IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Leontine Nzeyimana: "Tuzobandanya kurungika abaserukira Uburundi mu nama za (...)

Leontine Nzeyimana: "Tuzobandanya kurungika abaserukira Uburundi mu nama za EAC"

vendredi 28 Myandagaro 2015

Umushikiranganji ajejwe iyinjira ry’Uburundi mu karere ka Afrika y’Ubuseruko Leontine Nzeyimana,amenyesha ko naho ishirahamwe GIZ ry’abadagi ryoba ryarahagaritse gufasha abarundi bitaba amanama y’akarere ka Afrika y’Ubuseruko,Uburundi buzobandanya kwitaba izo nama.

Inyuma yaho hari amakuru yaciye mu binyamakuru amenyesha ko ishirahamwe GIZ yahagaritse kurihira amatike y’indege n’uburaro bw’intumwa z’Uburundi zitaba inama za EAC,Leontine Nzeyimana amenyesha ko atari benshi kandi Uburundi buzobarihira bakitaba ayo manama.

Leontine Nzeyimana yavuze ko ayo makuru yayumvise mu binyamakuru ariko atari umunyamabanga w’ishirahamwe ry’akarere ka Afrika y’Ubuseruko EAC yabimwibwiriye.

Umushikiranganji ajejwe iyinjira ry’Uburundi mu karere ka Afria y’Ubuseruko amenyesha koico kibazo kizotorerwa inyishu mu nama y’abashikiranganji bajejwe akarere ka Afrika y’Ubuseruko.

Mwomenya ko umunyamabanga w’ishirahamwe ry’akarere ka Afrika y’Ubuseruko Dr Richard Sezibera,yahakanye ibivugwa ko ariwe yoba ari inyuma y’ingingo zafashwe na GIZ,kuko ari ingingo y’igihugu c’Ubudagi gisanzwe gicisha infashanyo muri GIZ.


IGIHE

Messages

  • mdme kora akazi ureke kurondera ibintu iyo bitari kuko biratangaje aho uvuga ko umuntu nka sezibera yategeka abadage ibyo bakora nibintu bitangaje kumuntu nkawe w umushikiranganji

  • Imana Niyo Mucamanza Mukuru,n’itabare Uburundi N’ababurimwo.

  • Urabarungika I Nyanza-lac Niho Ari Iwanyu. Ahandi Hari Abagabo. Muguma Mutera Igere Ariko Mubesha Amakungu Yarabahinyuye. Ubu Nyenicubahiro Lenard Nyangoma Niwe Azobarungika.

  • Nyakwubahwa mushikiranganji birabonekanako uwo Sezibera nubwoyokeresha amayeri anganagute birinonekezako yabakoreye amakosha bimwe biteyisoni ushimye ushimye ejobundiya ahohakoranira inama ataragusaba imbabazi urunanza azocirirwa ruzoba urwokumukura mumabanga. Umvandababwire abashoborakubamutakurikirangeneza uyu mu mama umushikiraganji ivyoyavuze yavuzenezango wewe nubwo ririya shirahamweririmwo igihugu cu Budage ryovuga Ko uburundi bukwiyegukurwa muri EAC kugira rishobore kugumarifasha uwomuryango Ko we yategerezwa kwibonera urwandiko ruvuye kuruwo Sezibera rumunesmnyeshako nawe ahisemwo kwifatikanya nu Budage atirero wewe nu Burundi bwawe ntitukibakeneye abworero uwomushikiranganji rwabarundi muri EAC akabararose nawe icatwara mugihugu ciwe cemezako EAC yakiye mumuryango u Burundi. Erega ntibikenewe Ko barindakuvuga kwarubudage bwabategetse gukuramwo u Burundi arivyovyo iryontiryobarikibaye ishirahamwe rya East Africa ryobarishirahamwe rya Badage!!!.

  • BIJA KUBATEKURUKANA BASHA.UBKUENE TUGIYE KWINJIRAMWO HONGEREMWO AMA DEPENCES TUTAZIGA YOKURIHIRA ABAJA MUMANAMA?MBEGA BABAHA ITIKE GUSA?AHOHO NTACO BAFASHA!NTAYINDI MIGAMBI BAFASHAMWO?EKA NAHIMANA KWERI?PETA IGITEGO KIRASHOBORA KWINJIRA.

  • Abanya Rwanda ntakindi badushakira ataruko twogwa mubgorane nkizo bagize kuko akantu kubwoko karacya baranga rwose, habwo twobasa na ko boreka kubika abo bansi bu Burundi bacyumbikuye cyakwa reta yu Burundi nibitwarire muri UN.

