LUMITEL yatanguje ubuhinga bushasha ku banywanyi bayo bakunda amareresi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 22 avril 2016 saa 06:57
Yasomwe : 13617
0 0

Ishirahamwe ry’ugutumatumanako LUMITEL ryatanguje ubuhinga bushasha ku banywanyi baryo bakunda amareresi. Ubuhinga « FILM » bushoboza abanywanyi bose ba LUMITEL bw’ukuraba amareresi canke utundi dukino duca ku mboneshakure, biciye ku muhora www.film.bi.
Amareresi arabwa biciye mu buhinga « FILM » aba ari mu mihe bitandukanye : Izitwenza, iz’urukundo, hamwe n’iza Action hamwe na Aventure, hamwe n’izindi.
Ubwo buhinga bwa Lumitel bufasha abakunzi b’amareresi guhitamwo mashasha n’ayakera, nka cane (...)

Ishirahamwe ry’ugutumatumanako LUMITEL ryatanguje ubuhinga bushasha ku banywanyi baryo bakunda amareresi. Ubuhinga « FILM » bushoboza abanywanyi bose ba LUMITEL bw’ukuraba amareresi canke utundi dukino duca ku mboneshakure, biciye ku muhora www.film.bi.

Amareresi arabwa biciye mu buhinga « FILM » aba ari mu mihe bitandukanye : Izitwenza, iz’urukundo, hamwe n’iza Action hamwe na Aventure, hamwe n’izindi.
Ubwo buhinga bwa Lumitel bufasha abakunzi b’amareresi guhitamwo mashasha n’ayakera, nka cane cane reboot de STAR WARS canke MARVEL DEADPOOL.

Ku bakunda udukino duca kumboneshakure zo muri Amerika nka SCANDAL na ARROW, ubuhinga FILM ni inyishu kuri ico kibazo.
Kugira umunywanyi wa LUMITEL aronke ako karusho biroroshe. Ariha ijana rimwe ku munsi canke amajana abiri ku ndwi, ariko agashobora kuraba amareresi yose ashaka, imwe iheze agatangura iyindi. Muri vyose, bigasabwa ko terefone ngendanwa y’umunywanyi iba iriko ikoreshwa ku buhinga bwa none (Connecté à internet).


Kumenyekanisha

1
Raha 23-04-2016 à 20:15

ni ukweli nchi yetu tunataka isonge mbele but siyo kwanjia ya kuongea kama unavyo ongea,hapana.ata hiyo faver nikidogo mbona hawataki Ku supply network in the whole country ?we acha hakuna kitu unajua,unatumia mdomo lkni haujuwi kitu

2
rwasa 23-04-2016 à 14:58

dushaka ko igihugu cacu giterimbe muri vyose abandi babe barazezeta si barundi tunataka inci yetu isonge mbele,bengine ba ujinga bajebajebe !

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha