Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 16 Munyonyo
Itarike 16 Munyonyo
vendredi 17 Munyonyo 2017
Igenekerezo rya 16 Munyonyo.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1907: Oklahoma, uwabaye umukuru w’igihugu
1917: Georges Clemenceau, uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.
- Georges Clemenceau
1995: Liamine Zéroual, aratorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Algeriya.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1922: José Saramago, umwanditsi akomoka muri Portugal. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1998.
1971: Aleksandr Popov, umunonotsi w’umurusiya ahiganwa mu mukino wo kwoga.
![](local/cache-vignettes/L240xH196/aleksandr_popov-47237.jpg?1517502191)
1976: Mario Barravecchia, umuririmvyi w’umubirigi.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1952: Charles Maurras, umumenyeshamakuru akaba n’umunyapolitike w’umufaransa.
2006: Milton Friedman, umuhinga w’umunyamerika muvyo ubutunzi. Yahawe agashimwe kitiriwe Nobel mu vyo ubutunzi mu 1976.
- Milton Friedman
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe kwihanganiranira.
INGABIRE Luc-Noël