  • akimuhana kaza invur’ihise.namatora yarakozwe .kuberako twikukiye.ryari??ryariseee????!

  • Mbega mwabarundimwe mukorana na Nyangoma komwiyibagiwe cane kugezanaho mushigukira amakosha ya Sezibera! Ariko birumvikana sibombona mwinomisi mwagize abahanuzi bahimeye banyu arinacogituma musigaye murimwenyene abarundi basigaye babavuma kukomwanwnje.

  • HAHAHAHA EWE SHA LEONTINE AHO KABISA NTIMUBONA YUKO AKIBWA KASHOBOTSE AHO UHAYE UVUGA AYAMUHE NGURABE YUKO URONKA AYUMUKATE SHA ! WEHO WAKURIKIYE INZIRA IDASHIKA BASI KUMBURA WIKINJURIRE AMABOMBE YA CNARED ATARATANGURA KUKUGWAKO SHA MBE AHO UHENDA ABARUNDI NGO MUZOBANDANYA MURUNGIKA ABANTU BANYU MUMANAMA MUZOBA MUKUYE HEHE AMAHERA YUKUBARUNGIKA GA SHA? ABO BA RUSSIYA NABA CHINOIS BARABAHENDA MUGA ABA BOMBES NIYO YOTANGURA KUBAGWAKO NKA KUMWE YAGWA KURI KADAFI NYABA CHINOIS NABA RUSSIYA MUZOBABURA AHO MWABABONYE HAHAHAHAHAHAH HAMA NGO BURYA UWUTIGABA NTIYIGABURIRA WAMUKECURUWE KUMBURA UBARIRE SOBUJA PETER UFUME UBIZIRA YUKO IYO MANDAT YIHAYE MUZOYIGWA HEJURU NA RUDOLUFE NGIRA WARABONYE YUKO WEWE ATANIYO YANABONYE BASI NGO UN HOMME AVERTI EN VAUT DEUX!

  • Le pays est sur une page noire,le systeme DD est au point mort je suis choque par l,autisme et l,absinthe que nos leaders souflent,madame la ministre comment envoyer une delegation qui ne sera pas recu?moi je qualifie les dirigeant comme un malade comateux qui,en salle du reveil une fois trouve connaissance,s,il voit ses medicaments il les prend et les donne a son voisin malade du lit de l,autre cote,donc avant de dire que vous aller continuer a envoye la delegatio vous devriez de penser la cause principale de ces differends au sein de EAC.Ce n,est que le 3e mandat de ton patron NKURUNZI PIERRE l,homme tetu.A bon entendeur!

  • Izoningaruka mbi zitanguy kwigaragaz kur leta y ububurund zo kutumvira amakingu nibindi nibuhoro turindire mugab kirazira gihish umwots inzu irik irasha nibarabe ayomatora bateguye ikiriko kiravamwo

  • Emw Abenegihugu, Twamy Tumenya Gucumbagira.Nahandi Nibukbuk Tzobandanya Tujimbere.Ariko Nagira Mpanur Izo Njebajevyi,harimwo Banyangoma,umenga Bariy Ibihuriko,gusubiz Ubweng Kugih.Dusab Imana Izonjavyi Zigarkan Ubweng Kugih.Murabuz Abo Musangir Umugambi.

  • UWOMUNTU YITWA"DODO" NTASONI AGIRA?NAW URUMURUNDI NTIWISHIME KOBODUFATIRA IBIHANO KIRETS WUYUMVIR NKANYANGOMA

  • Umuserebanya wanze guhunga ishamba ririho rirhya ngo ’’nzahunga ejo’’ kugeza aho ishyamba ryose ryafashwe rirakongoka na wa muserebanya ugenderamwo. Hahahaha amenyo ni amabuye kweri ngo ’’ tuzohereza abantu bacu mu manama’’ baca umugani mu kinyarwanda ngo ’’umusore yigaya ntarongora inkumi. ese ubundi kuki utangaza alternative muzakoresha kandi batarabaha communique officielle? muriho muriheha imisuzi???

