Accueil > Amakuru > umutekano > Ruziba : Gerenade zibiri zakomereke abantu bane
Ruziba : Gerenade zibiri zakomereke abantu bane
mardi 2 Myandagaro 2016, par
Abantu bane bakomerekejwe na gerenade zibiri zatewe mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere ku bunywero bita "Ku Kigabiro" buri muri karitiye ya Ruziba, zone ya Kanyosha, komine ya Muha.
Izo gerenade zompi zatewe n’abantu batamenyekanye, mu gihe abantu bari muri ubwo bunywero bariko bivuna akanyota.
Umwe muri abo bane bakomeretse niwe yababaye cane, mu giporisi bakamenyesha ko amatohoza ariko arakorwa.
IGIHE
Messages
2 Myandagaro 2016, 20:03, par Turabategerejye 444
Twe Tuguma Duhamagarira , Umuntu Wese Kugira Uruhare Rwo Gucunga Umutekano ; Ariko Mumenye Ko Imbere Yogucungera Mugenzawe Ubanza Kwicungera : Murasubiriye Guterwa Akamo Ko Kuva Mubunywero Hakiri Kare , Plus Tar 18 H
3 Myandagaro 2016, 02:06, par Bossk256@yahoo.com
Mbega mana ibuka izirakarengane kuko Bunyoni Na Nyamitwe umego abenegihungu bapfa taco bibabariye naho Nkurumbi kwinyegeza kwiwe nu mutima ntukiba muburundi
3 Myandagaro 2016, 14:46, par AKIMANA
MANA TABARA ABANTU BAWE KUK IGIHUGU KIGEZE AHATEMBA PE!
3 Myandagaro 2016, 22:36, par Bizimana
abobantu.bagumabateragrenade.Baragowekumana
5 Myandagaro 2016, 18:08, par Nestor.Niyonzima
Birateyumubabaroakoraubwicanyinitbihanurentanyunguyogusesamarasouwusemarasonagwiwebazoyasesa
5 Myandagaro 2016, 20:52, par ngabiwenayo ferdinand
ferdinand.mwompa amafot yabagenz?tukayaga