IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Iyindi nama ku bibazo vya poritike mu Burundi yatumweko i Dar es (...)

Iyindi nama ku bibazo vya poritike mu Burundi yatumweko i Dar es Salaam

mercredi 27 Rusama 2015

Iyindi nama ku kibazo c’Uburundi yatumweko i Dar es Salaam mu gihugu ca Tanzaniya, iyo nayo ikazohuza abarongoye ibihugu vyo mu karere ka EAC.

Iyo nama ikaba ije ikurikira iyo umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yari yitavye, agishikaye, hagaca hakurikira akarwi k’abasirikare n’abaporisi baciye bashaka gufata ubutegetsi ku nguvu ariko biranka, ku wa 13 Rusama uwu mwaka.

Muri iyo nama yatumweko kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 31 Rusama, ikibazo kizirwa ahanini, akaba ari ikijanye n’icuka kibi mu vya poritike kiri mu Burundi. Mu biro vy’umukuru w’igihugu, babwiye bagenzi bacu ba Jeune Afrique ko hakiri kare kugira bashikirize ko Petero Nkurunziza azitaba iyo nama.

Mwomenya ko abakuru b’ibihugu vyo muri Afrika y’Ubuseruko bamaze kwemeza ko bazitaba iyo nama, hakaba hasigaye ko umukuru w’Uburundi nawe, avyemeza.


Aristide Nizigire

Messages

  • ntajeyo ubu ntaco tugifana nabo kuko nukudusamaza nateguramatora gusa

  • Ategerezwa kwitaba vyanka bikunda akaba adashaka kudukwegera,ubona ko atafashanyo tukironka kubera we

  • Niyitabe Iyo Nama Ntatinye Umugabo Apfa Nkumugabo Uwurukarihije Ruramumwa Nawe Ruzomumwa

  • Reka sha kananira bagabo ntiyimye kandi burya vyose bishirira mu kuyaga.ivyo navyo uvuga ngo ntajeyo ni bimwe bavuze ngo inyosha mbi ingana n’umurozi!

  • nagend nivyo hama bamukubite intah mugahanga abon kwivyo yisizmwo atarivyo

  • nagende kugira atorere inyishu ikibazo kiri muburundi ahagarike akarwi kiwe kareke kwica abantu nukurenganya kandi nawe areke kwitoza

  • ewe petelo ngo ni pasitori?nahende abo basangiye konona igihu?kananira bagabo ntiyimye,ubwenge bugucuza buza warusha,ewe burundi ngutwawe nabagabo batazi guharura ngo 1gutera 1 ngo nikimwe nubundi twatwarwa n,imana ngo barize namba.,

  • NAGEGEND UMUGABO ARINDA AKAJ.KUKO ABARUND TWARUSH KAND NIBAZA KO VYOFASHA BENSHI.

  • Guhurq kw’abakuru b’ibihugu bya EAC twizere ko noneho bizashyika ku mwanzuro ufatika, ntibizabe guhura gusa!! Twajyaga tunenga ONU none nibagerageze batamera nka ONU!! Bafate umwanzuro usobanutse!! Turabizeye !!!

  • jewe nasabako nyakubahwa PETER NKURUNZIZA ykwitaba iyo nama tukngera tumusaba yibuke ko UBURUNDI burimwo abanyagihugu bishaka amamahoro

  • Clein d’oeil pour #nkurunziza.souvenez-vs du passé c-a-d du coup d’état manqué après votre départ vers tanzanie répondant l’invitation de tes collègues de l’EAC.aujourd’hui,un autr plan serait préparé,concrêtement souvenez-vs de la mort de cyprien ntaryamira et son voisin havyarimana juvénal,que t’en serve d’étude.Que ce qui peut empêcher cet ancien plan?

  • Ndagushigikiye umutama wacu Peter twomusaba ko yoreka kujayo kuko bibaza irya fashanyo yabo ko twoca tupfa.bibagiye ko Imana yugurura iyindi miryango.akarorero barabe umukuru wa Zimbabwe Mugabe yarase ko bamuhonyaga abo bazugu.None se ubu Imana ntabwo ibafasha?