  • MBE KO MWATANGUYE KUGIRA UBWOBA MUTINYA ABARUNDI BAKORANA NA NYANGOMA KANDI ATANIBIRAKORWA BIHAMBAYE? NI MUTENYENYE GATOYI BUCA MUBONA NEZA YUKO UYO PETER MWAKURIKIYE YABAHENZE SHA! MBE NI HEHE MWABONYE UMUKURU W’IGIHUGU YIHA UBUKURU ATABUHABE N’ABENE GIHUGU? IYO KETA YIWE IMEZE NKIMWE YI RWANDA MURI 94 BISE IYABATABAZI YAMAZE UMWANYA NKUWURUME RUMARA COKIMWE NIMWE YA LAURENT GBAGBO MURI IVORY COAST BIRATANGAJE GOSE KUBONA UBURUNDI BUGIFISE DES GENS TRES DEBILES KANDI BIYITA NGO NINCABWENGE NKUYU SOIT DISANT LA MINISTRE QUE MOI JE QUALIFIE STUPIDE MALHONNETE YUBAHUKA KUDEDEMBA NGO BAZOBANDANYA BARUNGIKA NGWABASERUKIRA UBURUNDI MURI EAC! MBE MWIBAGIWE YUKO LE MONDE ENTIER A BIEN DIT QUE UNE FOIS PETER OSERA DE SE PRESENTER EN TANT LE CANDIDAT PRESIDENTIEL A PARTIR DELA LES AUTORITES BURUNDAIS NE SERONT PLUS RECONNUS PAR LE REST DU MONDE? ASHA URWAGA BUCA RUBABABA SHA ATTENDEZ UN PEU VS ALLEZ SAVOIR CE QUE C’EST #"CNARED" BURYA NGO UGUTWI KW’IMPENE GUSHA ARUKO KWOKEJWE NAMWE NS ALLONS FAIRE DE LA MEME CHOSE QUE CA! AMASEZERANO YA ARUSHA TSINDA ,GANZA SABWA.

  • Uku niko kwikukira nyakuri

  • Uwo Mudamu ibyo avuga ntavyo azi aravanga amasaka n’amasakaramentu, ni gute Sezibera yaha amabwiriza igihugu cyigenga nk’Ubudage gutanga

  • nukuri nyakubawa mushikirangaji wohora urivugakuri rro ntiwiyubare nibahave baguteranya na bene gihugu na wewe korankuko wakora amabwire yamada mare mare uyime amatwi.ahobwo nimufash umukozi wabarundi gutahura bageziwe bafubutegetsi bicarani baganire bareke ayomada mare mare yabo.bishobots umukozi wabarundi agakijura twebwe bene gihugu tukigiriramahoro niyo dukeneye gusa.ntidukeney abizizir ubutegetsi nintambara mugihugu

  • mbe sezibera ryari ategeka igihugu nk ubudage umuntu araba injiji gushika naho aba ministre w injiji kweli reka amatiku ni inzira zidatomoye aho ubyegeka ku rwanda nuko ubona umukate wawe bagira bawufute uzaba ministre utari muri EAC kubera ibyo bifuti mwirwamo mbe ko cndd fdd yandikiye ibihugu byafunze inkunga ibasaba ko bayugurura uwo ni sezibera wayifunze nayo noneho ngira si EAC ahubwo atwara isi murasekeje kweli muravuga murabona ukina n umuzungu baza bagbo azakubwira ujyeho uzana ubuswayire ubesha ibitabaho

  • ariko se abo nabashikiranganji peter yashizeko kweli Mxiuu birababaje pe..no brains!!

  • abanyarwanda bareka abarundi bakandika amafuti bagasenya uburundi bwabo . abanyarwanda bubaka igihugu cyabo biteza imbere . ndabemera muzi aho musha kugera . naho baliya mubareke mbona barasaze nta numuti bazabona vuba.

  • Uburundi nibabukuremwo kukonamwemuravyibonera abananiranyekunvira impanuru ababahanu bohiryanohino kugeza ahuburundibugereye uyumusimwibazakobazohavaberakunvikananabandi mumanama erega abarundi u bubafatwankintagomdwanimubirukane

  • Abanyarwanda (inyenzi-Nkotanyi) barangwa no kwiyemera hamwe no kwica. Kubera kumenyera kumena amaraso abo bapfapfa bakumbuye n’ayabarundi!! Gusa abarundi mwaberetse ko murari insina ngufi kuko twa rebellions babakangishije mwaduciye umuyonga. Mukomeeze na za comités z’umutekano abagizi banabi mubafate naho kagame we akomeze ahahamuke. Mukomere barundi muri intwari kurugamba.

  • uko urwanda rutera imbere niko bibabaza abarundi. kuburyo usanga bamwe baramaze guta umutwe . kuko basanga aho urwanda rugeze biragoye kugira ngo bazagere no muli 1/2. iyo urebye ibyo bandika ku rwanda usanga bafite icyibazo gikomeye .

  • Njyewe rwose mazr kubona ko abarundi bakomeye. Aho bigeze Nkurunziza arategeka pe!! Ntabwo nzongera guharabika uburundi.

