Nakulove

Yanditswe na
Kuya 11 mars 2013 saa 04:21
Yasomwe : 152091
0 0



Fyonda Ngaha Wumvirize
  Nakulove ya Big Fizzo

Kumenyekanisha

1
FIZ-B 18-05-2017 à 12:03

wapi namwe reka ivyo ?FIZZO indirimbo mwakoze.ivugango harihageze ko tubana harihageze ko twumvikana.harico yatubariye abanyagihugu.ubaha ayo majambo yiyo ndirimbo.LIZZO nawe ?umviriza genéraux wumuziki nimba yarakoze iryo kosa naryemere.hama mubandanye kumvikana.mbe ko muryana nibande bazoserukira igihugu ?simwebwe nyene ?ndakeneye kumva mukoranye umuziki.siko ?nakare turi bene umugabo umwe.

2
FIZO 14-05-2017 à 20:47

nshaka indirimbo

3
havyarimana.innocent 7-05-2017 à 11:28

mbonako.bosubiza.hamwekuberabakor.akaz.kamwe

4
lolilo 18-04-2017 à 07:45

ndashaka kumenya izondirimbo

5
lolilo 18-04-2017 à 07:44

ndashaka kumenya izondirimbo

6
innocent 13-04-2017 à 15:03

jew kurivyo mbonako yomureka kuko bose baribateguye

7
SUMAIL 8-04-2017 à 19:34

KURYANA NACO BIMAZE TURI BENUMUGABUMWE

8
Jonas One Love Icomming From Geita 3-04-2017 à 22:21

Mbemwabireremutamenyakwandikaigiswahili ngomuvugira Fizzo Mwigiyehe ???Mii Nimushabiki wa Lolilo100%namuombeameema To Evry Day100%washabiki Wa bg fizzo NYOKO SANA !!!!!

9
mbonimpa 2-04-2017 à 21:23

ntibishoboka

10
Peter Nsanzurwimo 28-03-2017 à 13:04

Nikweli Big Fizzo Hana Bifu Kwawapumvavu Wanawokosa Chakuongea. Hata Na Lizzo Akijalibu Atapotea. Sio Sili Lizzo Nimutoto Mbele Ya Fizzo. Hangalia Namajina. Lizo Linatoka Wapi ? Linafika Wapi ? Sanajalibu Kupata Jina La Fizzo ? Mwache Fizzo Anaweza Anazidi Kutufulahisha Akazidi Kuwashangaza. Fizzo !!! You Are Number One

11
sun light 26-03-2017 à 22:43

lolilo niwe arimwukosa

12
Mayer aimable 26-03-2017 à 10:53

Muvyukuri fizzo ndamuzi nkumuririmvyi adahubuka muvyo avuga .nkumukunzi wiwe rero ntarira busema indirimbo yiwe niyo yabanje mbere kuya lizzo.

13
FABRICE 23-03-2017 à 21:33

ICONZI NUKO INDIRIMBO YA FIZO ARIYO YATANGU GUSOKA AKA NONEHO INDIMBO ZABO ZIGOMBA GUSA SICOCOMA BANKANA NAKO BAFITANIYE

14
augustin 15-03-2017 à 16:09

Jewe Niyumvirako Iyondirimbo kobayifonteye Hamwe kuko Ntibotahamwe Bose Nivyo Mbariranamwe OK

15
alfred nduwamungu 14-03-2017 à 16:48

Big fizzo nibamurek I Burundi azokwama ari number one mubaririmvyi Bose so lolilo naj hariya shaa yama yigany fizzo kubera iki adasohora rwiw aguma yigana Big Fizzo ???cank abura amajambo yokoresha ???Fizzo number oneeeeeeeeee forever

I love so much Big Fizzo he is my preferred singer

16
NGENDAKUMANA 9-03-2017 à 11:50

NN KOMUTASHIZEKO AHA TUYIKURIRAKO JEWE VYANSE NDABIGENZE GT MURAKOZE !

17
EZEKIEL 8-03-2017 à 22:16

nuko bokumvikana

18
Lolo Uwukuri 26-02-2017 à 23:47

Iconiyumvir N’uk Bos Ar’ab Stars B’uburund Twmer ! N’uk Bshir Hamw Ham Natw Abasan Batbat Kumbur Twgir Integ Tgatez Imber Ighug Cac M’urkund N’amhor.Nakar Umuhng Yorwan N’inzar Ntigr Bif K’uwund.Ok P6 Kr Bos

19
beaugar 17-02-2017 à 16:57

fizzo ni musani wa mbere mu burundi kandi aruta bose lolo ni ruswahiri mugabo fizzo ni generaux

20
NTIRAMPEBA 10-02-2017 à 14:26

Jewe novugako indirimbo ya lolilo ariyo yatanguye kunvikana hama iya big fizo lolilo nibamureke kuko lolo azokwama aruwambere kandi aho ndi mukuri Lolilo niwirambire

1 | 2 | 3
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha