Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umugambi wo kunga amashirahamwe Econet na Leo warangiye http://igihe.bi/umugambi-wo-kunga-amashirahamwe.html http://igihe.bi/umugambi-wo-kunga-amashirahamwe.html 2015-07-07T14:37:00Z text/html rn Paterne HomeNews article_econet
Umurwi Econet Wireless Group wamenyesheje ko umugambi wo kunga amashirahamwe yo gutumatumanako Econet Wireless Burundi na Leo warangiye, ubu hashinzwe ku mugaragaro ishirahamwe rishasha rizokora kw'izina rya Econet LEO.
Ukwiyunga kwayo mashirahamwe abiri biragaragaza neza ko ari iterambere rikomeye mu gisata co gutumatumanako mu Burundi, nk'uko bivugwa n'Umukuru w'inama shingantwaro w'ishirahamwe Econet LEO, Hardy Pemhirwa. Ku bwiwe, iyo ntambwe irerekana icemezo ishirahamwe Econet yihaye (...)
- ECONET Leo / HomeNews, article_econet QUE DE BELLES OFFRES CHEZ ECONET! http://igihe.bi/que-de-belles-offres-chez-econet.html http://igihe.bi/que-de-belles-offres-chez-econet.html 2014-09-03T15:13:06Z text/html rn HomeNews article_econet
Econet vous Présente “WARAJE”, un téléphone portable avec:
Deux cartes Sim,
un appareil photo;
une connexion Internet au-delà de votre imagination
une garantie de 13 mois
WARAJE est disponible pour seulement 19.000 Fbu dans toutes les agences d'Econet.
- Ihayanishwa / HomeNews, article_econet Ibiciro bigiye kugabanuka mu bijanye no gutumatumanako amakuru http://igihe.bi/ibiciro-bigiye-kugabanuka-mu.html http://igihe.bi/ibiciro-bigiye-kugabanuka-mu.html 2014-01-21T12:42:36Z text/html rn HomeNews article_econet
Igabanuka ry'ibiciro mu gutumatumanako amakuru mu gihugu canke mu mahanga hamwe no kuronka umurongo ngurukanabumenyi mu buryo bunyaruka ni ubuhinga bugiye gusanga umuntu wese iyo ari biciye mu gutumatumanako amakuru hakoreshejwe ubuhinga ngurukanabumenyi bwa none.
Ibikorwa vyo gushira ahabona igice ca mbere c'ivyaranguwe mu bijanye no gutumatumanako amakuru biciye mu buhinga bwa none cugurujwe icese n'umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza, kuri uno munsi wa kabiri, igenekerezo rya 21 Nzero 2014. (...)
- Internet / HomeNews, article_econet ECONET Wireless Burundi na AFCA bemeje amasezerano yo gukorera hamwe http://igihe.bi/econet-wireless-burundi-na-afca.html http://igihe.bi/econet-wireless-burundi-na-afca.html 2014-01-16T12:56:58Z text/html rn HomeNews newsletter article_econet
Ishirahamwe AFCA ry'abarimyi b'ikawa bo muri Afrika (African Fine Coffees Association) na ECONET wireless Burundi bateye umukono ku masezerano yo gukorera hamwe mu ntumbero yo gufashanya guteza imbere umurimyi w'ikawa. Muri ayo masezerano yatanguye kuri uwu wa kane, AFCA na ECONET Wireless Burundi biyemeje gushigikira igiterwa c'ikawa gisanzwe cinjiza amafaranga y'agaciro mu gihugu.
Igihugu c'Uburundi kizokwakira kuva ku genekerezo rya 15 gushika kurya 16 Ruhuhuma 2014, inama izoba ibereye ubwa (...)
- u Burundi / HomeNews, newsletter, article_econet "Agati k'Imana"mu birori vy'igabanurwa ry'ibiciro muri Econet http://igihe.bi/agati-k-imana-mu-birori-vy.html http://igihe.bi/agati-k-imana-mu-birori-vy.html 2013-12-06T15:53:07Z text/html rn HomeNews article_econet
Ibirori vyo guheraheza uruganda rwo kumenyesha ibiciro bishasha vy'ishirahamwe Econet "Vyemere Nivyo", vyasozerewe n'indirimbo n'intambo n'utundi tugenegene twagizwe n'urwaruka rwatumiwe kwifadikanya na Econet kuryosha ibirori.
