IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Umwigeme Ange-Bernice INGABIRE yatowe nka "Miss Burundi 2016-2017"

Umwigeme Ange-Bernice INGABIRE yatowe nka "Miss Burundi 2016-2017"

lundi 15 Myandagaro 2016, par Jean De Dieu

Umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge kurusha abandi "Miss Burundi2016-2017" yamenyekanye. Ange-Bernice INGABIRE w’imyaka 21, yiga mu gisata c’Ubuvuzi (Médecine) muri Kaminuza y’Uburundi niwe yatowe kuri uwu w’Imana muri cumi n’umwe bari bageze mu gice ca nyuma c’ihiganwa.

Mu migambi avuga ko azoshira imbere, harimwo ugufasha abana, cane cane abagendana ubumuga.

Ange-Bernice INGABIRE niwe azoca aserukira Uburundi mu mahiganwa ya Miss Africa.

JPEG - 82.9 ko
Umwigeme Ange-Bernice

Abandi babiri batowe ni Mona Walda Kaneza (1ère Dauphine), hamwe na Ornella Gahimbare (2ème Dauphine).


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.