Accueil > Amakuru > Ubutungane > Muyinga: Michel Nurweze batazira Rwembe yafashwe n’igipolisi
Muyinga: Michel Nurweze batazira Rwembe yafashwe n’igipolisi
jeudi 7 Nzero 2016
Intwazangabo mu gipolisi Michel Nurweze batazira Rwembe yafashwe n’igipolisi co mu ntara ya Muyinga kuva mu gatondo ko kuri uno wa kane igenekerezo rya 7 Nzero 2016.
Michel Nurweze batazira Rwembe yafatiwe mu nzu y’ingenzi izwi kw’izina rya Benito iri hagati mu gisagara ca Muyinga,aho yari yagiye gutemberera.
Amakuru ava mu gipolisi mu ntara ya Muyinga,amenyesha ko Rwembe yafashwe kubera umugenzi wiwe bari kumwe yoba yarashwe amasasu abiri aramukomeretsa arashwe na Michel Nurweze nyene ,hari nk’igihe c’isaha zitatu mw’ijoro ryo kuwa gatatu igenekerezo rya 6 Nzero 2016.
Ayo makuru yo mu gipolisi nyene, amenyesha ko inyuma yo gukora iryo bara,Michel Nurweze batazira Rwembe yaciye yiyugaranira mu cumba yarayemwo,bikaba vyabaye ngombwa ko bakoresha inguvu kugira akivemwo.
Michel Nurweze batazira Rwembe arazwi kandi mu madosiye yo gusinzikaza agateka ka zina muntu n’impfu,na cane cane mu ntara ya Gitega aho yakorera nka komiseri mu gipolisi ajejwe umutekano hagati ku gihugu.
IGIHE
Messages
7 Nzero 2016, 21:11, par Mbuye
Ntavyinyegeje Bitazoja Ahabona Yaraziko Atazofatwa?Iconikibazo Ca Reta Yuburundi Se Barundi Nakore
7 Nzero 2016, 22:19, par maso
ubu ko arashe umupolisi mugenzi we niho babonye ko bikenewe ko afatwa, aho yiciye, mbe abandi yishe si abantu?
7 Nzero 2016, 22:27, par Nishimwe violette
Mbe koyigira vyinshi yibazako atazopfa numusumwe naw agapfa kuk na Adophe ....!!!
7 Nzero 2016, 23:11, par Jeanclaude
Nibaguhanewariwarananiranyenimb’atarikuduhum’amaso.
8 Nzero 2016, 07:04, par LCB
Umwicanyi uwariwe wese Ntakwiye kwirengagizwa Nafatwe ahanwe hisunzwe Amategeko kuko kudahana Imbwa birwiza imisega ndashimiye IGIPOLISI caMUYINGA
8 Nzero 2016, 08:43, par DAVID
SIWEWOBÔNARWEMBE!BIRIKOBIRAZA
8 Nzero 2016, 08:43, par Claude
Ubutungane Nibukore.Ntawuri Hejuru Yamategeko Nivyoyakoze Kera Vyose Abihanirwe.
8 Nzero 2016, 09:49, par nzobivuga
Nibamucire urwogupfa kukonawe yarishe abandi bamufunze ntibazoba bamuhanye ejo azoca yisubirira kukazi!
8 Nzero 2016, 14:47, par Odilon Audifax Ntaconayigize
Kuvyukuri Rwembe Amaze Kwica Abantu Beshi Abo Yaramaze Gusinzikariza Ubuzima Nabo Bararenze Ntiyigera Akogwako :"None Ubu Kubera Ari Umutegetsi Nkawe Barabonye Ko Bikenewe Banyarucari Ntacotumaze Rero Kw’isi? Naho Muzoza Mubona Nahone Bamurekuye Kandi Naho Azoca Asumbirizaho Nuko Banyarucari Aritwe Tuzogwa Mumporero." Thank You See You
8 Nzero 2016, 16:19, par umunyagihugu
nivyiza cane ndabona leta itanguye gushira ibintu kumurongo,ba mustanteri barya ibiturire bari kubogozwa,aba police nabo badakoreka batanguye kubahana. vive mutama na 2020 nubishaka tuzokongera!! mukomerezaho!!
8 Nzero 2016, 22:25, par Frodebu
Aha we bamwe vyakarorero arabonekana ko arimuribamwe bashaka gutezeza urubwa abasirikari bigihugu cacu
8 Nzero 2016, 23:48, par Frodebu
Aha we bamwe vyakarorero arabonekana ko arimuribamwe bashaka gutezeza urubwa abasirikari bigihugu cacu
9 Nzero 2016, 09:33, par mandela
Sha burya wigira agakomey utaziko waremwe, iyaba wari uwundi wohevye ubwo bubi urimwo, izo nguvu wakoresha mukwica ukazikoresha mubikorwa vy’Imana kuko niho woba uriko uraronka inyungu kurusha ukwica kd naw uzi ko uzopfa. Yesu akubohore mungoyi za Satani urimwo.
10 Nzero 2016, 00:22, par Nduwumukiza Saidi
Yoo!Emwe Nabandi Twizere Bazofatwa!Abo Bantu Bigize Utumana Bibagira Kwiyo Mwijuru Nayo Ikora!Ubutungane Ni Bukore!
10 Nzero 2016, 06:36, par Bizimana
Je sindavyemeye .RWEMBE mugasho?ngira nuwobitirawa.
10 Nzero 2016, 06:46, par NDAYIKEZE CLAUDE
ahubwo uwo mugabo sinz i ico amari uburundi iwacu ugize bahati mbaya ukamubona waba upfuye ntakiri intwaza ngabo ni umwicanyi.
11 Nzero 2016, 10:33, par country
Kuri iyi si hari abantu satani yigaruriye barayiyoboka mbere basigara banayirusha ubugome Mbe ko mbona akiri muto ariko ubugome bukaba bwaramurenze azogarukira hehe? aba ni bamwe abakera bita ibikenya. umuntu nk uyo inda yamuvyaye iyo ikoroka ikavamo kuko kuvukira ubukozibw ikibi no guhekura igihugu ntawovyumva. Va ibuzimu muje ibuntu mwabicanyimwe reka kubandanda mutera intimba abavyeyi umusi umwe ayo maraso azobagaruka muzopfa nabi mwicuza kandi tôt ou tard muzobibzwa tous se paient ici bas ba mutima muke nibumve
11 Nzero 2016, 10:50, par coco
Mureke nawe azopfa ico gikenya yogaswera nyina
12 Nzero 2016, 10:10, par Mustafa
Musimuonee Huruma Hatakidogo Maana Nayeye hanahuruma Mukomesheni Ariua wengi
12 Nzero 2016, 13:42, par Innocent
mana yanje?
12 Nzero 2016, 20:49, par Nestor
Ntakundi Ko Afashwe Nibamucire Urubereye!
16 Nzero 2016, 12:04, par nsabumuremyi,cyriaqwe
none uwoyokwirigwa asamba nibamwice.turonkemaho
16 Nzero 2016, 12:05, par nsabumuremyi,cyriaqwe
none uwoyokwirigwa asamba nibamwice.turonkamahoro