Accueil > Amakuru > umutekano > Léonce NGENDAKUMANA : Ibiriko biraba twari twarabivuze
Léonce NGENDAKUMANA : Ibiriko biraba twari twarabivuze
vendredi 16 Gitugutu 2015, par
Léonce NGENDAKUMANA, umukuru w’umugambwe SAHWANYA FRODEBU amenyesha ko arajwe ishinga n’amaraso y’abarundi abandanya guseseka, akavuga ko ibiriko biraba yari yaragabishije ko bishobora kuba.
Kw’igenekerezo rya 15 Mukakaro 2015, imigambwe irenga mirongo ibiri itavuga rumwe n’ubutegetsi bwa CNDD FDD yarandikiye inama y’umutekano y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, bagabisha ko hashobora kuba ubwicanyi mu Burundi. Léonce NGENDAKUMANA akavuga ko ivyo bagabisha arivyo biriko biraba ubu. Uwo arongoye umugambwe SAHWANYA FRODEBU n’urunani ADC IKIBIRI anegura ko ishirahamwe mpuzamakungu ONU ritaciye riva hafi kugira rikinge ubwo bwicanyi bwa poritike ntibuzobe.
- Léonce NGENDAKUMANA, umukuru w’umugambwe SAHWANYA FRODEBU
Léonce NGENDAKUMANA aratera ivyatsi ubwicanyi bwakorewe abanyagihugu icenda mu Ngagara kuri uwu wa kabiri, akiyamiriza insiguro zatanzwe n’umuvugizi w’igiporisi zivuga ko abagandaguwe bahitanywe n’amasasu y’igiporisi cariko kirasana n’abagizi ba nabi. Kubwa Léonce NGENDAKUMANA, igiporisi cari kwerekana imivyimba y’abo bagizi ba nabi bishwe, hamwe n’ibirwanisho bafatanywe.
Uwo mukuru w’umugambwe SAHWANYA FRODEBU ahamagarira abarundi bose, akarere, hamwe n’amakungu, gukora ibishoboka vyose kugira ubwicanyi bukorwa mu Burundi buhagarare.
IGIHE
Messages
16 Gitugutu 2015, 12:11, par AZEN
UBWO,BWICANYI LEONCI AVUGA ARABUFISE MWURUHARA TURAZIKO ASHIGIKIYE ABICANYI
16 Gitugutu 2015, 12:15, par kinyata
mbe leonceuribagiye 93 mukamenge utuzaniye inko ivyowa tubwira
16 Gitugutu 2015, 12:22, par Janvier
Nagahomerabunwa,naho mwicana ntayo muzoshirana kandi iciza ino si ntamuntu azoyimarako imyaka ijana,umugabo nyamugabo nuwama avuga ukuri kandi akama arwanira amahoro ahari hose.
16 Gitugutu 2015, 12:40, par patriote
amakungu yarahevye abarundi
16 Gitugutu 2015, 12:41, par che
CNDD niyemere bayigishe politique naho ubundi aho bukera birabakomerana ntabwo ushobora kwica abantu bose ngo nuko batavuze rumwe nawe!!!
16 Gitugutu 2015, 12:45, par ejide
mbe léonce uribagi 93 mukamenge mutuzanira ibigwanisho mwatubwi gute sanze abahutu nimuherenze abatutsi nibobafise isiyasayogutwa nokwica namakuguntamenyenaki mwe nayoabahutudavyabo
16 Gitugutu 2015, 12:46, par MIGH
NANJE MVUGA NKAWE.MBEGA NIRYARI IGIPOLISI KIZOVUGA UKURI?IKIMBABAZA NUKO KIDATANDUKANYE NAKA NAGATO NUMUGAMBWE CND-FDD
16 Gitugutu 2015, 13:02, par mumpe
Mbega nyene leonce arihe? nyagupfa nkabandi
16 Gitugutu 2015, 13:04
ewe leonce uraciye ubwenge ubu urerets amakungu na barundi integuro mwateguriye hamwe n,aba birigi kugira babandanye babaha ibigwanisho.Menya neza abarundi twarabahinye umunsi amahera yikase mubanywanyi muzosigarana gusa bureau abandi twaragi
ye kandi uramaze kubibona ndadaye azutse yobamarira mugashO KUKO MWAMUHEMUKIYE.
