Accueil > Diaspora > Imyiyerekano y’Abarundi baba muri Ottawa
Imyiyerekano y’Abarundi baba muri Ottawa
dimanche 1er Ruhuhuma 2015, par
- Grande manifestastion à Ottawa,


- Zimwe munzandiko berekanye

IGIHE
Messages
1er Ruhuhuma 2015, 15:12, par CIZA
Du n importe quoi! c est ca que vous appelez une grande manifestation?n ibihumbi vy abarundi baba muri Canada!la prochaine fois muze mubitegure neza apana ivyo vyo gufata akagwi kiyadukije ngo gaserukira diasporat kandi ntamuntu abazi.
Muri make iyi ni échec total
1er Ruhuhuma 2015, 19:05, par Mwarim
Urahumba Muntu wiyise Ciza .................ntitwiyadukije ngo tuje kwihereza ibarabara muriyi mbeho..urakitwara agatwe wa muyege wu mu DD Imana irakaguhana irabe amarira yacu turi kurira ikwambure imihezagiro yose iyisuke mumyiyamamazo turi gusaba ko Bob yatezurirwa .......iMANA NTIRYAMYE ABA CNDD buca mukurikira satan kuko niwe yabatumye akagwi cakanyoko yakuuuu urakamangara
1er Ruhuhuma 2015, 20:26, par dudu
Negatif...,ntabarundi bari aho kuko jewe mbonamwo abanyamahanga gusa...,kanatsinda ntibanazi n’ingene batwara idrapeau ry’igihugu c’Uburundi...,irabire namwe ingene baritwaye baricuritse...,iryo n’irementanya rero...!!!
2 Ruhuhuma 2015, 14:45, par Bigirimana Egide Felix
Ivyo Nibiki Imana Irahora Ihoze
2 Ruhuhuma 2015, 17:44, par BUTOYI
Abarundi batobato turahedwa nabanye protique mukudukoresha nabi ntiboza kwiyerekana mugihugu cabo aho baja mumahanga twarabahinyuye
2 Ruhuhuma 2015, 20:35, par ELIAS
Abo bose vyoba vyiza bavuze imitumba bavako mu BURUNDI kandi ni bareke kwiyararaza urubanza tuzoruca hageze ariko aho intsinzi iri mwese murahabona(CNDD-FDD)
2 Ruhuhuma 2015, 22:48, par DJ
EGODAR!!
2 Ruhuhuma 2015, 23:37, par Nuwera
Mwebwe uburundi bwarabananiye kubamwo numubutegetsi butarajaho na Bobo atarafungwa, none mubonye twebwe twarumiyeko twigumira mugihugu nubukenebwaco mugiye mwayomakungu kuyerekako muhimvye muzakuvuga ivyono komwumva mukunda uburundi kudusumvyatwebwe twemeye kubugorerwamwo komutakoze imwigaragavyo yokwiyamiriza abaribabuteye baciye muntara ya Cibitoke ndababwizukuriko iyomwigaragamvyo mukora siyokubera komukunda uburundi ahubwo mubarugushakako ibintuvyononekara kuruta mwitwajeko mwamaze gukuramwo akarenge.
3 Ruhuhuma 2015, 00:00, par jean
Hahhaahaha ngo grande mannifstation hahahaa
3 Ruhuhuma 2015, 00:16, par philbert
Mwebwe mugumukira hanze n’abari mu gihugu batekanye ahubwo murasara
3 Ruhuhuma 2015, 10:41, par Kirinyota
Félicitations mes chers compatriotes. Nous aussi on aimerais manifester , mais bon, vous savez que la police pourrait tirer sur nous. Aba bariko barabatuka barakijana. Courage et le monde saura ce qui se fait dans notre pauvre pays. Dans les pays de liberté, qu’on soient des millions, qu’on soient deux, manif, reste manif. Tout le monde respecte. Que ces incultes le comprennent.
3 Ruhuhuma 2015, 15:02, par CIZA
Wewe wiyise Mwarim,nagira ndakumenyeshe ko ntawuvuma uwo Imana yahejeje guhezagira,kandi urucira mukaso rugatwara nyoko.nibuzi ko mwavumwe kubera amaraso mwamennye kuva muri 65...ubu akaba ariko marabasama murahumba.mwavuga ko muri aba sans-échec mugabo mubandanya mugira echec muri vyose,igihe abantu bafungwa,bicwa ko mutagiye muma barabara ubu uruhigi rwahindukiye mwabonye ko bikomeye,ndabisubiremo ntitubazi kuko hiyo ottawa niyo nari.
Pole sana kuri Rugurika mugabo nawe nafashe ubucamanza kugira abicanyi nyirizina bafatwe.
Nanse kugutuka kubera je sinaragiye inka nka wewe nakuze bantoza indero
4 Ruhuhuma 2015, 15:30, par hussein
Ni uburengazira bwanyu si bob rugurika si reta bose ni ibisuma gusa bafise ico bagwanira
13 Ndamukiza 2015, 01:22, par BIAC
BURUNDIANS IN ACTION CANADA N’A JAMAIS ECRIT CETTE NOTE! C’EST UN INDIVIDU SUR FACEBOOK QUI NOUS A TAGÉ!
TOUS NOS ÉCRITS SE TROUVENT SOIT SUR
1. LE SITEWEB: http://www.burundiansinaction.ca ou
2. LA PAGE FACEBOOK; https://www.facebook.com/bdiac
ET VOICI LE LIEN SUR LA MANIFESTATION: https://www.facebook.com/events/612533948853240/
***** Nous tenons à remercier tous ceux qui sont venus durant les 31 jours! Ce n’était pas facile de sortir pendant plus d’une heure dans le froid de canard de Janvier au Canada et surtout de vaincre la peur du "qu’en dira-t-on?", ou encore des questions du genre "est-ce sans risque de s’afficher aussi ouvertement?"
Merci à tous ceux qui nous ont soutenu de loin ou de près!