  • Jewe mbona yorungika WIlly nyamitwe arashoboye gusigura neza 3 manda mutama wacu yigumire impande za abanyagihugu kuko muri ino minsi asubiriye kuva mugihugu hari benshi boca hahababuka kuko le 13 yarateye ubwoba abantu benshi

  • Ko coup d’Etat yambere yamusize, ubuho abo nyene bamutumiye bazomusabiriza mu kirere ya micanganyo yagira ubuheruka, ntazoshobora kuyigira.

  • Ntajeyo ntibamuga ndagure nnkuko Barashe indege yari yarimwo P Havyarimana na P w Uburundi.

  • Mbe mwe muvuga ngo ntagende ngo kuko ivya le 13 mai vyarabahahamuye, nimba vyahahamuye abatari babizi. Kuko bikiba hari abavuze ko yari plan ya NYAMITWE kugira b’élimine abantu bamwebamwe bataborohereza kugira bashike kunyungu zabo.N’ikimenyamenya, kuberiki, Peter atigeze ahonyoza ikirenge munyubakwa yari kuberamwo iyo nama kandi "coup d’état" itari bwabe? En fait, yari arindiriye ko coup d’état iba déclaré ku ma médias gutyo aronke motifs zo kutayijamwo car il avait peur!N’ubu d’autres plans maléfiques pour ne pas y participer zishobora kuba ziri muri laboratoire mais soyons rassurés, Jésus veille sur nous!!

  • Yanke yemere tuzomufatisha amaboko one day

  • Nibaze i bujumbura bakorere inama muri quartier Kigobe au parlement.kuki baja Dares salaam?Kuki bataja kigali ou nairobi ou kampala
    nibaze i Bujumbura.Ataruko Peter Nkuruniza ntaho aja.Niyagenda naho gaciyubwenge akagaruka ntze atubaze

  • Aragomba azoyijemwo canke areke kuko vyose kuriwe birangana agende areke ntakibuza aratembagara peter amaze imyaka 10 atwara uburundi bisigura yuko amasezerano ya Arusha nkukwabitegekanya atabushobozi agifishe bwukwiyamamaze yanse gukingura kuneza azofatishwa amaboko nka laurent bgagbo kandi ategerezwa guca aja imbere yintahe! Amakungu yose yamaze kumukurako amaboko hasigaye yukwiyonama gusa itanga autorisation hama inzuki zikamushwara nubugesera bukaduka hama ngo ni umuk4zwa asha ubukizwa bwiwe turabubonye ubu twese Abarundi twarakanuye ntashobora kudutwara nkuko mubutu yatwara zaïre ntakorako ntibishoboka nacire birarura! #STOP
    nkurunziza SINDUMUJAWAWE!

  • nukuri jewe mbona ko peter nkurunziza yokwitaba iyo nama nagira menyesheko iyo nama iraba uburundi kandi umutwe umwe ntiwigira inama.ahubwo mubiro vyumukur wigihu bavyemer kuvuga ngo gaciyubweng ivyakudet nibagend kure umutekano urakwiyeko ntagir ubwob

  • bugabo bubwa na kk murimbura bwenge muga uko musa ago mwanyereye amraso ntimuryahaga intumbero yanyu turayizi twahinyuye nukwamiza abarundi mumarira kugira amabi mwakoze murikahise ntaze yigere amenyekana

  • ewe nkurunziza na nyamitwe wawe rondere iyindi migambi mibi turabe nkuko mwabigenjeje mukwikubita coût d etas .barundi barundikazi NCUTI zuburundi.akitaba hagize ikiba mugihugu mugume mwihorey kizoba arinteguro y’a cndd fdd.ewe nyamitwe tegura turabe Ubu muri muyabira.subira wamucezo wandani turabe?????!!!!jewe nabonye abantu beshi aho mpererey bariko baravyina ngo nkurunziza aratuvuye kugikanu ndabatuka’ati guki wabatutse?narabona neza kwarinteguro yaba DD kuko vyaguma bivugwa kazikubita coût de t’as.

