Lambert NSABIMANA aranegura ingene abagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bafashwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 12 octobre 2015 saa 10:41
Yasomwe : 49014
0 0

Umushingwamanza Lambert Nsabimana, umwe mu baburanira abagirizwa icaha c’ugushaka gutembagaza ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza, amenyesha ko abo banyororo bafashwemwo mu buryo butubahiriza amategeko, agasaba ko urwo rubanza rwokurwa mu nzira.
Nk’uko bishikirizwa n’umushingwamanza Lambert Nsabimana, abanyororo bane muri abo bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bapfungirwa mu kumba kamwe k’imetero zitatu kuri zitatu, ako kumba nyene akaba ariko baheza bagakoresha nk’ubwiherero. Umushingwamanza (...)

Umushingwamanza Lambert Nsabimana, umwe mu baburanira abagirizwa icaha c’ugushaka gutembagaza ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza, amenyesha ko abo banyororo bafashwemwo mu buryo butubahiriza amategeko, agasaba ko urwo rubanza rwokurwa mu nzira.

Nk’uko bishikirizwa n’umushingwamanza Lambert Nsabimana, abanyororo bane muri abo bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bapfungirwa mu kumba kamwe k’imetero zitatu kuri zitatu, ako kumba nyene akaba ariko baheza bagakoresha nk’ubwiherero. Umushingwamanza Lambert Nsabimana akamenyesha kandi ko kugira umwe muri abo banyororo ashobore gusohoka hanze bisaba uruhusha rudasanzwe rw’abaporisi bacunze ubwo busho, ari nabo bafise imfunguruzo z’aho bapfungiwe. N’abaje kuramutsa abo banyororo bakaba batoroherezwa kubonana nabo.

JPEG - 34.6 ko
Umushingwamanza Lambert Nsabimana, umwe mu baburanira abagirizwa icaha c’ugushaka gutembagaza ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza

Abo bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza bose bimuriwe mw’ibohero rya Gitega kw’itegeko rya Valentin BAGORIKUNDA, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y’Uburundi.
Kuva iyo ngingo ifashwe, umushingwamanza Lambert Nsabimana amenyesha ko vyaboneka ko hashobora gukurikira ukubapfungira mu kibanza ca bonyene, arivyo vyahavuye bikorwa. Inyuma y’aho abo banyororo bashiriwe mu kibanza ca bonyene, n’abaporisi bacunga iryo bohero baciye basubirizwa n’abandi bavuye mu ntara zitandukanye, n’umuyobozi w’iryo bohero Emmanuel NIYONKURU arakurwa mu kazi, asubirizwa n’umuporisi OPP 2 Félicien Ningaba. Amakuru ava mu begereye ubuyobozi bw’ibohero rikuru rya Gitega akamenyesha ko uwo Emmanuel NIYONKURU yoba yazize ko atorohereje abaporisi bari baje gushira mu ngiro ingingo y’umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y’Uburundi, yo gupfungira mu kibanza ca bonyene abanyororo 28 bagiriza gushaka guhirika ubutegetsi.

Umushingwamanza Lambert Nsabimana akabona ko inyuma y’izo ngingo zose hoba hari umugambi w’ugushaka gutera ubwoba n’ugutoteza abo bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza. Lambert Nsabimana asaba ubutungane bw’Uburundi ko bwonyarutsa ibijanye n’urwo rubanza.


Kumenyekanisha

1
shami 15-10-2015 à 19:30

Ce site me semble très extremiste. Wewe nyene yo, tu sensures les autres commentaires sauf ceux des extremists !

2
Shami 15-10-2015 à 19:20

Sinari mperutse kwumva abantu bangana gurtyo binyumvira nk"IBIMWENYI ! Wewe wiyise Hope (wifuza bibi cane !), Gerard Ndaysenga (satani), Festus, Marushwa (izina niryo muntu), Josy (uracura intimba), Mwene Harimenshi (ayari muri wewe ntagira uko avugwa), Firmin uri Gahini, Fidelité, tu es vraiment bien fidèle àton idéologie extremist kandi ntaho izogushikana. Tu resteras toujours malheureuse avec ou sans ces presumes putchistes. Est-ce que Godefroid Niyombare umwita iki ?

3
fidelite 13-10-2015 à 21:47

Jewe sinumva igituma badukoroga n’ivyumba vyo kuraramwo,nibaje mu kuzimu niho bakwiye abo bagesera bashaka kumara abahut.

4
Niyibogora Firmin 13-10-2015 à 20:28

Nibabagumizemwubwobusho ntibabatenzurire Hamwebazopfabinukira.Izobwazagirezidusubizemuntambara !!Muzemubacireurubakwiye (Gwogupfa)

5
NsaBos 13-10-2015 à 06:13

Ahubwo bararaba neza bazosanga nawe warikumwe nabo imvugo irakuranga nawukwiyd gusanga bandi mu Rwanda pufumba

6
NsaBos 13-10-2015 à 06:10

Ahubwo bararaba neza bazosanga nawe warikumwe nabo imvugo irakuranga nawukwiyd gusanga bandi mu Rwanda pufumba

7
NsaBos 13-10-2015 à 06:09

Ahubwo bararaba neza bazosanga nawe warikumwe nabo imvugo irakuranga nawukwiyd gusanga bandi mu Rwanda pufumba

8
NsaBos 13-10-2015 à 06:02

Ahubwo nuwo nawubaburanira bararabaneza ubwonawewarimwo nawukwiyagasho Pufumba.

9
mewne harimesh 13-10-2015 à 04:30

About nibabanyarukirize urubanza gwabo ruriyeruye nibacirigwe go kunyogwa canke imyaka 1,000 bazopfe batavuye mwibohero gushika na shobuja wabo Godfroid yabataye murudubi yicuze icoyabikoreye. Hanyuma nawe ntarye ngo aryame umunsi urizina azofatwa tu.

10
Josy 12-10-2015 à 22:20

Nibage bashimira Nkurunziza, iyo baza nko kubigerageza bari iwacu ubu ni ibiriyo byabo biba byaribagiranye

11
Josy 12-10-2015 à 22:18

Nibage bashimira Nkurunziza, iyo baza nko kubigerageza bari iwacu ubu ni ibiriyo biba byaribagiranye !

12
Marushwa 12-10-2015 à 21:28

Ahubw nibabice,kuk ntanez badushakira abo bagesera.amaraso y’abarundi banyoy arakwiy bareke bavyishur.batembagaj ubutegets bwinsh,ubw NKURUNZIZA bwobwo buzobabera ifuro ry’igiti,nibakome nyabuna.

13
Marushwa 12-10-2015 à 21:19

Ahubw nibabice kuk ntaneza bashakira igihugu urets ko bamenyerey kunywa amaraso yabantu,ubutegetsi batembagaje burakwiy,ubu hoho batembagaje ntagata !!

14
FESTUS Rutana Giharo 12-10-2015 à 20:05

Abo bashenz ahubwo ni,babagandagure nkuko bari babishats

15
Gérard NDAYISENGA 12-10-2015 à 19:59

None bo ivyo bari gukora ntiyari amaraso gusa none barabonye ko abahutu twama twahenzwe ariko ubu twarakanuye. Nibabatangeko akarorero nuwundi azavyiyumvira azameko hari igihano kimwe kimukwiye

16
Hope 12-10-2015 à 16:44

ibyo uvuga ni ubunyamaswa (ubukoko) si ubumuntu

17
haringanji kabura 12-10-2015 à 11:46

AHUBWONIBABIC KUKO IYUMUGAMBIWABO UJAMUNGIRO ABARUNDI TWARIKURARA TURATEMAGURANA GUSHIKANUNOMUSI !

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha