Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yakoranije inama nshikiranganji http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre-22697.html http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre-22697.html 2018-10-31T12:56:32Z text/html en vianney HomeIrambuye
Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yakoranije kuruno wa gatatu igenekerezo rya 31 Gitugutu umwaka wa 2018 inama nshikiranganji aho integuro z'amategeko zishika 6 arizo ziri k'urutonde rw'ivyigwa.
- Intwaro ibereye / HomeIrambuye Ibarabara rya Rumonge-Nyanza Lac: Itegeko rigenga amafaranga yo kuryubaka ryemejwe http://igihe.bi/Itegeko-rigenga-amafaranga-yo.html http://igihe.bi/Itegeko-rigenga-amafaranga-yo.html 2018-10-24T15:09:55Z text/html en vianney HomeIrambuye HomeNews
Inama nshingamateka yize yongera iremeza kuruno wa gatatu igenekerezo rya 24 Gitugutu 2018,integuro y'itegeko rigenga amafaranga yo kubaka ibarabara inomero 3 ry'ibirometero 52 riva mu ntara ya Rumonge gushika i Nyanza Lac.
- Amakuru / HomeIrambuye, HomeNews Anatole RUGERINYANGE:“Ntitwigunganye ubuzima twitange kugira tube akarorero.” http://igihe.bi/Anatole-RUGERINYANGE.html http://igihe.bi/Anatole-RUGERINYANGE.html 2018-10-22T13:10:52Z text/html en vianney HomeIrambuye
Icegera ca musenyeri wa diyoseze ya Bujumbura Anatole RUGERINYANGE asaba abarundi kutigunganya ubuzima ariko buri muntu yumve ko yoba ngirakamaro kuwundi ataravye uko mugenziwe ameze kugira Uburundi bushobore kuba bushasha burangwe n'amahoro.
- Amakuru / HomeIrambuye PARCEM isaba abanyeporitike gufasha gutorera umuti ikibazo c'ubukene kiri mu gihugu http://igihe.bi/PARCEM-isaba-abanyeporitike.html http://igihe.bi/PARCEM-isaba-abanyeporitike.html 2018-10-17T19:11:14Z text/html en vianney HomeIrambuye
Ishirahamwe ryishinze gukangurira abarundi guhindura ingendo n'ivyiyumviro PARCEM risaba abanyeporitike b'Uburundi gukora ibishoboka kugira bafashe gutorera umuti ikibazo c'ubukene kiri mu gihugu.
- ishirahamwe / HomeIrambuye Icegera ca kabiri c'umukuru w'igihugu yatunganije inama n'abakorera mu gisata c'ubutare http://igihe.bi/Icegera-ca-kabiri-c-umukuru-w-22653.html http://igihe.bi/Icegera-ca-kabiri-c-umukuru-w-22653.html 2018-10-09T14:54:05Z text/html en vianney HomeIrambuye HomeNews
Icegera ca kabiri c'Umukuru w'igihugu Joseph BUTORE yatunganije kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 10 Gitugutu 2018,inama n'abashorera ubutare hanze ,abacukura ubutare hamwe n'amashirahamwe atandukanye akorera murico gisata mu ntumbero yo kurabira hamwe intambwe icogisata kigezeko hamwe n'ivyohinyanyurwa.
- Amakuru / HomeIrambuye, HomeNews Urunani ASSUR ruvuga ko rugiye gutunganya inama yo kuduza umwimbu w'amashirahamwe yarwo http://igihe.bi/Urunani-ASSUR-ruvuga-ko-rugiye.html http://igihe.bi/Urunani-ASSUR-ruvuga-ko-rugiye.html 2018-10-08T16:54:22Z text/html en vianney HomeIrambuye HomeNews MainSlideNews
Urunani rw'amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha mu gihe c'impanuka ASSUR(Association des Societes d'assurance du Burundi) rugiye gutunganya inama ya mbere rukokoma ihuza abantu bose begwa n'ico gisata mu ntumbero yo kuduza umwimbu w'ayo mashirahamwe.
- ishirahamwe / HomeIrambuye, HomeNews, MainSlideNews Desire MUSHARITSE: “Imiriyaridi hafi 28 niyo amaze gutozwa mu guterera amatora ya 2020” http://igihe.bi/Desire-MUSHARITSE-Imiriyaridi-hafi.html http://igihe.bi/Desire-MUSHARITSE-Imiriyaridi-hafi.html 2018-09-29T13:39:18Z text/html en vianney HomeIrambuye HomeNews
Umuvugizi w'ubushikiranganji bw'ikigega ca Reta Desire MUSHARITSE amenyeshako amafaranga angana imiriyaridi hafi 28 y'amafaranga y'amarundi ariyo amaze gutozwa mu gikorwa co guterera amatora yo mu mwaka wa 2020.
- IFARANGA / HomeIrambuye, HomeNews Umusi wo kwiyandikisha kubinjira mu rwego rw'intwazangabo no mu bisongerezi mu giporisi wamenyekanye http://igihe.bi/Umusi-wo-kwiyandikisha-kubinjira.html http://igihe.bi/Umusi-wo-kwiyandikisha-kubinjira.html 2018-09-27T05:43:25Z text/html en vianney HomeIrambuye HomeNews
Ubushikiranganji bw'umutekano ,gukinga no gutabara mu gihe c'ibiza n'isibe bumenyeshako abipfuza kwinjira mw'ishure ry'intwazangabo ry'igiporisi hamwe no mw'ishure ry'ibisongorezi mu giporisi bazokwiyandikisha kuva kw'igenekerezo rya 3 Gitugutu gushika 14 Gitugutu uyu mwaka wa 2018 ku makomisariya y'igiporisi mu ntara bavukamwo.
- Amakuru / HomeIrambuye, HomeNews Abaherutse kugenwa mu murwi CENI barahiye murayo mabanga http://igihe.bi/Abaherutse-kugenwa-mu-murwi-CENI.html http://igihe.bi/Abaherutse-kugenwa-mu-murwi-CENI.html 2018-09-18T12:58:21Z text/html en vianney HomeIrambuye MainSlideNews
Abaherutse kugenwa mu murwi w'igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI, barahiye murayo mabanga kuruno wa kabiri igenekerezo rya 18 Nyakanga umwaka wa 2018 imbere y'umukuru w'igihugu ,inama nshingamateka na nkenguzamateka hamwe n'imbere ya sentare ijejwe kubahiriza ibwirizwa nshingiro.
- Intwaro ibereye / HomeIrambuye, MainSlideNews Amashirahamwe yo hanze akorera i Burundi agiye gusuzumwa ko akora yisunga itegeko riyagenga http://igihe.bi/Amashirahamwe-yo-hanze-akorera-i.html http://igihe.bi/Amashirahamwe-yo-hanze-akorera-i.html 2018-09-14T04:18:19Z text/html en vianney HomeIrambuye MainSlideNews
Icegera ca kabiri c'umukuru w'inama nkenguzamateka akaba n'umuvugizi w'inama nkenguzametaka Anicet NIYONGABO amenyeshako hari umurwi w'abakenguzametaka ugiye kurungikwa mu mashirahamwe yigenga yo hanze y'igihugu akorera mu Burundi kugira barabe yuko mu gutanga akazi bisunga ibwirizwa nshingiro ry'Uburundi kubijanye no kubahiriza ibitigiri vy'ubwoko n'ibitsina.
- ishirahamwe / HomeIrambuye, MainSlideNews