  • HAHAHA NGO IMBONERAKURE MURI INTWARI HAMA RUDOLUFE WANYU MWEMERAGA GUSUMBA BASO WANYU NA BA NYOKO YAKUBISWE ROCKET NAMASASE AUTOMATIQUE YA MITRAILLEUSE MURIKO MURAKORA IKI? HAMA NTIMURI INTSINA NGUFI GUSA AHUBWO MURI IKIRIMBIRO RYURWANDA KO NYAKUBAHWA GENERAL MAJOR YAKOZE PETER MUJISHO MUKUMUSANGA IWIWE MUNZU ARI GUSA NA DENISE MUGITANDA HAMWE YAGOMORORA INDEGE ZURWANDA ZA BITUMWAKO KO PETER YAKANEYEMWO KO ATANATINYUTSE NUGUTERA NIBUYE HAKURYA YAKANYARU? IMBONERAKURE NTIMURANAVA NO KUYO MUNEYE SHA PAUL KAGAME NI MUTAMA YABERETSE YUKO ABIGOMVYE YOVUTA KWIKARATA YISI PETER NIMBONERAKURE ZIWE MUMINOTA ITARENZE 3!

  • ndi David;nibarabe giz ibarire abarundi ntibafatire kuri nkurunziza ahubwo barabe inyungu y,igihugu.

  • Muranze muburiwe ifato kabisa nka wa mwana yahiye mu kwaha akabura ifato yubbuuuu mbega akumiro!!!!!! sha murasebya abahutu bo kw’is nzima

  • UH EMWE BASHA MBE BURYA PETER YIKUMAGURAGA NGO NUAMAHERA YAMAKUNGWAKENEYE MUGUTEGURA AMATORA ARANGWA NUBUSUMA YAKABAYE ATANURWASHA AFISE? AHUBWO JEHO NAGIRA WEWE NIMBONERAKURE ZIWE BASIGAYE BAKORA AMAHERA? MBE BA BA CHINOIS NA BA RUSIYA BAMUHENDA KO BATARIKO BARAMURUNDAKO AMA HERA NGO HAMA ADUHE AMAHORO TWEHO ABO MURI EAC? BURYA NSANZE AFISE UNE COURTE MEMOIRE AVEC TOUS LES SOIENT DISANT MINISTRES DE SON SOIT DISANT L’ETAT CAR TOUS ILS PENSENT COE DES CANARDS! SINON NTAHO NAKABONYE UMUNTU YOBAZI YUKO YAMA AZEYE GUTUNGWA NUTWO ASEGEREREZA NGO HAMA AHEZE ANYE KW’ISAHANI BAMA BAMUGABURIRIRAKO BASI! NATENYENYE IL TERMINIRA PAR SAVOIR CE QUE C’EST LA CNARED ET LA PRESSION DE LA COMMUNAUTE INTERNATIONALE UN HOE AVERTI EN VAUT DEUX!

  • nibabakuremw kuber 3mandat ntayo twmera

  • Ngo mana tabara uburundi tabara uburundi mbe uburundi buriko burasha? ahubwo uwuzohunguka tuzomwakira uwuzoza gutembera nawe tuzomwakira uwuzoza nkumurwanyi naho tuzo murasa kirimwo abagabo.

  • Sivyo gusa, no muri AGOA, America yararahiye ko igiye gukuramwo u Burundi.Ndasavye ko izo commentaires zivangura no gutukana mwoza muzikuramwo ntaco zifasha abantu

  • hahahaha bobakuramwo ntitwomaramara ga mwe????

  • none ga basha ntaho tuzosaba amazi ngo baduhe? tuzoba aband? Mana w!!!

  • Ba sokuru barayamaze bati urupfu n’impfane birajana.
    Nyakubakwa Madame la Ministre, uruhumyi rwanyu na manque de compétences nivyo biriko bijana mu cobo Uburundi, mureke rero gupfana abandi.

  • Mbega uwo mugore kumenga agomba kurira niyambure icogitambara areke gutukisha idini ryabandi mbega haricarabona?narindire akarinyuma karahinda

  • EGOME BURYA NGO URUPFU NIMPFANE BIRAJANA! PETER ARI KUMPFIRO NA LETA YIWE HAMA AGACA ATA UMWIKOMO KU RWANDA KANDI AHAYE AZIRA UBUTUMVA BWIWE AHO YAGARARIZA ISI YOSE IMUBUZA IKIRINGO CA GATATU KITEMEWE N’AMATEGEKO !

  • Reke turindir umuzo Wumukama gusa.

