mu bitaro vy’i Buye bahawe infungurwa n’umutanbukanyi w’umukuru w’igihugu

Kumenyekanisha

1
Manirakiza Gerard 11-07-2018 à 16:22

Mbe Umukobwa Ahuje Igitsina Numuhungu Yisiramuje Ntangorane Bitera Kumukobwa?

2
Manirageza 14-04-2018 à 12:50

Nivyiza cane bigabanya irwirirana vyabantu kumuvuduko urenze

3
Nkurikiye Isaac 12-01-2018 à 18:56

Umukuru Wigihugu Uwo Mugambi Yatoye Niwo Ntakajagari Kazosubira Kuba Mugihugu Murakoz

4
Irakoze Neema 14-05-2017 à 20:18

Abakundany Bakwiy Kugirik?

5
Irakoze Neema 14-05-2017 à 20:17

Abakundany Bakwiy Kugirik?

6
Ndacayisaba Eloge 1er-05-2017 à 15:13

Ndi Eroje Ibikingi Iyonkuru Niy

7
NDUWAYO J.CLAUDE BIYORWA,BUTAGANZWA RUYIGI. 20-04-2017 à 21:18

JEW NKUNZE UMUKOBWA NTAZI AMASO MUYANDI NDAMUFONYE AMBWIRA NGO ARANKUNDA KANDI ARANYUBAHA KANDI NANJE MFIS UWUNDI TUBANA NOKORA IKI?

8
Jean Bosco 20-04-2017 à 19:42

uryamuvye akora ibikora inka nabandanye yibuka n,abandibose azobihemberwa ku mana yo yabimuhaye akabikoresha neza akabifashisha abatishoboye

9
Nishimwe Light 29-03-2017 à 20:19

Imana imuhezagir cane kuk ico nigikorw twese twahamagariw nukur nakarorer kez yerekna Imana imwonger umugisha

10
Nishimwe Light 29-03-2017 à 20:17

Imana imuhezagir cane kuk ico nigikorw twese twahamagariw nukur nakarorer kez yerekna Imana imwonger umugisha

11
ITANGAKUBUNTU.JAPIYERI 28-01-2017 à 18:11

YAGIZE.NEZA.UYOMUTABWUKANYI.WUKURUWIGIHU.KUKO.GUFASHANYA.KUMISI.MIKURU.

12
Iragahezagirwa 8-01-2017 à 22:40

Nivyiza Kuba Baritwararitse Abagwayi Mukubafungurira

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha