Accueil > Ibikorwa vyabaye > Ihimbazwa ry’imyaka 51 Uburundi bumaze bwikukiye
Ihimbazwa ry’imyaka 51 Uburundi bumaze bwikukiye
lundi 1er Mukakaro 2013
Mu gihugu c’Uburundi, kuri uno musi wa mbere igenekerezo rya 1 Mukakaro 2013 baramutse bahimbaza imyaka mirongo itanu n’umwe Uburundi bumaze bwikukiye, umusi wari urindiranwe igishika, inyuma y’imyiteguro yari imaze imisi, haba ugusukura igisagara canke imyiteguro y’abasirikare bakoroka mu ndege n’abandi barekanye utugenegene.
Jean de Dieu
Messages
1er Mukakaro 2013, 14:06, par schaaaaaaa
woooooowooooooo ndabona vyari bimez nez Imana ihezagira ubirundi nabarundi base amahoro nimisha vy’`imana bibabeko amen
4 Mukakaro 2013, 10:47, par kanimba
igihugu c’imaze gutekana. nzogaruka nze ndabe... il faut tous les burundais la ou ils sont soient fiere de leur pays.
13 Gitugutu 2013, 03:48, par NKURIKIYINKA ALEXANDRE
muragumye abiwacu,emwe gaye mubungabunge ico gihugu carandeze ubu ngeze ngaha kubera co.kandi ntimuzo kwibagire uwo mushinganahe RWGASOER n,umugabo rero amaraso yamenye ntazopfe ubusa .Mugire amahoro y’Imana
8 Nzero 2014, 04:11, par Mama
Abantubose barahimbaye urareba ukabonamwo abokoyose ukumvurahimbawe peee! Turabakunda.