IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Reta y’Urwanda yerekanye aho ihagaze ku bibazo vy’Uburundi

Reta y’Urwanda yerekanye aho ihagaze ku bibazo vy’Uburundi

vendredi 23 Gitugutu 2015, par egide

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu asigura ko kuba Uburundi bwarirukanye umukozi w’ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi bidatangaje kuko ataho bitaniye n’uko Uburundi bwigenjeje kuva ibibazo burimo bitangira.

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa kane, Louise MUSHIKIWABO, umushikiranganji w’imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu, yamenyesheje ko Urwanda rwahisemwo kugenda buke mu bibazo Uburundi burimwo.

Umushikiranganji MUSHIKIWABO avuga ko Urwanda rwabandanije kwitondera ibibazo vy’Uburundi kuko rushaka ko bikemuka, ibihugu vyombi bikicara bikaganira. « Icya mbere navuga ni uko ibibazo biri mu Burundi ni ibibazo bikomeye niyo mpamvu mwabonye twebwe nk’u Rwanda twaragenjeje make ari nayo mpamvu tutashatse gukurikirana ibirego bidafite agaciro.»

JPEG - 30.8 ko
Umushikiranganji w’imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu,Louise MUSHIKIWABO

ku bijanye n’umukozi w’ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi yirukanywe, umushikiranganji Louise MUSHIKIWABO yagize ati : « Kwirukana umudipolomate wacu ntabwo bitangaje kuko ntabwo bitandukanye n’uburyo U Burundi bwitwaye kuva ikibazo kigitangira. Ibibazo byabaye ku mudipolomate wacu i Bujumbura, twabigenje gahoro kuko twabonaga aho bigana Atari heza, duhitamo gushaka uko ikibazo cyakemuka aho kugenda kiba kibi.»

Mu kwezi guheze, Uburundi bwagirije Urwanda ko rukoresha imyimenyerezo ya gisirikare abarwanya ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza, ariko Urwanda rukaba rubihakana rwivuye inyuma.
Ku ruhandi ruhande, Urwanda narwo rukagiriza Uburundi ko bubitse abarwanyi ba FDLR barimwo abasize bakoze ihonyabwoko mu mwaka w’1994.

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu akavuga ko ivyo bibazo bizotorerwa inyishu, umubano hagati y’ivyo bihugu vyompi ugasubira kuba mwiza. Umushikiranganji Louise MUSHIKIWABO yizeza ko ata murundi yahungiye mu Rwanda azokwirukanwa.


IGIHE

Messages

  • Urakoze Mugenzi Baribazi Ko Buca Mubarungikira Bose Kugira Babandanye Kugirigwako Iterabwoba.Ko Imana Yabafashije Bagashika Hiyo Barakize Ntibagipfuye.Turashimiye Gose Urwanda Ukuntu Ruriko Rwifata Mukibazo C’uburund.i

  • abanyarwanda bashakaka bo kwitonda nyamba naho bagomba kugaruza nshinge na rugero baraza akananiye umwami kananira n’umuprezida. Kandi ubwishime bw’igikere bwakibujije kumera umurizo

  • Bayobozi bacu ndabemera, en francais on dit: on repond les imbeciles par le selence. Nta mpamvu yo guterana amagambo nizo mburakimazi zirindagiza abanyagihugu babo babanganisha nabaturanyi birengagije uwateje ikibazo barimo.

  • mwananiwenogutwaranonemurikomumaramarirakubihugubibanyi mukwegewenindandendezanyunimwikubite agashimwihanure

  • Voilàune réaction responsable du Ministre Mushikiwabo . On voit bien que ca n’ a rien àvoir avec les attitudes des ministres burundais comme Nyamitwe et consort. Ce que je demanderais par contre au Rwanda est de réagir face àde nombreux qui perdent la vie au Burundi , tout simplement parce qu’ils sont Rwandais . A kayanza , 6 rwandais viennent d’être tués et le commissaire de police de Kayanza serait impliqué dans l’assassinat. Une représentation de l’agence de voyage Volcano a Bujumbura été incendié probablement par la milice Imbonerakure aidée par la police , le Rwanda n’a pas bougé. Je pense qu’il faut dire STOP c’est assez . Et eventuellement réclamer des indemnisations. Il faut arrêter ce génocide rampant contre les tutsi

  • NIMUGENZE MAKE BAVYEYI KUKO RETA YA PETER IGIZWE NIBIKUNZI VYINDA. KANDI NUBUJUJU BURIMWO UMUNTU UMWE NKA PETER YOHENDA ABANTU KUTE KO ATWAYE MANDANT IMWE GUSA [imyaka 10 IRAKWIYE AMACAKUBIRI NIYO ABUZUYEMWO NUBUKUNZI BWINDA MURAGAKIZWA!]

