Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ihindagurika ry’abatwara inzego z’amakomine vyatumye ubungane mu moko (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ihindagurika ry’abatwara inzego z’amakomine vyatumye ubungane mu moko (...)

Ihindagurika ry’abatwara inzego z’amakomine vyatumye ubungane mu moko budakurikizwa

lundi 11 Ntwarante 2013

Ihindurwa ry’abajejwe intwaro ku rwego rw’ama komine ryaribonekeje kandi iringanizwa ry’amoko nkuko bitegekanywa n’ibwirizwa nshingiro ntiryakwirikijwe.

Nk’akarorero amakomine ya nyarusange na Bukirasazi y’intara ya Gitega,hamwe n’amakomine ya makamba iryo ringanizwa ry’amoko ntiryakurikijwe .

Prosper Ntahorwamiye ajejwe igisata co kumenyesha amakuru mu murwi wigenga ujejwe gutunganya amatora aremeza ko hari ingorane zikomeye aho hantu.Amenyesha ko CENI iriko irategura inama ku barongoye imigambwe baronse intebe mu ma nama mpanuzwajambo ya komine kugira batorere umuti ukwo kutangana kubwoko


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.