Itarike 2 Munyonyo

Yanditswe na INGABIRE Luc-Noël
Kuya 2 Munyonyo 2018 saa 11:25
8610
0 0

Igenekerezo rya 02 Munyonyo.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1930: Hailé Sélassié aba ico bita “négus w’i Abyssinie.
1963 : Muri Viêt Nam, Ngô Dình Diêm arakomborwa biciye mw’ihirikwa ry’ubutegetsi, ndetse aca aragandagurwa. 1964: Fayçal ben Abdelaziz Al Saoud aba umwami wa Arabiya Saoudite.
1976 : Jimmy Carter atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika. 2004 : George W.Bush aratorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.
Abazwi cane bavutse (...)

Igenekerezo rya 02 Munyonyo.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1930: Hailé Sélassié aba ico bita “négus w’i Abyssinie.

JPEG - 18.8 ko
Hailé Sélassié

1963 : Muri Viêt Nam, Ngô Dình Diêm arakomborwa biciye mw’ihirikwa ry’ubutegetsi, ndetse aca aragandagurwa.
1964: Fayçal ben Abdelaziz Al Saoud aba umwami wa Arabiya Saoudite.

JPEG - 5.1 ko
Fayçal ben Abdelaziz Al Saoud

1976 : Jimmy Carter atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.
2004 : George W.Bush aratorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 47.4 ko
George W.Bush

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1755 : Marie Antoinette, umwamikazi w’Ubufaransa.
1795: James Knox Polk, umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 11.

JPEG - 36.5 ko
James Knox Polk

1865 : Warren G. Harding, umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 29.
1974 : Nelly, umuririmvyi w’umunyamerika.

JPEG - 7.6 ko
Nelly

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1966 : Mississipi John Hurt, umuririmvyi akaba n’umucuraranzi w’igitari w’umunyamerika.
2004: Zayed ben Sultan Al Nahyane, umukuru w’’igihugu ca Emirats Arabes Unis.

JPEG - 6.8 ko
Zayed ben Sultan Al Nahyane

Ibihimbazwa

. Umusi mpuzamakungu wahariwe ugupfana agateka. Umusi wabayeho kuva mu 2008, utanguzwa n’ishirahamwe « Association pour le droit de mourir dans la dignité ».


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha