Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Urunani ASSUR rwatunganije inama rukokoma ihuza amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha http://igihe.bi/Urunani-ASSUR-rwatunganije-inama.html http://igihe.bi/Urunani-ASSUR-rwatunganije-inama.html 2018-11-15T11:39:27Z text/html en vianney HomeHighlights1 MainSlideNews
Urunani rw'amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha mu gihe c'impanuka ASSUR(Association des Societes d'assurance du Burundi) rwatunganije kuri uno wa kane igenekerezo rya 15 Munyonyo 2018 inama ya mbere rukokoma ihuza abantu bose begwa n'ico gisata mu ntumbero yo kurabira hamwe uko ico gisata cifashe,guhimiriza abantu bose gutahura akamaro k'ayo mashirahamwe hamwe no kurabira hamwe uko boduza umwimbu.
- Amakuru / HomeHighlights1, MainSlideNews Inama nshingamateka na nkenguzametaka vyaronkejwe imfashanyo na ABEF http://igihe.bi/Inama-nshingamateka-na-22725.html http://igihe.bi/Inama-nshingamateka-na-22725.html 2018-11-14T12:34:27Z text/html en vianney HomeHighlights MainSlideNews
Ishirahamwe rihurikiyemwo amabanki akorera mu BURUNDI ABEF (Association de Banques et Etablissements financiers) ryaronkeje inama nshingamateka na nkenguzamateka vy'Uburundi imfashanyo y'amafaranga angana imiriyoni 23 y'amafaranga y'amarundi azofasha mu gikorwa co kwakira inkino zihuza amanama nshingamateka na nkenguzamateka yo mu bihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika y'Ubuseruko.
- Amakuru / HomeHighlights, MainSlideNews BRARUDI yaronkeje udushimwe abatsinze mw'ihiganwa « Pfundurura Utsinde » http://igihe.bi/BRARUDI-yaronkeje-udushimwe.html http://igihe.bi/BRARUDI-yaronkeje-udushimwe.html 2018-11-08T16:04:50Z text/html en vianney HomeHighlights MainSlideNews
Ishirahamwe rihingura ibinyobwa BRARUDI ryatanze udushimwe dutandukanye ku bantu batomboje muvyo bise Pfundurura Utsinde. Kugira utombore, umuntu agura icupa ry'ikiyeri inyuma yo kuryugurura afata umufuniko akawuharura kugira arabe ico yatomboje indani mwuwo mufuniko.
- Amakuru / HomeHighlights, MainSlideNews Econet leo yatanguje ubuhinga bushasha « Econet Connected Car » bufasha gukwirikirana imodoka aho igeze http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanguje-ubuhinga.html http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanguje-ubuhinga.html 2018-11-02T09:57:32Z text/html en vianney MainSlideNews Home_main_article
Ishirahamwe ryo gutumatumanako Econet Leo ryatanguje kumugaragaro, kur-uno wa gatatu igenekerezo rya 31 Gitugutu 2018, ubuhinga bushasha biciye mu buhinga bwa none « Econet Connected Car» bufasha gukwirikirana imiduga aho igeze umwanya ku mwanya hamwe no kumenya uko umuduga uriko uratwarwa nuko umushoferi ariko yigenza.
- ECONET Leo / MainSlideNews, Home_main_article Urunani ASSUR ruvuga ko rugiye gutunganya inama yo kuduza umwimbu w'amashirahamwe yarwo http://igihe.bi/Urunani-ASSUR-ruvuga-ko-rugiye.html http://igihe.bi/Urunani-ASSUR-ruvuga-ko-rugiye.html 2018-10-08T16:54:22Z text/html en vianney HomeIrambuye HomeNews MainSlideNews
Urunani rw'amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha mu gihe c'impanuka ASSUR(Association des Societes d'assurance du Burundi) rugiye gutunganya inama ya mbere rukokoma ihuza abantu bose begwa n'ico gisata mu ntumbero yo kuduza umwimbu w'ayo mashirahamwe.
