Accueil > Imibano > Amabi > Igice ca kabiri c’ingaruka mbi zo kwikinisha(Masturbation)
Igice ca kabiri c’ingaruka mbi zo kwikinisha(Masturbation)
jeudi 4 Kigarama 2014
Ingaruka mbi zo kwikinisha(Masturbation) igice ca kabiri:
Kwinisha rero biratuma uko ubwonko bukora bigabanuka. Ivyiyumviro vyerekeza cane ku mibonano mpuzabitsina biratuma inguvu ubwonko bukoresha mu kwiyumvira zigabanuka, n’ubwenge buraheza bukagabanuka. Biratuma kandi umuntu adasubira kwumva umunezero mu gihe c’imibonano mpuzabitsina n’uwo bakundana.
Iyo umuntu ashukwa kenshi bituma imitsi nsozabwenge iremamara (affaiblissement des nerfs)
Iyo rero umuntu akunda kwikinisha arakunda gufatwa n’indwara yo kumeneka umutwe, ntasubire kubona neza. Iyo ariko aratambuka canke ahinduye ikibanza(ahagurutse canke yicaye) haca haza ikintu kimeze nk’igitambara cirabura mu maso.
Ku banyeshuri hoho ntibisanzwe kuko ubwenge buragabuka kubera gufata k’umutwe biragabanuka kandi n’inguvu zo kwiga umwanya munini zirabura.
Kwikinisha birasinzikaza igitigu. Igitigu n’igihimba gifasha gukora amaras, iyo rero umuntu yikinisha bituma igitigu ciwe gikora cane kugira gisubirize amaraso afasha gukora intanga zisubirira izasohotse. Iyo rero igitigu gikoze akazi kenshi ko gutanga ayo maraso bituma ingaruka mbi zikurikira: mu maso umuntu ashaka gusa n’umuhondo, kubura akayabagu, uburuhe canke ubunebwe butuma umuntu acika intege zo gukora, abasoda b’umubiri ntibabe bagishobora gukinga indwara, ishavu ry’iminsi yose ataco rivuyeko, hamwe no kubabara mu mabere.
Umutima uratakaza ubushuhe bigatuma umuntu aboneka nk’uwushaje. Iyo rero umutima n’igitigu bidakora neza umuntu ashobora gufatwa n’ubumuga canke n’indwara zifatira mu mitsi nsozabwenge. Ku cigwa cakozwe n’abahinga baraba ingene kwikinisha bitera indwara, basanze ku bantu 1000 bagwaye igituntu, 414 bacanduye bivuye mu kinisha, n’abandi 186 bakirwaye vyavuye mu kugira imibonano mpuzabitsina irenze. Ku bantu 124 barwaye indwara zo mu mutwe, 24 zatumwe n’ukwinisha.
Imiringoti itwara amaraso iraheza igatera buhorobuhoro bigatuma igitsina kitaronka amaraso menshi ari na ho hava kudashukwa canke gushukwa bigoranye.
Kenshi na kenshi umuntu yikisha arafita akantu k’ubwoba bwo kuja mu bandi ugasanga ari kumira birenze ukamera nk’uwufise amasoni
Amatengatwa ntasubira gukora neza
Ku bagore bituma kenshi bakorora inda, canke igitereko kikuma ivyo birafise ingaruka mbi ku magara y’abagore,
Kwikinisha bigerenywa n’ukunywa ibiyayura mutwe, kuko umuntu arahava akamera nk’imaraya yiwe nyene. Uwo vyasinzikaje iyo abihevye gusubira kumera neza birafata igihe.
Cherif Nkeshimana
Messages
4 Kigarama 2014, 23:09, par niyomale
uwomuhinga nivyiza kumpanuro atanze mugabo abivuze amazi yararenze ayandi mugabontacosha ntihabura abakira kandi nanje ndi nikibazo none konibagira cane mvuyehasi bikangendera kudya kandi ntabigize vyavuye kki umuti woba uyuh?
5 Kigarama 2014, 01:03, par None?
Nambanakurikiranye neza bavugakontamuti woguhagarika akokabikamurimomwitumo kukonomumajamwoyanyuma muherejeko yerekanako nokubiheba ntusubirekubikora kwatacovyokumarira; jewemugabondibaza koharihiconyenekubikora yohanurwagukora akabandanyubuzima bwiza nkabasanzwe batabikora.
5 Kigarama 2014, 14:45, par ngabonziza iddy
Nanje nagira mbaze nkumuntu amaze kubikora hanyuma akabiheba amaze kubona ko atari vyiza kandi yaramaze kubona ingaruka murivyo muvuze none kugira akire yobiheba gusa canke kandi ikindi nfise umugenzi buri uko avuganye numukunzi wiwiwe asanga hariho utuntu tumeze nkamazi twasohotse none mumuhaye iyihe mpanuro murivyo vyose ok mbaye ndarindira inyishu yanyu
6 Kigarama 2014, 20:49
Ko mutaduhaye inyishu
7 Kigarama 2014, 05:34, par Chantalle
icyo nobabwira cyo nimuhebe ibyobigirwamana byanyu murebe ko mutazamera neza
8 Kigarama 2014, 06:48, par Gitombi
uyu muntu yanditse ibi bintu ntabwo ari umuhinga, ni baza ko ari umuntu agwanya gukora ibi bintu pour ses convictions ou autres, le comble il n’a pas propose de solutions pour quitter, mugabo dans certains it is advisable to do it to relieve yourself, when you can have a sexual partner. Ariko muri vyose nukwirinda kurenza urugero, kuko sinibaza ko ari bibi gusumba kwandura umugera wa sida canke izindi ndwara, canke kuvyara umwana udashaka.
19 Ndamukiza 2015, 12:26, par SALAMA
KWISAMBANYANIVYIZABIRARYOSHEPE!!NIKUBIKORA.
5 Ruheshi 2015, 17:56, par Smith Treasurer
merci de me faire connaître tout ça. nahor ndabikora mais Nshaka kugerageza kubiheba.Ariko Ntimwatubwiy Ico Twokora Kugira Tubihebe. Merci Bcp
29 Ruheshi 2015, 22:58, par Nsh.Christophe
Jewe Kovyananiye Jwihangana NZokore Iki? Ndasavye Abakunda Gusenga Musenger Mbaye Ndabashimr Kumasengesh Mugiye Kumfash Murkoz!
27 Mukakaro 2015, 21:22, par Emil
ndasavye mutubwire icodufasha kugira tubihebe, kuko biragoye.
4 Myandagaro 2015, 23:57, par ndayirata
mukubihebawobigenza gute
25 Myandagaro 2015, 11:44, par elie
iy’umuntu yikinishije igihe kirekire yokoriki kugora abihebe? yokora iki kugirango agarure ivyo yatakaje mukwikinisha? yokora iki kugirango yivure ingarukambi zamushikiye bivuye kukwikinisha
27 Myandagaro 2015, 22:58, par Cokumpa
Twobiheba gute?
29 Myandagaro 2015, 07:35, par rukundo
Abantu bivugishak babirwanya ahubwo baba bashukwa kuruta abandi nn kuki baja kuri ba tryiping kwikinisha ntibagire bible baba baje gukora iki ngaha kuri cite?nimutugire inama yuko twobikora
29 Myandagaro 2015, 07:35, par rukundo
Abantu bivugishak babirwanya ahubwo baba bashukwa kuruta abandi nn kuki baja kuri ba tryiping kwikinisha ntibagire bible baba baje gukora iki ngaha kuri cite?nimutugire inama yuko twobikora
28 Nyakanga 2015, 06:59, par Bizimana Isaac
Jewe Ndakunda Gushukwa Cane Ariko Sinikinisha Ntangaruka Mbi Bizonzanira? Mbega Bihera Gute?
5 Gitugutu 2015, 05:32, par minani
mana yanje nivumwe none kugira biher vyogendagut mbe izongwara zirica mbe zirakira
6 Gitugutu 2015, 19:40, par tuyizere
turabashimira kurizo nama mu tugezaho
7 Gitugutu 2015, 18:49, par Havyar Imana Eric
Shaka Munfashe Jewe Ndabikunda Gose Numva Nto Bireka Kuko Bira Nkingira Ubusambanyi .Nizindi Mgwara
13 Gitugutu 2015, 16:36, par Oscar
Maz Igh Ndabikora ivyo kwikinisha vyarans kondabihba nokora iki kugr ndabihb.mungr inama,
15 Gitugutu 2015, 22:04, par Christophe
Jewe Kweri Mufashe Gusenga Nayahandi Vyase Vyo Kwihangana Yemwe Abarenga Musenger Vmt Jewe Mumbwire Umuti Noronder Kugira Ndabihebe Muzoba Mukoze
22 Gitugutu 2015, 19:08, par Oscar niyongabo
Ndi oscar nagirambaze ,none nkumuntu bimugirira ingarukambi iyo amaze igihe kingana gute abikora? Canne nkumuntu amezi3 abikora biramugirira ingarukambicyane? N’agira mumfashe mumpe impanuro murakoze
13 Munyonyo 2015, 13:51, par EMILE
UMUNTU YAMAZEKUBIGIRA ATARASINZIKARA ABIHEVYE BIRASHOKA KWASUBIRA KUMERANEZA?
1er Kigarama 2015, 06:27, par longin
nne mugihe umuntu akunda kwikinisha na canecane kubahungu arashobora kutazashobora kurangura amabanga mutsa bitsina?
1er Kigarama 2015, 15:10, par irakoze antally
jew birakunda kumfata nkikinisha cne nne vyomperamwo gute?
2 Kigarama 2015, 00:17, par Kazatsa
Nkundakwikinisha Cane Iyomvanye Numukobwà Non Mumpanuyik?
2 Kigarama 2015, 19:27, par Niyonizeye Elie
Murakoze Kumpanuro Muduhaye!Mushishikare Abumva Bumve!
12 Kigarama 2015, 07:17, par niyonkuru abdour
jew nahor nikinish kand ndumunyeshur ubu ndahevy nibib ndahanur nababikor bihanur
17 Nzero 2016, 22:17
Nashak Mbibariz Mwanyakuvyar.mb J Ko Nahoz Mbigir Ham Nkabirek,nzosubir Mb Nkuk Nar Mber Yokubigra?Mb Vyotum Umunt Atibaruk?
18 Nzero 2016, 18:14, par Jado Ndayikeza
Mbga kwikinisha ni gut umunt yobiheb? mb kugira asubir kuri etat initial bisab ik? yokor’iki? merci
19 Nzero 2016, 22:34, par Fabrice
Nn umunt yikinish ameregw nabib yabigiz kangah?ham bitaniyeh nukuraguramabang mpuzabitsin?
21 Nzero 2016, 23:09, par Joel Keza
Ndumiwe Pe!Nonese Umuti Nuyuhe Kubatarabikora Hamwe Nokubamaze Kubikora Kugra Kubamaze Kubikora Baje Kurugero Rwiza?
21 Nzero 2016, 23:11, par Joel Keza
Ndumiwe Pe!Nonese Umuti Nuyuhe Kubatarabikora Hamwe Nokubamaze Kubikora Kugra Kubamaze Kubikora Baje Kurugero Rwiza?
21 Nzero 2016, 23:13, par Joel Keza
Ndumiwe Pe!Nonese Umuti Nuyuhe Kubatarabikora Hamwe Nokubamaze Kubikora Kugra Kubamaze Kubikora Baje Kurugero Rwiza?
23 Nzero 2016, 00:16, par Godefroid Hasabumutima
Niryar Umunt Afatw Nivy Mutubwiy?Ab Amaz Kubikor Umwany Ungan Gt?Kugir Umunt Vyatway Abivemw Yokor Iki?
23 Nzero 2016, 17:48, par Elyise
None Iyo Umuntu Abihevye Arasubira Akameraneza? Mbega Uwikinisha Birashika Ntavyare?
5 Ruhuhuma 2016, 00:08
hari iciza coba kiva mu kwikinisha? j hahez igihe kinini ndabikora vyaranse ko ndabihba
5 Ruhuhuma 2016, 20:40, par NDACAYISABA MICHEL (KIRYAMA I MUYINGA.)
NONE UBA WIKINISHIJE IGIHE KINGANA GUTE? NONE IMIBONANO YA MISI YOSE HARIMWO IKOSA.
26 Ruhuhuma 2016, 23:03, par niyomwungere arbert
uwo vyashitse agafatwa nizondwara yokoriki kugira akire asubire kwiganeza
26 Ruhuhuma 2016, 23:44, par niyomwungere Albert
none umuntu yabikoze kenshicane abihevye arasubira gukomera nkuko yahora
3 Ntwarante 2016, 01:00, par Say simon
Ico niyumvira nukuntu mwotanga inyishu nziza kubamaze kubikora bishoboka koboronka umuti wobikiza bakabimenya bidashoboka ukonye
12 Ntwarante 2016, 22:18, par Maombi
Jewenashaka Ndababaze Mbega Uwovyasinzikaje Amara Igihe Kingana Gut?Kugira Yongere Gusubirana Murakoze.
18 Ntwarante 2016, 14:31, par Brave
Ugukora Imibonano Mpuza Bitsina Cane Navyo Biratera Izo Ndwara?
23 Ntwarante 2016, 05:46, par Rukundo
Kovyananiy Guheba Mwomfasha Iki?
1er Rusama 2016, 22:07, par Bizoza Richard
sha kwikinisha ni bibi kweri ndavyemeye
1er Ruheshi 2016, 20:16, par GASONGO BUCUMI
NANJE NARABIKORA IMANA IZA KUBINKIZA AHUBWO JEWE MBONA ARUMUDAYIMONI DUKOMEZE GUSENGA
4 Ruheshi 2016, 21:49, par Nduwimana Isaac
None Biratera Ubugumba Cank Iyo Umuntu Afise Uduherehere Kugitsina Bibavyatewe Niki 0k Munyishuyemwobamumfashij Gutahura
6 Ruheshi 2016, 08:52, par Mangange Isaac
Murakoze Kuduhanura None Urashobora Gukira Mugihe Ubihevye?