  • Komera muvyeyi ntimuze mubirukane bene wacu kabisa kuko nkurumbi yoca abanywa amaraso,kuba mwaranse guterana amajambo niyi mikoma yacu ngo nabakuru bacu mwerekanye ko mutangana erega bavuga ati umuntu akina nuwo bangana rekana naka karwi kimbunuza ka nkurumbi gakora ibintu umenga bisunikwa na moelle epiniere.

  • U Rwanda ruturushije ubweranda naho twebwe nukwirigwa twicana

  • @Falcon
    "Komera muvyeyi ntimuze mubirukane bene wacu kabisa kuko nkurumbi yoca abanywa amaraso"
    Mbe sha Falcon uriyibagiza ko n’urwanda rwiteguriye mandat ya 3. Akari mu mpene niko kari mu ntama! Jewe nokwemera iyo uba urwanya mandat za 3 iyo ziba hose. None mbona umenga iza Kaguta na Kagame ntaco zikubwiye! Uraboneka rero ko uhengamye namba udacuritse!
    Hanyu uze uragabanya imikomo hano kuko nta za bihembe turagiye kuri runo rubuga!

  • Ivyoretay,uburundiyakozekwirukana,muserukiziwurwandayakoze,ibikorinka.Turashigikiye,retay,uburundi

  • UH MU BURUNDI TURACAFISE ABANTU BIAIJUJU BENSHI BASI! NKIKIJUJU CIHENDA NGO UBURUNDI TWARIKUKIYE UKAMENGO HARI AMAHEIA UBURUNDI BUKORA CANKE INKOHO HAHAHA NDAGUTWENZE WA KIJUJUWE! MBE NKAWEWE WIZE AMASHURE ANGAHE? MUGA NDAGUTAHURA KUKO URI IMBONERAKURE UBWENGE BWAWE BUNGANA NA WEWE! UVYANKA UVYEMERA UBUBILIGI NI SOWAWE KANDI BUZOKWAMA BWAGUTWAYE UTAVYEMERA NAHO UJE KWIYAHURIRA MWI TANGANYIKA! NTIBIKENEWE YUKO NDAKUVUGA IZINA KUKO URAHEZA WITORA UBUJUJU!

  • Jewe Iconovuga Ibiganiro Sawa Ariko Ivyimfatakibanza Wapi

  • komurabatutsi mwobura kudashima nimumukomeramashi umututsiwanyu komeraaaaaa marabahutu barimuburundi bahenzetuzoca ndufata abaturikumwetunigagure banyagoma nabandi

  • Bawajahejuru tukakwereka tuuuuu murabona!K

  • Uwo mu ministre wu munyarwanda nareke kuvuga menshi, Uburundi bwaremeye ko abahinga ba CPGIL bakora amatohoza yo kuraba ko Mu Burundi hari FDLR mugabo ntaco batoye. Ubu rero Urwanda ni rwemere narwo ko Abahinga bagira amatohoza c’est tout. Noneho Abarundi barabimenyereye ko Abanyarwanda arababeshi. ubu igikubise cose baca bavuga ngo n’interahamwe iryo zina risigaye ari nkiturufu kuri gouvernement Rwandais. nabo ni bakubure bitonde kuko akari mu mpene niko kari mu ntama.

  • @ Bakari

    Erega nimba umurundi adashigikiye manda ta 3 I burundi, ntibisobanura ko aca aja kuba incungu no mubindi bihugu. Ivyo FALCON ashigikiye nivyo n’abandi barundi benshi dushigikiye. Iyo politique yo gushaka ko abahunze babirukana, ntawutayibona. Incabwenge zose zaramaze kuva muri reta y’i Bujumbura, hasigaye ba nyamitwe na ba Gaston. Abo nabo ntanakimwe bazi.

  • EGOME NYAKUBHWA MUSHIRANGANJI NUKURI MURI ABAVYEYI KUKO MWANSE GUTANGA IZO MPUNZI ZAHUNGIYE IWANYU MWAKOZE IBIKORA INKA KUKO LETA Y’UBURUNDI YAGOMBA IBAGANDAGURE MUKUCNDANYA IHONYABWOKO NKIRYO INTERAHAMWE ZAKOZE MU RWANDA MURI 1994 NUKURI NARIRYA PETER UBU YAHAMAGAJE INTERAHAMWE NCA FDLR MUKUMUFASHA GUKORA GENOCIDE MU BURUNDI IMANA ICNDANYE IBAHEZAGIRA BAVYEYI COKIMWE N’URWANDA RWANYU.

  • Abanyagwanda baramaze gutera imbere mubijanye na Diplomatie.
    Iwacu uyobegwa uwize nuwutize nama discours ari très bizar.
    Uzorabe akenshi bashigikirwa nabantu batize ufatiye kuma commentaire kandi sibose kuko hariho ubatize bafise ivyiyumviro vyoguteza imbere igihugu.

    Tuvuge ko reta y’uburundi itazi inguvu amakungu afise ariko rero nsubiye inyuma ntakorana buhanga dufise navyo birashobora kubituma .

    Uburundi bukwiye kwiga ku gwanda muri vyose.
    Kandi ntihagire uwushavura ahubwo icara wiyumvire kugirengo ejo uzotange iciyumviro cubaka .

  • Uravye uyo mushikiranganji invugo ariko arakoresha urumva ko arumuntu azobereye muvya politique.
    Iwacu umutegesi umuteze microphones umengo ishavu afise yorihereza ahonyene akibabirwako abantu benshi bariko bazira imvugo zagiye zica kumaradiyo .

    kurubwo impanuro notanga kubategetsi nuko imbere yuko atanga discours iyariyoyose yobanza kwiyumvira .
    Ntimushavure .

  • URWANDA MURAHORA MUTYO KUKO UBURUNDI BUGEZE AHATEMBA !NABATEGETSI BUBURUNDI NTAKURI KURIMURIBO

  • UH EWE MUNTURAHO UCIHENDA YUKO HARI UWO MUZOSUBIRA GUHENDESHA IVYAMOKO URAHUMIWE BASI! NGO BANYANGOMA N’ABANDI NGO BIGARURE HAHAHAHA HAMA MWE NAMWE ABA DD KO MUMAZE GUTWARA UBURUNDI IMYAKA 10 YOSE IJORO N’UMURANGO ATAKINDI MUKORA BUNYONI KAZUNGU UWAMAHORO NA ADOLPHE ATAKINDI MWAKORA ATARI UKUGANDAGURA ABA
    #PALPHE HUTU FNL BO KWA RWASA! NTI BARI ABAHUTU MWICA HAHAHA ABA DD MURAHUMIWE SHA KUKO VYABATEKURUKANYE UMWANYA WOKWIGARURA WAMAZE KUBAHERANA KUBERA MWAKOZE AMAKOSA NKAYINGURUBE WE RUTWE RUBI PETER NTANKEKA MURAMARAMAYE BASI! CNARED OYEEE.

  • BARUNDI bene wacu mugire AMAHORO y’IMANA. Ndi umunyarwanda ariko agasomborotso ka bene wacu ku gihugu ca baturanyi u BURUNDI biteye isoni.
    Mwitondere amagambo Y’INKOTANYI ZA KAGAME bazageraho baboherea UBUROZI, INDAYA, AMAFARANGA yo gushukisha ABARUNDI bamwe bafite amayeri menshi. Ntabwo nanga igihugu cyanjye u RWANDA ariko ntabwo nshigikiye AMAFUTI Y’ABATEGETSI BACU KUGIHUGU CY’ABATURANYI.
    Muramenye bagiye kuzohereza ABARUNDIbahungiye i RWANDA ariko benshi bazaba bafise MISIYO YO GUTEZA AKAVUYO I BURUNDI.
    iKINDI mugomba kumenya mu bantu bzagararuka i BURUNDI ikivunge muzabyitondere HAZABA HARIMO INYENZI NYINSHI ZA KAGAME.
    KAGAME bimaze kumuyobera i RWANDA kuko amaze kugira ABANZI benshi bo mu BATUTSI nubwo arisha BUSINESS ya GENOCIDE YATEJE KUVA 1990.
    Ntaziyahure i BURUNDI. NYAKUBAHWA PETERO NKURUNZIZA agomba gukomea no gukomeza ABARUNDI bakirinda UMUTEGO wa KAGAME wo kubaryanisha hagati y’ABAHUTU N’ABATUTSI .
    NYAKUBAHWA NKURUNZIZA uzirinde gusohoka hanze y’u BURUNDI muri ibi bihe.
    NYAKUBAHWA NKURUNZIZA uzirinde gusohoka hanze y’u BURUNDI muri ibi bihe.
    UMWANZI W’ABARUNDI SI UMUHUTU CYANGWA UMUTUTSI ni KAGAME igikoresho cy’AMAKUNGU abazungu kugirango bibe NICKEL ya MUSONGATI.
    MURINDE BUJUMBURA YANYU KANDI NTIMUGASINZIRE
    MURINDE BUJUMBURA YANYU KANDI NTIMUGASINZIRE
    MURINDE BUJUMBURA YANYU KANDI NTIMUGASINZIRE

    KAGAME yifuza kugira ngo U BURUNDI buyoborwe n’UMURUNDI ’W’IGIKORESHO CYE NKUKO YASIZEHO JOSEPH KABILA amaze kwica KABILA DESIRE.

    INYENZI ZA KAGAME NTABWO ZIBARUSHA ISHAMBA MWAMAZE IMYAKA ICUMI
    BURUNDI Oyeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee
    PETERO NKURUNZIZA Oyeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee
    IMANA IBAZAHAGIRE, MUSENGE IMANA KANDI IZABAFASHA GUTSINDA UMWANZI W’ UBURUNDI

  • Ivyo mwivugisha ngo abatutsi mwa mbonerakunya mwe mukwiye gukoresha ubwenge bwanyu kuko ivyo vyarataye igihe,jewe ndumuhutu no kunyo mugabo abantu bashigikira ikijuju nka nkurumbi wumvirije discour yaco yonyene umenga cize maternelle "UKINDA UGARAMYE"en tant que president"peter nkurumbi very,very,very,very...etc..stupid.

  • Iyi mbonerakunya yiyita "VUGUKURI" vugisha ukuri uri umurundi kandi wimbonerakunya twebwe twarize iyo politique yawe niyo guhenda abatahejeje primaire,nanje nshatse ikinyarwanda nocandika kandi wewe uri umanya ngozi nakumenye we petit mbonerakunya.

  • muribicucu.
    koko mwiyunvira ko rwanda rutabona ko kugira rugire amahoro aramye rwifuje gukontrolla uburundi!! bavyta Geo-politic.
    abasoda bahunze uburundi na congo bakuru banyikira he !!!! ninde ababika ?kuberiki ? wiyunvira ko UBurundi bwitwa bwabahutu bwo tera imbere yabanyagwanda babona :IGIKOMYE COSE NGO NINTERAHAMWE!!
    PETER YARAGERAGEJE KUBA UMUGENZI NA KAGAME ARIKO REBA AHO BIHEREYE.
    uyo muministre avuze inyuma aho bagerageje kwica abakuru ,aho bagerageje gukoma ihonyabwoko,aho bagerageje guteranya igisirikare hagati .BIRABANANIYE NGABO BATAGUYE DIPLOMACIE .UBWOSE TUZAGIRA TE ABAVANDIMWE BACU .BABAYE BLACK IMPERIALIST

  • @Imbwa Falcon. aba SANS ECHECS mukunda gutukana no kwica. Twarabahinyuye ibyo mwakoze 72-93 ntibizosubira kuko turi maso.