Hari nk'igihe c'isaha icenda n'iminota mirongo ine n'itanu (15h 45), aho umurwi w'urwaruka werekana intambo zitandukanye, n'utugenegene. Hari hagati mu gisagara ca Bujumbura, imbere yahakunzwe kwitwa “BATA”. Abantu isinzi bari bishikiye kuratira ijisho ivyo birori. Abo batamba (...)
- Umugwi / HomeNews, article_econet « Vyemere ni vyo » na Econet, igabanuka ry'ibiciro http://igihe.bi/vyemere-ni-vyo-na-econet-igabanuka.html http://igihe.bi/vyemere-ni-vyo-na-econet-igabanuka.html 2013-12-06T11:31:52Z text/html rn HomeNews article_econet
Ishirahamwe ryo gutumatumana amakuru mu Burundi Econet, ryatanguje uruganda « Vyemere ni vyo », mu ntumbero yo kumenyesha Abarundi n'amakungu, igabanuka ry'ibiciro vyo guhamagara muri iryo shirahamwe.
Kuri uyu munsi wa gatanu w'igenekerezo rya 06 kigarama 2013, umugambi mwiza wo kworohereza Abarundi n'amakungu guhanahana amakuru biciye mu guhamagara, watagujwe n'ishirahamwe ryo gutumatumana amakuru ry‘i Burundi Econet, mu ruganda « Vyemere ni vyo ». Econet yapfundururiye agaseke Abarundi (...)
- ECONET Leo / HomeNews, article_econet ECONET Burundi yatanguje « VYEMERE NIVYO », bishasha mu guhamagarana http://igihe.bi/econet-burundi-yatanguje-vyemere.html http://igihe.bi/econet-burundi-yatanguje-vyemere.html 2013-12-05T06:19:03Z text/html rn HomeNews newsletter article_econet
Ishirahamwe ryo gutumatumanako amakuru n'uguhamagarana “Econet Burundi” ryatanguje icese, umugambi mushasha « VYEMERE NIVYO » wo kugabaniriza ibiciro abanywanyi b'iryo shirahamwe.
Abanywanyi ba Econet Burundi, kuva ku munsi w'ejo kuwa gatatu igenekerezo rya 4 Kigarama 2013, barashobora guhamagara ku mafaranga cumi ku munota (10 Francs burundais par minute) ku bandi banywanyi bo muri Econet. Barashobora kandi guhamagara abanywanyi bo mu yindi mihora, hamwe n'abari mu bihugu nk'Ububirigi, (...)
- ECONET Leo / HomeNews, newsletter, article_econet Ingene wokwishirira interineti muri telephone yawe http://igihe.bi/ingene-wokwishirira-interineti.html http://igihe.bi/ingene-wokwishirira-interineti.html 2013-03-14T02:05:01Z text/html rn HomeNews article_econet
Mu gihe igihugu cacu gikomeza gutera intambwe mw'iterambere, ninako abantu benshi barushirizaho kwitabira gukoresha ibikoresho vy'ubuhinga bwa none, n'itumatumanako nk'inyabwonko,telefone ngendanwa n'ibindi.
Mu vyo bakunze gukoresha cane gusumba ibindi harimwo interineti, tukaba tugiye kurabira hamwe uko woshira interineti muri telephone yawe ku buntu.
Nk'uko tubikesha urubuga http://maliso.hubpages.com, gushira interineti muri telephone bisaba kuba utunze telephone irimwo ubuhinga bwa web, (...)
- Internet / HomeNews, article_econet Umumenyeshamakuru Nestor Niyonkuru yaraye yitavye Imana http://igihe.bi/umumenyeshamakuru-nestor-niyonkuru.html http://igihe.bi/umumenyeshamakuru-nestor-niyonkuru.html 2013-03-13T00:26:10Z text/html rn HomeNews article_econet
Nestor Niyonkuru yahoze ari umumenyeshamakuru kw'i Radiyo-Televiziyo vy'igihugu c'u Bururndi yaraye yitavye Imana.
Uwo muhisi yari yagiye kukazi kiwe aho yarasigaye akora kuri CNTB (Commission Nationale Terres et autres Biens) kuri uyu wa kabiri,igenekerezo rya 12 Ntwarante 2013,niho yaca yumva atamerewe neza,abo bari bakorana baca bamutwara kubitaro vyitiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore,aho yaca yitaba Imana.
Nestor Niyonkuru yari yarerekanye kwazi neza umwuga wo kumeneyesha amakuru (...)
- u Burundi / HomeNews, article_econet