16 Gitugutu 2015, 13:05, par RICHO
ewe leonce uraciye ubwenge ubu urerets amakungu na barundi integuro mwateguriye hamwe n,aba birigi kugira babandanye babaha ibigwanisho.Menya neza abarundi twarabahinye umunsi amahera yikase mubanywanyi muzosigarana gusa bureau abandi twaragi
ye kandi uramaze kubibona ndadaye azutse yobamarira mugashO KUKO MWAMUHEMUKIYE.
16 Gitugutu 2015, 13:10, par Alexis Nduwamungu
Karasizingani Igihugu Kigwe Mumanga Abantu Basemerera N,amakungu Hejuru Y,ubukunzi bwinda!!!
16 Gitugutu 2015, 13:12, par #bongo#
leonce wewe vugamake urikijuju nkijipo.wacihuturewe.ushaka aba polisi bagume bicwa nkabana bimbeba kandinabo bashoboye kwirwanira?vyarashitse hagapfa nabanyagihugu ntakundi.aho inzovu zirwaniye ubwatsi nibwo buhahonera.
16 Gitugutu 2015, 13:14, par #bongo#
leonce wewe vugamake urikijuju nkijipo.wacihuturewe.ushaka aba polisi bagume bicwa nkabana bimbeba kandinabo bashoboye kwirwanira?vyarashitse hagapfa nabanyagihugu ntakundi.aho inzovu zirwaniye ubwatsi nibwo buhahonera.
16 Gitugutu 2015, 13:16, par #bongo#
leonce wewe vugamake urikijuju nkijipo.wacihuturewe.ushaka aba polisi bagume bicwa nkabana bimbeba kandinabo bashoboye kwirwanira?vyarashitse hagapfa nabanyagihugu ntakundi.aho inzovu zirwaniye ubwatsi nibwo buhahonera.
16 Gitugutu 2015, 13:24, par intagoheka
leonce wewe urikintazi wacihuturewe ivyawe turabizi.mbe iyo onu kutayibwiye icenda nagatatu?wewe wanse kudufasha urugamba twigira mwishamba ugumana ninyenzi none wabuze icufata nicureka?wewe ntanabanwanyi ufise tekereza.ntahutaniye na nyangoma igihemu
16 Gitugutu 2015, 13:39, par Nanga imbwa zinda nka Leonce
Uyi Leonce ni imbwa yujuje ibyangombwa kabisa. Amateka ntacyo yamwigishije ameze nka Twagiramungu cg Kanyarengwe bo mu Rwanda..
16 Gitugutu 2015, 13:42, par K
Leonce Ngendakumana ngo ibirikobiraba ngotwaritwabivuze kotuzibikora, ndagusavye nturegure komeza ubikore.
16 Gitugutu 2015, 14:26, par bwacu
ivyo muvuga vyose mumenye ko ibiba byose bibera i Bujumbura mu murwa mukuru w i Burundi cndd fdd izobibazwa kuko intandaro ya byose nukutubahiriza ibwirizwa shingiro na Arushya
16 Gitugutu 2015, 14:50, par Uwizeye
Inyishu nimwe gusa,kubarundi bose.nukwubaha inzego zihari,uko mwozita kwose mugomba kuzubaha,
16 Gitugutu 2015, 15:12, par Mwamagane igicucu Leonce
Leonce niwe usigaye avugira ba Sindumuja bashaka kurangiza umugambi wabo wa 72-93. Ibicucu biragwira Leonce we ni Igihwagari!!
16 Gitugutu 2015, 16:42, par Kanyosha
Leonce ntahataniye numunyahihugu mperutse kwumva yemanga avugango abapolisi bahamagaye abantu ngobadafise icobiyagiriza ngobasohoke ngononeho umukozi wa radio television yuburundi acarasohoka amanitse amaboko ngwabapolisi bacabaramurasa ! Jewe mazekwumva ivyuwomunyagihugu wumukenyezi avuze naciyenumirwa aho abantubose baribinyegeje musi yubutanda arikowewe ahabayariyagiye kuzarakurikirana abariko baramanika amaboko baraswa , ndababwirako izomvugo mwigishijwe nabakozi ba Satani zirabamarako abanyu mubona! Ntasoni!?