6 Ruheshi 2016, 21:29, par joseph
gukira bisaba igihe kingana gute iyo umuntu abihevye?
10 Ruheshi 2016, 03:11, par CHARLS
JW VYARANSEK MBIHEBA HAHEZ NKINDWI NTABIKOZ SIMENYA INGENE NABITANGUY NN NKORIKI?
23 Ruheshi 2016, 10:21, par NKESHIMANA ROMUALD
MUGIZ NEZ
8 Mukakaro 2016, 08:26, par Amri Nikobamye
Izo Nyigisho Zanyu Nizo
10 Mukakaro 2016, 14:36, par Cedrick
Ego Turunvise Ingarukambi ziterwa No kwikinisha None Ntaneza Yokwikinisha Mugihe Uwo Mwohuza Ibitsina Atawuhari?
16 Mukakaro 2016, 22:36, par Gustave
Jewe naragerageza kwihangana hagahera nkindwi ariko sinamenya ingene nabikoze je ndibazako ari umudayimoni ubituma ndasaba Imana nze ndabihebe mugerageze kunsengera Imana imfashe.
18 Mukakaro 2016, 13:44, par NTAHOKAJA
Hariho vyish muvuz urwara.none jew ko mpaguruka nkazungurirwa kand atavyo nagize inshuro nyishi nabikoze rimwe gusa.canke ko mutubuza guswera abo bakobwa kandi muzi ko tuba turiko turarwanya izongaruka mbi mwavuze?
29 Mukakaro 2016, 09:04, par John Peter Nimubona
Nukur Izonyigisho Ziradufash Es Umunt Yokwirind Gt Kwikinisha Rep6
1er Myandagaro 2016, 12:03, par irakoze seth
murakoze kumpanur muduha ariko biragoye guheba
30 Myandagaro 2016, 23:25, par Michel Abashubi
Sha Ivyo Ntavyo Kabisa
5 Nyakanga 2016, 08:36, par 71132101
ema chris
26 Nyakanga 2016, 17:28, par ARAKAZA Pisco
Mugihe umukobwa arikwarakwonka igitsina m ugaca umuversa mukanwa wobawisambanij?
26 Nyakanga 2016, 17:29, par ARAKAZA Pisco
Mugihe umukobwa arikwarakwonka igitsina m ugaca umuversa mukanwa wobawisambanij?
30 Nyakanga 2016, 16:22, par ericson
mana yanj je vyarananiranye kondabiheba ngerageza gusenga nkamara nkindwi ntabikora hama bukey nkabishak kand nukur mudufash nkanje bimaze kwiguhe kinini non nobiheba gut izo ndwara zirakira hoho mutwishure
8 Gitugutu 2016, 21:37, par Fizzzo
Ingorane Ko Ari Nyishi Kandi Biryoshe?
14 Gitugutu 2016, 22:30, par NIMFASHA
None Vyogendagute Kugirumuntu Abihebe? Impanuro.
18 Gitugutu 2016, 21:23, par elevis
nonekugira Umuntuabikirevyogenda gute?cankehobahariho wokuvyivura?nonekojewendabikorankabankundagushukwagosebivakuki?
25 Gitugutu 2016, 20:28, par nzobonimpa jéremie
nukuri ntako mutagira kugira muhanure ariko bamwe vyaratunaniye guheba burundu
25 Gitugutu 2016, 20:29, par nzobonimpa jéremie
nukuri ntako mutagira kugira muhanure ariko bamwe vyaratunaniye guheba burundu
28 Gitugutu 2016, 22:15, par Bukuru Venant
Nanje Ndabikora Mugabo Kubwo Inama Mutugiriye Ningaruka Zirimwo Ndabihevye. Merci!
3 Munyonyo 2016, 00:04, par Nkurikiyimana Johnson
jewenibera umutumba:NYAMIHANA
zone:RUBONA
murikomine:MUGINA
intara :CIBITOKEcaRUGOMBO
ICONTEREYE KUBIJANYENOKWIKINISHA
jewendumusoremfise imyaka18 nukuri murakoze gutanga impanuro kuriburiwese yasomye inonkuru nanje ivyobintubijanye nokwikinisha bizabimbako ingarukabitera nahuyenazo
1.ukurekura impemuzitagira urugero
2.ikibazocokudashukwa
3.ikibazo cumutima
nonarangizandabashimira ngirakondanahanura umuntuwese aziko asanzweyikinisha abihebe
MURAKOZE
5 Munyonyo 2016, 23:43, par ONesime
Nn uwabitanguy yoza arafat iki kugra asubir kumurong?
15 Munyonyo 2016, 21:44, par Arcade High Way Ndagijimana
Kwanje nibaza ko atari vyo muti gute?none kwikinisha no guhuza ibitsina bitandukaniye he?muti rero nkufise umugore bohuza ibitsina kangahe mu kwezikandi baba babana cabure ko muvuga ngo kwikinisha hamwe birafasha ahandi ngo nibibi,nkuwutaronse uwo bahuza ibitsina yokwikinisha kangahe mu kwezi?