  • bugabo bubwa na kk murimbura bwenge muga uko musa ago mwanyereye amraso ntimuryahaga intumbero yanyu turayizi twahinyuye nukwamiza abarundi mumarira kugira amabi mwakoze murikahise ntaze yigere amenyekana

  • bugabo bubwa na kk murimbura bwenge muga uko musa ago mwanyereye amraso ntimuryahaga intumbero yanyu turayizi twahinyuye nukwamiza abarundi mumarira kugira amabi mwakoze murikahise ntaze yigere amenyekana

  • bugabo bubwa na kk murimbura bwenge muga uko musa ago mwanyereye amraso ntimuryahaga intumbero yanyu turayizi twahinyuye nukwamiza abarundi mumarira kugira amabi mwakoze murikahise ntaze yigere amenyekana

  • Jewe kubwanje nkumurundi akundigihugu nosaba umukuru w igihugu c uburundi ko yokwitaba iyo nama kandi ikindi naco jewe nosaba umukuru w igihugu nuko yokubahiriza itegeko mbega iyumunyagihugu arenze itegeko ko ubutungane bwihutira gufata ingingo zokumuhana mbega nuko aba arumunyagihugu mutoyi canke amategeko afata abantu bato gusa? Mbega nkumukuru w igihugu c uburundi piere nkunzinza aho ubutungane ntibubona koyarenze itegeko?hama nashaka kumenya kw igihugu cuburundi coba kikirimwo abagabo?nkaba mperaheje mvuganti by nakagaruka murakoze.

  • Mbona ko atinya ko atakubitwa iyindi coup deta

  • Ico noterera nuko umutegetsi wacu yokwitaba iyo nama.canke akavuga ko yakinjuye mukiringo ca 3.nijewe ndabivuze.yanka yemera ategerezwa gukinjura

  • peter ubu ntaco azoba naho yogenda. urupfu rwiwe sabo bahungu baturira amapine wapi narindire iyo rebellion igire itangure. Yemwe azoba perezida kandi mais pour combien de temps bizimungu.

  • C,est un dilemme cornelien pour ce monsieur. S,il y va, il sera humiliE par ses pairs. S,il n,y va pas, il aura humiliE ses pairs. Trois decisions seront prises:
    (a) reporter sine die les elections comme l,avait deja demandE l,Afrique du Sud, (b) accepter le principe d,une transition a negocier avec les acteurs politiques sous la mediation de EAC, (c) renoncer au 3eme mandat. Sinon, ces pays lui feront payer le fardeau qu,il leur impose avec le flot de refugiEs bdais sur leurs territoires.

  • Nagende.Idaresaramakuko,kandiagendeavugayukoatitoza.Nayahanditumutwareirahe

  • ngwaho ngwaho mutama uragaba bazokwongera gushaka kugukubita kuntoke!?arik rero ntakunt mworaba mukrosha ibintu hama amahro akaboneka?erega nuwo muzoha wo mumugambwe wany tuzomuha hama musangire.vyiza mwoheba iyo mandat numv itey amakenga benshi

  • Vyose bizohera mais niba turi AbatahaJuru dusabwa kwihangana kuko nk’amapine aturirwa mu myiyerekano yonona ikirere kuburyo mu misi iri imbere bizotera "vulnérabilité"(handicape) kuri twebwe,Imana izivyose idufashe!!!

  • hahahaha!!!!jew nibazako bigoye kwemeza ko mutama nkurunziza yoyitab aracy ivyashits igih yitaba iyambere.kuki badateguy kuyigirira i bujumbura kugira bakinge ingorane.yemwe reka turindire

  • IYONAMA ASHOBORA KUTAYITABA AFATIY KUVYABAY IGIHE AHERUKA.NUBWOYOKWITABA NTACO BIZOHINDURA KUBURUNDI KUKO EAC MBONA ATANGUVU IFISE ZOFATA INGINGO ZIKOMEY.

  • NASHEKE AREKE KUJAYO MUGABO AHUMURIZABIWE AHEBE IYO MANDA .NTAGIRIRE ISANGANYA MINDEGE NKA NTARYAMIRA CYPRIEN. MUTAMA WACU BARYA BATURIRA AMAPINE NTIBAKWANKA BAKWIBUTSA ICO WARWANIYE WARACIBAGIYE .YARI DEMOCRACI NTIWIHORE ABAKWICIYE 72 BAHARIRE NAWE IMANA IZOGUHARIRE.IMANA YA SHADRACK MECHACK NABEDENEGO NIRINDE ABARUNDI IHINDURE NEBUKADINEZARI.

  • Jewe niyumvira ko atakizovamwo kuko hari ihangiro NKURUNZIZA n’akarwi kiwe bihaye ryo kumara abo batavuga rumwe kugira bashikire ubutegetsi.

  • sha ibyo bigabo mbona byamutumyeko ngira byo yobyubaha akarekura mandat ya gatatu!rek turindire!!!!!!!!.

  • mbe buzokira ufise iki gishobora guteza imbere igihugu?mbe baduhebey amadeni uruhe?appui budgetaire ingana gte?urererwa!

  • NIBIBAZOGUSA.AHAMUJYERAJYEZE?

  • NTUKAGWE NAMAJAMBO ABARUNDI ISINZI TURINYUMAYAWE

  • hahahh muranshimishije cane,erega Peter Nkurumbi ntabwo arwanira iyo mandat yagatatu kuko akenye canke anyotewe,oya mamayangu,uyo mumenja arwanira iyo mandat kuko azi ko ayivuyeko afise amabi yakoze menshi yoca amukirikirana hamwe naza ngurube ziwe ba Adolf ba Ndakugarika ba Kazungu ba Rwembe nabandi basangiye kwica nogutoteza abarundi.le 13 mai bagize montange ya coup d’etat kugira ngo akwepe iyo nama yongere aturire ama radio yigenga,ubu naho mwitege ibindi abo bamenja ntibabuze ivyo bateguye gukora kugira ngo yongere ayisibe,naho ataco bateguye azoyisiba ntayo azojamwo kuko asanzwe atazi no kwishura ibibazo abazwa n’abanyabwenge.mbe ko uzokwama uzisiba nibadecida kuyigirira iwawe i bujumbura hoho uzobahungira hehe??umutwe utagira ubwenge uruhisha amaguru ndizera ko amaguru yawe amaze kuruha sinibiza ko uzonashobora kuduga irya misozi y’i Ngozi iwanyu ngo uriko uhunga abakuru b’ibihugu.ntamugabo utinya uwundi Peter,shiri igiti muryinyo uzobitabe maze uwote kuko niwewe wawakije

  • emma
    nyakubahwa president bakaguhamagara ngusubire munama itanzania urazogenda kandi bagenzawe ntibazogutere ubwoba uzobereke abarundi beshi bumutima batekanye uzobereke nizo komine ziri mubarabara koziri kurushi zidasumba abarundi beshi bihanga-

  • ntiyokwanka icatumvise ndaziko barya baciyubwenge bazi ukuri!

  • NTATINYE INKONA NTIYARUZWA BAMUTIMAWAYA NTIBAZOSUBIRA NAHOBATUMVA.

  • NTATINYE INKONA NTIYARUZWA BAMUTIMAWAYAZE NTIBAZOSUBIRA NAHOBATUMVA.

  • Nagende bamubwize ukuribamwerek inzira yo gusohoka ataha kuko aratuhishij twebwe abarundi

  • REMA NTIBAGUKANGE KUKO TURI INYUMA YAWE IZO MBURAKIMAZI NAZO ZAMENYEREYE GUTURIRA ABANTU MUMAPINE UZIREKE ZIZOVUGA NATWE DUKORA BAZOTEBA BAMARAMARE BABONYE TUGUMA DUSONGA MBELE.

  • WEWE KOMEREZAHO ABARUNDI TUKURINYUMA

  • Uvyo uzobwigwa vyose bijanye ninyungu z’igihugu na babamu burundi uzuvyemere kuko niwavyanka uzofatwa nkinagondwa y’umuprezida.ikndi ntutinye kugenda kuk
    obarya bashobora kugufatira ibihanombere bakanafasha oppoaition mukuyiha inguvu zokukurwanya yaba kukwana cnke gusigurira amakungu ko wananye gurtyo ukazoba wishize mukaga tutibagaye umugambwe warukomeye nkuwo utabuze abandi bagabo bijunja nijambo bokwitoza murico libanza giteye ibibazo mugihugu.ntimufate minenerwe ikibazo camahoro mubanze mwihweze iyotwari
    niyotugeze.ruguru hari abaterwa ubwoba nabo bogize imyiyerekano kubon a harahandi banumye suko baryohewe
    namba

  • Ubu atandi marementanya yarahejeje gutegugwa il y a ceux qui sont payé pour ca mugabo azohinyuka combien de fois?

