Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 20 Nyakanga
Itarike 20 Nyakanga
mercredi 19 Nyakanga 2018
Igenekerezo rya 20 Nyakanga .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1946: Hatangura isabukuru ry’amasinema ry’i Cannes mu Bufaransa.
1960: Ibihugu bikurikiravyinjira mu muryango wa ONU: Bénin, Burkina Faso, Cameroun, République Centrafriaine, Chypre, Congo Kinshasa, Congo Brazzavillle, Côte d’Ivoire, Gabon, Madagascar, Niger, Somalie, Tchad hamwe na Togo.
1977: Ibihugu Djibouti na Viêt Nam vyinjira mu muryango w’igihugu bigize ONU.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1853: Rama wa 5, umwami wa Thaïlande.
1948: George R.R. Martin, umwanditsi w’umunyamerika.
1977: Henrik Larsson, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Suède.
- Henrik Larsson
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nk’iri
1875: Saint-John, umwanditsi w’ivyivugo w’umufaransa. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu vyerekeye ukwandika mu 1960.
1970: Ludvik Svoboda, umunyapolitike akomoka muri Republika ya Tchèque. Yabaye umukuru w’ico gihugu kuva 1968 gushika 1975.
- Ludvik Svoboda
1999: Raïssa Gorbatcheva, uwahoze ari umutambukanyi wa Mickhail Gorbatchev.
- Raïssa Gorbatcheva
Ibihimbazwa
. Ossétie y’Ubumanuko: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’ico gihugu.
. Thaïlande: Umunsi wahariwe urwaruka rw’ico gihugu.
INGABIRE Luc-Noël
Messages
22 Nyakanga 2018, 19:51, par Therence
IZOTARIKI,NDUMVA,ZIRAHAMBAYE,KUNKINO,ZUMUPIRA,WAMAGURU.