Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Ruyigi : Uwagirizwa gutera Gerenade mw'isoko yaciriwe urubanza http://igihe.bi/Ruyigi-Uwagirizwa-gutera-Gerenade.html http://igihe.bi/Ruyigi-Uwagirizwa-gutera-Gerenade.html 2018-05-08T11:22:26Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Sentare nkuru y'intara ya Ruyigi yaciye kuri uwu wa kabiri urubanza rw'uwitwa KANANI Yohani yagiriwe n'icaha c'ugutera igerenade mw'isoko ya Kabuyenge, komine Gisuru, intara ya Ruyigi.
- Ubutungane / HomeNews Antoine KABURAHE agiye kwitura ubutungane ku caha c'uwashatse kugandagura umupfasoni wiwe http://igihe.bi/Antoine-KABURAHE-agiye-kwitura.html http://igihe.bi/Antoine-KABURAHE-agiye-kwitura.html 2018-05-08T09:36:31Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Antoine KABURAHE, umuyobozi w'ikinyamakuru IWACU asanzwe ari mu buhungiro mu gihugu c'Ububirigi avuga ko agiye kwitura ubutungane kugira inzego zibijejwe zimufashe gukurikirana uwagirizwa ko yashatse kugandagura umupfasoni wiwe, ariko Imana irakinga.
- umutekano / HomeNews Umugambwe RANAC ntuzokwitaba igikorwa co kwiyamamaza http://igihe.bi/Umugambwe-RANAC-ntuzokwitaba.html http://igihe.bi/Umugambwe-RANAC-ntuzokwitaba.html 2018-05-04T11:21:25Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umugambwe RANAC (Rassemblement National pour le Changement) umenyesha ko utazoja mu gikorwa co guhamagarira abanywanyi bawo kuzotora "Ego" canke "Oya" kuko bataronse ibwirizwa nshingiro kugira bamenye ibirimwo.
- Poritike / HomeNews Amatohoza ya OLUCOME yerekanye ko umugambwe CNDD FDD ukoresha uburyo bwa Reta mu myiyamamazo http://igihe.bi/Amatohoza-ya-OLUCOME-yerekanye-ko.html http://igihe.bi/Amatohoza-ya-OLUCOME-yerekanye-ko.html 2018-05-04T09:20:55Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Ishirahamwe OLUCOME ryiyemeje kurwanya abarya ibiturire rimenyesha ko ingingo ya 69 y'ibwirizwa shingiro ry'Uburundi itariko irubahirizwa mu myiyamamaza y'amatora yatangujwe kuva kuri uwu wa gatatu. Iyo ngingo ivuga ko ubutunzi n'ibikoresho vya Reta bitegerezwa kwubahirizwa hamwe n'ugukingirwa.
- u Burundi / HomeNews Ekereziya Gatorika y'Uburundi yumvikanye ku ntererano y'amatora yatanze http://igihe.bi/Ekereziya-Gatorika-y-Uburundi.html http://igihe.bi/Ekereziya-Gatorika-y-Uburundi.html 2018-05-04T07:46:50Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews MainSlideNews
N'aho abamenyeshamakuru batatumweko nk'uko vyari bimenyerewe ku yindi mirwi y'abatanze intererano y'amatora, amakuru dufise avuga ko Ekereziya Gatorika y'Uburundi yatanze mu ndwi iheze intererano y'amatora ingana n'amafaranga imiriyoni umunani z'amarundi.
- u Burundi / HomeNews, MainSlideNews Umugambwe SAHWANYA FRODEBU ntuzotora ibwirizwa shingiro uvuga ko ryaka ubushobozi abatowe http://igihe.bi/Umugambwe-SAHWANYA-FRODEBU-21868.html http://igihe.bi/Umugambwe-SAHWANYA-FRODEBU-21868.html 2018-05-03T10:14:09Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews MainSlideNews
Umugambwe SAHWANYA FRODEBU uvuga ko wafashe ingingo y'ukuzotora "OYA" mu matora y'ibwirizwa shingiro yimirije, kuko mu gihe integuro y'ibwirizwa shingiro rishasha yotorwa, umukuru w'igihugu ahari ashobora kuzotwara Uburundi gushika mu mwaka w'2034, akazoba akwije imyaka 29 atwara. Muri uwo mugambwe bavuga ko ivyo babiheruka ku ntwaro ya cami.
- Poritike / HomeNews, MainSlideNews "Akari ku mutima ni mwebwe mukazi" http://igihe.bi/Akari-ku-mutima-ni-mwebwe-mukazi.html http://igihe.bi/Akari-ku-mutima-ni-mwebwe-mukazi.html 2018-05-03T07:21:42Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews MainSlideNews
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero NKURUNZIZA ahamagarira abarundi bose kuzokwumviriza abazoja kubigisha ingene bazotora, yaba abazokwigisha "EGO" canke abazokwigisha "OYA". Petero NKURUNZIZA asaba Abarundi ariko bazotore ikiri ku mutima.
- Poritike / HomeNews, MainSlideNews Abasenyeri ba Ekereziya Gatorika bavuga ko hatari bwagere guhindura ibwirizwa nshingiro http://igihe.bi/Abasenyeri-ba-Ekereziya-Gatorika.html http://igihe.bi/Abasenyeri-ba-Ekereziya-Gatorika.html 2018-05-02T13:14:29Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews MainSlideNews
Abasenyeri ba Ekereziya Gatorika y'Uburundi bavuga ko hatari bwagere ko ibwirizwa shingiro ry'Uburundi rihinyanyurwa, kuko hari bamwe mu banyeporitike n'abo mu mashirahamwe atandukanye bakiri mu buhungiro, kandi bari bafise ico boshikiriza kuri iryo hinyanyurwa. Ekereziya Gatorika y'Uburundi imenyesha kandi ko n'abazotora batekewe n'ubwoba bw'ukwerekana ku mugaragaro ico bashaka gutora.
- u Burundi / HomeNews, MainSlideNews Ruyigi : Umuntu umwe yahitanwe na Gerenade, batanu barakomereka http://igihe.bi/Ruyigi-Umwe-umwe-umwe-yahitanwe-na.html http://igihe.bi/Ruyigi-Umwe-umwe-umwe-yahitanwe-na.html 2018-05-02T11:38:35Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umuntu umwe yapfuye, abandi batanu barakomeretswa na Gerenade yatewe mw'ijoro ryo kuri uwu wa kabiri, muri komine Gisuru, intara ya Ruyigi.
- umutekano / HomeNews Ubushikiranganji hamwe n'abantu batandukanye bashimiwe http://igihe.bi/Ubushikiranganji-hamwe-n-abantu.html http://igihe.bi/Ubushikiranganji-hamwe-n-abantu.html 2018-05-02T09:00:47Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Mu birori vy'uguhimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe abakozi n'akazi, umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA yashimiye imice itandukanye y'abantu hamwe n'ubushikiranganji bwigenjeje neza kurusha ubundi mu kazi bujejwe.
- u Burundi / HomeNews