20 Munyonyo 2016, 07:08, par JADO
None ko bavuga ko kwikinisha bitera cancer ya prostate yaba ari byo? Mwaturangira umuti umuntu wikinishije cyane ashobora gufata kugirango yunganire umubiri mu gihe ntazindi ngaruka ziramugeraho
23 Munyonyo 2016, 15:14, par Japhet Majambere
Umuntu Yokoriki Kugira Acike Kungeso Yokwikinisha Burundu?
28 Munyonyo 2016, 15:33, par Elie
JEWE NDABIKORA MUGABO NDABIKORA MUBURYO BWOKINGIRA NKO MUGIHE NSHATSE UMUKOBWO NKUMVA NDABISHATSWE CANE INCA NDABIGIRA NCA NUMVA NDUHUTSE MUGABO NARASHATSE KUBIHE VYARANSE NONE MWOMFASHA IKI?
29 Munyonyo 2016, 22:47, par CLEOPHAS
IMBA IGITGA COLINE NYABUTUSTI NDABASHIMIY KUMPANURO MUDUHAYE
1er Kigarama 2016, 07:24, par NDUWIMANA
AMAFOTO
1er Kigarama 2016, 07:27, par NDUWIMANA
NGARUKA,ZOKWIKINISHA
27 Kigarama 2016, 12:19, par Vital Mutama
Sha Naje Ndabikor Arik Vyaras Ko Mpeb Kk Biraryosh Can
3 Nzero 2017, 09:42, par gir
Izo mpanuro ni nziza naho mbona ko Hari benshi bigora guheba ariko nk abakristo bofata imyanya yo gusenga bisonzesha kukw iyo mpwemu mbi nta kindi kiyikura muze dusenge Iman idutabare
3 Nzero 2017, 11:35, par Ernest Nimbona
Jewe Niyumvira Ko Umuntu Yahora Yikinisha Ibihevyinshi Haheze Imisi Akabiheba Ntangorane Ashobora Kugira Mumubiri Wiwe
17 Nzero 2017, 15:25, par KWIZERA CLAUDE
IVYO BISHIKIRA KANDI IYO NGIZ AMABANGA MPUZABITSINA NGIRA EJACULATION RIMWE GUSA,MUMFASHIJ IKI?
31 Nzero 2017, 04:49, par NIYONIZEYE SAMSON
TURABASHIMIYE CANE.NONE NKUWAMAZE GUFATWA NIYONGESO ABIHEVYO YOSUBIRAKUMERA NKUKWO YARI AMEZE?
1er Ruhuhuma 2017, 17:39, par Nsabiyumva Fulgence
yooh! sinarinzi ko bifise ingarukambi jewe ndabikoze imyakamyishicane. sinarinziko aricaha kandi sinarinzi ko bitera ingwara. none reka sabe imana imbabazi nongere sabimana inkureko iyimpwemumbi yahora inteza kwisambanya.kandi jewe konumvise bitera ingwara kandi bizana ingarukambi jewe nciye fukama ndihanye burundu. Murakoze Cane .Nimugire Icomumpa Ko Impanuro.
1er Ruhuhuma 2017, 17:39, par Nsabiyumva Fulgence
yooh! sinarinzi ko bifise ingarukambi jewe ndabikoze imyakamyishicane. sinarinziko aricaha kandi sinarinzi ko bitera ingwara. none reka sabe imana imbabazi nongere sabimana inkureko iyimpwemumbi yahora inteza kwisambanya.kandi jewe konumvise bitera ingwara kandi bizana ingarukambi jewe nciye fukama ndihanye burundu. Murakoze Cane .Nimugire Icomumpa Ko Impanuro.
8 Ruhuhuma 2017, 21:03, par clovis bigirimana
ni gufukama tugasenga tukisonzesha uwo mudayimoni ukavaho
16 Ruhuhuma 2017, 06:10, par Nebus
Mana Dufashe
25 Ruhuhuma 2017, 00:16, par INNOCENT
REKA TUBASHIMIRE NANJE IVYOVYAMBAKO GOSE MUGA NSABE IMANA IMFASHE KUBIHEBA MR6!
6 Ntwarante 2017, 13:50, par mpawenimana samwel
ARIKO JEWE IKIBAZO MFISE NIKINISHA BURIMUSI KANDINABITANGUYE NKIRUMWANA MUTO KANDI MURIYOMYAKA SINIGEZE NSIBA TWASHAKA MUTURANGIRE NGUMUTI WOTUMATUBIHEBA
14 Ntwarante 2017, 22:29, par viv
Nukuri nanje ndikinisha vyaraseko ndabuheba
14 Ntwarante 2017, 23:06, par Arcade Ngagijimana
Nubu ndabaza;none kwikinisha ko bizana ingaruka mbi bikaba bisa no guhuzibitsina;hako wikinisha nuko wosambana wokora iki ko mbona intanga ziza kumwe? Ica kabiri: mu kwikinisha ko hari ingaruka mbi nyishi mwavuze;mbega ku bahuza ibitsina kenshi zirya ngaruka mbi zo ku kwikinisha kuri bo ntisibashikira?
15 Ntwarante 2017, 16:28, par jean claude
none kwikinisha nogukora imibonano mpiza bitsina bitandukaniyeh ? kombona vyose arico kimwe
16 Ntwarante 2017, 08:08, par niyonkuru jean marie
nukuri nivyiza kuduha impanuro jewe niga 11 igisata c’ubumenyi(science) sinarizi kobifise ingarukambi ndabikora nkarimwe kumusi canke 2 nne uwafashwe nindwara yumutwe ubwonko butagikora neza barabivura? yokoriki kugira akire neza kko ndabona sinkifata kumutwe neza murakoz
29 Ntwarante 2017, 12:00, par Kajologis
Jewe Vmt Mazne Imyaka 6 Ndabikora Kandi Nka 5 Mu Ndwi Iyo Ndabikoze Ndumv Mu Gitsina Ndi Kubabwa Gose Nimutwereke Umuti Wo Kuvyirinda
29 Ntwarante 2017, 16:57, par bitumwako
nimulongor nahandi mulahona mwense .abakobwa bashaka abagabo nibenshi .sinumva impamv ivyo bibashikila p
29 Ntwarante 2017, 22:28, par gogo
yoo ndagow jew ndabikor nka gatatu kumusi munfash ub ndumv ntamerew neza biva kurivyonyen
1er Ndamukiza 2017, 16:07, par Evrard ndikumana
wobiheba gute
8 Ndamukiza 2017, 00:05, par dony
wangira inama iyihe ko najewe mbikora ce?
8 Ndamukiza 2017, 23:38, par Therence
Emwegaye Satani Yardfash Mugab Tumwikunkumure Mukvyerk Imana Hamwe Nokwiha Ingingo Wew Nyene!
9 Ndamukiza 2017, 00:13, par Therence
Kand Vyakweri Dayimoni Yaratey Mumisore ,kuk Ivyo Nivyavyaha Bigoye NOkwatura
16 Ndamukiza 2017, 21:03, par claver
je narabigira cane kand ubu mfis amasoni arenz non konabihevye azohera cank? ndabasavye mumpe inyishu
19 Ndamukiza 2017, 12:03, par Moses Mugenzi
Gukinisha igihimba c’irondoka ni bibi cane n’IMANA birayibabaza cane n’uko gusa idakora nk’abantu yomaze imisore y’iki gihe.
23 Ndamukiza 2017, 12:06, par NDAYISENGA JEAN BOSCO
MURAKOZE KUTWIGISHA NOVUGA KO MPIRIW KUK ARI NARI NKIBITANGURA NCA NDABIHEBA BURUNDU.IMANA IMFASHE.
20 Rusama 2017, 06:21, par saidi pillow kumana
nibara ariko iciza bobiheba
30 Rusama 2017, 14:25, par Nduwimana Kevin
Nagomba Gusa N’uwuvuga K’uwabajije Uko Twobiheba.Biroroshe Cane Rwose,biva Kuri Nyene Gushaka Kubiheba,agafata Ingingo Yo Kubiheba Burundu.Imbere Ya Vyose,n’ukwihweza Ico Kintu Cama Cabimuteye Kubikora.Aha Ndatanga Nk’akarorero: #1.Bishobora Guterwa N’ukuraba Za Films Z’ibiterasoni.#2.Bikongera Bikava No Mu Kwipfuza.Ubu Bororero Bwose,kugira Ngo Habeho Masturbation,bica Bihera Mu Bwonko,akumva Atabikoze Ntari Bworoherwe,kandi Ivyo Na Vyo Bigatuma Biva Muri Nya Films Aba Yabonye Canke Mugihe Yumvise Ko Bimujemwo,nimba Koko Hari Uwo Yari Yahuye Nawe,bishitse Akamwibuka,ni Ho Umuntu Aca Asanga Yabibayemwo.Ukubiheba Rero Ni Uko Hobaho Ukwihangana,agasenga Imana Ikabimufashamwo,akazirikana Ko Umubiri We Ari Ingoro Y’Imana,abikoze Akamenya Ko Aba Acafuje Iyo Ngoro,kandi Ico Na Co Akaba Ari Icaha.Kubikora Rero Ntabwo Ari Vyiza.Kugira Ngo Umuntu Rero Abihebe,ni Uko Yokwirinda Ivyo Vyose Bibimutera.