16 Gitugutu 2015, 16:58, par bwacu
ubahiriza ibwirizwa shingiro na ARUSHYA AMAHORO aracya aboneka mu Burundi kuko niho intandaro yamatati ipfundikiye
16 Gitugutu 2015, 18:54, par Bizowabizp bizos
Jewe nshaka kubaza ikibazo, mbega ni kubera iki ama comentaires menshi asigaye yandikwamwo ikinyarwanda cinshi? Abanyarwanda basigaye bakunda amakuru y’ i Burundi kurusha abarundi?musubiremwo neza mwese murabe amakuru igihe yandika n’abagira ama commentaires hanyuma mugire ico mubivuzeko.
16 Gitugutu 2015, 20:44, par NDUBO
Mbega Mwabantu Mutuka Leonce Murinindero??? Ndabona Munyandiko Ko Benshi Arabanyagwanda!!! Nivyo Ibiriko Biraba Yari Yabivuze Atako Arahakwa Kubizira Ngo Yabareze Muri ONU! IKEBUKE KUMARABANTU NTACIZA NIMIGISHA BIZOTANGA!!
16 Gitugutu 2015, 21:45, par LAJA
mana fasha uburundi nabarundi ahasigaye nahimana,
16 Gitugutu 2015, 21:46, par LAJA
mana fasha uburundi nabarundi ahasigaye nahimana,
17 Gitugutu 2015, 02:46, par gakozi emmanuel i Pretoria
ishirahamwe mpuza makungu rijejwe umutekano kw’isi rishigikiye umugambi wo kuvyara kurugero. nico gituma atihuta gutabara ahari intambara izagutabara yabonye igitigiri yifuza kigezweho. Gakozi E i Pretoria.
17 Gitugutu 2015, 02:49, par gakozi emmanuel i Pretoria
ishirahamwe mpuza makungu rijejwe umutekano kw’isi rishigikiye umugambi wo kuvyara kurugero. nico gituma atihuta gutabara ahari intambara izagutabara yabonye igitigiri yifuza kigezweho. Gakozi E i Pretoria.
17 Gitugutu 2015, 04:12, par Eric Gendakumana
Mbega abarundi erega Peter yijije interahamwe muburundi nizo zamaze abanyagihungu ni nazo zihindura abarundi zigatukana leta zose mbi iyo zigiye kuhamva zisiga zimaze abenegihungu
17 Gitugutu 2015, 06:49, par New Creation
Kubwanje bivanye nivyo mbona muri kino gihe,mbona abanye politike bose ko bohagarika kugirira nabi abene gihugu,kuko bose ubiravye womengo nta vyiza nashaka ku gihugu.murakoze
17 Gitugutu 2015, 13:16, par bj
ali leonce nikijuju kweli ntaranamenya abishe ndadaye , icyo bamwiciye , kiracyaliho nanuyumunsi , icyo genocide ya 72 ninacyo bashaka uyu munsi
17 Gitugutu 2015, 14:38, par che
NTIMUTANGAZWE NUKUBONA ABANDIKA HANO BENSHI BASIGAYE BANDIKA ARI ABANDIKA IKINYARWANDA! EREGA NIMBA MUTARABIMENYA UBU INTERAHAMWE NIZO ZISIGAYE ZIBERA MU BURUNDI HAMWE NA EX FAR TUTIRENGAGIJE FDLR. UBU NIBO BICA BAGAKIZA, IKIBABAJE NUKO BARIKO BARADUSAMBURIRA IGIHUGU, BONGERA AMACAKUBIRI MU BANYAGIHUGU.