  • yamara vya bikorane vyavuyemwo iki. imana ntihendwa. nta warakomeye nka
    (....

    (..)

  • NAGENDE ARIKO AGENDE YAVUYE IMYUMA YA KARWI KAMUHANURA KUMARA ABANYAGIHUGU.AGENDE YIYUMVIRA INYUNGU Z’IGIHUGU NIMBA ADASHAKA KUJA LAHE.IVYA COUP D’ETAT NAVYO TURAZI KO RYARI IREMENTANYA KUGIRA NTAYITABE NTIBAZOSUBIRA GUDUHENDA.

  • nagend.umunt.amaz.gutwarimyak.cum.yonanirw.ninam.yumunsi.umwe.arik.adoado

  • Ico nohanur abanyepolitik mukuronder kurongôra igihug bazokubitir muri bibiriya babaze uwitwa DAWID bazobona uko bakwiye kurongorabandi ntaburongozi butava ku MANA arik iyo ubigiyemw nabi bica bimer nk’ivya Sauli.

  • Ico nohanur abanyepolitik mukuronder kurongôra igihug bazokubitir muri bibiriya babaze uwitwa DAWID bazobona uko bakwiye kurongorabandi ntaburongozi butava ku MANA arik iyo ubigiyemw nabi bica bimer nk’ivya Sauli.

  • IMANA,Idufashe, bizogendeneza.MANA Uzobakoreshe,mwizina rya YESU KRISTO.

  • Kuyitabanivyiza Mugabo Arabenezako Kakagwi Kinkorabarakashakakumukurakubutegetsi Kokobakaraheze Bitabay’ivyo Azobanze Yitonde Kugirangontikadusubize Mwihumbi Kuko Coup D’etat Twarazisezereye Ntakibanza Zazoturonkana Ubunamatoragusa.

  • Ariko Abarundi Mugoye Ibwira.Mwiriwe Samuel!Burya Nyine Urumva Ko Ukwije Ubwenge?Mbega Mugenzi Iyo Mandat Uzoguma Uyivuga Gushika Deux Mille Combien?2020?2016?Aho Azoba Ariko Araheza Iyo Mandat Uvuga.Shaa Urakajuju Bigeze Iyo?Nanje Ntaw Nari Natoye Mugabo Ubu Nzomutora Kuko Nasanze Nahomvye Ijw Ryanje Nataye Kumizeroo!Erega Wangu Tutamutoye Tukabandanya Twanga Amatora Nabund Azoguma Aramutswa Igihugu Nka Nkurunziza Nyine.Mu Nama Ntibazotumako Nkurunziza Ngo Hagenda Rwasa?Uwo Yara trouiller Be Na Nyangoma?Mwishamba Rwasa Ntiyahuza Na Basoda Biwe.Nyangoma We Arabaguza Bahonera Murukoko Wumva Tweho Tumutoy Atoza Aduhonda Yafuni Yo Mwishamba?Zimuruka Mwabagabo Mwe!Niyombare Yahenzwe Na Rwasa None Ubona Arihe?Mwenawe Peter Azobavuma Mwangare Umwana Yabonanye Na Papa?Nicogituma Ngiye Kuzomwitorera Iyo Ntôre Peter!Komeraaa!!Je me suis retrouver pr elire etoile du matin Nkurunziza.Ns sommes aimés moi aussi je suis Nkurunziza.Ns sommes Difficile a travers Mes Chers Ennemis!

  • Ico Novug Nuk Peter Nkurunziz Yova Kubutegetsi Akabisa Abandi Nabo Bakarya Erega Siw Agomba Kurya Wenyene

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.