IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 1 Gitugutu

Itarike 1 Gitugutu

lundi 1er Gitugutu 2018

Igenekerezo rya 01 Gitugutu

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1960: Igihugu ca Nigéria kirikukira.
1961: Hatanguzwa ikigo c’igendereza no kwivuna abansi muri Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1970: Haba amaziko y’umuririmvyi Jimi Hendrix mu gisagara ca Seattle yavukamwo.

JPEG - 8.5 ko
Jimi Hendrix

1999: Hatangura indwano ya kabiri yo muri Tchétchénie.
2001: Papa Yohani Paulo wa 2 yuguruza inama y’abasenyeri bita Synode.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1881: William Edward Boeing, umuhinga mu gukora indege w’umunyamerika. Ni nawe yazanye ubuhinga bwo gukora indege zo mu bwoko bwa Boeing.

JPEG - 5.6 ko
William Edward Boeing

1924: Jimmy Carter, umukuru w’igihugu wa Leta Zunzubumwe z’Amerka yagize uwa 39. Yawaye kuva 1977 gushika 1981.
1959: Youssou N’Dour umuririmvyi akomoka muri Sénégal.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1684: Pierre Corneille, umwanditsi w’umufaransa.

JPEG - 4.4 ko
Pierre Corneille

1985: E.B. White, umwanditsi w’umunyamerika.

JPEG - 8.5 ko
E.B. White

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu waharirwe abantu bageze mu zabaukuru.
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe umuziki.
. Cameroun: Umunsi w’ukujahamwe.
. Chine: Umunsi mukuru w’igihugu.
. Chypre: Umunsu mukuru w’igihugu.
. Koreya y’Ubumanuko: Umunsi wahariwe igisirikare.


INGABIRE Luc-Noël

Messages

  • 01/10/1990: ingabo zahoze ari iza Armee patriotique Rwandaise (APR) zafashe intwaro zitangiza urugamba rwo kwibohora zinyuze Kagitumba! long livve kuri RDF

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.