  • @ali amour ,

    Uvuze ukuli kweli byose bigomba kwigirwakurwanda abarndi baeneye amasomo menshi . kuko nab ubabo bamaze kwiyanga no kwanga igigu cyabo , bamwe bumv bakwiberaabanyawanda kubera uburyo babona urwanda ruyobowe neza !!! Urwanda rwgombye gufasha uburundi , byaba ngombwa UBURUNDIBUGAHINDUKA PROVINCE YURWANDA NIBA BUSAA ITERAMBEE NKIRYURWADA !!!
    amateka yiubirao kand bilihafi !!!

  • mwumvise ko militairement fdrl idakanga u rwanda, so mubabike muzi neza ko nta bwoba tubafitiye, ahubwo muri kwikuraho inzitiramibu, ntimuzakira malaria iterwa n’interahamwe, vous regretterez plus tard, bizobagora kubigizayo, dore na congo vyaranze, bariya nta bucuti bwabo, ntawe bakunda kuko nabo batikunda. bariko umuvumo w’ivyo bakoze, ni vyo bari kubatoza, cyangwa kubamenyereza kuko namwe kwica muri kuri top.

  • Sha Mwebwe Acnyarwanda Mushaka Gutwara Uburundi?Icomwomenya Uwurukarihije Ruramumwa ,mushake Mupange Abatutsi Bo Muburundi Ngo Barwane Ntaco Bazoshikako Bazopfa Badasubiye Gutwara Nayo Kagame Yokwitondaumusi Abarundi Tuzoterera Urwanda Tweho Suko.

  • Uburundi ntanakimwe busaba urwanda Kandi no mumateka urwanda bravo rwigisha uburundi. Ingorane Ziri iwacu I Burundi nizacu. So Rwanda should back off. Bakure amazuru yabo muvyuburundi.

  • mana fasha twebwe abarundi kandi nigihugu cacu ukibuke

  • @Turacarikungoma, urigicucu muzate Urwanda turebe sha, wibuke ko Urwanda kugisoda gikomeye ari urwambere muri Afrika. Mugabo abazamura amazuru kurwanda nimwe binjiji Peter arabizi neza ko na Daso (Defence locale barinda izamu muri quartier) yacu igisoda nigipolice cyanyu kitakoraho.

  • mukure murako kanwa kanyu u Rwanda kuko aho tugeze muzahagera bibagoye icyo muzi nugutukana gusa , mujye muvugira iyo ngiyo iwanyu nkimbwa ziri mubipangu hazagire umuhirimbiri uhirahira yambuke umupaka azana akavuyo murwimisozi igihumbi tuzamwereke icyo tumukorera nizo nterahamwe mucumbikiye zarananiniwe nimwe muri kuzana akavuyo murisema , between my HE Paul k na Peter hariho difference nini cyane mugumane nizo nterahamwe zizabereka ubudasa mwamihirimbiri mwe.

  • Iyo nsomye avyandikwa hano niho mbona ko U Burundi bwinjiwe n’interahamwe, n’abanyarwanda bakoze genocide bazwiho amacakubiri ndengakamere!!! Barundi ntabwo u Rwanda ruri mu bibera mu Burundi izo propagande z’interahamwe twakiriye zifuza guteranya ibi bihugu, no gusamaza abarundi, tudakangutse tuzosanga u Burundi interahamwe zarabwigaruriye erega niza zipanga ibiriko biraba vyose, ico zivuze nico gikorwa rebe namwe ubwicanyi busigaye buhari. Yamara dukwiye kwikebuka!!

  • rwanda nkunda uritondera ivyuburundi ntuze urote uvyivangamwo guko wohabonera ayo imbwa yaboney kumugezi ushaka urapima urabe tukuryane numushatsi

  • Louise MUSHIKIWABO,ndakwemeye, genda uraciye ubwenge; nayo ivyo bijuju vy’aba CNDD-FDD vyishinga vyasama tugiye kuvyahira umuti bikwiranye kuko aho bahereye basesa amaraso ni kera, natwe ubu twashishwe, tugire tubasubirize mu ndumane !

  • Nguyo umudiplomate azi diplomatie kandi azi ubwenge atari baba kehabwenge b’i Burundi !!