17 Gitugutu 2015, 16:36, par KADEGE,
LEOSE,GENDAKUMANA,ARABESHA,YARAGIYE,KURYA,INYAMA,MUBIRIGI,AZOGARUKA,NIZAHERA,
17 Gitugutu 2015, 18:52, par no 3 manda
abany musaga dufatan mund nka ba ereshabab
17 Gitugutu 2015, 21:58, par Ruganzu
Abantu mwese mwirwa muvuga ngo Peter yinjije interahamwe murabeshya mwa ba sans Echec mwe. Ntacyo muzamutwara koko muzahinduka ivu rikajugunywa mumigezi. Mushatse mwajya mumakambi mu Rwanda sowanyu inkoramaraso Kagame
afite impengeri zo kubaha. Aho kubuza abarundi amahoro nimusange abanyamurenge mu Rwanda.
17 Gitugutu 2015, 23:26, par Melyse
WEWe wiyita kanyosha vuga make ntabanga ryaba dd mwarinze mwica ababikira!! Adolphe mukamwizibiza gko yamaze abantu hasigaye wew naw leonce yar yarabivuze .UBU MUZOKWIYICANIRA KUBERA INDA ZANYU.MWARAGOWe kwek kuvu mur mw ishamba mwib mwica ntimurahaga?"
18 Gitugutu 2015, 10:10, par nkdn
nagira mpanure reta kugira ikingire umunyagihugu ataco azira nifate za mikoro isemerere izuba ziva uwataco yiyagiriza ave mwayo makartiye igi porisi kihakosore abo bicanyi bihisha mubanyagihugu barabe kobadaca bafatwa abanyagihugu nabo bazohakurisomo ryo kubika inkozi zikibi bahunguts basanze ivyabo vyaracuzwe nizo nkozi zikibi nimba abanyagisagara batari bwabone intambara barabaza abanya cibitoke ubu umunyagihugu wo mucibitoke nuwo yiketse abimenyesha ubutegetsi kuko ntanumwe agishaka intambara abahutu nabatutsi dufatanye munda rero nkebure reta abo bacangero bari mwayo makartiye batandukanye nabanyagihugu murabe ko bujumbura idakira rewonse we murumva ko yiyemerera ko yarabizi nahubutungane busaba bumurengute avuge uko yari yarabiteguye ko uburundi bwose hari abaporisi ko ntawe umuporisi asindira atakoze ikosa none iyo reta yokwinjira muyindi ninde yoyemera canke akemera ko karitiye3cankec4 zigenga ntibibaho
18 Gitugutu 2015, 17:07, par Ndambembone
nonewewe ikindi urik’urakora atarakarimi nigiki? ubu urihe? nugutabaza aho mwokwigwaniye? ubuho haramukiwe abategetsi
18 Gitugutu 2015, 20:29, par Pays Natal
None ko hari uwuriko avugako aba dd aribo biyicanira, abaza bavuye mu Rwanda baje gutera intambara n’aba dd baba baje kwica abandi ba dd? Agatoke kamenyereye gukomba kama gahese. Ariko muze muribuka ko 2015 idasa na 1972. Abarundi barateye intambwe mu bijanye na politique.
18 Gitugutu 2015, 21:49, par benon
Government of east Africa should run very first to stop the killings which is happening in Burundi mostly in hamites
20 Gitugutu 2015, 12:36, par Baobab
@Bizowabizp bizos
"Jewe nshaka kubaza ikibazo, mbega ni kubera iki ama comentaires menshi asigaye yandikwamwo ikinyarwanda cinshi ? "
Mbe wewe n’ubwambere wumva ko hari abazi kuvuga indimi nyinshi? Hari abavuga ikirundi, bagashirako ikibembe, bakongerako igiha, igifaransa, ikingerenza, igiswahili mbere n’icarabu! Urabaza Rukara indimi avuga ingene zingana! Uzokwumirwa!!!
21 Gitugutu 2015, 19:51, par Izishura
Ewe Léonce Ushake Ugire Umuhanuzi Mubi Wugushuka Urwaruka Bizomenyekana Umenye Neza Ko Rwica Rutamarira Imana!Amaraso Arahuma .Gusa Ico Tuzi Akarimi Kavuga Inagore Karagororoka.Wait Léo.