8 Ruheshi 2017, 17:49, par JOSUE
murakoze cane
19 Ruheshi 2017, 20:39, par CHristophe
Mbese Ha Ikize Cyumuntu Wabaswe Kuzakira Izo Ngaruka Zose? Mudufashe Muzaduhereze Inama Kumuntu Nkuwo. Murakoze
20 Ruheshi 2017, 13:04, par MUHIZI
NDABONYE KO ARAKABI KABISHE.UTARABIKORA .NTABIKORE .UBIKORA NABIHEBE BUNONYENE.AHANDIHO BARAGOWE
20 Ruheshi 2017, 22:00, par Innocent
nd, Innocent Muburundi Ndakund Kwikinisha. Izo Ngarukambi zose Muvuze Zimbaho, Pe Pe Ntanakimwe Mubeshe. Birambabaje Ntabwo Nkunze Gusambana Oyaaa Ngirinama, Mwoba Mukoze, Ntegereje Igisubizo. Ntegereje Kuzakora Mariage Vuba, Tel 25768337100./ 25772357071.
22 Ruheshi 2017, 21:41, par Niyongabire Vianne
26 Ruheshi 2017, 06:46, par NKURUNZIZA Zabulon
nukuri murampanuye pe! nabikoze kenshi nabitangiy mfite imyaka20 mugbo ub ndakwij 25 kd ndumva nabihevye izo ngaruka nazo muvug ntazo naribwabone kuk nabikora gake ngiye kwishure kandi ubu ndumva nihanuye ndasaba mumbwir ukwo nkwiye kwitwar mu myaka nshigaj ko ata ngaruka zizoza nyuma?
1er Mukakaro 2017, 06:09, par Niyonkuru
nanj Ndagomb Kubirek Bikagum Vyawmk Mwamfash Iki?
17 Mukakaro 2017, 09:43, par Ngendakumana Wilson
None nkiyo ubikora nkakabiri mukwezi haringaruka vyogira
23 Mukakaro 2017, 15:46, par Odette Ongerusenge
28 Mukakaro 2017, 12:15, par Gishahu shaban
asha murampanuye murakoze
28 Mukakaro 2017, 22:54, par NZUNGU
birakomeye Kandi Aba Jeune Turabikunda Cane Ahubwo Abavyeyi Badufashe Baduhanure Tubireke Si No Turashira.
28 Mukakaro 2017, 22:57, par Kwizera Egide Royi
murakoze Cane. Jeho Nabura Gato Ngonsare Kuk Imyaka Maze Mbikora Ntaniyo Novuga
25 Myandagaro 2017, 16:26
25 Myandagaro 2017, 16:26
2 Nyakanga 2017, 13:48, par NDAYISHIMIYE Olivier
Nukuri murakoze cane, ibimenyetso vyingaruka mbi mwavuza bimwe maze kuvyibonako kuko mmaze igihe kinini ndabikora. ndamaze 9ans.
none biracakunda ko ndabiheba? igihe nticamaze kurenga? hoho ndabihevye izo ngaruka zose mwavuze harizikira nizidakira? umuntu yokor’iki mugihe yabihevye kugira asubire kumer’uko yarari atarabikora? bifat’igihe kingan’iki? nukuri ndabinginze munyishure vuba kuko ndahangayitse cane. ibimenyetso mwavuze vyinshi maze kuvyibonako kand nabandi baramaze kubimbwira. kandi nshaka gutangura kaminuza mfis ubwoba ko ntazoyishobora kuber’ivyo bintu. ndabasavye mung’ir’inama. numero yanje 71061728/68776245. email:Olivier.ndayishimiye@lotoburundi.com
6 Nyakanga 2017, 07:13, par John
Très important!!!
Ndabasabe mugire Inama uwamaze kubikora kugira abihebe Burundi.Murakoze
2 Munyonyo 2017, 23:53, par Jules César
Vyaranshikiye ndabishirwamwo n’abagenzi arik kugera n’ubu kubiheb n’ingorane. Nokora iki kugira ndabihebe burundu? N’ingeso izingamika umuntu.
17 Ntwarante 2018, 01:26, par Irambona Donatien
birantangaje cane kuko nsanze kwikinisha bifise ingaruka mbi gusa ntavyiza birimwo, nimunsengere nanje ndabihebe munangishe inama.
22 Ndamukiza 2018, 17:32, par Ndihokubwayo Augustin
Murakze Kuduh Impanur Zijany No Kwikinisha, Jew Ndasab Ko Mwotugir Inama Yukunt Umunt Yabiheb Burundu, Murakze!
26 Ndamukiza 2018, 00:17, par Majambere Alain
Ndbihevy Jw Nabigra Gatanu Kumusi Nzokira?
