Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Inyambaro ya Rihanna mu rubanza yatangaje benshi
Inyambaro ya Rihanna mu rubanza yatangaje benshi
mardi 21 Ndamukiza 2015
Rihanna yagize ibitangaro aho yashoboye kwambara nk’umuntu yisoneye canke w’umupfasoni. Yambaye ikanzu igera ku birenge, urwo rubanza yari yarwubashe.

Abafaransa bati:" Seuls les imbéciles ne changent pas", Abarundi nabo bati:" Ntawubura umunsi", Rihanna yambaye ikanzu ikora ku birenge, ibintu bitari bimenyerewe kuri uwo mukobwa ari ku rutonde rw’abakobwa bakunze kwerekana amafoto bambaye izuba. Ivyo ntiyabigiriye ubusa, Rihanna yari mu bugeni bw’umugenzi wiwe kandi anamufasha mu kazi kiwe (assistante), yitwa Jennifer Morales. Aho hose yoba yambaye nk’umupfasoni kubera yari muri bamwe bita "fille d’honneur", yari kandi yamubereye n’icabona. Aba n’abandi bavuga ko naho yambaye ikanzu ndende bitabuza ko umubiri wiwe uboneka nk’uko uri kubera iyo kanzu yari imwegereye cane.
Mwomenya ko Rihanna na Jennifer Morales bamye ari abagenzi kuva imyaka n’imyaka, ari naco gituma Rihanna yemeye kumubera icabona, kandi kanatsinda akaza yambaye nk’abantu biyubaha kandi bakuze.
Cherif Nkeshimana
Messages
21 Ndamukiza 2015, 20:24, par jeremie
ahubwo nanje birantangaje pee!
21 Ndamukiza 2015, 22:00, par cecile.
ntangay mubnd! ark uk bucya 6k bwira da!
11 Kigarama 2015, 22:24, par Beyonce
None,rihana,nimaraya,
27 Ruheshi 2016, 20:33, par Bienvenue
.,-’, nimboneka
rimwe ntibisanzwe"*
13 Kigarama 2016, 18:43, par JACQUES NDUWIMANA
Rihana Yobaye Umwafrika Yohariwivomo
13 Kigarama 2016, 18:49, par Jacques Nduwimana
Rihana Simbonakwazobana Numugabo Bakarushinga
16 Nzero 2017, 21:31, par jonet nduwa mahoro
rihana simbona ingene bokubakana numugabogabo.
30 Nzero 2017, 10:30, par Soso
Rihana agomba kwakira umwani Yesu
25 Ntwarante 2017, 11:42, par Niyonzima Michel
uwamber azoba uwanyum kand nuwanyuma azoba uwamber.bisiragur ko abatwobna badashobka nibobazoshobka.kand abantu nkabo nibo uwiteka arondera uko bukey nukobwije.mwibuke rahabu.
29 Ntwarante 2017, 20:01, par Ninkingiye Gaspard
Nibazak imana yamubonekey azogume nkukw aber akarorer abandi bakobwa bambara ubusa.
29 Ntwarante 2017, 21:25, par Ramberi
Ciyendamukunze
14 Ndamukiza 2017, 12:29, par welcom
rihana araja ijuzimu?
28 Ndamukiza 2017, 22:12, par Lo_king
Reka Tubirindire Kumbure Yihanuye Kunyamboro Yahora Yambara
3 Rusama 2017, 19:26, par Ndi Kazungu
Rihana Ntizibera Abakirisi Harizusangaarigusa
17 Rusama 2017, 07:46, par Claude Nduwimana
Birantangaje Kwl Yashatse Guhesha Icubahiro Mugenziw!
19 Rusama 2017, 16:36, par ZAB
none rihanna yavyawe n umuntu?
3 Ruheshi 2017, 20:02, par Nyandwi filmin
EWana biratangaje kabisa?
3 Ruheshi 2017, 20:05, par Nyandwi filmin
"
30 Ruheshi 2017, 23:30
IBISUDI