Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......rnSPIP - www.spip.netUmuririmvyikazi NATACHA ni nde?Amaze gukora iki mu muziki?
http://igihe.bi/umuririmvyikazi-natacha-ni-nde.html
http://igihe.bi/umuririmvyikazi-natacha-ni-nde.html2015-03-14T05:42:52Ztext/htmlrnHomeNewsumucuraranzi_indwi<p>Umuririmvyikazi Natacha NGENDABANKA yavukiye mu Kinama kw'igenekerezo rya 05 Nzero 1987, ni umwana wa 6 mu muryango w'abana 7. Ku myaka 5, yiga kw'ishure ritoya"Notre Dame de Rohero", Natacha yarakurikira abo bavukana kw'ishengero Emmanuel riri mu Bwiza kw'ibarabara rya 3. Ivyo gusengera mw'ishengero rya Pantecote ntiyabihurizako n'abavyeyi kuko bobo bari muri Catolika.</p>
-
<a href="http://igihe.bi/-inkuru-394-.html" rel="directory">Inkuru</a>
/
<a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>,
<a href="http://igihe.bi/+-umucuraranzi_indwi-+.html" rel="tag">umucuraranzi_indwi</a>