  • Mbega ayomajambo nayiki muta nimwaba mushaka kuza nkabarwanyi ntakibazo turi ready!nimwaza mushakako mwicisha bugufi mukemera intwaro ihari tuzobakira!!!karibu rero ntimugire ikibazo uburundi burafise ingabo zikwiye!nayo abarinyuma ya Niyombare mutagaruye agatima ngo mwisubireko ntaco muzoshikako!barabahenda!!

  • Mbega ayomajambo nayiki muta nimwaba mushaka kuza nkabarwanyi ntakibazo turi ready!nimwaza mushakako mwicisha bugufi mukemera intwaro ihari tuzobakira!!!karibu rero ntimugire ikibazo uburundi burafise ingabo zikwiye!nayo abarinyuma ya Niyombare mutagaruye agatima ngo mwisubireko ntaco muzoshikako!barabahenda!!

  • Mbega ayomajambo nayiki muta nimwaba mushaka kuza nkabarwanyi ntakibazo turi ready!nimwaza mushakako mwicisha bugufi mukemera intwaro ihari tuzobakira!!!karibu rero ntimugire ikibazo uburundi burafise ingabo zikwiye!nayo abarinyuma ya Niyombare mutagaruye agatima ngo mwisubireko ntaco muzoshikako!barabahenda!!

  • Aba DD vyabananiye kuduteranya.Babonye ko twabahinyuye ariyo mpamvu yo guhungira mubisabisho bitagira ibikorwa.Ese kwiba mandat ugasaba Imana nguyishikane!Niteguriye kuzonyegeza abantu 20 tutarikumwe nibaba bahigwa ngo babice!Macakubiri wumva gute?

  • Abarundi mwirirwa murenena mu bikorane vy’ibigirwamana aho gukora.

    Indwiyose ata mu ministre canke umufonctionnaire mu kuru akoze! Ni akamaramaza.

    Rindire buce habura imishahara y’abakozi, ivyo bikorane muzobirya. Nkurunziza n’akarwi kiwe bo barakwije, nta nzara izokwica abana babo. Izokwica abanyu. Abarundi mwari mukwiye gukanura mukabona imanga Nkurunziza nako Nkurumbi ariko abajanamwo. Be n’umugore baratera namwe mukitabira mutazi ivyarivyo. Murindire ejo azobabwira ngo asama mbasobe mu kanwa(kandi azobigira) mwasame. Gende Abarundi muri intama. Wa wundi ati ngombe za Mwambutsa. Muri ngombe za Nkurunziza.

  • ASHA MWABO BUCA ASOBA MUKANWA JEWE SINZOBA NDIMWO KANDI NO MWABO BAZOKWICWA NIKIGOYI KUBERA PETER NAKARWI KIWE KUBERA UBUSAHUZI NUBUKENE BUDASANZWE BASHIZEMWO ABARUNDI JEHO INKOHO N’AMABOMBE N’IBINDI VYOSE VYANKENERWA KUGIRA TUREMESHE URUGAMBA RWOGUHABUZA DEMOKARASI NZA NARAMAZE KUBIRONKA TUROREREYE GUSA ORDRE IZOVA I BUKURI AHO NTASHIMYE KUVUGIRA NGAHA HAMA NKURUMBI TUZOCE TUMUSEZERERA UBUTAKIGARUKA UKUNDI WE NAKARWI KIWE NKUKO BAMUSEZEREYE LAURENT VAGABOND MURI COTE D’IVOIRE BARUNDI B’UMUTIMA MUKUNDA UBURUNDI BWANYU NINTWARO YA DEMOKARASI AHO BUCA DUTANGURIRA URUGAMBA RWUGUTEMCGAZA IGISUMA UMWICANYI NKURUMBI MWESE MUZE MUSIDUKANE NIYONKA MAZE TUZE DUHEZE TWITORERE INZEGO NYAZO ZIKORERA ZINA MURUNDI WESE ATAMWANA N’IKINONO ATANKUNZI ATAVYIMIGAMBWE ATAVYAMACAKUBIRI Y’INTARA CANKE AMOKO SANGWE UBURUNDI BUSHASHA BUZOGENDERA KUNTWARO Y’INAMA N’INGINGO.

  • Igihe muzishimira iterambere ry’U Rwanda nibwo muzaba muteye intambwe nziza ya mbere mw’iterambere ry’igihugu cyanyu. Nta mpamvu yo kubona u Rwanda, kiretse niba mwarakiriye interahamwe zikaba zirirwa zibabeshya.

  • BURUNDI KUVA MURI EAC NDABISHIGIKIYE KUKO BITAGENZE UKO NTIYOBONA KO IGIHUGU GISUBIYE MUBUKENE. Nkurumbi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.