- ishirahamwe / HomeIrambuye, HomeNews, MainSlideNews Abaherutse kugenwa mu murwi CENI barahiye murayo mabanga http://igihe.bi/Abaherutse-kugenwa-mu-murwi-CENI.html http://igihe.bi/Abaherutse-kugenwa-mu-murwi-CENI.html 2018-09-18T12:58:21Z text/html en vianney HomeIrambuye MainSlideNews
Abaherutse kugenwa mu murwi w'igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI, barahiye murayo mabanga kuruno wa kabiri igenekerezo rya 18 Nyakanga umwaka wa 2018 imbere y'umukuru w'igihugu ,inama nshingamateka na nkenguzamateka hamwe n'imbere ya sentare ijejwe kubahiriza ibwirizwa nshingiro.
- Intwaro ibereye / HomeIrambuye, MainSlideNews Amashirahamwe yo hanze akorera i Burundi agiye gusuzumwa ko akora yisunga itegeko riyagenga http://igihe.bi/Amashirahamwe-yo-hanze-akorera-i.html http://igihe.bi/Amashirahamwe-yo-hanze-akorera-i.html 2018-09-14T04:18:19Z text/html en vianney HomeIrambuye MainSlideNews
Icegera ca kabiri c'umukuru w'inama nkenguzamateka akaba n'umuvugizi w'inama nkenguzametaka Anicet NIYONGABO amenyeshako hari umurwi w'abakenguzametaka ugiye kurungikwa mu mashirahamwe yigenga yo hanze y'igihugu akorera mu Burundi kugira barabe yuko mu gutanga akazi bisunga ibwirizwa nshingiro ry'Uburundi kubijanye no kubahiriza ibitigiri vy'ubwoko n'ibitsina.
- ishirahamwe / HomeIrambuye, MainSlideNews Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanguje urugendo rw'urumuri rw'amahoro http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre-22568.html http://igihe.bi/Umukuru-w-igihugu-Pierre-22568.html 2018-09-05T13:20:01Z text/html en vianney HomeIrambuye MainSlideNews
Umukuru w'igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanguje k'umugaragaro kuruno wa gatatu igenekerezo rya 5 Nyakanga umwaka wa 2018 urugendo rw'urumuri rw'amahoro igice ca cumi na kabiri umwaka wa 2018 muri komine Bugendana mu ntara ya Gitega.
- Imibano / HomeIrambuye, MainSlideNews Inama nkenguzamateka yemeje umurwi mushasha w'abantu 7 ujejwe gutunganya amatora http://igihe.bi/Inama-nkenguzamateka-yemeje-umurwi.html http://igihe.bi/Inama-nkenguzamateka-yemeje-umurwi.html 2018-08-29T13:41:52Z text/html en vianney HomeIrambuye MainSlideNews
Inama nkenguzamateka yemeje kuruno wa gatatu igenekerezo rya 29 Myandagaro umwaka wa 2018,abantu 7 bagiye kugira umurwi mushasha ujejwe gutunganya amatora CENI(Commission Electorale Nationale Independante).
- Intwaro ibereye / HomeIrambuye, MainSlideNews Higherlife Foundation ryaronkeje Certificats abigisha 25 http://igihe.bi/High-Life-Foundation-ryaronkeje.html http://igihe.bi/High-Life-Foundation-ryaronkeje.html 2018-08-26T14:45:36Z text/html en vianney HomeIrambuye MainSlideNews
Ishirahamwe Higherlife Foundation risanzwe rifashwa n'ishirahamwe Econet Leo mu kurangura imigambi yaryo mito mito ryatanze impapuro z'umutsindo “Certificats” ku bigisha 25 bava mu ntara 8 bakwirikiranye inyigisho kubijanye n'ikoreshwa ry'ubuhinga bwa none hakoreshejwe imanshini nyabwonko.
- ECONET Leo / HomeIrambuye, MainSlideNews