1er Rusama 2018, 14:20, par Ayyoub dismas
nukur mudufashe.mutubwire uwikinishije plus de 6ans,abihevy ubu yosubir kumera neza?yobigenza gte kivyovyose mwavuze bingaragaraho?nukur turahangayits sana.
5 Rusama 2018, 07:27, par fabrice
kubiheba birashoboka gose jw nabikoze nkikirimoto ark nyuma bimazemwo imyaka irega 10 nahavuye menya kari bibi kandi bifise ingaruka zikomeye kand murizo garuka nyishi narazibonako vyarampagayishij gusa munyuma fata icemezo cokubiheba burundo nivyoroshe ark iyo wiyemenj bigashika ugasubira kubikora nuce ugumiraho komeza kuko niyo uriko uriruka ukagwa nuca usubira inyuma gutagura, urahaguruka ukabandanya hama igaruka zavyo zirahera pe iyo ubihevy ark harivyo ufata nka regime kugira bikogereze ubushobozi bijanye nivyo wabuze jw narigez habi pe ark ubu meze neza, ushaka wodondera kuri 68138359 nkangufasha uko wabicika nigaruka zavyo zigahera.
18 Rusama 2018, 20:22, par nkeshimana gaspard
Kweri Naj Nabikora Ariko Ivyo Vyos Muvuz Birambako
Ndets Bikanantera Isoni Gos
Ntamuntu Nzi Gutinyuka Ngo Ndamubwir Umutima Uri Munda Ari Nkuwo Nubaha Ivyo Nipfuza
Ahubwo Mwotubwira Ingene Uwubivuyemwo Ivyo Yoca Abandanya Akora Nkifungurwa Cank Ibindi... Kugira Bihere Ningoga?
2 Ruheshi 2018, 02:22, par Emmanuel
Naj NDIKINISHA HARINGARUKAMB
2 Ruheshi 2018, 18:42, par carmy
Murakoz cane non umuntu yovyirind gt?
7 Ruheshi 2018, 15:05, par Nduwayezu Dezire
Jewenikinishije Nkimyaka Ibiri Mungire Inama Nfise Ubwobakonshobora kubanabura uruvyaro Nobihebagute? Uwobaabikora Yompamagarakuri 68721477 Nkamubwira Ingarukambi maze Kuba nabona
9 Ruheshi 2018, 22:01, par Florent
Je ndashimye cane hama uwoba afise ico yomfasha yonyandikira nkamubwira ingorane zanje,,,mubisanzwe hagezeko nkora imibonano mpuza bitsina biragorana kugira nshukwe,,,ariko ntarabikora ndashukwa igahakwa gukoroka,,niba harico mwomfasha mubikore mwoba mukoze
Numero zanje ni 72149399/75750374/61316488
12 Mukakaro 2018, 22:54, par Ndayishimiye olivier
None kubantu twamaze gukor’ivyo bintu kandi tubibayemw’igihe kinini, umuti wobuwuhe kugira dusubire komera nkuko twahora? Vyodusab’igihe kingan’iki? Inyishu muzoba mukze
27 Mukakaro 2018, 21:59, par jclaude
Sha vyukuri murakz can hama kubivamwo nubuntu bwimana gusa kuko kumwana wumuntu sicorosh pee ark imana idufash hama namw muhezagirw mukomez kudushakira ibindi
28 Mukakaro 2018, 13:48, par François Nyandwi
mugihe wafahwe no kurangiza kare canke ukumva imitsi idakora neza umuntu yoheza agakoriki?kugira asubire nkuko yahora?
28 Mukakaro 2018, 14:06, par François
ufise ingorane yokurangiza kare yokora iki kugira bihere
29 Mukakaro 2018, 18:33, par Sirabahenda Gervais
Andika hano Umva Murakoze Ahubwo Nimundemeshe Narimaze Kubikora .
22 Myandagaro 2018, 06:17, par marius
je ndakubaze kugira ureke kwinisha vyogenda gut?
8 Gitugutu 2018, 22:44, par manirakiza jules
murakoze nanje vyaranciyeko
16 Gitugutu 2018, 14:18, par ndayizeye celestin
bagenzi uwushaka gukirir igwar arayirat jew ndumva mumpanur zos zavuzwe nyishi.biragaragara ko nanje nanduye akeshi iyo 1 mpagurutse numva ikizunguzung 2 numv ntashaka gukunda 3iyo mbony ifoto iteye isoni.kuraba numva umutwe uhinduts 4 turikumw numukombwa nkamweger sang nisoyeko mwipantaro ibint birenduka bimez nkamaz nukur mufash muzob mukoz
18 Gitugutu 2018, 08:54, par Manchar
Hakorwa iki kugirango umuntu ivyo kwikinisha bimuvemwo?
Umuntu atagishyukwa neza bivuye kukwikinisha, yofata iyihe miti kugira bigende neza