Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Muri Afrika
Kenya : Reta yemeye gufasha abahohotewe mu matora
Yanditswe taliki ya 9-04-2016 - isaha 10:01' na IGIHE

Icegera c’umukuru w’igihugu wa Kenya, William Ruto, yamenyesheje ko Reta ya Kenya izotanga indishi z’akababaro ku bantu bahohotewe inyuma y’amatora yo mu mwaka w’2007, mu ntureka zahitanye abantu 1200.

Amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu mu gihugu ca Kenya yagumye isigura ko Reta ya Kenya ataco yigeze ikora mu ntumbero y’ugufasha abantu bagize ibibazo kubera izo ntureka.

William Ruto, icegera c’umukuru w’igihugu wa Kenya yamenyesheje ko Reta ifise ku uzirikanyi abantu bose bahohotewe, ko yiteguriye kubafasha mu kubaha indishi y’akababaro.

Ivyiyumviro vyanyu

muri Afrika ntidukwiye kuvuga ko twikukiye

12.04.2016 à 09:57
Anaclet Ruberintwari

ndabona no muri Kenya bitari vyoroshe. ho ibikaratasi byariho resulta y’amatora babitaburiye kwi televion umukuru wa CENI bamuha ivyo agomba kuvuga kunguvu. odinga bamunyanganya gutyo.

9.04.2016 à 10:33
murara

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.