  • Hahahahaha ntamusi ifyisi izobika intama mwabasoda mwacanyemwo nankurunziza ukaba uzikurumuhutu mushikiwabo arababeshe, ntampinzi bazirukana ubu barabamakinzeko akantu on day on tim ningorane muzobagwa mwobewe ivyomwakoreye abanyagatumba umwanawimbe azira ugwanko gwanyina inyankakubwigwa ibwigwa nukwamaso atukuye

  • uwiyita kaka ntuzosubira kugaya igisirikare cuburundi ni gi police cuburundi ukiggereranya nirya daso yanyu arizo nterahamwe zakagame ikindi abakani politi que nimukine ariko igisoda cuburundi mukireke kuvakera ugwanda nigwigeze rusinda igisoda cuburundi abo banyagwanda ingando zahanaguye mumutwe umengo kagame niwe wenyene ashobora gutwara akakabakanga mugaca muvuga ndiyo bwana nimutekereze mushiki waboyabonye ko uburundi atari kongo yaba arikongo ko bumfisinterahamwe ko batinjiye ? tubereke uko uburundi butitaha kanasinda abasoda burwanda bazi kurwana kagame yarabirukanye hasiogaye abatazi urusasi twebw etugwamako muri somali nimutekereze mugisoda cugwanda hasiga abana nkakarya gahungu kiwe kize theorry muri america atanahamwe korumva umwosi winkoho niba pime bambuke tubereke ko uburundi butitaha

  • FELICITATION HONORABLE MINISTER UFITE DIPLOMATIE.IBIBAZO BY`UBURUNDI BIRAKOMEYE BO BAZI KO KWICA,GUTOTEZA ABDAFISE IVYIYUMVIRO BIMWE N`UBUTEGETSI N`IBINDI KO ARIBYO BIZABAGEZA KU MAHORO ARAMBYE.
    BARUNDI MUREBESHYA MUZE MUREBE URWANDA AMAHORO, ITERAMBEREN`IBINDI BYIZA BAGEZEHO KUBERA GUSANGIRA UBUTENGETSI,UBUMWE N`UBWIYUNGE N IBINDI BYIZA.MWE MURIRIRWA MWICA ABENE GIHUGU CANYU NGO MURASHAKA AMAHORO.MWABONYE AMAHORO AZANWA NO KWICA ABO USHINZWE KURINDIRA UMUTEKANO?
    IBYANYU BITEYE AGASHAVU MWAREKA ABARUNDI MUKABANA AMAHORO(HUTU,TUTSIS,ET TWA).

  • Ubund nimb Imana yashatso perezida nkurunzi agumah ubwo azgumah nah nimba itamushak ubwo izamuvanah ereg ngubukur butangw n Imana.

  • vugukuri wiyise umunyarwanda ushingiye kuki uri nkende monkey mucyongereza niba utarumurundi wumutindi urinterahamwe ntikiyitire ibyabantu bazima nibyo wandika siki rundi siniki nya rwanda urumuginga winkende mayibobob kabwera inyeshyamba umuhirimbiri imafu ziyubwejagurira ghost from the hell!

  • ikibabaje nabantumwica mubaziza ukurikwabo niyo bakosa mwabashikiriza ubutabera ntimwabica nkaho bitaza bagaruka kwica umuntu umuziza ukoyavutse ibaze ariwewe babikoreye wakumva umere wutese vugukuri wumurozi niwe ubabashye ariko budakeye kabiri arabizirana kuko arikurenganya Innocent people niwe urikwica abobantu cyangwa akabicisha noho ubutare avuga yabucukuye akareka kwica abantu koko ntasoni mufite kwica mugenzi wawe numuvumo ntibizakuvaho igihe abandi bazishima wewe uzaba ubabaye uzabaze nterahamwa bazeretse ngozitahe barazibabariye ariko nanubu riracyanduzi nibindi bihugu barangije kongo bageze aho iwanyunaho stupid

  • U Rwanda rwagize neza, kwitandukanya nikibi, Petero nkurunziza si umukuru w’igihugu wemewe, ahubwo ni umukuru wa Cndd fdd n’akagwi kayoboresha igitugu n’umukazo n’igikenye, u Rwanda rwavuze ukuri nta majambo menshi babwira abatariho, Nkurunziza aziyicigwa nabiwe barya basoda nibamara gusonza no kwicwa bazoguhindukirira bakwice natbwo ari abanyarwanda, hanyuma munyuma hatogwe se barundi apana se banyakayanza.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.