IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 21 Gitugutu

Itarike 21 Gitugutu

lundi 21 Gitugutu 2013

Igenekerezo rya 21 Gitugutu ni umunsi ugira 294 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 71 kugira umwaka w’2013 urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1969: Willy Brandt aba umushikiranganji wa mbere w’Ubudagi bwa subiye hamwe.

JPEG - 140.3 ko
Willy Brandt

1981: Amazinga ya Marshall arikukira.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1790: Alphonse de Lamartine, umwanditsi w’ivyivugo akongera akaba n’umunyapolitike w’umufaransa.
1833: Alfred Nobel, umuinga muri Chinmie akaba n’umuhinga mu vy’amahinguriro akomoka muri Swede.

JPEG - 6.7 ko
Alfred Nobel

1906: Lillian Gertrud Asplund, umunyamerika ari muri barikotse mw’isanganya ry’ubwato bwa Titanic.
1949: Benjamin Netanyahou, umunyapolitike wo muri Israyeri.

JPEG - 6.2 ko
Benjamin Netanyahou

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1993: Melchior Ndadaye, umukuru w’igihugu c’Uburundi.

JPEG - 6.8 ko
Melchior Ndadaye

2003: Jean Hélène, umumenyeshamakuru w’umufaransakazi.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.